Jewe simba i Burundi ariko Ndakeneye ko twokura hasi tuvugire urunani ruronke aba députés benshi cane. Ahubwo mpa numéro yawe tuvugane. Muri make Ndaryohewe caaaane
@SalemIrambona6 минут бұрын
Burundi bwa bose komera,mumbabarire mvuge kurico wavuze ça neva yavuze ko 5dollar angana na 200 frbu ntaho bihuriye kabisa
@ndayikengurutseernest78806 сағат бұрын
Uburundi bwabose turabishigikiye ❤❤❤❤❤
@fobty28726 сағат бұрын
Urunani ni rureke kwidigadiga svp. Ntanumwe ashobora gutsinda amatora ya CENI yo mu Burundi. Nibareke kudutesha umwanya!!!!!