Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993

  Рет қаралды 179,943

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 132
@nkamicaniyeherve4897
@nkamicaniyeherve4897 2 ай бұрын
Imana izi iguhembere ubwo butwari wagize Mr RUKINDIKIZA
@PascalNgabonzinza
@PascalNgabonzinza Күн бұрын
Bon témoignage... Merci Mr Rukindikizs
@petrom.
@petrom. 23 күн бұрын
J'ai suivi les élections de M. Ndadaye fiévreusement. Mon cri de bonheur et de soulagement àpres sa victoire m'est resté innoubliable. Maudits sont ces criminels qui ont oté sa vie. 🙏💖💖🇨🇩🇨🇩
@MariusJoëlPasta
@MariusJoëlPasta 3 ай бұрын
Bonne histoire et soit béni monsieur Pour le cœur de fidélité.
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Жыл бұрын
Muhozi un vraie homme de paix Umunyakuri Turakwemera papa Merci
@chaka11
@chaka11 Жыл бұрын
Yoo ndababaye cane ntago nigeze menya ko ndadaye yari umutama mwiza uku. Mpise mukunda umuntu ata macakubiri vrmnt 😢 aba mwishe baramenje
@lastkinglastking3326
@lastkinglastking3326 Жыл бұрын
Biraboneka Yuko abamutubwiye bamutubwiye nabi
@chaka11
@chaka11 Жыл бұрын
@@lastkinglastking3326 cyane pe uyu ni intwari apana gusa yu burundi ahubwo ya africa .
@kareemabdoul14
@kareemabdoul14 Ай бұрын
None uwo Bucumi ubu ari hehe ?
@fulgencetuyisenge3135
@fulgencetuyisenge3135 15 күн бұрын
Yishwe n'ibipfu vy'abatutsi...
@NestorIrakoze-x3g
@NestorIrakoze-x3g 3 ай бұрын
Imana izobiguhembera mutama wubahwe wari wageragej gucungizamu
@LeopoldNshimirimana
@LeopoldNshimirimana 27 күн бұрын
Baraduhumanirije igihugu mugusesa amaraso yuumwami,Imana izobahanaa bihagijeee
@FulgenceHAVYARIMANA
@FulgenceHAVYARIMANA Жыл бұрын
Merci kuduha izonkuru kwel
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Жыл бұрын
Un Grand hommage à mon très cher Président Ndandaye Melchior. Paix à son âme
@RegineRuth
@RegineRuth 3 ай бұрын
😅😮😮😮😢😅😅
@manirakizaally
@manirakizaally 5 ай бұрын
Émouvant témoignage
@childofgod5357
@childofgod5357 Жыл бұрын
Iyo umugabo yipfiriye..uwariwe wese yivugira ivyo yishakiye..none nkubu ubuzwa niki kuvuga abari kuriyo liste,ko ukuri ariko gukiza,..noneho benshi,barazwi,mbere bamwe urubanza rwabo ubu rurimbere y'Imana
@allforall3949
@allforall3949 27 күн бұрын
Apres 30ans narishizemwo nabi Ndandaye unomunsi ntahuye ko yari umushingantahe😢 Intore ntiziramba
@officiallounge
@officiallounge 21 күн бұрын
Ari mu bantu que nous devons celebrer. uzi ko à un certain moment yashatse kureka Buyoya abe President hama Frodebu ije muri elections legislatives gusa? Hariho video ya Jean Marie Ngendahayo abivuga
@ntikurakofelicite3362
@ntikurakofelicite3362 Жыл бұрын
Murakoze kuduha inkuru
@BIZIMANAAndre-m8v
@BIZIMANAAndre-m8v 22 күн бұрын
Yari umutama wingab Imana igume imuh uburhukiro buhorah
@pascalngabonziza2978
@pascalngabonziza2978 Жыл бұрын
Abo bantu bahaye mission Rukindiniza.muri Île Maurice ni les planificateurs ......'
@buravan1512
@buravan1512 Жыл бұрын
vana amagambo aho... le Planificateur arazwi.
@fulgencetuyisenge3135
@fulgencetuyisenge3135 15 күн бұрын
Duhe iyo liste tubasengere
@LeopoldNshimirimana
@LeopoldNshimirimana 27 күн бұрын
Amabi yose yabaye yatanguwe nuwishishe Ndadaye ,none haburiki ngo abo bantu barebgutsweko amazina yababiteguye bazwi??Muriko mutubikamwo imbuto mbiiii
@AmosVyizigiro-q6m
@AmosVyizigiro-q6m 7 күн бұрын
Ndemey urimvugakuri kuko amajambo uvuga aravyemeza ndashaka kuzoganiranaw wubahwe
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 28 күн бұрын
Ushime imanakuba abobamenja babahima bagusiga nibinywamaraso twaridukwiye guhana uwariwe wese yakoze amabini akicwa
@tharcissemanirakiza6654
@tharcissemanirakiza6654 Жыл бұрын
Please muzomuhe mon numero muhozi please tell him there is a guy who lives in USA who wanna talk to you !! Because you are a good man in our country who is a super hero!!
@SimonFikiri
@SimonFikiri 12 күн бұрын
Sha muzehe ukwiye kwambikwa umudari wintwari ukiriho
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 28 күн бұрын
Bemuvuga amazina siyo ngo umumajoro ivyonivyobituma tudahana bigatuma twamamunduru
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77 Жыл бұрын
Uyu mugabo arabeshye cyane kubirebana na Habyarimana ngo yaramurwanyaga urabeshye Imana izabikubaza kuko nigaga muri 4eme sécondaire kndi baje kutubwira mumashure ko dushyigikira itorwa rya Président Ndadaye kandi ko byategetswe na President Habyarimana. Amaze gupfa abasirikare bo murwanda bagiye mumamodoka mumihanda bavuga ko bashavujwe nurupfu rwa Ndadaye ko intambara yo murwanda nirangira bazakurikirana umuntu wishe Ndadaye. Ibyuvuze mpise mbona ko ntakuri kurimo rwose harimo ibinyoma byinshi. Uri umunyabinyoma Imana izabikubaze.
@NtakirutimanaTherance
@NtakirutimanaTherance 5 ай бұрын
mwihorere bazivyobarimwo icotuzi turakizi nabana tuzobibabwira babimenye
@MultiChanelo
@MultiChanelo Жыл бұрын
A quand la suite SVP?
@ericciza926
@ericciza926 Жыл бұрын
Ndadaye yari umugabo kwl atamoko yarafise pe
@lameknini2263
@lameknini2263 29 күн бұрын
Hariho abumva ngo yabaye incungu ya Démocratie ariko hatekeyemwo vyinshi vy'ukuri yari umushingantahe abushitse
@Omarnkeshimana
@Omarnkeshimana 5 ай бұрын
Muhozi Innocent ibibazo vyawe ntivyumvikana neza vraiment umuntu yumva inyishu rya Rukindikiza ntawuzi impamvu
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 3 ай бұрын
Mbega ukuri kuzomenyekanira hehe kugira umunyagihugu ajijuke avibuzimu ajibunu aravuze nkumushingantahe ataho yegamiye IMANA itabaz uburundi imvugakuri.nkuyo >na NEVA yaravuze atarindyane zamoko .
@AntoineNiyungeko-o9s
@AntoineNiyungeko-o9s Жыл бұрын
Wew uvuz ng ntak yamukingiy wew. Nkivy warikubishobor? Iman igukomez mutam
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Basha ndandaye yari intwari ndandaye muvyemere mureke ntakamaro ko yobesha ku Abatukana muracaboshwe namacakubiri
@UBUZIMATV-sz6ru
@UBUZIMATV-sz6ru Жыл бұрын
EVODE NDIKUMANA GOSPEL Evode ndikumana gospel EVODE NDIKUMANA GOSPEL EVODE NDIKUMANA GOSPEL EVODE NDIKUMANA GOSPEL EVODE NDIKUMANA GOSPEL
@Musindi736
@Musindi736 9 күн бұрын
Abatutsi nimugende nimwe mwahumiye Uburundi
@Alihamdulil
@Alihamdulil Жыл бұрын
Shaaaa abatutsi mwaratugandaguriye president shaaa Amaraso yiwe azabakurikirana gushika umuhero
@jean-lucnikoyagize5910
@jean-lucnikoyagize5910 Жыл бұрын
Si Abatutsi ba mugandaguye ni inkozi zikibi zabikoze nta Mututsi yari yabatumye kandi ntawe baserukiye.....
@Wasonatube
@Wasonatube 6 ай бұрын
Umusubije neza,kimwe nabafata abahutu bose ko bishe abantu.
@festusciza9078
@festusciza9078 Жыл бұрын
Nta Kissani yegeze adorera mu Rwanda,turabizineza.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 2 ай бұрын
Hagarika kutuzanira uwo mwanda w' abamenja les Sinduhije et frères plz Iyo ndababonye je vomi
@FerdinandNiragira-d1f
@FerdinandNiragira-d1f 22 күн бұрын
Nawe urintwari.ubu murihe?
@officiallounge
@officiallounge 21 күн бұрын
Ari muri France ndibaza
@rastajuly4
@rastajuly4 Жыл бұрын
Uko ndavyumvise rero ndadaye yatanzwe cane gose nabo bantu babiri babeshe Gratien akagenda imbere yigihe yategerezwa kugiraki akazonagaruka inyuma yigihe yategerezwa kugatukirako ikindi naco numvise nuko abatwara urwanda muri kirya gihe nabone batera mu rupfu rwa ndadaye
@ukweri98
@ukweri98 Жыл бұрын
Ahubwo Rukindukiza naduhe article yigeze kwandika titre yari " le President mort incompli. " yaramfashije cane gutahura vyinshi kuko ntamuntu numwe mubabanye hafi na President Ndadaye aravuga ko yari umunyamacakubiri. Gusa ikibabaje cane nuko arakiriho abanyamacakubiri aribo bamwiyitiriye.
@ThierryNduwimana-dm9hz
@ThierryNduwimana-dm9hz 6 ай бұрын
❤Sha ibintu biraza nabi 23:05
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 Жыл бұрын
Ndadaye yakunda abarundi bose harimwo n'ingona ntutsihima zimwe zitakunda abarundi joizakoze my bwicanyi 1993 zibagiye ko urupfu rudatoranya umuhutu n'umuhima canke umututsi rumukeneye. Mubamugandaguye hasigaye bangahe babayeho neza mu burundi?
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Shalom Shalom Shalom
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 20 күн бұрын
Abamwishe nibo bari bateguye kwica Abatutsi Kandi birumvikana ko bamwishe bakica n Abari mu Nzego z Igihugu
@benshaka7595
@benshaka7595 Жыл бұрын
Ahubwo yo utaba uri mri Maurice niwe bari guherako !
@kananisarafe8582
@kananisarafe8582 Жыл бұрын
Wewe urumushingantahe kandi uvugukuri,ubona abarundi twese twoba nkawe Uburundi bwogira amahoro.
@NDUWAMUNGUFelicien
@NDUWAMUNGUFelicien 5 ай бұрын
Africa we!!
@gerryanry8620
@gerryanry8620 Жыл бұрын
Uyu mugabo ntabwo avuga ukuri kubyerekeye umubano wa Habyarimana na Ndadaye. Ministri Minani yahungiye i Kigali igihe bagandaguraga Ndadaye. Iyo Habyarimana atemera ko Minani akoresha radio Rwanda mukwamagana abakoze ibara no guhamagarira abashyigikiye ubutegetsi bwa Ndadaye basigaye kwishyira hamwe ntabwo Bikomagu na bagenzi be bari kurekura ubutegetsi. Uyu mugabo arashaka kutumvisha ko Ndadaye yari afite abanzi benshi mu bahutu barimo na Habyarimana ariko si ko byari bimeze.
@rastajuly4
@rastajuly4 Жыл бұрын
Abahutu bo mu Rwanda mwaradukwegeye nimuhimbarwe gusa namwe kinani wanyu ntiyamaze kabiri, naho ivyo kuvuga ngo minani yahungiye mu rwanda ngo na havyarimana aramuhereza iradiyo yo kuvugirako ngira ntabwo wumvise ko mu bahutu barikumwe na ndadaye harimwo abatumva politique yiwe yo kunywanisha abarundi kanatsinda minani guhemukira ndadaye akifatanya nabamuhiga ntivyontangaza kuko ivyo yasigaye arakorera FRODEBU munyuma ndadaye yarigendeye birerekana ko atari inyakamugayo uzobaze bazokubwira ukuntu frodebu bamuhaye amahera akayivyiniramwo agasizi hafi yo kuyisambura
@gerryanry8620
@gerryanry8620 Жыл бұрын
Wowe ufite imvugo igamije gusisibiranya amabi n'ubugome abatutsi b'i Burundi n'abo muli FPR bakoreye Ndadaye. Hari ibimenyetso byinshi byerekana ko FPR yagize uruhare rukomeye mw igandagurwa rya Ndadaye. Keretse rero niba ushaka kutwumvisha ko Habyarimana yakoresheje FPR mu kwikiza Ndadaye batumvikanaga nk'uko uyu munyabinyoma w'umusirikare abivuga.
@singasinga1307
@singasinga1307 Жыл бұрын
Nimba atarivyo wewe wotubwira ivyo ww ubizi
@HonneteUmwana-we7eb
@HonneteUmwana-we7eb Жыл бұрын
Araducanze
@gerryanry8620
@gerryanry8620 Жыл бұрын
@@HonneteUmwana-we7eb mujye musobanukirwa. Hanze aha hari abantu biyemeje kubeshya urubyiruko ku nyungu za politiki. Uyu mugabo uvuga ko hari ikibazo hagati ya Habyarimana na Ndadaye kubera ko batumvaga kimwe ikibazo cy'abatutsi arabeshya. Ndadaye ntiyaushaga Habyarimana gukunda abatutsi.
@Niyomugabobright
@Niyomugabobright 3 ай бұрын
Irambire mutama warumunyakuri
@Thomasndikuriyo
@Thomasndikuriyo 5 ай бұрын
Kwica umuntu knd nawe uzopfa mwunva bimaziki?
@ManuelBerede
@ManuelBerede 3 ай бұрын
noneho ihonyabwoko ry'abatutsi ryari ryarateguwe?
@elvissibomana7727
@elvissibomana7727 5 сағат бұрын
Bavuge abicanyi batwara bataillon brende na para
@AlexisNtimpirangeza
@AlexisNtimpirangeza 5 ай бұрын
Non mwamwiciyiki?
@KashindiHassan-km7hy
@KashindiHassan-km7hy 6 ай бұрын
nic
@NdayiragijeAudace
@NdayiragijeAudace 5 ай бұрын
Duhe abamwishe natwe tubice
@fulgencetuyisenge3135
@fulgencetuyisenge3135 15 күн бұрын
@EmmanuelSibomana-r4i
@EmmanuelSibomana-r4i Жыл бұрын
Mbe Rukindikiza ko a ugasanga adapter yabo baroda bigenza kwa Ndadaye mugabo ntavuge amazina yabo?
@freddymugasa8528
@freddymugasa8528 Жыл бұрын
Urabeshya kuko mu Rwanda icyo gihe parmehutu ntiyarikibaho hariho MRND. Yanze kumva benewabo yiyegereza abanzi ninayo mpamvu babonye uko bamwica ntakibazo. Nawe ntubeshye waruzi gahunda yo kumwica, nigute wahawe mission kandi utajyanye na ndadaye akazi kawe arako kumurinda.
@victorg7280
@victorg7280 Жыл бұрын
Ivya Rukindikoza navyo namayobera!!!
@JeromeBankuwunguka
@JeromeBankuwunguka 7 ай бұрын
Dukeneye video ukuri n'ukwa video
@NiyongaboJeff
@NiyongaboJeff 4 ай бұрын
Rukindikiza uvuze ukuri bwabundi ndadaye ntiyari muvyamoko naho tumenye ukuri ntagaruka
@KinonoIsaac
@KinonoIsaac 5 ай бұрын
Ababikoze Bazophe Bazerera
@HonneteUmwana-we7eb
@HonneteUmwana-we7eb Жыл бұрын
Wamukingiye gute?ivyo kumukingira nuvyihorere
@asherisaneza8229
@asherisaneza8229 19 күн бұрын
Shira mastiko tv
@juvenalmct71
@juvenalmct71 Жыл бұрын
Ivyo kutabivuze Buyoya akiriho abatutsi murazi kwiyorobeka ahubwo ni
@aimeecesaire6488
@aimeecesaire6488 5 ай бұрын
Abandi ni intunga abatagatifu intwali imfura.......
@desirenijimbere7169
@desirenijimbere7169 Ай бұрын
Uramubesheye yarabivuze kweli
@chrishima9203
@chrishima9203 28 күн бұрын
Ninde ya kubwiye ko RUKINDIKIZA ari umututsi buvuga ivyo uzi Sha baza ubaz uraz ama rapport yanditse ingene angana ,uraz imezi yamaze mubuhungiro respect lt RUKINDIKIZA,
@jenniferwilliam3338
@jenniferwilliam3338 2 ай бұрын
Inkina mico murik murigirira nageragej kurab yuk haric notahuramw ark vyans kk nsanz mwes mwar abahimbir kk I ivyabay vyos mwar mubiz gus ico mwakoz catumy mwigish abarihub kugir ubwenge
@Kwizeraetienne-ie3nr
@Kwizeraetienne-ie3nr Жыл бұрын
Urumugabo pe
@NiyongaboJeff
@NiyongaboJeff 4 ай бұрын
Turasavye kizobandanye
@claudemutore7904
@claudemutore7904 5 ай бұрын
🙏👍
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 Жыл бұрын
Nawe muhozi icishe bugufi rurakurindiriye urupfu
@nshimirimanafabrice6567
@nshimirimanafabrice6567 10 ай бұрын
Twarabuz intwari
@guylandryrukebuka1311
@guylandryrukebuka1311 Жыл бұрын
Objectivité bagabo!! Objectivité vrt
@ackleokwenda5959
@ackleokwenda5959 Жыл бұрын
Kutaciye umujana muri ambassador umwanya abasoda warubirukanye
@pascalngabonziza2978
@pascalngabonziza2978 Жыл бұрын
Erega yarabirukanye barahunga......
@chaka11
@chaka11 Жыл бұрын
Nawe numuntu agira ubwoba sha
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 15 сағат бұрын
Uko nukuri mutama uvuze guko ntiwari kugwanya igisirikare cose ntamuntu yitwa ko yari umusoda kiryagihe uwomugambi Bari babizi gusa wewe bagomba kugushirako afragisyo kubera ariwe wariwegereye prezida ivyigisoda turabizi natwe nubwenge bwabatutsi turabizi tubanye tuzinanye Ubu ntirasira hose ahirasira turabazi
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Nti vyari vyoroshe !!!
@JeromeBankuwunguka
@JeromeBankuwunguka 7 ай бұрын
Vaku murongo nta kunviriza ivyawe
@Ineza-n3r
@Ineza-n3r 4 ай бұрын
Muhozi, le produit de BUYOYA!! UMUHUTU adakunda kuvyitwa !!! uwo muhutu nawe uriko urabaza ni umubeshi maladroit🤣
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Жыл бұрын
None wewe wamuhungishije uca umujama munzira yamakambi yigidoda rerka kuza murabesha ivyanyu vyaramenyekanye
@cedibrown5067
@cedibrown5067 Жыл бұрын
Uri Intwari Mubandi warukwiye Umudali
@IsmailNsengiyumvaa
@IsmailNsengiyumvaa 12 күн бұрын
Vp
@Dddma455
@Dddma455 Жыл бұрын
Sweranyoko wamukomawe
@GegeGremaniko-ih1sk
@GegeGremaniko-ih1sk 6 ай бұрын
ae vrt bawiyubaha
@freddymugasa8528
@freddymugasa8528 Жыл бұрын
Ndadaye yarikijuju yashatse kumva abanzi kurusha benewabo.
@buravan1512
@buravan1512 Жыл бұрын
wibeshya NDADAYE ntawe uzi... ntaho mwahurira. yashakaga kurandura inzangano mu Bantu, kandi si bibi.
@EmmanuelSibomana-r4i
@EmmanuelSibomana-r4i Жыл бұрын
Umu Major yitwa nde? Lietenant-Colonel yabazwa izina ryiwe yari nde?
@gerryanry8620
@gerryanry8620 Жыл бұрын
Si ngombwa kumenya izina rye. Ni umubeshyi gusa.
@guylandryrukebuka1311
@guylandryrukebuka1311 Жыл бұрын
Ndakeserii 😂
@ackleokwenda5959
@ackleokwenda5959 Жыл бұрын
Ntabwo wamukingoye
@pascalngabonziza2978
@pascalngabonziza2978 Жыл бұрын
Yari muri Île Maurice .....
@PaulNahigombeye-cy2cl
@PaulNahigombeye-cy2cl Жыл бұрын
😊
@bukeyenezaeloi9589
@bukeyenezaeloi9589 Жыл бұрын
Th
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 Жыл бұрын
Mwaradandaj igihugu mugiha abicanyi non raba aho igihugu kigez namwe mupfiriy hanz! Wew uri traître
@gerryanry8620
@gerryanry8620 Жыл бұрын
Abicanyi uvuga ni ba nde? Hari Abicanyi baruta Micombero, Bagaza na Buyoya?
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 Жыл бұрын
@@gerryanry8620 Bagaza yabay umwicanyi kuko yabubakiy? Ivyo muvoma si ibikogwa vya bagaza? Micombero naw mumuhora ko yabateshej kumara abantu? Buyoya wew ni umwe muri mwebw kuko yagurishij igihugu kubanyavyaha en échange des postes ariko mwaramushimiy! Namw ikindyohera nuko namwe ubu mwicuza kuko kuri micombero cank bagaza nta murundi yigez ahunga inzara? Koma rero..bandanya ufana abicanyi utajua haujui
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu Жыл бұрын
​​@@dieudonnendabaneze3761 Koko urashonje yaba wariye ntamitekerereze nkiyo wagira
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 Жыл бұрын
@@karoprint-nb7mu Inda mugira izobakoraho ntakindi urota atari indya gusa. Too sad!
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu Жыл бұрын
@@dieudonnendabaneze3761 Yaba mwiza yaba mubi Hageze ni bayi Ivyokunkoraho vyo vyihorere ntamuzamu wisi uhari
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 Жыл бұрын
Ego rambo wee... Mwebw nimwe mwish igihugu na hypocrisy yanyu.
@bukeyenezaeloi9589
@bukeyenezaeloi9589 Жыл бұрын
M ml😂
@Iranzifabrice24
@Iranzifabrice24 Жыл бұрын
Murakoze kuduha amakuru
@KirimaJeanbosco
@KirimaJeanbosco 7 ай бұрын
😊
@guylandryrukebuka1311
@guylandryrukebuka1311 Жыл бұрын
Objectivité bagabo!! Objectivité vrt
“Ni mwikorere imitwe ya benewanyu, umutwe w’Umututsi uraremera.”
56:32
How To Choose Mac N Cheese Date Night.. 🧀
00:58
Jojo Sim
Рет қаралды 82 МЛН
Trapped by the Machine, Saved by Kind Strangers! #shorts
00:21
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 40 МЛН
PRANK😂 rate Mark’s kick 1-10 🤕
00:14
Diana Belitskay
Рет қаралды 12 МЛН
Из какого города смотришь? 😃
00:34
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 2,2 МЛН
Témoignage sur la mort du Général de Brigade Athanase Kararuza
30:50
Tele Renaissance
Рет қаралды 492 М.
Iyicwa rya Joseph Bamina
55:43
Tele Renaissance
Рет қаралды 32 М.
“Bategurira mu manama yabera muri police judiciaire ukungene bazonyica.”
1:09:34
La mère de Mélchior NDADAYE  parle
5:49
Iwacu Web TV
Рет қаралды 102 М.
How To Choose Mac N Cheese Date Night.. 🧀
00:58
Jojo Sim
Рет қаралды 82 МЛН