UMURUNDI wahungiye mu Rwanda mu ndege|Nasanze hano ari i Burayi|Nkihagera naserivaga muri Resitora

  Рет қаралды 39,406

ISIMBI TV

ISIMBI TV

3 жыл бұрын

Niba wifuza kuvugana natwe, kuduha inyunganizi ku makuru tubagezaho cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe ndetse n'ubuhamya wifuza gusangiza Abanyarwanda waduhamagara kuri +250784838126

Пікірлер: 311
@MH-nq7wy
@MH-nq7wy 3 жыл бұрын
Nkunda abarundi cyane Kuko batifunga, bali open ( ouvert) . Bose kuva kera niba talented, kandi muli sport discipline zose usanga bahagaze neza. Chapeau mes frères et soeurs burundais. Salut
@bnkazoza9972
@bnkazoza9972 3 жыл бұрын
Merci bcp
@Kasupirani
@Kasupirani 3 жыл бұрын
Merci
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 жыл бұрын
✊🏾❤️
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 3 жыл бұрын
Thanks!
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 12 күн бұрын
@GLORYTOGODTEMPLETV
@GLORYTOGODTEMPLETV 3 жыл бұрын
Muraho neza? Muriki gicamunsi nifuje kukubwira ngo imirimo yawe yose uyiharire Uwiteka niho imigambi yawe izakomezwa( imigani 16:3). Burya umutima w'umuntu utekereza urugendo rwe ariko Uwiteka niwe uyobora intambwe ze. Ibyawe bivangemo Imana,nuyigira iya mbere ntuzaba uwanyuma,Amen. IMANA IBISHIMIRE
@lovekamariza1811
@lovekamariza1811 3 жыл бұрын
Uzi kumfashije kuraya majambo uvuze yimigani?urakoze cyane ndafashijwe.
@GLORYTOGODTEMPLETV
@GLORYTOGODTEMPLETV 3 жыл бұрын
@@lovekamariza1811 murakoze cane peeee .
@emmanuelbizimungu2310
@emmanuelbizimungu2310 3 жыл бұрын
@@lovekamariza1811 v
@user-gk4wo4ou1u
@user-gk4wo4ou1u 7 күн бұрын
Amen
@jeanboscotwahirwa8318
@jeanboscotwahirwa8318 3 жыл бұрын
Abarundi b'impunzi bazi ubwenge. Bavuga baziga kuko bazi ko ejo n'ejobundi bazakenera gusubira mu gihugu cyabo. Bravo.
@m.a5032
@m.a5032 3 жыл бұрын
Erega kirazira kwihenura kugihugu cyawe!!
@Nono-tm4zv
@Nono-tm4zv 3 жыл бұрын
Abishimiye umurundi wiwacu ansigire twatuntu twikndira🇧🇮😂😂😂
@aal1855
@aal1855 3 жыл бұрын
Uduki 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 3 жыл бұрын
Nuko ariko arabesha kbx ubwobuzima ariko aravuga nubwo muri 2002
@muhirejeanbosco8541
@muhirejeanbosco8541 3 жыл бұрын
Mukunda ikiyeli nu burobe arko nakuremeye
@zeguetchalu5126
@zeguetchalu5126 3 жыл бұрын
Gusa yitwaye kigabo mukwishura ubanyamakuru ntabaye nkibwa nka désir nziza
@aal1855
@aal1855 3 жыл бұрын
@@zeguetchalu5126 Uravuga nabi iyuva😂😂😂😂😂none Washak bavug bimw batabayho kumwe 🤣🤣🤣
@reveriennshimirimana5739
@reveriennshimirimana5739 3 жыл бұрын
Safi bro,irambire kandi utere imbere nk'umuzinga,isimbi muze muguma mudushakira abarundi mubavugisha twumve uko babayeho,ok,mukomere
@aal1855
@aal1855 3 жыл бұрын
Mbega Umusore ufise igihagararo nkico yubaha Imana 😍😍😍😍 Bless you Bro 🤗🤗🤗🤗 Ugira n'ikinyabufura disii
@galileeyvanrudigi1748
@galileeyvanrudigi1748 3 жыл бұрын
Keep going mon petit uraryohey canee Rodriguez unyibukij ijambo riri muri bibl ivuga ngo nubwo amatanguriro yaw yaba ari mato ariko iherezo ryaw rizoba rinini..ndashima imbuto yakagakiza iri muri ww kdi courage bro
@rodriguezassociationacadem5755
@rodriguezassociationacadem5755 3 жыл бұрын
Asante brother galilée
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
Nbaye uwanbere abarundi nabarundikazi.murihe twimanu kire.uraberewe.murundiwacu🇸🇦🇧🇮
@Aline.kankindi257
@Aline.kankindi257 3 жыл бұрын
Turahari
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
Nukuri.uvugishije.ukuri.muburundi.ntamuntu.yimana.inya atuma.akwima amafaranga.ariko.inya baraguha
@claireniyompamvu5420
@claireniyompamvu5420 3 жыл бұрын
Komera ncut yuburundi ukomere nshimy Imana ko ufise ahukura ayuduharage
@mudacyahwapotien7493
@mudacyahwapotien7493 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@irankundadivine6361
@irankundadivine6361 3 жыл бұрын
Yes my broooo👏👏👏couragee
@fleurydushime806
@fleurydushime806 3 жыл бұрын
Nzeye sha🤩 keep it up bro
@user-gk4wo4ou1u
@user-gk4wo4ou1u 7 күн бұрын
Waw I'm praud of you Man of God!! Salvation to All 🙏🙏🙏
@saveourplanet285
@saveourplanet285 3 жыл бұрын
Coach ndamuzi namubonye nkorera imahama arasabana cyane kdi akunda gukora
@kabangadidierfabrice5257
@kabangadidierfabrice5257 2 жыл бұрын
Mur'iyi Si twese dufise ideni ryuko harabakeneye ubufasha bwacu muri bike dufise bakaba batarabibona rero wewe uri kuryishura Imana Ishimwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nadinemuhimpundu2658
@nadinemuhimpundu2658 3 жыл бұрын
Ikirundi uracibagira bro.courage n,urugamba kandi wararugwanye
@napoleonnimbesha3138
@napoleonnimbesha3138 3 жыл бұрын
Keep shining young man.. Musaga is our land 🇧🇮
@bakangf2211
@bakangf2211 3 жыл бұрын
Nana urazi ko 😂😂😂
@colinebutoyi9884
@colinebutoyi9884 3 жыл бұрын
Musaga yubahwe😊
@mabeniani7328
@mabeniani7328 3 жыл бұрын
Welcome in Europe my friend.
@sabiyumvavanessa2541
@sabiyumvavanessa2541 2 жыл бұрын
Keep shining my Bro Rodrigue
@kamikazidenise384
@kamikazidenise384 3 жыл бұрын
Yooo mwana wacu Imana iguhe umugisha
@solangecyusa7587
@solangecyusa7587 3 жыл бұрын
Isimbi ku ❤️
@danielhitiyise4873
@danielhitiyise4873 3 жыл бұрын
Imana ikomeze ikwagure kandi yagure umugisha yaguhereye murwanda
@bakangf2211
@bakangf2211 3 жыл бұрын
Nzeye wubahwe 😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@m.a5032
@m.a5032 3 жыл бұрын
Ariko kuki abarundi mwanga uRwanda🤔🤔 iyo tubonye icyiza kubarundi turakivuga,iyo haricyo muturusha turakivuga, bamwe twaranahavukiye ariko biragoye kubona umurundi ugira icyo ashima kurwanda nibake cyanee!! 80% za comments z'abarundi barikumutuka uyu mutype kuko haribyo arigushima ku Rwanda!!! Buriya mubiterwa niki?????????????
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 3 жыл бұрын
Bihoze.
@m.a5032
@m.a5032 3 жыл бұрын
@@caritasnduwayezu4851 hatali kweli
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 3 жыл бұрын
@@m.a5032 nugutumwanya kwibaza kubabona icirabura ko cera. Icera naco cirabura 🤣🤣🤣
@nahishakiyewilliam6225
@nahishakiyewilliam6225 2 жыл бұрын
M.A abo arinjiji bihoze. ubundi je nikundira urwanda
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 3 жыл бұрын
Abarundi barazi ubwenge urumwan mwiza papa abakunda abarundi nkanje barimumahanga nkanje I love you nkunda cane 🥰🥰🥰🥰🥰♥️🥰♥️🥰🥰😘🥰😘🥰😘🥰😘🥰😘🥰😘🥰😘🥰🥰😘🥰😘🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃♥️♥️♥️🇧🇮
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 3 жыл бұрын
Ishakemwo igisubizo. Mu kirundi ni ironderemwo inyishu. Ijambo ryiza
@Musindi736
@Musindi736 8 ай бұрын
Uwo ntavyazi Uburundi nigihugu ciza cane abo usanga aribamwe baturira abantu mumapine
@patriatv3002
@patriatv3002 3 жыл бұрын
Go ahead Nzeye. MSG Forever
@Empower1tv
@Empower1tv 3 жыл бұрын
Rodrigue Umwana wiwacu Kowakuze??? 🤔🤔🤔🤔
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 3 жыл бұрын
Pole musore.Rwandese are not as warm as Burundians...maybe it is due to climate cange amateka akomeye banyuzemo...
@nshimiyimanaclaude1533
@nshimiyimanaclaude1533 3 жыл бұрын
Sabin urumva ko mu Burundi ntabyo kuburara barasangira akabisi nagahiye
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 жыл бұрын
Yooo bron vyarahindutse Ubu Iburund🇧🇮 urumujene utazigame uba wayovye ubuturasevinga
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 3 жыл бұрын
Ibintu ariko aravuga ngira nivyo muri 2002 kabisa, ivyo kuryosha ngukwo avuze ntavyo ndabona mwikigisagara kuko usanga umu taxi vello afise lisence
@clebertmuhoza
@clebertmuhoza 2 жыл бұрын
Umurundi yubahweee 👏🏼🇧🇮🇧🇮
@angenzeye7975
@angenzeye7975 3 жыл бұрын
Terimbere m pet frer courage
@kasemirojr3991
@kasemirojr3991 3 жыл бұрын
Uyu musore aransekejeee kweli. cyakoze abarundi bavuga neza vraiment haha haha
@rooz1234
@rooz1234 3 жыл бұрын
Kurusha ikiinya rwanda cyacu c uzarebe uburwo abarundi bavuga barandag ahubwo ababaye murwanda wumva aribo bavuga neza
@kasemirojr3991
@kasemirojr3991 3 жыл бұрын
@@rooz1234 sinzi kabisa wowe uko ubibona ariko abantu benshi Ikirundi bavuga ko kiri sexy, uzi noneho kuvugana n' umurundikazi yivugira kuriya gake gake, ukuntu biba biryohey amatwi haha hhah
@brunellakezakimana1203
@brunellakezakimana1203 3 жыл бұрын
Mmmmmh,narindamuyobew peee.
@chrisbenii
@chrisbenii 3 жыл бұрын
Nzeye nkeee🤣🤣🤣🤣keep it up my bro!!! Musaga is represented kbx
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 жыл бұрын
Musaga oyeeee
@ericandihokubwayo9081
@ericandihokubwayo9081 3 жыл бұрын
Hahah nzeyi curg bro🤝msg oyee🥰
@dushimeangesonia9286
@dushimeangesonia9286 3 жыл бұрын
Msg oyeeeeeeee🤣
@mugaboemmanuel8269
@mugaboemmanuel8269 3 жыл бұрын
Cool coach
@havugimanamusa8832
@havugimanamusa8832 3 жыл бұрын
Ndakubona
@justinndayiziga838
@justinndayiziga838 3 жыл бұрын
I remember msg kwli terimbere bro ndabona iki kurimwo kirakomeye komeza uterimbere 🔥
@johannair184
@johannair184 2 жыл бұрын
Congrès my bro
@nailaniyonkuru5718
@nailaniyonkuru5718 3 жыл бұрын
Invitano ni mikenyero muki nyarwanda,
@muhirefrancktorres5681
@muhirefrancktorres5681 3 жыл бұрын
Ma Sœur ndabimubwira sha...hhhhh
@UbukireNyabwoTV
@UbukireNyabwoTV 3 жыл бұрын
Ikiganiro cyiza cyane || Mukomeze mukurikire ibiganiro byiza kuri channel UBUKIRE NYABWO TV
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 жыл бұрын
Gusababiraryana🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 courage
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 3 жыл бұрын
Caaane. Nacane cane iwanyu ataco warukenye.
@evelynenikwigize624
@evelynenikwigize624 3 жыл бұрын
Ukwokuntu wabeshe abobaganda kur lift numva binyish pe! Ubwonturumunyabuyenzi bro😂😂😂😂😂
@nickdavyndayizeye4463
@nickdavyndayizeye4463 3 жыл бұрын
N'umunyamusaga
@christaishimwe4003
@christaishimwe4003 3 жыл бұрын
Nzeye😍😍😍😍😍😍😍😍
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 3 жыл бұрын
❤️🇧🇮
@mindcleaner9290
@mindcleaner9290 3 жыл бұрын
Abarundikazi mwigaragaze tubabone murakenewe
@cizapaterne2709
@cizapaterne2709 3 жыл бұрын
Turahari kabisa 🇧🇮🇧🇮🙏🙏
@nshimirimanafrancoise2517
@nshimirimanafrancoise2517 3 жыл бұрын
👌👌👌👌👌👌👌👌
@mindcleaner9290
@mindcleaner9290 3 жыл бұрын
@@cizapaterne2709❤️
@amiellairad9956
@amiellairad9956 3 жыл бұрын
😂😂😂😂
@jamilanimbona3692
@jamilanimbona3692 3 жыл бұрын
Turahari kabisa
@kevinmugisha1293
@kevinmugisha1293 3 жыл бұрын
Ubu vyarahindutse nabafise masters ntakazi aba serveur abadandaza unité nabize gusa ikitarihinduka nukutava muri famille
@juifolivier3172
@juifolivier3172 3 жыл бұрын
Umusore wacu terimbere kbsa
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD 3 жыл бұрын
Mu mico y'Abarundi nta muntu yimana indya canke inyobwa. Gutanga bizana umugisha. Abarundi turatanga ariko turazi no kuziganya kuko hari n'umwibutsa uvuga uti:" Umugabo ni uworya akaraza". Aho muri hose mwitware neza muzoba mubereye Aba Ambassaadeur igihugu cabavyaye. Ikinezera cane nta murundi avuga Ubuzima mu Burundi buragoye. Kaze twubake Uburundi. Burundi Rwanda mukomere mwese.
@rabagiranafamilytv289
@rabagiranafamilytv289 3 жыл бұрын
Si nk' I Burayi gusa ahubwo ni muri Edeni.
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 3 жыл бұрын
Ni Dubai
@aimeqatar148
@aimeqatar148 3 жыл бұрын
Isimbi murakoze kunyereka umugenzi narinarabuz ahubwo ndamubony ndatangara yarabay igangi vyubumesha courag bro
@clementirakoze2835
@clementirakoze2835 3 жыл бұрын
😂😂😂😂nzeyiiiii wubahweee ndakee musaga oyeeeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮naha hubahweee
@prosperndayisenga6811
@prosperndayisenga6811 3 жыл бұрын
Umuntu ahunga nindege abayarahunze
@jg9247
@jg9247 3 жыл бұрын
Nonese mubuzima busanzwe nyine areba icyoroshye gutya?asking for a friend 😜
@kasemirojr3991
@kasemirojr3991 3 жыл бұрын
bagusubize numvireho
@ericmusuku7865
@ericmusuku7865 3 жыл бұрын
Si ukuraba icoroshe,ni thinking so much
@shimshajobal6176
@shimshajobal6176 3 жыл бұрын
Ndasavye mvugane na sabin mwaba mukoze
@kabangadidierfabrice5257
@kabangadidierfabrice5257 2 жыл бұрын
Egoooo Mutama bandanyirizaho icanezereje n'uko utibagiwe babana watanguye n'abo ubu ukaba ubafasha
@chany9950
@chany9950 3 жыл бұрын
Hahahaha uyu mu type aranyishe abarundi turoroshubuzima saaana
@chrisbetheldushime523
@chrisbetheldushime523 3 жыл бұрын
Wa musaga ndakwibuka mu kinaNira ca musaga
@loramatilde8285
@loramatilde8285 3 жыл бұрын
Uyu muntu apfana iki na Manibus wa ex-large
@ngabiranokayabu7384
@ngabiranokayabu7384 3 жыл бұрын
Nari ndidiriye kwumva izina ryiwe.. Namwibuts nkimubona but last time i saw him , it was more than 20years ago!! @isimbi noronka numero ziwe ndamuramutse???
@rodriguezassociationacadem5755
@rodriguezassociationacadem5755 3 жыл бұрын
+250789921727
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 3 жыл бұрын
Aracafise udu termes twi Burundi. Terimbere murundi wiwacu. Ndabona Imana yarabikoze
@shimshajobal6176
@shimshajobal6176 3 жыл бұрын
@@rodriguezassociationacadem5755 allloooooo ngo ngwikiiiiii eww sha ruda...... Courage my bro!Amasengesho imbere!!
@zeguetchalu5126
@zeguetchalu5126 3 жыл бұрын
Uwo mutip yishuye nkuwa bijeyi abana désir ninziza yarambabaje
@davinamuhozi566
@davinamuhozi566 3 жыл бұрын
Urabona ko mwenewanyu Paul yabakiriye neza rero mwisanga mugihugu
@mudacyahwapotien7493
@mudacyahwapotien7493 3 жыл бұрын
yakira bose ntago yakira bene wabo gusa
@peruthumwari9507
@peruthumwari9507 3 жыл бұрын
😂😂😂uyu muntu aransekeje p ati waburaye iburundi wakwiba gacyeya ariko mu rwanda bakumena umutwe ntiwasubira
@verynicehello9
@verynicehello9 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@gaspardnsengimana7974
@gaspardnsengimana7974 3 жыл бұрын
Wtfk
@gakuyanonadine2432
@gakuyanonadine2432 3 жыл бұрын
Turakuramukije musaza wacu
@fredmatata8688
@fredmatata8688 3 жыл бұрын
Ndasetse ngo uwo murongo uwumpe!!!
@manudiify
@manudiify 3 жыл бұрын
Rodrigue wacu
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 3 жыл бұрын
Tunezerewe koyateyimbere. Ronkibintu
@IrAub
@IrAub 3 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮✌️✌️MSG Ruda
@issyoboyjonathan
@issyoboyjonathan 3 жыл бұрын
Nzeyi ndaq😂😂
@burundianafricana33
@burundianafricana33 3 жыл бұрын
Merciiiiiiii 😍😍😍
@christabellakeza673
@christabellakeza673 3 жыл бұрын
Nzeyi shn🤣🤣🤣🤣🤣
@rusesaboyrusizi8550
@rusesaboyrusizi8550 3 жыл бұрын
Congratulations dear muturanyi
@nshimirimanafrancoise2517
@nshimirimanafrancoise2517 3 жыл бұрын
Commentaire ziraha😂😆
@celestinndayishimiye1443
@celestinndayishimiye1443 3 жыл бұрын
Azi ubwenjye kbs abeshyi. Muribo iyobanjyeze ino bararyoshya bagatahira icyo
@beckythehustler2981
@beckythehustler2981 3 жыл бұрын
Uyu mujama ko asa na sabin
@niyongerefloride6475
@niyongerefloride6475 2 ай бұрын
Bro ntaco dupfa twese twaratorongeye ariko ugabanye iyo mvugo yubwibone ntamukizwa avuga gutyo
@nyirambanjinkabeatrice3047
@nyirambanjinkabeatrice3047 16 күн бұрын
Kombona atarikwirya
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 3 жыл бұрын
Tera imbere mwana wiwacu🤣🤣🤣
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 3 жыл бұрын
Wa musorewe isigarize.
@beckydianandoricimpa3598
@beckydianandoricimpa3598 3 жыл бұрын
Nzeye ndagusavye uze uravuga ikirundi ntuzocibagire🙏 du reste courage
@m.a5032
@m.a5032 3 жыл бұрын
Nonese ntago aricyo arikuvuga??? Kuko iki s'ikinyarwanda arikuvuga pe !!!!
@beckydianandoricimpa3598
@beckydianandoricimpa3598 3 жыл бұрын
@@m.a5032 aracanga amajambo y ikirundi nay iki nya Rwanda ibisigaye nisawaa
@m.a5032
@m.a5032 3 жыл бұрын
@@beckydianandoricimpa3598 eee ahubwo!!! Ibyo nibyo . Muvuze ko arikuvuga ikinyarwanda gusa mwaba mubeshye
@beckydianandoricimpa3598
@beckydianandoricimpa3598 3 жыл бұрын
@@m.a5032 yeah nivyo nyene nashatse kuvuga
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 3 жыл бұрын
Hari umugani uvuga ngo:, À Rome, fais comme les Romains" Nukuvugako aba mu Rwanda, ariko akoreshwa interview numunyarwanda, kuki atovuga ikinyarwanda? Ni signe ya intégration... Ubu nkawe woja muba muri France bakagukoresha interview, woca uvuga mu kirundi? Canke uba USA nahandi.... Humura, nta muntu yibagira la langue maternelle
@umusarabatv8746
@umusarabatv8746 3 жыл бұрын
Iburundi ufite 5million ushaka aba bouncer bo kukurinda. Hahaha
@nezaofficial777.7
@nezaofficial777.7 3 жыл бұрын
Kdi z, amarundi! Ubwo ari izamanyarwanda, warindwa na Machine gun.
@Nono-tm4zv
@Nono-tm4zv 3 жыл бұрын
Ariko reo Bro Muburundi iwacu ushak ugenda milliones ijana ntawogufata uratubeshe ariko ariko ntakibaz kimwe turishimye kukubona kuber uruwacu🇧🇮
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 жыл бұрын
Barakwica muburundi vugisha uku? Niwacu ndahazi
@mariegorethmujawayezu1111
@mariegorethmujawayezu1111 3 жыл бұрын
Aze hiyo? Hhhhhhhhhh !!!!!
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 3 жыл бұрын
@@carinemanirambona2708 hhhhh ubuse ahantu hataba amabandi nihehe koko? Yewe yakabije pe, ushatse kuvuga KO atamuntu agendena amahera ??? Ubu kwanza ntibinagezweho amahera ABA Kuri téléphone
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 3 жыл бұрын
5 ans wamaze kwibagira i Kirundi??
@kasemirojr3991
@kasemirojr3991 3 жыл бұрын
urumva atavuga i Kirundi neza se? ntimugakabye
@christophegahinzi2785
@christophegahinzi2785 3 жыл бұрын
Nikugira audience ya isimbi imwumve kuko iri a 90% naba nyarwanda.rero mureke kumutera amabuye.uwugiye etats uni avuga ikirindi??mureke kumu jugea
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 3 жыл бұрын
@@kasemirojr3991 akivuga nkuko kwawe!!
@kasemirojr3991
@kasemirojr3991 3 жыл бұрын
@@angebuhungu8976 egoko, ndumiwe koko haha hah
@johnn7188
@johnn7188 3 жыл бұрын
ukabesha shaaa uvuze ukuri sister
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
waratomboye batakwishe sha Imana ishimwe twarahovye abasore aba papa nihatari sha
@sbruce5480
@sbruce5480 3 жыл бұрын
Ahubwo se ninde muRwanda wakwica? Abarundi benshi ninshuti zacu Kandi babayeho neza
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
@@sbruce5480 murwanda nisawa cane ndahemera nanje uzi abarundi bahunze kare ntaco babaye tukibibona twarituzi kobitazoteba sha musaza wanje baramwishe ntabwo twabonye ikiziga sha na papa wanje ntitwamuhavye nawenyene
@sbruce5480
@sbruce5480 3 жыл бұрын
@@mohdkwt5378 ihangane nukuri ibyiza birimbere🙏
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 3 жыл бұрын
@@sbruce5480 yego
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 жыл бұрын
Abanyarwanda urikubayagira basigara baragutwenga Uzi.inzigo numutima mubi wabo Igihugu ndimwo tubana nabo Sabantu nibikoko
@berwacom8787
@berwacom8787 Жыл бұрын
Nibyo ibyo uvuze🤔
@user-bf2zb7nu7q
@user-bf2zb7nu7q 7 күн бұрын
Uwo mutima mubi ni wowe uwufite . Ko utaba inaha ubikura he
@Nitah_B
@Nitah_B 3 жыл бұрын
Ni ndange kbs
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 3 жыл бұрын
Ivyomuvuganibiki,kotwaremwenumwe.ntanzankanazibazikwiye,kukoturibenemugabumwe
@kigobekingkong387
@kigobekingkong387 3 жыл бұрын
Uyu mugabo anyibutsa abanyagwanda biitaga abaganda kuko babonaga Uganda ari igihugu giteye imbere cane, kurusha urwanda kandi ko bashobora kugya gatatu kumunsi kuribo babonaga yuko ari ikinu gitangaje cane NONE UYU NAWE BAMUSIZE AMAFUTA KUMUNWA AKIBAZA YUKO YAHAZE KANDI AGIFISE INZARA, namenyeyuko na Korea yaruguru ifise ama barabara asukuye cane kandi namatara yaka hose mugihugu ariko abanu birigwa bafa nizara nabandi birigwa bahunga (I think that's sound familiar).
@deder2020
@deder2020 3 жыл бұрын
Yatanze témoignage yiweee n uko abona ibintu bye nimba wumva bidakushimishije njya kunywa amazi birashira kandi nka banyarwanda twemera y uko i bugande hari byo bakiturusha ariko sinkambere hariho baturushaga byosee
@yvesniyongabo6552
@yvesniyongabo6552 3 жыл бұрын
Murayavuga
@assiah71
@assiah71 3 жыл бұрын
Byiza mutama
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 жыл бұрын
😊😊 Usigaye uvuga Igiteregesi Ndake.. Urakabije Yamara uko uvuga Uburundi 🤔 Niwitahire bakubone ntawuzokubuza amahoro👍🏾
@nickdavyndayizeye4463
@nickdavyndayizeye4463 3 жыл бұрын
Urwo ruhungu rwahindutse urunyarwanda wiba wenyene
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 3 жыл бұрын
Surunyarwanda numurundi bamuvuga neza
@nickdavyndayizeye4463
@nickdavyndayizeye4463 3 жыл бұрын
@@annociatebukuru8106 nn uwo aponda womuvuga neza uwo ahaheruka zamani ngo kwiba leta mvyeyi oyoo
@emmanuelnshimiyimana5856
@emmanuelnshimiyimana5856 3 жыл бұрын
Muraho?
@Love-vb8hz
@Love-vb8hz 3 жыл бұрын
Sh uburundi ubu sibumwe waruz kiry gihe wapi vug neza igihugu cawe neza
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 жыл бұрын
Ari kuvuga ubuzima bwe ntabwawe yavuze none urigushaka iki?
@odiborndi4188
@odiborndi4188 3 жыл бұрын
Urumva uyumuswa rwaraducoza numbwambere numvise umuntu avuga nabi iwabo icowomenya coco iwanyu niwanyu hanze nihanze🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
Oyaa.ntiyavuze.nabi.ahubwo.wuvisenabi.yavuze.muburundi.kohanyoche.kuba.ariko.ufise.amafaranga.meshi.munzu.koboyakwiba
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 3 жыл бұрын
Mureke sha akariho karavugwa
@emmanuelnshimiyimana5856
@emmanuelnshimiyimana5856 3 жыл бұрын
Ko ntabona number ye?
@rodriguezassociationacadem5755
@rodriguezassociationacadem5755 3 жыл бұрын
+250789921727 niyo
@celestinbizimana4291
@celestinbizimana4291 3 жыл бұрын
mon frere akakanya ikurund pi? ndakunda abanyarwanda ingen bakunda umuco wabo abatama babanyarwanda bari barahungiy iburundi barinze bataha bakivuga ikinyarwanda ababakomotseko nibo bavuga ikirundi ariko wew ugiy kigali ejo usigaye uvuga icumwero hahahaha bro uraraba neza niwaza ntituze tugusubiza kigali twakwise umunyalu
@alainkanobayire2078
@alainkanobayire2078 3 жыл бұрын
Reka kumuseka nawe byakubaho!
@celestinbizimana4291
@celestinbizimana4291 3 жыл бұрын
@@alainkanobayire2078 wapi iryo kosa ntaryo nokora mbega vyohera h? namaz imyaka ibiri ngaho iwanyu natashe ataco ndavuga mbega ikinyarwanda umenga uriko urahoha carananiye
@alainkanobayire2078
@alainkanobayire2078 3 жыл бұрын
@@celestinbizimana4291 byose biterwa n'inyungu umuntu akuramo. Wewe urabona ko umugati awuvana mugukorana bya hafi n'abanyarwanda. Wowe niba wari webereye munkambi wumva intérêt yokukivuga irihe ? Hama kuvuga ko abanya Rwanda bamaze imyaka n'imyaka iwanyu bagataha atakirundi bazi, banza urabe ubuzima bari babayemo. Nta intérêt n'imwe bari bafite mu kuvuga i kirundi, bari bafite communautés zabo bakishakamo uburyo bwokwibeshaho ahubwo bagaha n'akazi abarundi ugasanga abarundi nibo barimo Kwiga I kinyarwanda.
@celestinbizimana4291
@celestinbizimana4291 3 жыл бұрын
@@alainkanobayire2078 aho iyaza kuvuga ikirundi ntibari kumwumva rek rek wamugabo we iyi ruba nurundi rurimi mbega k wandik nkabitahura wew nandik ugatahur aha hoba haricotuduza ntiwovuga nkakumva hama nawukavuga nkakumva uko nukwiyoberanya mugab ikibazo ntihabura akukocora bakakumva
@alainkanobayire2078
@alainkanobayire2078 3 жыл бұрын
@@celestinbizimana4291 none se wigeze wumva ahakana ko atari umurundi? Ibyo kwiyoberanya ntabirimo. Kandi nta kirundi yigeze avuga ko yibagiwe. Reka nkubwire jye navukiye I Burundi ndahakurira ndahakorera ndetse na Madame n'umurundikazi.Kandi aho nakoreraga mu Ntara Ngozi, Gitega na Makamba, aho hose utekereza ko navugaga I Kinyarwanda?! So don't blame him, he is trying to integrate within the society. Kandi urabona ko ameze neza. Birya akora utari umunyabwenge Kandi aciye bugufi ntabwo wabishobora.
@rosanantirenganya4027
@rosanantirenganya4027 3 жыл бұрын
Ubuzima nibuto urayabika azosigara ararya abatayarondeye .murwanda ntarukundo bafise muburundi Dufise urukundo.nn murwanda niho barongora kare uravuga make wihorere
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 3 жыл бұрын
Kwatarukundo bafise abarundi batunze nimwe mubagaburira? U Rwanda rurakabaho.
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 3 жыл бұрын
Ivyo bintu yavuze je nabiravye ndatwenga ndatembagara , uyumu TIPE yavuye ino akiri umunyeshuri ivyo guhiga ubuzima ntiyarazi ivyarivyo kwari kurya amahera yabavyeyi gusa , niyompamvu atazi ivyavuga
@rosanantirenganya4027
@rosanantirenganya4027 3 жыл бұрын
@@annociatebukuru8106 haaaa nomuburundi muri kndi benshi
@nduwayotite5058
@nduwayotite5058 3 жыл бұрын
Abo turabazi knd uvuga ukuri Niko mumeze gusa sabarundi Bose twebwe turibeshejeho kandi urwanda ntaco baturushije
@m.a5032
@m.a5032 3 жыл бұрын
Hhhhhhhhhhhhhhhh sha urwanda Rubarya mumenyo pe!!
@nyirambanjinkabeatrice3047
@nyirambanjinkabeatrice3047 16 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@uwakristu4010
@uwakristu4010 3 жыл бұрын
Birantwenza iyo umuntu avuga ubuzima yabayemwo akabwitirira abantu bose. Nka ww wakoze he Buja wobwira umuchef ng nzogaruka 7 iheze ng nuko yaguhemvye. Birumvikana ko wari ikirara kuberako wari n'umuhungu 1 iwanyu warafyina ariko ntiwari bwabona ubuzima nico gituma wivugira ivyabana nyene. Hama imiryango y'i Buja yobaho gut itaziganya, aba jeunes bogira amamariage gut? Aho uriko uvugira akarwi gato k'abana b'ibirara waruzi abo nabo ntaho batari naho uri bariyo.
@cizapaterne2709
@cizapaterne2709 3 жыл бұрын
Nta wokubwira menshi, kuko umutwe wawe ni muto cane
@Mila-vu1yr
@Mila-vu1yr 3 жыл бұрын
Ahubwo uraraba ko atariwe uri ikirara. Umutuka utamuzi. Aho kayabacitse mutamunize umusore nkuyo muramutuka aruhe mwirihe mu majambo ivyo mutamukoreye.
@Mila-vu1yr
@Mila-vu1yr 3 жыл бұрын
Uzokwiyite uwa shetani ureke kwiyita uwa Yesu kuko uwiwe ntatukana.
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 4,1 МЛН
💓💓DORE INDWARA UKWIYE KWIRINDA ZICA ABANTU BENSHI KWISI.🔥🔥
16:19
AMAKURU MASHYA KURI BYIRINGIRO LAGUE ?!!!!
23:10
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 1 М.
Ubworozi bw'ingurube  mu rwanda VAF
42:49
SHIRIMPUMU JEAN CLAUDE
Рет қаралды 13 М.
Ibyo ukwiriye kwirinda n'ibyo kurya iyo urwara igifu.
10:08
Nutri-MediPlus (Nutritionist Leah)
Рет қаралды 51 М.