UMURUNDI wahungiye mu Rwanda|Afite ABANA 27|Umugore YAMUPFIRIYE mu maboko i Kigali|Bizindavyi nisomo

  Рет қаралды 24,085

ISIMBI TV

ISIMBI TV

Күн бұрын

Пікірлер: 113
@Mila-vu1yr
@Mila-vu1yr 3 жыл бұрын
Umu Papa w' Umurundi asa neza uko à 57 ans uca ubona ko atishinze icupa n' akabare. Imana Izobiguhere umugisha ivyo wakoze uri umugabo mwiza.
@uwakristu4010
@uwakristu4010 3 жыл бұрын
On dirait mon mari 👌. Iyoba vyakunda twoje gushinga intahe natwe, abagabo beza bariho ndumuhamya wavyo. Nanje maze igihe kirekire ngwaye kandi numugabo wanje anyirwarije ankorera vyose n'umutima mwiza cane n'urukundo rwinshi.
@phidodidododo8805
@phidodidododo8805 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@deleankane9930
@deleankane9930 3 жыл бұрын
Mwarahiriw surunganw gwubu kabis
@anne-mariematthiesen1325
@anne-mariematthiesen1325 3 жыл бұрын
Yooo mwihangane pe! Mbega umuntu mwiza!! Ni koko rwose ufite impuhwe pe, kandi uli mwiza imbere n’inyuma. Imana ibahezagire!
@albinjuven
@albinjuven 3 жыл бұрын
Imana Iguhezagire muvyeyi mwiza. Nanje mfise umutima nk'uyo nanje uzosengere nzogere nk'ah'ugeze uyu munsi.
@mugabeyvette3610
@mugabeyvette3610 3 жыл бұрын
waouw, Muze unteye émotion nukuri 😭😭😭 Urikitegerezo cyurukundo💞
@Mananziz
@Mananziz 3 жыл бұрын
C est avec émotion ,nkurikiye iyi interview, mbega umu papa. Urukundo nkurwo nurwo rukwiye.
@marieroseirakoze528
@marieroseirakoze528 3 жыл бұрын
Imana ibahe umugisha kubikorwa vyiza mukora kandi na madame nta nkeka ko Imana yamuhembeye ivyo yakoze
@ndeshachacha9168
@ndeshachacha9168 3 жыл бұрын
Abagore si abakozi babagabo babo merci bcp pspa❤️🥰👏 Bambwirire ncuti ❤️👏
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
abagabo bose sibamwe mugabo ivyo wakoze bikora abagabo bake jewe ndumurundikazi Imana izoguhe umugisha irintwari pe urumu papa mwiza
@hoopzegen7901
@hoopzegen7901 3 жыл бұрын
Be blessed bavyeyi kunyigisho nziza thx Isimbi Tv
@Ubumwe485
@Ubumwe485 3 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe kirimwo inyigisho z,akamaro .Murakoze caane munshingantahe Audace, komerezaho.
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 жыл бұрын
Yooo polesana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 IMANA ikwiteho urumupapa mwiza
@vianneynsengiyumva7592
@vianneynsengiyumva7592 3 жыл бұрын
Ndi Single ariko ndafashijwe ,Imana izamfashe impuze nuwo tuzabyumva cyimwe kabiisa.
@HodazoRydazo
@HodazoRydazo 3 жыл бұрын
Niba nawe uhita wirukira muri comment siga like we love you all🤩
@ladygalis6708
@ladygalis6708 3 жыл бұрын
A toutes mes condoléances Mr. Audace!!!
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 3 жыл бұрын
mbega umu pappa !!!! huuuu!!!! Umurundi en plus!!!!! sikenshi abagabo babarundi bakunda abagore babo , benshi bafata abagore babo nkabacakara, iyo utavyaye hoho, urarubona , uri special
@manofgod1321
@manofgod1321 3 жыл бұрын
Audace my friend Amahoro ncuti y umusalaba
@mariekamikazi9308
@mariekamikazi9308 3 жыл бұрын
Abarundi baragerageza kandi mukomerezaho lmana izoguhemba papa wakoze ivyo wemeye imbere y'lmana
@martheu.8043
@martheu.8043 3 жыл бұрын
Ikiganiro cyiza Jadot.Ariko aho mwagikoreye ari un peu de bruits et va et viens!
@kazabukeye
@kazabukeye 3 жыл бұрын
Umushingantahe w'ijunja n'ijambo. Niwe parrein wanje, ni umuvyeyi mwiza. Imana imuhezagira. Isimbi TV reka nkore share ndabamenyekanishe, mwakoze kumutumira.
@niyonsabadenys9781
@niyonsabadenys9781 3 жыл бұрын
Yooooo mukomere disi. Kd abarundi n abanyarwanda turibamwe rwose.
@hanandaghriri5619
@hanandaghriri5619 3 жыл бұрын
Ooh mbeg ikiganiro kiryoshe cakamaro...Imana ibahezagire
@IrAub
@IrAub 3 жыл бұрын
Umu Papa mwiza caane Papa Don yabaye umubanyi ndamuzi cane Imana ikuje imbere numva nkumbuye kubona Don sinarinzi ko Maman Don yatashe 🤭
@furahakanakuze9786
@furahakanakuze9786 3 жыл бұрын
Mpore papa Imana izaguhe kuramba ku gikorwa wakoze si Bose babishobora
@murisimuka7300
@murisimuka7300 3 жыл бұрын
Wowuu super mari 🙏✅
@rozy_mnk7550
@rozy_mnk7550 3 жыл бұрын
Uyu muhungu asa na kibongeclapton
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 3 жыл бұрын
Niba Hari ikintu kimbabaza nukuntu duhuza nabarundi muburyo bwo kuganira ntabasemuzi ntaki ariko tukaba tudakundana😭😭😭😭
@nyabugoogle4737
@nyabugoogle4737 3 жыл бұрын
Ninde wakubwiye ko abarundi tudakundana? Ni abavandimwe njye ndabakunda
@muhined6790
@muhined6790 3 жыл бұрын
Murekeyisoni Emelyne.turibamwe kandi tuvuga rumwe, kundakundana ni politique. Turibamwe 🤗✌🏾
@nyabugoogle4737
@nyabugoogle4737 3 жыл бұрын
Politic tuyirekere bene yo tubane mu mahoro ✌🏾
@anne-mariematthiesen1325
@anne-mariematthiesen1325 3 жыл бұрын
Sibyo turabakunda twebwe abaturage bo mu Rwanda. Turashyingirana tukabyarana, ntacyo dupfa rwose. Ntukagendere ku bya bamwe bakeya badakundna ngo ubigire ibya twese pe! Tuli abavandimwe.
@muhined6790
@muhined6790 3 жыл бұрын
@@anne-mariematthiesen1325 caneee turibamwe ,natwe turabakunda cane ma 🤗
@JHappy-ph7vq
@JHappy-ph7vq 3 жыл бұрын
Wowww👌👌👌👍👍urukundo 100%
@judithumuhoza2283
@judithumuhoza2283 3 жыл бұрын
Uri intwari wa mu papa we😍muduhe tel ye
@MH-nq7wy
@MH-nq7wy 3 жыл бұрын
Very inspiring in deed.
@evelynenikwigize624
@evelynenikwigize624 3 жыл бұрын
Umukama abandanye kubagirira neza Musaza muricete gisomeka pe! Inyigisho zanyu ziradufasha caaane
@pacifiquetv6384
@pacifiquetv6384 3 жыл бұрын
Mukomere cane Bantu bacu
@heyale4893
@heyale4893 3 жыл бұрын
Yesu agukomeze muri vyose ufite ubumuntu
@nsanzagakizaevelyneofficia4817
@nsanzagakizaevelyneofficia4817 3 жыл бұрын
Ewe Sabin ntuzi ko ikirundi nikinyarwa ari bimwe ntazibana zidakomana amahembe nomukirundi nuko birahura
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 жыл бұрын
Yoooooo mwampa number yanyu ya WhatsApp nkazamuha naga tick
@musabyimanafrank6525
@musabyimanafrank6525 3 жыл бұрын
Dore hano ibihugu bibonye ibi niho hava urwango?murapfa icyi ko twese tuzapfa.
@raissamunzero4889
@raissamunzero4889 3 жыл бұрын
Ndamuzi sha ,condoleance audace
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 жыл бұрын
Mbega umu papa mwiza? Turategereje ibiganiro vyawe vyiza vyubaka umuryango
@jacquelineuwimana8427
@jacquelineuwimana8427 3 жыл бұрын
Mwohereze queen
@rabagiranafamilytv289
@rabagiranafamilytv289 3 жыл бұрын
Isimbi turabakunda.
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
shantubeshe kweri ndigufashwa pe ninyigisho pe kuri twese
@UbukireNyabwoTV
@UbukireNyabwoTV 3 жыл бұрын
Ni ikiganiro cyiza rwose cy'uwo mushingantahe || Mukomeze mukurikire ibiganiro byiza kuri channel UBUKIRE NYABWO TV
@emiliennetiti7192
@emiliennetiti7192 3 жыл бұрын
Turabaramukije muvyeyi.
@bagumahopatrick7614
@bagumahopatrick7614 3 жыл бұрын
Kbs papa
@FonecplusWork
@FonecplusWork 3 жыл бұрын
Sambe komeza uterimbere brother
@odettabigirimana2108
@odettabigirimana2108 3 жыл бұрын
👌👌❤
@kazefloride9992
@kazefloride9992 3 жыл бұрын
Ppa ur impfura ❤❤❤👋🤝
@heyale4893
@heyale4893 3 жыл бұрын
Mbegipfura yumugabo
@User3897hj
@User3897hj 3 жыл бұрын
Ko mbona akiri muto se, abuzukuru 32? Biratangaje. Uyu mwana ni beau gars
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
jewe sishaka kubona umusore musazawanje yishwe 20015 yangana nuworwawe mbonye umusore nkuyo ndarira pe irambire muvyeyi
@lovemahoro2220
@lovemahoro2220 3 жыл бұрын
Sorry
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
@@lovemahoro2220 ntaco
@kalyka4107
@kalyka4107 3 жыл бұрын
Mpore cane!
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
@@kalyka4107 yego
@manishimwejoyeuse901
@manishimwejoyeuse901 3 жыл бұрын
Mpole ncuti yesu akubake umutim aguhe kuvyakira
@ICYIZATv
@ICYIZATv 3 жыл бұрын
♥️❤️
@joshuap1883
@joshuap1883 3 жыл бұрын
Uyu mushingantahe ko Ari lmfizi ra! Abana 27? Arabasha.
@anne-mariematthiesen1325
@anne-mariematthiesen1325 3 жыл бұрын
Oya shenge n’imfubyi arera. Abo mu nda ye ni 2. Ni umuryango wuzuye urukundo! Ibi ntibikiba henshi! Mbega beza!
@kennedyuwikunda6190
@kennedyuwikunda6190 3 жыл бұрын
uri umugabo mwiza tena uzagaruke please
@FonecplusWork
@FonecplusWork 3 жыл бұрын
Kurikirana joriji kuri channel yitwa JORIJI KOKO urebe comedy nziza zinyuraho
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
icompa abagabo bose bakumva icokiganiro
@deleankane9930
@deleankane9930 3 жыл бұрын
😃😀😅😄😃😂😂
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
@@deleankane9930 nivyo abagabo ntarukundo bagira
@deleankane9930
@deleankane9930 3 жыл бұрын
@@mohdkwt5378 Turarurufis nuk bamw bigira sindabinezw kuber kutubahana murug kand abigeme cank abakobwa kensh iy murons umugab abakunda kensh muramuhusha mwig guc buguf munatahur uwugukunda
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
@@deleankane9930 yoo sibose hariho abakobwa beza canke abagore beza ivyivuga nukuri hariho abatubaha kwandika birangora narikukuyagira vyinshi
@deleankane9930
@deleankane9930 3 жыл бұрын
@@mohdkwt5378 sh ntamahigwe ngira ntakundi ubw niwaronka umwanya uZombwira nez
@alphonsinentiharirizwa1914
@alphonsinentiharirizwa1914 3 жыл бұрын
Miduhe number ziwe please
@lovemahoro2220
@lovemahoro2220 3 жыл бұрын
Bazitanze basoza ikiganiro
@celestekakunze8037
@celestekakunze8037 3 жыл бұрын
Mwumvirize ikiganiro yazitanze
@gratiasdeo556
@gratiasdeo556 3 жыл бұрын
ubuhamya bwiwe bugeze ahantu, nabasaba kumpa phone ziwe nkazomusura; murakoze.
@joshuap1883
@joshuap1883 3 жыл бұрын
None ko mwihishe? Nimwigarwgaze.
@cleverjay6693
@cleverjay6693 3 жыл бұрын
Bihishe hehe????je kombona ndababona.
@lovemahoro2220
@lovemahoro2220 3 жыл бұрын
078 035 59 44: Bizindavyi Don; num y'uyu musore
@gukira9105
@gukira9105 3 жыл бұрын
kuki mubyara abana benshi mumenye ko mufite igihugu gito kandi bizaba ngombwa ko bose mubagaburira
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
Umulizanadine. Oya. Sha.abana numugisha.kandi yavuzeko bose atari rwiwe harimwo nabo areze
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 3 жыл бұрын
@@antoinettempaimana2724 ,Abe ni 2
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
Murekeyisoni.emelne.jewenukuri.ndakunda.abana.nunvandose.umugabo.dushirahamwe.novyara.beshi kubera.ntamuryango.pfise mama.napapa.bose.barapfuye.papa.yavya.yeabana.batatugusa.abahungu.babiri.najewe.none.ubu.sinzi.niyobari.duherukana2012
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 3 жыл бұрын
@@antoinettempaimana2724 sorry Dear Ururimi rwacu ni umuremyi wowe senga Imana wowe ibyusaba ubyibutse Imana izabiguha rwose abana ni umugisha cyane Kandi burya nubukire bwibifatika 🙏🏼🙏🏼 be Blessed ♥️
@Mananziz
@Mananziz 3 жыл бұрын
Ndibaza ko comment yawe wayanditse utarakurikira interview, afise abana 2 Abandi nabo yafashije, akabakwera, abandi akabakwesha ahagarariye umuvyeyi, abandi n abana bihunganye Baba munkambi imahama
Мама у нас строгая
00:20
VAVAN
Рет қаралды 12 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 33 МЛН
Don’t Choose The Wrong Box 😱
00:41
Topper Guild
Рет қаралды 41 МЛН
#IMPUMEKOYIWACU 05.12.2024: AMAKURU AVUGWA HIRYA NO HINO.
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 41
Мама у нас строгая
00:20
VAVAN
Рет қаралды 12 МЛН