Murakoze cyane,nibyo koko iyo ni topic ikomeye cyane aliko turumva haribyotwungutse.Ndasaba munandukanyirize aya magambo;(adamu)____umwuka wubugingo,(kristo)___umwuka wa kristo,(wera)___umwuka wera ...,.(Imana)___ umwuka w'Imana;;abaroma 8:9 & 1petero 1;11murakoze
Ngo Imana data, Imana mwana, Imana mwpwemu🙄☹️! Wumva utamaze kuvuga Imana nyinshi?? Imana ni yo mpwemu yera, ni yo Kristo. Niba ivyo ari vyo vyabahaye kuyigwiza (kuyikuba) 3, ngo "trinité", nsanze harimwo ukwihenda! Ko yabiyeretse nk'inkingi y'igicu? Y'umuriro? Nk'inkuba? nk'umuyaga uhuha cane n'ubundi buryo n'ubundi...abandi nabo bazoza bayigwiza 4, 5, 6 etc??...ntizoca ihinduka hexagonie, pentagonie etc...ni muze tuve muri ako kajagari ko mu bwonko cke mu mitekerereze, "desordre mental" - mental disorder or schizophrenia, from Rome - Italy Imana yibwiriye umusavyi wayo Mose iti ndi uwo ndi we, ntiyavuze ngo ndi abo turi bo!
@BEM18064 жыл бұрын
Urakoze @Gandi4522 kuvuga uko ubyumva, ariko burya ibyo utazi cyangwa utabasha kumva bibaho; ndetse kuba hari ibyo utemera ntibivuga ko bigomba kuba atari ukuri!
@wffecc11544 жыл бұрын
Kuhakana ko Imana itari muri 3 urumva ntiwemera ko Yesu ariwe mana na bible irabivuga ko Yesu ari mana knd ariw yaremvye vyose ahubwo watahuye nabi
@gandi45114 жыл бұрын
Ubutatu butagatifu "trinité"😔. Pastor, wagize neza no gukomoza ku ho ryavuye. Jewe nsanga iyo na yo ari blasphemie. Imana ni imwe rudende (rukumbi) , ni ko yivugiye. Nta gipimo woyishirako kuko mu bunini, burebure, ubuhufi, uburemere no mu biharuro (mibare) nta giharuro (mubare) woyishirako. Gatolika abenshi twarayiteye umugongo ariko ubugatolika buracaturimwo.
@BEM18064 жыл бұрын
Hanyuma se Imana na Kristo bapfana iki? Bafitanye ayahe masano?
@gandi45114 жыл бұрын
Kristo, Umucunguzi ni ubugingo, ubuntu bw' Imana bwigaragaje ku bantu. Yohana 1:14. Aha nta kabuza bamaze kuhadusomera kenshi, ariko wisomere witonze, wirengagize gato ubusiguro bwose woba umaze kwumva, wite kuri :.. "yihaye umubiri", ... "ubwiza BWIWE",.. twitegereza...bwiwe. Uce wibaza: inde? Yihaye umubiri: umwimerere (nature) yiwe yari??
@BEM18064 жыл бұрын
@@gandi4511 Urakoze rwose, twemera gusangira ubumenyi cyane iyo bushingiye ku Ijambo ry'Imana Wumva gute ibi? Hashimwe Imana y'Umwami wacu "Yesu Kristo" ari yo na "Se", ari na yo "Data wa twese" w'imbabazi n'Imana nyir'ihumure ryose (2 Kor 1:3)?
@gandi45114 жыл бұрын
Nanse ko texte imwe iba ndende ikarambirana gusoma. Tukiri kw'isano hagati y' Imana ari yo Mwempu yera na Kristo, soma kandi (1Yohana 3:16) : ....ni uko UWO (inde?) = Data, Imana. Yatanze UBUGINGO BWIWE....ubugingo bwa Data ni Kristo, yatanzwe ku musaraba ku bwacu Yohana 3:16:....itanga umwana wayo w'ikinege..., ni we bugingo bwayo. (Ndaguhe akarorero kworoshe (urugero rwlroshe): wewe ushobora gutanga amaraso yawe, sivyo? Mbonereho kunyomoza abavuga ngo Mariya nyina w'Imana. Imana ntiyavyawe. Ntigira itanguriro, ntigira iherezo. Gusa iyo ni iyindi sujet (subject), biblia yofufasha kubitahura.
@gandi45114 жыл бұрын
Glory to the Lord God! (2 kor 1:3). Mpwemu yera, ni we Uhoraho Imana agufashe gutahura nk'uko yama abimfasha. Ijambo ry'Imana ntiryivuguruza, riruzuzanya. Dusubire muri Yohana 1:1. Hanyuma Yoh 1:14, dufate agace ka mbere ka Yoh 4:24 (kameremere k'Imana "nature") hahuzwa n' aho muri (2 kor 1:3) Imana y'Umwami wacu (Yesu Kriso = wa mubiri Imana (Mpwemu) yihaye! Umukuru aracari Mwempu, atuye muri wa mubiri w'ubwiza nk'ubwayo - kuko yavutse (uwo mucunguzi) mu buryo bw'igitangaza. Ni ukuvuga Yesu Kristo w'inyama n'amaraso, umwana wa Mariya, igitangaza, igishitsi co mu muryango wa Yuda ni uburyo (moyen, cg medium) bworoshe Imana yashatse kwigaragarizamo ku bantu, ni yo mpamvu ari Yo Data wa twese w'imbabazi.