Umushikiranganji Gervais Ndirakobuca aragabisha uwo wese arya canke atanga IGITURIRE

  Рет қаралды 2,046

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Umushikiranganji w'Intwaro yohagati n'Iterambere ridakumira aragabisha uwewese arya igiturire canke akagitanga afashwe azopfuga anafutwe mukazi ubwonyene

Пікірлер: 10
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Turi inyuma mutama 👌👌👌🇵🇸
@guenoleizere9254
@guenoleizere9254 4 жыл бұрын
Harakenewe abantu nkawe benshiii igihugu cotera imbere
@benimanakabayaraymond599
@benimanakabayaraymond599 4 жыл бұрын
Courage!kdi twari dukeneye abarongozi nkawe!
@arhidbolndi4427
@arhidbolndi4427 4 жыл бұрын
Komera mutama waruvuzeneza rekaturorereujeguhindura ibintu
@jastinpaul2510
@jastinpaul2510 4 жыл бұрын
Komera turabe kotwotera imbere
@cishahayosadiki7283
@cishahayosadiki7283 4 жыл бұрын
urarivuze kabisa umugabo ninkawe
@Njk-z3e
@Njk-z3e 4 жыл бұрын
Zina murundi wese ahari agerageze ahagararire igihugu ciw abatinya gutaha batahure baboneko uburundi arinyabagendwa bahez batah
@kingsaidovolcano9651
@kingsaidovolcano9651 4 жыл бұрын
Ndakurahiye imvugo niyo ngiro birik biraba walahi
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 жыл бұрын
Abo nibobanu dushaka iBurundi
@aboali2763
@aboali2763 4 жыл бұрын
👏👏👏👏👏👍
Ndicuza 🥲Micky araturitse ararira 🥲Regis naramuhamagaye
1:45:17
Protection de la forêt  de kibibira à MUSIGATI
22:44
Indundi TV
Рет қаралды 391