Umwana w'imnyaka 7 atangaje caane || Ivyo akora abantu boose bumiwe...

  Рет қаралды 3,641

Isaac Tv

Isaac Tv

11 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 75
@user-tj4qx1hc9n
@user-tj4qx1hc9n 11 ай бұрын
Olalaa mbega umwana aciye ubwenge courage kibondo Imana ihezagigire ibikorwa vy'amaboko yawe 🙏🏻❤
@lograpper6569
@lograpper6569 11 ай бұрын
Karazi kwishura neza kurusha nababa star bongaha iwacu vmt
@user-jl1ye6nw5w
@user-jl1ye6nw5w 28 күн бұрын
Iman iguh gushik our mwan
@pascasienimubona532
@pascasienimubona532 11 ай бұрын
Numwana wanje kbs baritiranwa kbs amazina yose numwana wanje
@ayshamandazi1286
@ayshamandazi1286 11 ай бұрын
Manshalla baby ❤❤❤
@nsabimanajeanmarievianney3222
@nsabimanajeanmarievianney3222 11 ай бұрын
Yooo, courage kibondo. Merci Isaac kuri iki ganiro
@divinempawenimana4353
@divinempawenimana4353 11 ай бұрын
Uwo mwana ndamukunze nukuri kazoza kiwe n keza Imana ikomez kumuha ubwenge bwinshi 😘😘😘😘😘😘abavyeyi biwe barahiriwe
@setaseeta9779
@setaseeta9779 11 ай бұрын
Sha ndumiwe uyo ntanuworeka kumushorera kabisa
@artisiraofficial2571
@artisiraofficial2571 11 ай бұрын
Uwo mwana ndamuzi mubwiza arakunda gutemberezaho cane.Ari courageuse cane.
@mmqf1654
@mmqf1654 11 ай бұрын
Ngo ntiduhaguruke nambay mukondawuti 😂😂😂😂
@hicuburundiernest3909
@hicuburundiernest3909 11 ай бұрын
Namukunze uwomwana kabisa. Nanj imana izimpe mvyare umwana aviye ubwenge nkuyo.
@pyramidtv257
@pyramidtv257 11 ай бұрын
Isaac Safi Sana❤ uyo mwana arakwiye Gupfashwa kubera impano yiwe irakenewe gushigikirwa cne
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Courage ma fille ❤🇧🇮🇧🇮❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪✌✌✌
@raziarazia3277
@raziarazia3277 11 ай бұрын
Uyumwana imana imuheguchikakure afisimpano
@fredinavastina3695
@fredinavastina3695 11 ай бұрын
Ivyamwa vyiza biboneka mugitondo komeza mwana uraryoheye peeeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Umwana ndamukuzepe❤❤❤🎉🎉😢
@egidenijimbere7237
@egidenijimbere7237 11 ай бұрын
Nice kibondo
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 11 ай бұрын
Imana irahari😂😂😍😍🤗👌
@uncleisaac3770
@uncleisaac3770 11 ай бұрын
Courage kibondo uranium business
@hicuburundiernest3909
@hicuburundiernest3909 11 ай бұрын
Uwomwana yubahw kabisa. Ww ntarera amaboko araciye ubwenge.
@davidkwizera2586
@davidkwizera2586 11 ай бұрын
Uyumwana kwl nihatali, nibazako iyo myaka ayirenza
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 11 ай бұрын
Komeza. Mwana. Ibere niheza. Kuraje❤️💋🌹
@sodrt6009
@sodrt6009 11 ай бұрын
Uyumwana aranezereye
@inesraguel8354
@inesraguel8354 11 ай бұрын
😂❤Ndamukunda 😅
@christainc.5217
@christainc.5217 11 ай бұрын
Imana imujiimbere cane❤❤
@OsiasMbonihankuye-mp2pf
@OsiasMbonihankuye-mp2pf 11 ай бұрын
Akokana ndagakunze gafise kazoza nimanuka buja nzokaraba ndagakunze❤❤❤❤
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 11 ай бұрын
Imana ikugire nez kibond❤❤❤❤❤
@miqratnassimoficial
@miqratnassimoficial 11 ай бұрын
Iyi inteview nababasani ihora ibanani gukora knd birirwa kuma micro , uyumwana arakeney sapoti cane
@jacobirankunda6913
@jacobirankunda6913 11 ай бұрын
uyomwana IMANA imunjimbere muvyo akora 🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼
@user-yu4ks2cj7h
@user-yu4ks2cj7h 11 ай бұрын
Courage kibondo❤️❤️❤️❤️❤️🙌🙌🙌🙌🙌
@maeli6300
@maeli6300 11 ай бұрын
Akana keza kazi ubwenge😊😊😊😊😊
@simbagerard-zx2st
@simbagerard-zx2st 11 ай бұрын
Ncingunda,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
@user-rp5tb9xm5u
@user-rp5tb9xm5u 11 ай бұрын
Wawoo so cute nakakuze disi😘🤣
@adnetteiranezereza38
@adnetteiranezereza38 11 ай бұрын
Aka kana karazi ubweng vrt n,ibibazo kavyishura Nezaa
@fifimilly2417
@fifimilly2417 11 ай бұрын
From Milly Fifi 🙏 arandyoheye disi
@Cycy129
@Cycy129 11 ай бұрын
Wow courage Dorcas❤❤
@remy2574
@remy2574 11 ай бұрын
Ariko Manaaa ❤❤❤❤❤
@user-lk5bu4wx4g
@user-lk5bu4wx4g 11 ай бұрын
Courage mwana mwiza
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 ай бұрын
Biravya kumaraso kwer
@delacycy
@delacycy 11 ай бұрын
Yiooo ndagakunze akakan nukur❤❤❤
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 ай бұрын
Nimpano afise kwe
@uncleisaac3770
@uncleisaac3770 11 ай бұрын
Abapolice ntibazosubire kuza barakubita abo Bamama batunze imiryango iyi Nkuru yigisha vyinshi kuwushaka kwiga
@toyikudratullah1466
@toyikudratullah1466 11 ай бұрын
Masikin kanafurahisha ❤❤❤
@user-jd7cz6ee1c
@user-jd7cz6ee1c 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@NiyonkuruGeorges-jd2sk
@NiyonkuruGeorges-jd2sk 11 ай бұрын
Isaac wagakora ibiganiro iki naco ni mvako. Uwo mwana ararenze
@habarugirajeanmarieviann-qe4uf
@habarugirajeanmarieviann-qe4uf 10 ай бұрын
Hezagirwa kibondo
@ericnshimirimana8781
@ericnshimirimana8781 11 ай бұрын
Nice
@user-wc8cm5yw2y
@user-wc8cm5yw2y 11 ай бұрын
❤❤❤❤mbegimpanoweeeee🇧🇮🇰🇪
@g1367
@g1367 11 ай бұрын
Mashallah 🥰🥰🥰 courage 💋💋
@NishimweDieudonne-xq8gz
@NishimweDieudonne-xq8gz 11 ай бұрын
D 6:56 6:59 6:59 7:00
@user-ix5yg8sb7b
@user-ix5yg8sb7b 11 ай бұрын
Ako kana nukur karanz umbwe cne
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 11 ай бұрын
❤❤❤❤
@duraduura3726
@duraduura3726 11 ай бұрын
Manawe
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl 11 ай бұрын
Akakana nikeza cane basha
@meryorndi630
@meryorndi630 11 ай бұрын
akokana karaciye ubwenge nukur umuvye yakavyay arahiriw kazomenya kwitung ndagakunze cane
@pascasienimubona532
@pascasienimubona532 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@emelynemutana3166
@emelynemutana3166 11 ай бұрын
Ninakeza sha😂
@remynibitanga2714
@remynibitanga2714 11 ай бұрын
Courage kibondo
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
❤❤❤😂😂😮😮
@Belyse-gs4wd
@Belyse-gs4wd 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰🥰👌👌
@angecarine
@angecarine 11 ай бұрын
👏👏👏🇧🇮🇧🇮
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
😂😂😂❤❤❤❤
@christella5092
@christella5092 11 ай бұрын
Yuuuu pucuri
@infosiwacu8905
@infosiwacu8905 11 ай бұрын
Uwo Shaka gufasha ukwo mwana yomufasha gute?
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 10 ай бұрын
Vugana na isaac
@niyomuvyeyiprosper1520
@niyomuvyeyiprosper1520 11 ай бұрын
mwwramuts cank mwiriw nanj narakunz ik kiganiro bitayeko nuko uwomwana nsanzw ndamuzi ngah mwisok mwijab iconashak mutegur ikind kiganiro barikumw numuvyey wiwe vyob vyiza nabo biphuz gufash ndibaz ko vyoc vyoroh
@alicealice9821
@alicealice9821 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤
@clovissibomana4952
@clovissibomana4952 11 ай бұрын
sac uwo mwana nomubona gute ndamwongererez umutahe?
@mmqf1654
@mmqf1654 11 ай бұрын
Muntango yavuze ahaba kwari mucibitoki na nimero yibarabara yayivuze
@josephnkengurutse
@josephnkengurutse 11 ай бұрын
Bonjour comment je peux aider cet enfant svp
@niyonkuru1037
@niyonkuru1037 11 ай бұрын
Courage mwana urazagaciro kumuvyeyi❤❤❤❤
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 11 ай бұрын
Yooo courage kibondo gatey neza disi ntigatinya na camera imbere niheza komerezaho karaciy ubwenge kbs
@nsabimanajeanmarievianney3222
@nsabimanajeanmarievianney3222 11 ай бұрын
Yooo, courage kibondo. Merci Isaac kuri iki ganiro
@NiyonkuruGeorges-jd2sk
@NiyonkuruGeorges-jd2sk 11 ай бұрын
Uyu mwana araciye ubwenge kabisa
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 78 МЛН
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 59 МЛН
🛑 MWAMI SIMBI CHARLES😭😭 AME ZIKWA LEO  PA MBOKO
21:42
TMT OFFICIEL TV
Рет қаралды 433
NZAKOMORA- Vestine & Dorcas (Official Video 2022)
7:03
MIE MUSIC
Рет қаралды 4,9 МЛН
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 24.07.2024
31:33
RwandaTV
Рет қаралды 8 М.
Gibson King - ME & YOU (Official Video)
3:19
Gibson & Scheilla
Рет қаралды 14 М.