UMVIRIZA IJAMBO RYA PRESIDENT BUYOYA ATUTSE PRESIDENT NKURUNZIZA IZUBA RIVA

  Рет қаралды 120,443

DJ Daniel Video Archives

DJ Daniel Video Archives

Күн бұрын

Пікірлер: 154
@ArseneNahigombeye
@ArseneNahigombeye 3 ай бұрын
Iryojwi sigwiwe vrt miratubesha Sha ukonuguryoza
@harimenshialexis2563
@harimenshialexis2563 2 жыл бұрын
Bwejeri arimwo impwemu mbi atawundi yozisenda ngo azishobore uretse Yesu wenyene
@thierrybigirimana2675
@thierrybigirimana2675 Жыл бұрын
Iyirofa yumugabo uragowe umuriro w,Imana uzogutongora sha!!
@bakundukizeedmond-s1i
@bakundukizeedmond-s1i 10 ай бұрын
Nihatari sana uwo si buyoya.ntaco muba mubesha abantu nkukwo.ntawuzi ico muba mushaka.rero abantu turaciye ubwenge rero mukure ngaho ubwo bubwa bwanyu.
@clementirakoze5314
@clementirakoze5314 4 жыл бұрын
Sha aravuze m s'Imana ivuze ariko abarundi nagira nibamwe none uriko ubacamwimigwi ivyo mur 2020 biracavugwa Imana iturinde akokabi kabishe ntikazoshike kand mugihugu camenywemw amaraso atagirigitigiri
@kanao2007
@kanao2007 4 жыл бұрын
Iri jwi si Buyoya namba. Uwushaka gushikiriza opinion yiwe yobikora atabishize kuwundi. Kandi imvugo zicanishamwo abarundi sinibaza kohari abakizikeneye kuko zifise kahise kabi. Twikebuke
@nsabimanafrederic5249
@nsabimanafrederic5249 4 жыл бұрын
Iryo jwi sirya President Buyoya muratubeshe kandi ivyo ntavyo akunda kuvuga arabirengeye
@AsterNsengiyumva
@AsterNsengiyumva 4 ай бұрын
Nuhwer wari mubi kuva kera uteza intambar Ay macakubir YESU azoyakubaz ahur uragowe
@JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et
@JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et 3 ай бұрын
Wew ntuzopfa nn rofa
@SéverinNtahoshikiye
@SéverinNtahoshikiye 22 күн бұрын
Uyo siwe
@jeanmarievianneynshimirima1079
@jeanmarievianneynshimirima1079 4 жыл бұрын
Abatutsi birirwa bicana bangana iki? Abahutu birirwa bicana banana iki? None uwo bwoko uvuga bweranda ni ubwahe? Mbe burya ntabatutsi bakize kubw'abahutu?ntabahutu bakize kubw'abatutsi? Nokwifuriza kwiha Imana, ikagukiza amajambo apfuye mwene ayo.
@harumukizapacific5968
@harumukizapacific5968 4 жыл бұрын
Sha nibenshi CN ahubwo biratangaz mugbo vyama uku mugih amator haba ibihh vyinshi
@godefroidigiraneza9269
@godefroidigiraneza9269 4 жыл бұрын
@@
@mwarabuzeus5575
@mwarabuzeus5575 2 ай бұрын
Ico kijuju
@MuganinezaTheophile
@MuganinezaTheophile 28 күн бұрын
Musigeho guha agaciro amoko ntacyo bimaze kdi ntihategeka ubwo ko hategeka umu ntu kugitike
@fidelenkingi3875
@fidelenkingi3875 4 жыл бұрын
Urabesha Uyumugabo Yitwa Bwejeri Atuye USA Ntabwo Ari P P Buyoya ,Buyoya Ntashobora Kuvuga Ibibintu Vyabasazi
@dj-danielvideoarchives
@dj-danielvideoarchives 4 жыл бұрын
Ok
@GerardNiyonkuru-ml2md
@GerardNiyonkuru-ml2md 3 ай бұрын
Ufis ibikomere mu mutwe wa kitazi we
@bizimanathadee2591
@bizimanathadee2591 4 жыл бұрын
Yesu akubabarire
@ericdanysteeven9214
@ericdanysteeven9214 4 жыл бұрын
Criminal buyoya you're talking a rubesh
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq 3 ай бұрын
Ntamuntu n'umwe kw'isi yatoye kuba icarico cose twese twavutse twambaye ubusa Kd ntwashimwe ngo mvuke ndiki wa Mutama uvuga ibyo usigaje imyaka ingahe kw'isi ?
@mugabepierro5813
@mugabepierro5813 4 жыл бұрын
Uyu mugabo uvuze ibi ntarindi zina akwiye ni IKIGUNIRA:Igifuka kirimo ubusa
@jeanmariendayishimiye2799
@jeanmariendayishimiye2799 4 жыл бұрын
Nanje ndemezakoiryojwi atariryiwe vraiment !
@jeanclaudenkurunziza3974
@jeanclaudenkurunziza3974 4 жыл бұрын
Iman'igukize amacakukubiri urarushe
@methodenizigiyimana5921
@methodenizigiyimana5921 4 жыл бұрын
Arabesha caratuvunye ntiyitege ubutware bwaramusize
@mukeragabilodiana9391
@mukeragabilodiana9391 4 жыл бұрын
Methode Nizigiyimana 😹😹😹😹😹😹👍
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga 2 ай бұрын
Iryo jwi si irya Buyoya mureke kumurenganya.Ico ni ibigoryi c'umutama yashaje nabi.Ariko avuga ubusa Ubuntungane bozomufate abayo avuga azobiryozwe.
@cricencianalavwe9770
@cricencianalavwe9770 4 жыл бұрын
Uwo si Président Buyoya muratubesha
@JeremieNdihokubwayo-zp4qd
@JeremieNdihokubwayo-zp4qd 4 ай бұрын
Imane iratubona iratabara
@jesuskwizera8578
@jesuskwizera8578 4 жыл бұрын
Uwo si Buyoya nagato.ark mugihe tugezemwo inyigisho utanze yoteza imbere abarundi muri ivyo vyose uvuze n'iyih?ahukuvuga ivyubaka.
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu Ай бұрын
Uzopfa ubwejera mibuhungiro urazogaruka tukumwe nutwodushatse twasigaye kumatwi ntamuhima agitwara igihugu uzopfa ubweja
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
Abarundi au lieu de development economique ibidafis ikimazi nivyo mwishinga ababirigi babahenze munyungo zabo bwite.
@ArseneNahigombeye
@ArseneNahigombeye 3 ай бұрын
Ukonukubesha siwe nukubesha abarundi ariko sivyiza
@desire5211
@desire5211 Жыл бұрын
Akabonge karabasaza sha, none nkuyo ntimwumva ko atari muzima
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Uyu muntu numvise afise inkuru nyinshi ariko mugabo yotubwira icatumye yitwa umunya Israël d'origine akoongera akaba umurundi , Murakoze kuko kahise gategura kazoza. Mbega none,munsigurire KO uwo yuda avugwa yoba ari umwe yagura yezu .
@Mudageelevisnduwayo-tx2ws
@Mudageelevisnduwayo-tx2ws 3 ай бұрын
Iyombwa nkuyo numuntu aragahwera iyombwa irikidedembiki?
@NgendabankaManasse
@NgendabankaManasse 2 ай бұрын
Urapfuye nabi wa siha we uragapfa utabaye umw'isiraeri nta n'umututs ahari avuga uburofa nkubwo.
@NDUWAMUNGUJeanPaul-s1b
@NDUWAMUNGUJeanPaul-s1b 2 ай бұрын
Ayo macakubiri ntaho azogeza abayafise. Urwo rwanko mubiba bireke si vyiza n'a gato
@nijenahageraaugustin5895
@nijenahageraaugustin5895 4 жыл бұрын
ja muburundi ubivugireyo wa musazi wimboregwa ninde atakuzi ko ugenda barakwatse uruhusha rwokugendesha umuduga kubera akaborerwe kawe wamburu we. ntubayeho nkumuja kandi ukora atanico wimariye , iyo uborewe uja kuri whatsapp ukavuga ayakaboregwe wamugesera we.
@jorammanirakiza2223
@jorammanirakiza2223 4 жыл бұрын
Nyakubahwa buyoya gabanya inzigo. Ego nukuri kuzima intwaro turimwo ihurikiyemwo Bose kndi icowomenya kuva cndd yinjiye kubutegetsi gushika uyumusi umuntu yapfuye wese numurundi sumuhutu sumututsi nuwubabaye sumututsi gusa kndi sinumuhutu gusa. Mbere waranashima abahutu barishwe gusumba cne abatutsi
@marleneakimana2597
@marleneakimana2597 3 ай бұрын
Ce n est pas son excellence …. Il était intelligent pour se rabaisser à répondre à de tels accusation ou insulte … 😂😂😂 les tutsi ou hima nabantu binumiye respect 😃
@euphratenduwimana9008
@euphratenduwimana9008 Жыл бұрын
Uwariwe were yoga yaravuze ivyo Imana I mubabarire
@sadamunzisabira1022
@sadamunzisabira1022 4 жыл бұрын
ntawudapfa twarabimenye nimurye ivyo Imana yabageneye mwibuke icatumye habaho abahutu abatutsi nabatwa muheze mukunde Imana
@kuefd5201
@kuefd5201 4 жыл бұрын
Nibamusega musege lbisigaye mubireker lmana
@harikazuno6644
@harikazuno6644 4 жыл бұрын
Ahubwo ni bwa itagira umurizo mujeri ayo namaraso yabana babandi y iciye ntega n amarangara niyo yariko aramusaza uyo muhimbiri uzofa nka mobutu ahabwe na barozi nkawe wakivumewe.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 ай бұрын
Mbwejeri, ntibavuga ngo :"lible." Bavuga :" libre."
@BernardNtawumbabaye
@BernardNtawumbabaye Ай бұрын
Ivyo amacakubiri twarabisezereye
@Sirila18
@Sirila18 4 жыл бұрын
Amateke ,iswa ni zo ndya z abahutu?Ubu ho n abatutsi bararya iswa ,ibizinu ,eka vyose. Mbe nk ubu abatutsi bagutumye? Abahutu ni abacakara .... Reka gukora mu gisebe abahutu ngira film d horreur y ivyo wakoze muri 1972 abarundi turiko turayibona ku Ruvubu . Uyu muntu iperereza rimurondere rimufate iyo azoba ari hose .. Bishoboka bashireho petition abarundi basinye iyo yoba hose bamurondere bamusubize Uburundi aze kubivugira ngaha. ABAHUTU BASANZWE BASUZUGURITSE.... Murumva n ukuri ayo majambo?Imana yo irabakunda.
@hermesbashirahishize6307
@hermesbashirahishize6307 4 жыл бұрын
Ahubwo aragwaye mu mutwe yibaza ko tutazi ijwi rya Président Buyoya. Uko n'ugusamaza abantu uwubuze ico avuga yopfuma ahora.
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 6 ай бұрын
Uwo si Buyoya
@jeanmariendayishimiye2799
@jeanmariendayishimiye2799 4 жыл бұрын
Uwomuntu arinamacakubiri abushitse pe!kandi aravuga nabi pe!
@davidnduwimana553
@davidnduwimana553 4 жыл бұрын
Buyoya yogufata womubwira neza ingene ushaka kumuteranya na Nkurunziza n'ingene bariko bamurondera kuvyo yagirizwa. Burya wewe uramuzi neza Gustave kweri? Aho yokumangura n'aho wiyita umututsi kandi uri umbunuza.
@tatienbimaziki6435
@tatienbimaziki6435 4 жыл бұрын
Urakaryama amavyi yumy nabacu wamaz ndagufash urworuzur nzorushikura
@JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et
@JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et 3 ай бұрын
Urirofa
@RandryRaphinha
@RandryRaphinha 4 ай бұрын
Ako kagabo ntakindi karigafise ataramjambo yubugugu gusa uburofa gusa ibinyoma gusa amacakubirigusa agasuzuguro gakumbuye ntega ind marangara
@alexnaku9265
@alexnaku9265 3 ай бұрын
Kubwejagura gusa gusa..urateye isoni Bwejeri we
@JosiasBizerimana
@JosiasBizerimana 2 ай бұрын
Uwo si Buyoya ni bwejeri umuhima wamacakubiri
@frenkmakoba510
@frenkmakoba510 2 жыл бұрын
Reka guteranya abarundi barikundanira baraciyubwenge barize ivyo ntamuntu agifise amacakubiri
@jeaninendayizeye4070
@jeaninendayizeye4070 4 жыл бұрын
Urahenda abana bavutse uyu musi nibo batazi ijwi rya Buyoya, none nko kumubeshera bikumariye iki?? Wungutse iki ww ko abantu benshi baguhinyuye ko atari Buyoya, gendukizwe kubesha
@AfandeMunezero
@AfandeMunezero Ай бұрын
Hhhhhhhhhhhh. I Ntwari batazopfa bibagiye
@mutamapaul7117
@mutamapaul7117 4 жыл бұрын
Ariko murazi kubesha uyu si buyoyo kandi rino jwi turarikurikirana kandi turakwitwarira nituronka ivyemezo bikwiye witayrishe mubuzima bgawe mwese mwashize ahabona aya majwi murakoze
@alexisberry6542
@alexisberry6542 4 жыл бұрын
*umwitwarira nka NDE?*
@mutamapaul7117
@mutamapaul7117 4 жыл бұрын
@@alexisberry6542 ushaka kumenya uwo ndiwe urabaza neze bazokubgira uwo ndiwe ndumuvugizi wambere wa buyoya
@jacquesntabagara3091
@jacquesntabagara3091 4 жыл бұрын
This guy he got covid 19 that is why he is in quarantine.
@e.moussemal3003
@e.moussemal3003 4 жыл бұрын
Ibi mu kinyarwanda tubyita ingengabitekerezo. Umuhutu n'umututsi bose ni abantu b'Imana bagomba kubana hamwe mu gihugu kimwe kandi ku isi imwe. Umuntu ubiba amacakubiri Imana izamuhana by'intangarugero. Nzaba narababwiye
@JEANBOSCOMISAGOCOWB
@JEANBOSCOMISAGOCOWB 4 жыл бұрын
Uwo si Buyoya avuga Ahubwo ni mbwejeri .........
@merchiadnyandwi5535
@merchiadnyandwi5535 4 жыл бұрын
Mureke,abaramoka,ishahurwa ibweja
@sylvainhabimana4298
@sylvainhabimana4298 4 жыл бұрын
Ikinini kibabaje hano, nuko buno buyobe butambutse kurubuga rwa honarable depute uhembwa imisoro ya leta. Naho kuba bwejeri ari umurwayi, rwose ni ibisanzwe. Abatambutsa ubu buyobe namwe nimutisubiraho, muzarabukwa namwe byabasandaranye pe!!! Inama: bene bwejeri nimujyane umuntu wanyu kwa muganga pe!!!
@ghamalntwari4412
@ghamalntwari4412 4 жыл бұрын
Uwo si buyoya kbs ijwi ryiwe siryo
@Mkel890
@Mkel890 Жыл бұрын
aha harimwo abijuju bitumva ko iryo jwi atari irya Buyoya.
@athanasnibizi6204
@athanasnibizi6204 4 жыл бұрын
Amanyanga muyahagarike mwabantumwe,ubwo harumuntu Atazi ijwiryabuyoya?jewe nokubwira n'utujambo tutabura iyo buyoya ariko aravuga afise n'ukuntu ijambo ariha umwanya hagati y'irindi....
@salumsalum5712
@salumsalum5712 4 жыл бұрын
Si Buyoya kabisa
@MandelaMobutu
@MandelaMobutu 4 ай бұрын
Ayomabyi buyoya ariko aradahwa iki iyombwa buyoya tucariko tuguhiga aho winyegeje wampene nkeneye nzokuribate mumuhoho Kandi nzokumena amabya wewe buyoya
@JolisJolisdusabamahoro41
@JolisJolisdusabamahoro41 2 ай бұрын
Ububeshi butambay😅😅
@nahayoserges6640
@nahayoserges6640 4 жыл бұрын
Muvyombona kwibimucisha kumbuga ngurukana bumenyi .dufatiye kwibi president Buyoya yavuze kubwanje mbona mwokwishira mumaboko ry'Imana kuko uwakoze ikibi canke uwakoze inabi akwiye gufukama bere ry'Imana agasaba imbabazi mutitwaza ibi canke biriya
@irakozejustin9522
@irakozejustin9522 4 ай бұрын
Uyo si Buyoya ba mureka kubesha!
@alexisberry6542
@alexisberry6542 4 жыл бұрын
*ariko si BUYOYA ahubwo ni **_BWEJERI_*
@harimenshialexis2563
@harimenshialexis2563 2 жыл бұрын
Uyu mutypes arimwo amashetani y,umurengera arenze ukwemera
@mariet978
@mariet978 4 жыл бұрын
Hahahahaha. Watanguye uvuga ijwi rya BUYOYA. ariko. Ubu birakunaniye reka kwambika. Buyoya nuwakwanka uru Kwavu nti yovugako rutazi kwiruka. Urimbura kimazi gusa Uzomenyekana tu bitebe bitebuke.
@emmaminani2747
@emmaminani2747 4 жыл бұрын
Uyu si Buyoya ntimutubeshe
@nijenahageraaugustin5895
@nijenahageraaugustin5895 4 жыл бұрын
erega uracitiranya uburundi bwa 1972 nuburundi bwubu, menya ko ibintu vyahindutse uko wiyumvira siko bikiri guma wiserura muminsi uzokwagiriza canke wagirizwe ntawutazi ko uri aho New york ariho ukorera ivya vose turabizi duhe umwanya gusa, waba umuisraeli umuyuda umututsi umwarabu canke bagladesh nahandi muminsi tuzovyimenyera, kuko abarundi bumutima barahari. abatutsi baba extremistes nkamwe impera yanyu irahari.
@NgendakumanaAdronis
@NgendakumanaAdronis Ай бұрын
Icatumye tugifata kandi mutwita ibijuju Nico kizotuma mutakidukurako ,umwe yaratwibiye akambo ng ntagukangw nagahengw ng ucane inkinzo muri yamajambo yibijuju nkuko mbivuga harah tuvga k tur yeux murarab nez ntimuzopf kurwako harah mwosanuka nabwabwok bwa yuda butakiri kumubumbe
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Urimbwa buyoya wee urimbwa ndabivuze Kandi uburundi urabona uko busa ubu Atari vyabindi waguma wiba igihugu wica abene gihugu uragaruka ko urinda uhonyore iburundi urabe ayo ubonera kumugenzi
@athanasentibankundiye3296
@athanasentibankundiye3296 4 жыл бұрын
Nta Président BUYOYA avuga gurtyo uwo n'icaduka cuzuye amacakubiri umukozi wa SATANI
@jeanmariendikumwami3143
@jeanmariendikumwami3143 4 жыл бұрын
uwo. numukozi. wa. shetani. n'abadayimoni. kweri
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 4 жыл бұрын
Warasazeeeee!!!!!! Umuntu akuze aravuga ibintu nk'ivyo?????
@DerrickBakunduwukize
@DerrickBakunduwukize 2 ай бұрын
Wambwa we rekakuza amacakubiri muburundi wa maziranokiwe
@muhebuza
@muhebuza 4 жыл бұрын
Ashake abe Buyoya CG undi ibyo avuga nibyo abagabo b abahutu bagizwe utugoryi n abatutsikazi
@mariet978
@mariet978 4 жыл бұрын
Reka kwitiza ifoto ya Buyoya nguyivugireko . naho nawe. Ariwe agejeje. IGIHUGU ahamanuka. Iyatica . NDADAYE. Igihugu kiba gitekanye. Eeeh Mwishe Ndadaye nti mwinshe ba Ndadaye. Muvyirengere rero hahahaha
@nindoreranadia7057
@nindoreranadia7057 4 жыл бұрын
Uyo muntu yisonere yibazako abarundi turibijuju tellement que tudashobora kumeny ijwi ryumuntu nahimbe ahishe
@muhebuza
@muhebuza 4 жыл бұрын
Abarundi ndabakunda bavugisha ukuri si indyarya NK abanyarwanda ariko nabo ni abicanyi
@desirenzambi1524
@desirenzambi1524 4 жыл бұрын
Umutama yashaje ntakivuga nkumunyeporitike . avuga nkuwo ubwenge bwaheze
@JimmyHATEGEKIMANA-yu6ne
@JimmyHATEGEKIMANA-yu6ne Жыл бұрын
Uwo ni bwejeri mugenzi si Buyoya baramubesheye
@SedricMugisha-wx4pv
@SedricMugisha-wx4pv 4 ай бұрын
Uwo si Buyoya reka kubesha
@NDAYIKENGURUTSEZacharie
@NDAYIKENGURUTSEZacharie 3 ай бұрын
Aho uhayudebwa urumurofa kwl
@suzanniyonzima1874
@suzanniyonzima1874 4 ай бұрын
Ndi umututsikazi tuva bamwe na BWEJERI . Il est d'origine hutu. Paradoxe.aratwononera ubumwe.ni umutovyi.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 ай бұрын
Pu,pu,pu
@annemariedesoignies9360
@annemariedesoignies9360 4 жыл бұрын
Mbe urashobora kwigana Ubuntu ivyobintu biragoye l'élection mbe KZbin asigaye arubuga rwanda politique
@minenhlesibethe1239
@minenhlesibethe1239 2 жыл бұрын
Agasuzuguro kizibwa!
@NDAYIKENGURUTSEZacharie
@NDAYIKENGURUTSEZacharie 3 ай бұрын
Junwo umututsi n'imana
@zobidazobida2353
@zobidazobida2353 4 жыл бұрын
siwe kabisa ntamwambik urubwa
@GermanyGermany-xp4mu
@GermanyGermany-xp4mu 4 жыл бұрын
Sha wewe nturi umututsi ahubwo bakwigekoneza wahawe ikiraka kugirango abavyumva Babe imburakimazi nkawe ariko watomboje nabi vyumva bake ataco boshikako.
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 жыл бұрын
ninzoya zirabizi abafise amacakubiri. mbe weho uwogutemagurira abawe bose agasigara wifumbereje, woreka kuyagira ayomacakubiri uvuga ! abo mwica ntababo bafise rero! mwirengagiza ko harabicwa bazira ubwoko bwabo arimwe mubikora! tubiceceke rero!
@MFATAMUGENZI-mg5fj
@MFATAMUGENZI-mg5fj 3 ай бұрын
Ubwo uzunguka iki kuvuga ibyamoko
@lilianebahati7290
@lilianebahati7290 2 ай бұрын
Ishavu ni ribi
@jbosconduwabandi5928
@jbosconduwabandi5928 4 жыл бұрын
Uwuvuga katariwe ahubwo ntimumuzi.noe ko bashaka uburundi biyita ngo nab Israël,imvukira z'ubutaka bw'Uburundi badushakaho iki?
@jeanniyibaruta6039
@jeanniyibaruta6039 4 жыл бұрын
Ikigwarudubi. Ntakibanza ufise mw' Isi.
@ArseneNahigombeye
@ArseneNahigombeye 3 ай бұрын
😅
@athanasnibizi6204
@athanasnibizi6204 4 жыл бұрын
Iryojwi sirya pierre buyoya kabisa
@ritza3452
@ritza3452 4 жыл бұрын
Yitwa bwejeri jean
@jeanmarievianneynshimirima1079
@jeanmarievianneynshimirima1079 4 жыл бұрын
Amaherezo y'amacakubiri ni mu mahonero. Impembo yo kwica ni ubutindi. Umututsi yibaza ko azomara abahutu yoba yihenze cane. Cokimwe n'umuhutu yokwibaza ko azomara abatutsi. Ntibikunda. Mbega mubona ababigerageje barabishoboye? Va I buzimu muje I Buntu, uburundi ni ubwatwese. Duharanire gusa gutwagwa n'abantu babibereye kandi babikwiriye. Batagira amaraso ku maboko. Mwenedata, ndubaha ivyiyumviro bitandukanye, ariko nokumenyesha ko ivyo wibaza bitazokunda. Imana ikunda abantu bose, ntiyipfuza ko hari uwokwica uwundi. Igikuru ni urukondo mu bantu.
@imanibyamungu4918
@imanibyamungu4918 4 жыл бұрын
Urumugome.tu wewe ????
@N.therence
@N.therence 4 жыл бұрын
Uyo muntu ntawe azi:si buyoya uwo nukuri
@habonimanadieudonne5923
@habonimanadieudonne5923 4 жыл бұрын
Ntabwoko bwica ni politique. Mbi yica
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 жыл бұрын
ijwi rya Buyoya si iryo
@NDAYIKENGURUTSEZacharie
@NDAYIKENGURUTSEZacharie 3 ай бұрын
Nurekuze urutwe
@NiyoPierre-nm6oi
@NiyoPierre-nm6oi 3 ай бұрын
Kukimubesha uyunibuyoya
@abeljumainenahumu325
@abeljumainenahumu325 4 жыл бұрын
Ariko nyaguswera nyoko wewe wumva uvuga nka Buyoya?Ijwi ryawe ntaho rihuriye nagato nirya Buyoya.Swera nyoko.Uzopfa wangara.
@janetgaaj2705
@janetgaaj2705 4 жыл бұрын
Mwagiye hamwe mukakundana mukareka amajambo mabi sumututsi ava amaraso sumuhutu ava amaraso ntawuva amata
@belindabg963
@belindabg963 4 жыл бұрын
Uyu si Pierre Buyoyo never.Stop lying to the humanity
@jackykanyange7213
@jackykanyange7213 4 жыл бұрын
Uyo si buyoya
@havyarimanajclaude8469
@havyarimanajclaude8469 4 жыл бұрын
Nukuri uyu muntu ntakomeye neza mumutwe naje ndavyemeje
@tigizigigim1527
@tigizigigim1527 4 жыл бұрын
Buyoya sinibaza ko na satani yokwemera kubwikibi cawe
@dieudonnemanirakiza9243
@dieudonnemanirakiza9243 4 жыл бұрын
Tubeshejweho nubuntu bw'Imana kandi nawe ivyakozwe kungoma yawe ntabwo arivyiza wotureka tukaba amahoro ukwobiri kwose umwe wese azishura ivyiwe
@alexisberry6542
@alexisberry6542 4 жыл бұрын
*UWU MUNTU SINIBAZA KO AMEZE NEZA MUMUTWE.NDUMVIRIJE NDATEBA NDATWENGA.* ku munota wa 14 niho ntwenze ngo *TURAGAZA,SHIRIRA,SONGAKO*,😂😂
@havyarimanajclaude8469
@havyarimanajclaude8469 4 жыл бұрын
Nta buyoya avuguku
@yakubaden9171
@yakubaden9171 4 жыл бұрын
Nturu mututsi ahubwo uru mu nutsi uratunukira
Tebboune dans la tourmente
9:08
Almagharibia TV قناة المغاربية
Рет қаралды 31 М.
Офицер, я всё объясню
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН
Win This Dodgeball Game or DIE…
00:36
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 43 МЛН
Pierre Nkurunziza - IJAMBO RYAHINDURA UBUZIMA EP141
12:50
DASH DASH TV
Рет қаралды 122 М.
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 136 М.
Офицер, я всё объясню
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН