No video

Umushingamateka

  Рет қаралды 11,335

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

2 ай бұрын

Ibikorwa vy'Inama Nshingamateka vyo kuri uyu wa 13 Ruheshi 2024, aho iramutse yiga uburyo (amafaranga) Reta y'Uburundi izoresha mu mwaka wa 2024 ushira uwa 2025.#amakuru_atarikwivumbi
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 28
@JeromeBariteranya
@JeromeBariteranya 2 ай бұрын
Rwasa president
@EnockRamos-ud7co
@EnockRamos-ud7co 2 ай бұрын
❤komera uvugukuri nkumushingantahee
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 2 ай бұрын
Ikibazo cuwitwa Pascal GIKEKE cama arikibazo cumutse ndake
@victorNizigiyimana
@victorNizigiyimana 2 ай бұрын
Nimuhezagigwe gikeke agathon ninyankamugayo cnl dd ntivuga yararonse inoti
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 2 ай бұрын
😂😂😂😂baguma babeshere abenegihugu ngo barakenye mwamwumvise Gelasie 😢 utugori barimye nuguhereza kwisoko kugira bongereze bugde yumukuru wigihugu kandi ibigega bibogabo muhiriwe
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Ай бұрын
None cagifyoti naco kirihehe ngirukwishaka, mbega Gélase Ndabirabe kwamucirako micro nikuki???😢😢😢 Abarundi Nico gituma gutera imbere bizogorana
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona 2 ай бұрын
KO mutama atahejej kuvuga ubwo NTIbaciye bakata micro?vyaciye bisuma cane😢nihatari
@MalachieIrakoze
@MalachieIrakoze 2 ай бұрын
Urumukenyezi wintwari uvuze kohokoreshwa ikirundi kuko twe tubatega amatwi benshi twumva ikirundi kandi mumenye ko twikukiye
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b 2 ай бұрын
Numvisemwo ibihangange bibiri gusa mutama agatho nuwo mutama abajije ibifranga vyabasirikare atanicumi yinzira mukigega caleta nyonyezi
@silvernizi7790
@silvernizi7790 2 ай бұрын
Ibibazo vyiza cane gose
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b 2 ай бұрын
Ibibi gabo vyose nibiniryo pe ntanakimw kirimwo gikomeye mumutwe iyileta nyonyezi ngarika ningorane ikwiye gutembagara nkuko leta mporona yatembagaye pe
@nisubireapollinaire-pn2kw
@nisubireapollinaire-pn2kw 2 ай бұрын
Ewe Rwasa ndakunda ukuntu uvugira umunyagihugu naho utumvigwa
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b 2 ай бұрын
Nuwo mukenyezi yubahwe pe
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 2 ай бұрын
Pascal Gikeke ava mu mugambwe uyuhe?
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona 2 ай бұрын
Cnl🎉
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 2 ай бұрын
Ndavye ubwenge afise ni CNL
@BigirimanaAmidou-sx5tg
@BigirimanaAmidou-sx5tg 2 ай бұрын
Ndashimiy izo nyankamugayo
@user-nh1dh8db1l
@user-nh1dh8db1l 2 ай бұрын
Nukuri Jew umwubahwa Rwasa munamashingamateka agenda guserukira abanyagihugu naho batamuha akanya gakwiye
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 2 ай бұрын
Ambassade yi Tanzania irimwo imbonakure nyishi zikorera dd
@georgesnijimbere9606
@georgesnijimbere9606 2 ай бұрын
Nibareke kundufukama munda nukuri.
@NiyonkuruAliera
@NiyonkuruAliera 2 ай бұрын
Iyabamwokwamye muvugukokwel nonahomubayiki
@BigBrother-lm7xo
@BigBrother-lm7xo 2 ай бұрын
Nkunze abantu 3 gikeke gwasa hamwe nuwo murundikazi yasizi ikirundi Yuko covugwa bikumvikana nabandi ndabashimiye
@JeromeBariteranya
@JeromeBariteranya 2 ай бұрын
Yubahwe agathon
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 2 ай бұрын
Nako gatama karabesha chane tuzakuvuna www guma mukinisha igihugu
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi 2 ай бұрын
Respect to H.A.Gwasa
@JulesYayiro
@JulesYayiro 2 ай бұрын
Ntawobafise iribwirizwa en PDF ?
@BizimanaThierry-gh7je
@BizimanaThierry-gh7je 2 ай бұрын
Murabaza kbsa!!!
@FirminNibigira257
@FirminNibigira257 2 ай бұрын
🎉
👨‍🔧📐
00:43
Kan Andrey
Рет қаралды 9 МЛН
Ouch.. 🤕
00:30
Celine & Michiel
Рет қаралды 37 МЛН
EVOLUTION OF ICE CREAM 😱 #shorts
00:11
Savage Vlogs
Рет қаралды 14 МЛН
Erkin Sidiq: Nöwettiki Weziyet Heqqide (149) - 2024-8-10
51:09
Erkin Sidiq
Рет қаралды 3,8 М.
Amakuru ya BBC GAHUZA yo KU wa 15.08.2024 ku#RWANDA#UBURUNDI#CONGO#
30:27