URUGO SERIES FINAL 🔥:,Ivya Mariya na Fiko uko bigenze nakumiza🤭nayo Norasque na Mama Paster 🤐

  Рет қаралды 33,563

Fanny Lavine Official

Fanny Lavine Official

Күн бұрын

3FA COMPANY dukomeza gushimira mwebwe mudahengeshanya kudutera intege mugukurikirana ibikorwa vyacu no kubisangiza abandi.
Mufis Ico muterera canke mubaza twandikire kuri watsap:+257 79 210 295 cank uduhamagare kuri 65030870.
Ushobora kudusanga Aho dukorera ibujumbura mu BURUNDI muri Quartier KIGOBE Hafi y permanance y CNDD muri FRIEND'S BUILDING NUM A11.
dukurikirane Kandi kuzindi mbuga zacu nka Facebook page, Instagram,tik tok,X kwizina rya FANNY LAVINE.
ariko Kandi ntiwibagir kuryoherwana numuryango wacu Bwite mukugira subscribe kuri KZbin channel ya SOLUTION COUPLE.
#FEARLESSGENERATION
#BREAKINGBOUNDARIES

Пікірлер: 309
@JustineNIRERA-b2i
@JustineNIRERA-b2i 7 күн бұрын
Urugo tukaba turayirangije abayitanguye tukaba tuyihejeje twikomeee amashi vrt 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@kladahmad3333
@kladahmad3333 7 күн бұрын
❤❤❤❤😂😂🎉🎉🎉🎉
@delphinekamugisha1034
@delphinekamugisha1034 7 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤niyambere nubu ndacarira
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 7 күн бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤
@alinemukerabirori7793
@alinemukerabirori7793 7 күн бұрын
Ewana uwukunda Fanny wese ampe like
@MwanaïdiUWIMANA
@MwanaïdiUWIMANA 7 күн бұрын
Abo twatanguranye Urugo tukaba tuyimaranye mubinyereke nukuri, courage Maman lao, Maria. Aya yose nayawe🎉🎉🎉🎉🎉
@nsaburukundoemelyne4934
@nsaburukundoemelyne4934 7 күн бұрын
urugo ikarangira ibaye urugo peee fiko haguruka yemeye abotwayitanguranye rero mump akantu basha ❤ ntibagiye gushimira solution couple
@BulaBlzy
@BulaBlzy 7 күн бұрын
Abatanguranye nurug mump like
@EstellaNdayikengurukiye-dn7kj
@EstellaNdayikengurukiye-dn7kj 4 күн бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤ iheze tutabishaka muhezagigwe
@Possible204
@Possible204 7 күн бұрын
The best influencer, Number one muri film ndundi , maman Lao, non stress, fighter woman, madame KEZIMANA, mama w'abana, the winner woman, humble woman, chiedo of God, umuntu w'abantu, umuntu atagira inzigo n'isura yiwe iravyerekana, mpenda cheko, kalialia, we love u soooo much, ukora neza, ndibaza nta muntu yitaho ibikorwa nkuko ubikora, abandi batwara inda, bakifata nkamagi, ariko wewe ntiwigeze ureka ibikorwa ngo nuko uremerewe no kukanyuma ugumyeko, go a head Fanny, wape wape vidonge vyao wakimeza wakitema shauri yao, allooooo mama Lao
@RaïssaKaneza05
@RaïssaKaneza05 7 күн бұрын
Urugo irarangie arik ihez tutabishak vrt gs mwakir amashurw yanyuu🎉🎉🎉❤
@NduwimanaElcy
@NduwimanaElcy 7 күн бұрын
mwubahwe 🎉fanny lavine ndagukund❤mwakir amashurwe yanyu
@Iradukundasifa-s7y
@Iradukundasifa-s7y 7 күн бұрын
Mbayuwambere abotwatanguranye urugo imana ibahezagire mama lao nabomwafatanije imana I ahezagir gusa ntimutunyotez vub munyaruk kand yes azakomez abakorere ibitangaza nutwumuza turabakunda gusumba ukomuvyibaza muntambara nibibazo mwocamw imana izokwame ibafata amabako numuryango wanyu murirusangi turabakundu❤❤❤🎉🎉🎉🎉♥️🎉🎉🌹🌹🌹🌹🍂🌹🌹🌹🌹
@NadineNiyubahwe-fg8lh
@NadineNiyubahwe-fg8lh 7 күн бұрын
Twabany nez murugo nn nub turarurangij turikumwe.ab yigishij mump❤❤❤❤
@claudinenimpagaritse
@claudinenimpagaritse 7 күн бұрын
Urugo serie nkaba ndahejej kuyiraba yose nukur narize ndamenya mwarakoze cane urugo nibanga rigeretse kurindi atabudongo cank isima birimwo iyo urongowe numuhungu udakunda ngo nuko afise amahera impera nimperuka urasambura vyiza twogira urukundo nyarukundo tutaravye hirya nohino
@JeanneBayishemeze
@JeanneBayishemeze 3 күн бұрын
Yoo nivyo clarisse yarapfuye yoooooooooo nukuri ndababaye
@SignolineNishimwe-v4z
@SignolineNishimwe-v4z 7 күн бұрын
Waoooow mama lao numw kabisa 😂😂😂😍😍😍🙌🙌🙏🙏🙏❤❤❤❤❤👃👃
@NkurunzizaJacque
@NkurunzizaJacque 7 күн бұрын
Nukuri peee nagira ndakwanke mariya iyo uta fico ningene atakwihakanye yaguteye inda ndabakundaaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AnnydeoHashtag
@AnnydeoHashtag 7 күн бұрын
Zamureka kuduhenda urukundo nkurwo rwa fiko n'a mariya nivyabahindi Nahon mur film😂😂😂😂 gus biratesa
@FlorenceNijimbere-n7d
@FlorenceNijimbere-n7d 6 күн бұрын
Harinkund nyen nam mbn Mum film knd bizorangirir aha😂😂
@AnnydeoHashtag
@AnnydeoHashtag 6 күн бұрын
@FlorenceNijimbere-n7d oe nkivy wibaz ng bihererah atarah
@Iradukundasifa-s7y
@Iradukundasifa-s7y 7 күн бұрын
Kand mama lao unyarutse 🤰uduhe akabebe❤❤❤
@sosomh5430
@sosomh5430 7 күн бұрын
URUGO ikaba irangiranye n'urugo rwa Fico na Mariya😍😍mwarakoze kuduteramisha,mwarakoze kutwigisha,mwarakoze kuturyohereza imisi.tugumana namwe muvyo muzoduha vyose❤❤❤❤
@NdayisengaJeanine-l9q
@NdayisengaJeanine-l9q 7 күн бұрын
Urugo series bayii😂😂 twabanye neza nukur 😂😂❤
@Gatekagrey2
@Gatekagrey2 7 күн бұрын
Uyu munsi mbaye uwambere🎉🎉🎉🎉🎉
@FgfRt-t6j
@FgfRt-t6j 7 күн бұрын
BAYIIIIII AKARYOSHE NTIGAHORA MWITAMAAA❤❤❤❤❤ FANI ❤❤ MARIYAAAA ❤❤❤❤❤❤ FOGOOO ❤❤❤❤❤❤ NOLAAAA❤❤❤❤ ANITAAAA❤❤❤❤❤ MAMA PLENSEEE❤❤❤❤❤❤ DANI❤❤❤❤ ABELII❤❤❤❤❤ MWESE❤❤❤❤ NDABAKUNDAAAA❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@DjumaNdayishimiye-rc7ol
@DjumaNdayishimiye-rc7ol 7 күн бұрын
Gus mwar mwatunyotej gs abayitangurany nanj bskayirangizany nanj mundemer team Fany hejur❤❤❤❤💪🔥🙌💃🙏🙏🙏
@VanessaHakundimana
@VanessaHakundimana 5 күн бұрын
Yoooooo ubunyen irahez basha ew mariya wanje nkund, nukuz kukwirabir sh
@FfZs-v9h
@FfZs-v9h 7 күн бұрын
Fafa murakoze cane komereza Aho nyene uduhe iyind
@ThereseNsabimana-d8b
@ThereseNsabimana-d8b 6 күн бұрын
Mariya ndamukunda akinaneza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nicoleiradukunda4698
@nicoleiradukunda4698 7 күн бұрын
Urugo rukaba rubaye urugo marraine n parrain bakaba babonetse muburyo budasanzwe fiko akaba aronse itsinzi tugire amahoro 👏👏👏👏
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi 7 күн бұрын
Nasagarare
@MmMm-hq8vn
@MmMm-hq8vn 7 күн бұрын
Yoooo akaryosh nigahor mwitat abotwayitangurany tukab tuyisozerany bay tuzonger guhurir kwa sabbas ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@jeanineniyonizeye9689
@jeanineniyonizeye9689 7 күн бұрын
Nukuri murugo twabany neza ico nize nuko mugihe mubany numuntu kuber impamvu kanaka ngo nuko yagutey inda,cank ngo nuko afise amatungo amaherezo birakugirak ingaruka.murakoze cane bigisha beza❤
@BukuruRabia
@BukuruRabia 3 күн бұрын
Fany courage mubirimo nez imana ibandany ihezagir❤❤❤🎉🎉🎉
@delphineDede-zx8wp
@delphineDede-zx8wp 7 күн бұрын
Jew kwr ndariz kuber Mariya kwr gus❤❤❤ mwarakoz kugir imbabaz nivyiz gos nukur yoooo
@alengaetengyacadeau1648
@alengaetengyacadeau1648 4 күн бұрын
Gusa iheze nabi kuk iheze harihagezeyuko iryohapee ariko muhezagigwe Caan ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@nishimagizwelahailoy8251
@nishimagizwelahailoy8251 7 күн бұрын
Nukur iheze neza cn ndiho akomeze kubaha ihishirwa mugum muduha inyigisho❤❤❤
@RizikiEspe
@RizikiEspe 7 күн бұрын
Urugo hejuru abo twatangurany mumpe like❤❤❤
@JeanneBayishemeze
@JeanneBayishemeze 3 күн бұрын
Fiko niyihangane
@Adolphebayizere
@Adolphebayizere 7 күн бұрын
Ano twatangurany nkanj mumpe ❤❤❤❤
@eliphasehakizimana5248
@eliphasehakizimana5248 4 күн бұрын
Bu by mwarakoze kuduteramishaa turabakundaaa🎉🎉🎉
@Francus1609
@Francus1609 7 күн бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série URUGO muze hano tumenyane.
@FrancineNahayo-z9f
@FrancineNahayo-z9f 3 күн бұрын
waoh mbega ivyizaaaa weeee ntakiryoshe nkuko film urugo irangiye neza cane gooose
@hawandayishimiye80
@hawandayishimiye80 7 күн бұрын
Gushika kumwuka wanyumaaa final urugo 🎉🎉🎉 courage mamalao twitege ikindi gusasu nkub iyab rita atakabazo yahuy nako yar guhera yicujije akamenyako maria atakibi yaramufitiye ariko naw imana iramubona🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@استغفرالله-م7ط
@استغفرالله-م7ط 7 күн бұрын
Niryambere mbayuwambere uwiiiiiiiiii😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NzeyimanaRievin
@NzeyimanaRievin 7 күн бұрын
Mwarakoze kutwigisha nimudutegurire izindi nyigisho murabakinyi beza ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@SandrineBukeyeneza-xw1yj
@SandrineBukeyeneza-xw1yj 7 күн бұрын
Waouh ihez ikirjosheee😢😢gusa Mariya aranryohey kuba ababariy fiko yashaka arire disi🤗🤗ndabakunda
@IradukundaFidelite-nw3dj
@IradukundaFidelite-nw3dj 6 күн бұрын
URUGO hejuru cane byeee yaratesa❤❤
@ElianeNdayishimiye-f5x
@ElianeNdayishimiye-f5x 3 күн бұрын
Mariya wanj amashurw menshi nabakinyi baw bonse🍡🍡🍡🍡💃💃💃🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌸☘️☘️☘️☘️🌱🌿🌺🏵️🌻🌼🌱🌼🌻🌿
@NdayishimiyeViolette-x1q
@NdayishimiyeViolette-x1q 7 күн бұрын
Urugo tukabatuyirangiranye twararyohewe mama lao hubwehwekabisa turindiranye igishikakinin umubebe wacu
@FabiolaIgiraneza-cl3cc
@FabiolaIgiraneza-cl3cc 7 күн бұрын
Mwarakoze bakunzi mwaraduteramishije muradutwenza murenzako muratwigisha.ama roses nayanyu.ntimuzotunyoteze
@LaurentineLolo-vd2sn
@LaurentineLolo-vd2sn 13 сағат бұрын
Ndabakund mukin nez can knd murakoz muyiturangirij neza ❤
@ArletteGloriaIruhiriye
@ArletteGloriaIruhiriye 7 күн бұрын
Nizereko muzoyibandanya😢😢KO yaritanguye kuryoha🤗🤗turabakundaaa pe!!🥰🥰
@VestineDusabe-u1i
@VestineDusabe-u1i 2 күн бұрын
Abnt rr twayishoj twikubit kugatima gk dukunda team3fa
@ArletteIrakoze
@ArletteIrakoze 7 күн бұрын
Iheze neza disiiii marie and fiko urugo rwiza muzabamakara ndabakunda ❤❤❤❤by by urugo twitegiyindi series rerooo🎉🎉🎉🎉💃💃💃💃💃💃💃
@HAKIZIMANAMireille
@HAKIZIMANAMireille 7 күн бұрын
Yoooo oya mugabo final ntiyari bwagere😮ark ntakundi akaryoshe ntigahora mw'itama🎉
@joannadufisimana
@joannadufisimana 7 күн бұрын
Mbaye uwa 17 akunze urugo nkanj Mundemere utuntu plz❤❤❤❤
@MUKASHYAKAAlphonsine-du6vf
@MUKASHYAKAAlphonsine-du6vf 7 күн бұрын
Mwakoze icyo mwagombaga gukora kbs turabakunda cyane turabategereje ibindi muri kudutegurira
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 7 күн бұрын
Amashurwe meshi kuri maman 3FA na bakinyi Bose bakinye muriyi séries🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐💐💐🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌻🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🌻🌻🌻🌻🌻 mwarakoze bigisha beza mukutwigisha biciye muri film URUGO twarahakuye inyigisho kumpande zose Imana ibahumugisha🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️
@SibijaliLim
@SibijaliLim 5 күн бұрын
Wapi ntirahera ahubwo maraya araremerewe niyibaruka bazogaruka sivyo fanny?❤❤❤❤ kandi coco ntarapfa reka turindir twihanganye turabe iyo bizoherera🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 6 күн бұрын
Nzonabicapako mwebwe pe muranyubaka mugabo nshaka kuza iwanyu❤❤😂
@Bechou888
@Bechou888 6 күн бұрын
Urugo ikaba iraheze twayikunda cn❤❤
@CecileIrampaye-k2o
@CecileIrampaye-k2o 7 күн бұрын
Mwarakoze kunyigisho mwaduhay urugo nkab ndayisozerey🎉🎉🎉🎉❤
@AnithaAyingeneye
@AnithaAyingeneye 7 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉 turayisoje neza knd mwara dushimishije
@MrMr-z1p
@MrMr-z1p 7 күн бұрын
Waoooooo narayitanguye none ndayimaze hama muyihejeje neza❤❤❤❤❤❤
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 7 күн бұрын
Urugo tukaba tuyirangije vubarero muduhe iyindi yumuriro❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@OllycherilleNininahazwe
@OllycherilleNininahazwe 7 күн бұрын
❤❤❤❤Mamalao murabe muduhe iyindi courage knd
@NshimirimanaCausette-lv9rq
@NshimirimanaCausette-lv9rq 7 күн бұрын
Ikaba irrangiy urugo ❤❤❤❤ twayiknda mwirambire cneeeee muduh iyind reo tub turanezerwa abotwayitangurany tukab tuyihejej turambaneee
@Alisa-w4t5j
@Alisa-w4t5j 6 күн бұрын
Mubikoze neza cane twabanye neza
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 7 күн бұрын
Aha kweri murayirangije tutabonye umwana WA fiko😢🎉🎉🎉🎉mwabikozeneza kand twakuyemwo inyigisho
@DativeSINZINKAYO
@DativeSINZINKAYO 7 күн бұрын
Mwarakoze kutwigisha,ikinryohewe nuko Fiko atahiye uwo yakunze.🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@alicenduwayesu7245
@alicenduwayesu7245 6 күн бұрын
Emwe muraturiy akantu nn wamugore wambere wa Nora biheze gt😂😂😢😢ntakundi
@JeanetteNiyibigira
@JeanetteNiyibigira 7 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤mama lao wubahwe kandi hejuru sh
@HildeTuyishime
@HildeTuyishime 7 күн бұрын
Yooooo akaryosjentigahoramwitama
@florencedukundane9289
@florencedukundane9289 7 күн бұрын
Reka kuturiza Mariya Fanny nukuri.kandi félicitations sha.nubundi bushimwe ubutahane🎉
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 7 күн бұрын
Urugo ikaba irahez abayikiny mwes imana ibahezagir abo twayitangurany tukaba tuyisozerey tukirikumwe ayanyu ngayo🎉🎉🎉team 3fa courage mundemer twatuntu❤❤❤
@NintunzeElias
@NintunzeElias 7 күн бұрын
Mwarakoz kukina neza film❤❤❤❤❤ IMANA ibahezagire 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@delphinekamugisha1034
@delphinekamugisha1034 7 күн бұрын
Murakoze kundiza.imbabazi ziva kure ariko umwana w'Imana we ziri hafi.iyi série urugo ndayishaka yose frash.
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 7 күн бұрын
Mariya niyo ndundurundu😂😂😂😂 nukuri fanny uruwo amateka vrt ukuntu ukina ntusanzwe tora amashurwe yanyu🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺❤❤❤❤❤❤
@MaombiPeter-j5g
@MaombiPeter-j5g 5 күн бұрын
Warakoze kumarirungu mwiza ❤❤❤❤
@anithatuyisabe4805
@anithatuyisabe4805 7 күн бұрын
Mari urarenze pe uwo mudari urimwo impuzu urantwengeje pe
@AliceCuki
@AliceCuki 7 күн бұрын
Murakoz bakinyi beza Irangiye neza🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 mudutemwo iyindi rero❤❤❤❤
@RizikiZiki
@RizikiZiki 14 сағат бұрын
Ahorero ndaryohewe narimbabaye Mariya kubabaza Cikp ningene yagukunda😂😂😂
@suaviskanyamuneza7697
@suaviskanyamuneza7697 7 күн бұрын
Warakoze kutwigisha ubicishije murugo. Zana izindi izawe tuzozitangura gushika tuziheze
@hermanniyonzima
@hermanniyonzima 7 күн бұрын
Allo sinogenda ntavuze nanje GENDA FIKO URAKINA NEZA KABISA Courage, Mariya we ntavugwa na norasque
@benigneirankunda-pt2lc
@benigneirankunda-pt2lc 4 күн бұрын
Fico bibi kukora kumbanyi atari gwawe😂😂🙈Nora arkwerek nukur
@EllaGatore
@EllaGatore 7 күн бұрын
Urugo vrt yarigeze ahantu iryoshe Fanny ndumufana wawe ❤️
@NdayisengaJustine
@NdayisengaJustine 7 күн бұрын
Mwubahwe akaryoshe ntigahora mw'itama mutunyarukirize my husband
@kevincandy3488
@kevincandy3488 7 күн бұрын
Turayirangizanije so ❤❤❤
@SamuelNinteretse
@SamuelNinteretse 7 күн бұрын
Yiooo urugo séries byeeeee❤❤❤❤🎉!!twarize kndi turabakunda mudutemwo Ibindi mwaduteguriyee!!turashimira cn knd solution couple 🥰🥰🙏
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 7 күн бұрын
Mwarakoze kutwigisha umukama abandany abashoboz kugirang mushishikar mutwigish kk muratwubak ❤❤❤❤❤
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 7 күн бұрын
Urugo abotwatanguranye tukaba dusojeje neza mwubahwe❤❤❤❤
@DeniseNiyikiza-t6o
@DeniseNiyikiza-t6o 7 күн бұрын
Waouh irangiye nezaa🎉🎉
@jeanettengabireyimana2276
@jeanettengabireyimana2276 7 күн бұрын
Nihere yarisigaye ibishe vrmt😂😂😂😂😂
@ElycanNiyonkorera
@ElycanNiyonkorera 5 күн бұрын
Holla yolaa people Uzi komurangiza film neza 🤣🤣
@NiyonyishuMarieclairia
@NiyonyishuMarieclairia 7 күн бұрын
😭😭😭😭yooo iraheze iheze hataragera 😢😢❤❤❤❤
@AudreilleIRAKOZE-wd1pi
@AudreilleIRAKOZE-wd1pi 7 күн бұрын
🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍🍍 ndabakuriy ishap🧢🧢🧢🧢🧢🧢🧢🧢💓💓💓💓🪴🪴🪴🪴💐💐💐💐ayoyose naya maman lao mwakoz kuduh impamur zikwiriy🙏🙏🙏
@ClaudineMuhoza
@ClaudineMuhoza 7 күн бұрын
Nabakurikiranaga nicecekeye mwese mwabikoze neza ndabakunda cyaneeeee imana ikomeze ibarinde
@NIYONZIZAVianney
@NIYONZIZAVianney 7 күн бұрын
Urugo iheze nez turabishimiye mwateguye nez can kand courage turabakunda ❤
@LysehuguetteIradukunda
@LysehuguetteIradukunda 7 күн бұрын
Ukuntu iryoshe rero🎉🎉Turabakunda❤️❤️
@Micheline-q7c
@Micheline-q7c 7 күн бұрын
Uuuuuuu fanny lavine warakoz cane uzudehe nibindi ariko mugende kuraba iyindi yitwa inkuru yanje iraryoshe pe
@EdigeNiyurukundo-s2c
@EdigeNiyurukundo-s2c 3 күн бұрын
Courage caneeeeee turabakunda cane
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 7 күн бұрын
Urugo yaratwigishije kbsa knd urabe uduhe iyindi vuba❤❤❤ Mwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤
@AlidaIrakoze-z3m
@AlidaIrakoze-z3m 7 күн бұрын
Urugo turayirangij cane.ico niz nuko wobna numuntu umukunda ataribintu kanaka umwitezeko knd vyoba vyiza gukunda umugabo waw gusa atakuumuvanga kumw Clarisse yavanga Nora kur fico.ikindi naco abagabo ko boza baraha umwanya abagor babo kuko Nora yishinga umwanya wos akazi akima umwanya madame wiw ngira arinaco catumaamuvanga.mwarakoze cane.lundi turitez my hunsband nayooo
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi 7 күн бұрын
Ayo mashi ya Norasque bambitse impeta Maliya aratwengej.Urugo bye bye🎉🎉
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН
VIP ACCESS
00:47
Natan por Aí
Рет қаралды 30 МЛН
My scorpion was taken away from me 😢
00:55
TyphoonFast 5
Рет қаралды 2,7 МЛН
Fico Fiko na Mushikiwe bahatswe kumarana kubera Chadoudou 😂😂😂
13:07
Fanny Lavine Official
Рет қаралды 19 М.
ALVELLA MUHIMBARE NI MUNTUKI? YABYARANYE NA PAPAWE ? ???🍒👉
10:20
D-ONE - Cutamba ft. MICO THE BEST (OFFICIAL VIDEO)
3:10
INKURU Y'UMUBABARO SEASON 2 EP 1
29:10
MEJJA TV
Рет қаралды 14 М.
BÉTÉ BÉTÉ - Saison 2 - Episode 5 **VOSTFR**
55:32
EvenProd
Рет қаралды 1,6 МЛН
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН