Unshaka kotubikora umpa amahera | Banyita ngo ndi malaya | Amahera ntokwemera naya

  Рет қаралды 11,741

Bujahit Tv

Bujahit Tv

Күн бұрын

Ukaba uzi inkuru idasanzwe, Canke ahabereye ikintu kidasanzwe, umuntu afise intahe itangaje, amakuru atangaje canke ikindi wifuza ko twasangiza abakunzi ba Bujahit Tv, wotumenyesha ukaduhamagara kuri +257 61 900 303 canke ukatwandikira kuri Whatsapp yiyo numero nyene, Turaza naho woba uri aharihohose muntara z'Uburundi. Ntiwibagire kugira SUBSCRIBE nimba utarabikora, kugira uze uraba uwambere mukuronka inkuru na video zacu.
#BujahitTv #BurundianMusic #Comedy
This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
LIKE, COMMENT AND SHARE

Пікірлер: 69
@irakozebijou9403
@irakozebijou9403 3 жыл бұрын
Basha kuri jw naho stecy avyibushe niwomugereranta na Gomez 🙊🙊🙊🙊
@zainablove22
@zainablove22 3 жыл бұрын
Wanawake munaongea balaaa duuuhhhh jamani 😭😭😭
@kondeboy2524
@kondeboy2524 3 жыл бұрын
Kkk gomez aguma yizunza zunza nakureho ubusutwa
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 3 жыл бұрын
Muranyishe ndakeeeee Ati money
@عاشالبورندي
@عاشالبورندي 3 жыл бұрын
STECY.NIMWIZA.ARAGUSUMBA.UBWIZA
@nadian818
@nadian818 3 жыл бұрын
Ninde yabony ako gasimu ka Gomez 😂😂😂 gakorotse ndamanyutse😂😂
@kondeboy2524
@kondeboy2524 3 жыл бұрын
Gomez asanabi gose mumbwirire kwarimbwa
@charlenenshimirimana7371
@charlenenshimirimana7371 3 жыл бұрын
Gomez nimubi naho yigir utuntu🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@hedayahe854
@hedayahe854 3 жыл бұрын
😅😅😅
@fatyqueen346
@fatyqueen346 3 жыл бұрын
Jewe mbona asaneza
@zainab1947
@zainab1947 3 жыл бұрын
Uyomu gomeze nimubi cane nukuri
@عبدالمجيدفهيد-ع9ج
@عبدالمجيدفهيد-ع9ج 3 жыл бұрын
Imana ibatabare murarush ico mwomeny nigihe cokwenger imana
@sufanny924
@sufanny924 3 жыл бұрын
Kwa Beni muravyenabi murafungwa🤣🤣😁🤣gus ndikundira dodo oya sha Gomez isharisiryiza kk stesy ntacomupfa biryavyarahez ndakunzakajambo uvuzengo .Yagaaaaaa
@michoubigirimana4070
@michoubigirimana4070 3 жыл бұрын
Quetine urashushe kwer courage basha 🥰
@niessemugisha581
@niessemugisha581 3 жыл бұрын
Reka ndengane kuko ntaco novuga
@angelsanun7714
@angelsanun7714 3 жыл бұрын
None nkizo ndaya 🙄🙄bamureka konona izina rya buja hit tv
@jeanbizo8784
@jeanbizo8784 3 жыл бұрын
Abo nyene nibo batuma irabwa caaabe rekareka
@sirlankagirl6256
@sirlankagirl6256 3 жыл бұрын
Mbeg indaya mbegindaya
@Mugishafatma
@Mugishafatma 3 жыл бұрын
Basa naba kamuri 😂😂😂😂
@chanellal1881
@chanellal1881 3 жыл бұрын
😅😆😆😁 nihatari
@christianniyokwizera6148
@christianniyokwizera6148 3 жыл бұрын
Mugabo Gomez urasubira kw ishure kuko birumvikana ko ur 0
@LisaLisa-rw5cx
@LisaLisa-rw5cx 3 жыл бұрын
Waba bony gt kwarinday mudasangiy akaz kuburay big up bakobw from saoudia
@laaatlllt4411
@laaatlllt4411 3 жыл бұрын
IMANA IGARUKIRA ABURUNDI KL
@ritakamikazi6562
@ritakamikazi6562 3 жыл бұрын
Beni🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 wariko uratwenga canke wariko uridigadiga
@epimackniyonkuru3757
@epimackniyonkuru3757 3 жыл бұрын
Uyumu munini yakina film
@emmaari1441
@emmaari1441 3 жыл бұрын
We Christine niyonkuru ingo hano wumve badutanze 😂😂
@lyndawinter9793
@lyndawinter9793 3 жыл бұрын
Ndamangaye😂😂😂😂😂😂😂😂
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 жыл бұрын
Uramangaye??? Nukuri irijambo rirantwengeje gushika.
@alesnema9596
@alesnema9596 3 жыл бұрын
Muranananuka
@zainab1947
@zainab1947 3 жыл бұрын
Nukur nawe uranyishe ngobarananuka😂😂😂😂
@menyaplus
@menyaplus 3 жыл бұрын
nibahaguruk turab noe ? ham barek kwiyemer
@nourambarak6297
@nourambarak6297 3 жыл бұрын
ewe kentine warononekay nukur ndababay gos
@regisniyonkuru9962
@regisniyonkuru9962 3 жыл бұрын
Ivyobikobwa birashisha muga izotaille wapi kwel
@fafalove4531
@fafalove4531 3 жыл бұрын
Gomez we ubwobuvyimbe burakubihiye mais ufis uruhanga gwiz duhhh
@regisniyonkuru9962
@regisniyonkuru9962 3 жыл бұрын
Oya erega ubukene nihatari nogukora bane erega nubumaraya nakazi
@kondeboy2524
@kondeboy2524 3 жыл бұрын
Gomez yasuze kkk
@Greatness4410
@Greatness4410 3 жыл бұрын
oe wangu ubu buja hit ni TV yo kundandaza I malaya
@workinternetmoney
@workinternetmoney 3 жыл бұрын
Ntabweng ufise
@nsh.peniel3914
@nsh.peniel3914 3 жыл бұрын
@@workinternetmoney ntabwenge afise gut non wew Aho ntubibona cank nawe urimuribo
@Greatness4410
@Greatness4410 3 жыл бұрын
@@nsh.peniel3914 mumbAriz cnk nivy yikundira😆😆
@fridaininahazwe3298
@fridaininahazwe3298 3 жыл бұрын
@Dinos Manirakiza 😂😂😂😂ndumiwe
@fantomemaso8868
@fantomemaso8868 3 жыл бұрын
Agashano karaho katagira namahera yo kugura ama unite
@michouirakoze3088
@michouirakoze3088 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣👌
@hamzafishten9560
@hamzafishten9560 3 жыл бұрын
Sasa waulize nibeyi gani itamu waniuliziye
@youthethshs8304
@youthethshs8304 3 жыл бұрын
Nihatarikweri
@melchiijahman6179
@melchiijahman6179 3 жыл бұрын
Gomeze asa naba kamuri
@chachachance54
@chachachance54 3 жыл бұрын
Gomez afis agasura kabi🤣🤣🤣ubwobutam
@amiebrillanca459
@amiebrillanca459 3 жыл бұрын
Umengo ni wa bugugu bwa kamuri agum yizungisha nibint bitanamuberey😁😁😁
@shurwedydy2715
@shurwedydy2715 3 жыл бұрын
@@amiebrillanca459 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣uzofunkwegey to
@elientakarutimana2398
@elientakarutimana2398 3 жыл бұрын
Bose ni babi beni!! Gomez avuga nk,uwufise inzigo nyinshi!! Natuze!! Stecy aramugwaye cn mbega ndabajije Gomez mupfa iki nawe?? K murundikazi yiturije!!! Uzi kwiyemera atacuri!! Noma sana!!!
@belysekwizera1033
@belysekwizera1033 3 жыл бұрын
Ka Gomez ni kabi p.nivyo kbs ntiwovukana na Stesy kuko ntiwonamwigereranya😕😕😕uko gasa
@kwizeraasma6344
@kwizeraasma6344 3 жыл бұрын
Gasa naga senene hhhh karadhisha kurl
@belysekwizera1033
@belysekwizera1033 3 жыл бұрын
@@kwizeraasma6344 😁😁😁😁😁😁😁😁
@nadian818
@nadian818 3 жыл бұрын
Hahahah uvugiye ibintu 😂😂
@amatusbellandiwimana9795
@amatusbellandiwimana9795 3 жыл бұрын
Abo bakobwa n,abamaraya beruye mandi nabakehabwenge
@amatusbellandiwimana9795
@amatusbellandiwimana9795 3 жыл бұрын
You TV writers iceni kozena abantu nkabo. Desole
@hedayahe854
@hedayahe854 3 жыл бұрын
Beni none komwamunyegeje kumaguru bela gusa ntacorosh
@benichou5996
@benichou5996 3 жыл бұрын
Mmhhh rek rek
@georgesfrancofergadiotis1703
@georgesfrancofergadiotis1703 3 жыл бұрын
1kg = 1.000.000Fbu
@janatahmad7048
@janatahmad7048 3 жыл бұрын
malaya coom
@grandprime7677
@grandprime7677 3 жыл бұрын
Mana muranyishe ngo ntimuvukan kbx ntaho muhuriye😂😂😂
@ndayizigagisele9257
@ndayizigagisele9257 3 жыл бұрын
narondey ikintu cingirakamaro canke cubwenge kir murico kiganiro ndabura.ntahiganwa ryinyo cank ibisusu rizoba ahubwo niwiratire ubwenge bwawe uzirikane kazoza kawe mureke guhaya inyo uwufise nini nuwufise ntoyi zose ziricara kand zikora bimwe
@mercigoretih6442
@mercigoretih6442 3 жыл бұрын
Izomaraya zeruye ntanubwo arinziza .nimukomeze mudandaze ubwobusa bwanyu mutisonera
@sabushimikeaaron3884
@sabushimikeaaron3884 3 жыл бұрын
Indaya Mbaya muzopfa nabi
@tuyisengealainbruce
@tuyisengealainbruce 3 жыл бұрын
Quality Image fekii
@BujahitTv
@BujahitTv 3 жыл бұрын
Chunguza bundle yako ao kasimame kwenye mlima utapata network tosha ili uweze kuona quality nzuri.
@irenecasuffit8194
@irenecasuffit8194 3 жыл бұрын
Beny kuwa unataletea watu wazima wenye akili timam jameni dhuuuuuuuu kwani izo taille zaa poisson ndo mnajitapia eti ni taille zaa kweny clip lakini acheni ujinga. biny ndagukeney kbsa
@elientakarutimana2398
@elientakarutimana2398 3 жыл бұрын
Jew kwer ndi nk,umu star murabo ntanumwe norondera kk nta swag z clip mbon bafise!!! Gomez wew ntikigenda nn mugani w beni ababarondera baba babashimye iki?? Sinumva KBS!!! Gomez ariparatura san!!
@mylove-fj2se
@mylove-fj2se 3 жыл бұрын
Benny ndagukeneye ebx +254746517298
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 14 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,2 МЛН
Do you choose Inside Out 2 or The Amazing World of Gumball? 🤔
00:19
The Gates of Zadash | Critical Role: THE MIGHTY NEIN | Episode 8
3:47:10
Geek & Sundry
Рет қаралды 7 МЛН
MMINO WA SIONE PODCAST - EPISODE 37 - LEFA AFRIKA -  Finding Light in Darkness
3:05:33
Robert Greene: A Process for Finding & Achieving Your Unique Purpose
3:11:18
Andrew Huberman
Рет қаралды 12 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 14 МЛН