Uwuramutswa Umugambwe

  Рет қаралды 41,697

IHURIRO TV

IHURIRO TV

4 ай бұрын

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: ihuriroTV/?m....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
KZbin: kzbin.info/door/ams....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Пікірлер: 379
@djcommetell6892
@djcommetell6892 4 ай бұрын
Abashigikiye Hon.Rwasa Agathon mumpe likere
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 4 ай бұрын
Ayo mabanga nibindi warimwobuzobihomba, Kandi na cnddfdd ntuzonajayo ntaco bazohuha.
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 4 ай бұрын
Wewe, Nestor warikumiriye muri vyose,nice wigumira muri uyo cndd yahunze. Iconzi coco ndazi Yuko bazokuvirira akantu hamwe uzokwivuza
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 4 ай бұрын
Warahezwe,wagifyoti CA cnddfdd
@Lamecknimbona
@Lamecknimbona 4 ай бұрын
Snl'rwasa'president
@lovepeace5460
@lovepeace5460 4 ай бұрын
Nestor ntahataniye na UPRONA ya Isidore mbayahaga. Nestor numu dd akorera muri CNL. Abamenyeranya nanje ko Nestor atacazoshikako ampe like like like
@kwazulunatalburundidrummer4079
@kwazulunatalburundidrummer4079 4 ай бұрын
Rwasa oyeeeeeeee
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 4 ай бұрын
Urimuhimbiri wanyasiwe wamuch we nziwe w amavyiwe..utataye igihugu mukaga ..kuberiindandende .Cha uramavyi yagaharo ifyoti uragafuko utabaye umukuru wumugambge .rindira bazogufweta abadede
@P.Mclassic
@P.Mclassic 4 ай бұрын
Gwasa oyeeee
@DerrickSimba-uf4us
@DerrickSimba-uf4us 4 ай бұрын
Iryo nirofa twebwe nkabanyamugambwe tuzi mutama Agatha gwasa
@user-pk4yn9vc2u
@user-pk4yn9vc2u 4 ай бұрын
Urikojuju
@user-pk4yn9vc2u
@user-pk4yn9vc2u 4 ай бұрын
Jana nasenedede wewe ntitukuzo
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 4 ай бұрын
Izo bazita inzererezi
@janvierbangurambona328
@janvierbangurambona328 3 ай бұрын
uru umukeha bwenge
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 4 ай бұрын
Na pasteur Habimana yarananiwe ,umugabwe niwa gatho
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 4 ай бұрын
Nkunda kurya yariy igivyera kimumena itama ni mber y,uhoraho ni Rwasa ntawuvuma uwimana itavumye.
@richardndayizigiye7079
@richardndayizigiye7079 4 ай бұрын
Shaaaaa nesitori felicitation mission isa n'iyakunze arikoooo ayo wariye uzoyaruka kk abaraho ntabujama bwabo. Nih uzoc umenya ko atabugenzi bw'ingona
@didacensengiyumva9916
@didacensengiyumva9916 4 ай бұрын
Urukundo imisi yose. None tuve mundyane z'amoko dusubire muz'imigambwe?
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
@@didacensengiyumva9916ntazamoko twabuyemwo ntanizimigambwe tuzovamwo cnddd igitwara
@user-hi3ir8fn5z
@user-hi3ir8fn5z 4 ай бұрын
Abo bakurikiye CNDD nibihemu harya ntubona k mwariye inoti
@joshbotha986
@joshbotha986 4 ай бұрын
Ndagutwenze wakigugu we 😂😂😂😂😂😂😭😭😭😭😭baraguhenze ariko naho ubutegetsi bugushigikiye bucuhinyuka ndakurahiye harageze umaramare jewe reka ndindire ndabe. ndinyankamugayo yiyemera yakizigenza agato Rwasa kuko rwasa si cnl Rwasa nabantu wakirofawe
@MpajiSolomon-lt9we
@MpajiSolomon-lt9we 4 ай бұрын
Ubanze witegereze comments zabantu ukuntu mwabababaje gukora amanyanga nkayo.tugiye gukora imyiyerekano yuburundi bwose yobuva bukagera hanyuma nawe urekura urutwe nka gorayi nubuhanza kugakomokomo nkumukinzi akinda agaramye uzomenye yunyikira
@user-nf2oh9ol4j
@user-nf2oh9ol4j 4 ай бұрын
Navengaho.uwoyoba president wuburundi.niwirire amahera Yaba cnded.gusa muburundi ntituzoteraimberevuba.kuko.abarundibamwe.mufatanije urugendo.bagutamunzira ahonahobatagusize.umugishawawe.urawuguranije.nibiharage vyumusi umwe
@OmanOman-bb3ig
@OmanOman-bb3ig 4 ай бұрын
Uyo Bizorangira Adushinera ibirato Ngazorongora Abarundi 😂😂Aba dd Ntibafyina Nababo Barabakanya😂😂
@RichardRachis-ve9fy
@RichardRachis-ve9fy 4 ай бұрын
Wowe urumugambanyi.
@lovepeace5460
@lovepeace5460 4 ай бұрын
Nestor dd naryiyonoti yoguhemuka ibisigaye nugukurikira ubwije
@ManirakizaRambart
@ManirakizaRambart 3 ай бұрын
Nahogwasa mugiragut tuzokoruwundimugambwe gwasa gwasa oyeeeee💪💪💪💪💪
@williamsjeshi405
@williamsjeshi405 4 ай бұрын
Turinyuma ya rwasa
@nshimiyelajailos8375
@nshimiyelajailos8375 4 ай бұрын
Jewe mbere sinzotora ntabonye umutama wacu Agatho Rwasa umugabo wijunza nijambo❤❤❤❤ love you
@nshimiyelajailos8375
@nshimiyelajailos8375 3 ай бұрын
❤❤❤
@oseendayi5046
@oseendayi5046 4 ай бұрын
Rwasa oyee 😂😂 😂 ivyobindi ntafatiro bifise.
@niyinganzamoses702
@niyinganzamoses702 4 ай бұрын
Ivyo wariye uzobiruka sinkubesha ibihemu vyama bisozera nabi iyo njavyi
@athanasenibizi1328
@athanasenibizi1328 4 ай бұрын
Nabamenyshamakuru tubasab barab comantaire abarundi bandika uw ntawoza amushigikira
@jean-marienkurunziza8198
@jean-marienkurunziza8198 3 ай бұрын
Amenyo aragutwenga arayawe ewe mukama nahoranumvango ibigugu birabaho kwisi ngiyendakibona
@user-wu6cz1yw5j
@user-wu6cz1yw5j 4 ай бұрын
Turakwiyamirije
@mjjojobsgsg8480
@mjjojobsgsg8480 4 ай бұрын
Umuryobo gusa 😂😂😂 poe san ayo wariye uzayaruka sinkubeshe😊😊😮😮😮
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 4 ай бұрын
Chetaniwewe
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 4 ай бұрын
Ikirofa ikigugu .wamuchenziweayowatiye uzoyaruka
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 4 ай бұрын
Aradawa ngoarikuvuga
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 4 ай бұрын
Ayowariye u zoyaruka wamavyiwe
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 4 ай бұрын
Ayowariye u zoyaruka wamavyiweimpembo ..yabadede u zzz oyibona chaurataye igihugumukaga
@Antoinerwasa
@Antoinerwasa 4 ай бұрын
Yabaribishobok uyo muhemu Nestor nano bacuditse hamwe baribakwiye kunyongwa kuko ntibahelukiye umushingamatek Hon Agathon hubwo bahemukiye abarundi Bose murirusangi.arko ibihe bihibindi.
@Krdsnge
@Krdsnge 4 ай бұрын
Imana niyo izi ibikenewe kuburundi natwebwe abantu batobato dushonje
@user-mm3tb7kc1q
@user-mm3tb7kc1q 4 ай бұрын
Naco wanze ndakurahiye
@user-nh1dh8db1l
@user-nh1dh8db1l 4 ай бұрын
Rwasa oyeeee
@InspirationalMp3Player-jx8ql
@InspirationalMp3Player-jx8ql 4 ай бұрын
Ariko arabura nico avuga Nestor.uzipfuza kuyora wamaz gusesa
@zuberihamisi460
@zuberihamisi460 4 ай бұрын
Kumbeee,Rwasa kukugira uwujejwe imigenderanire n'iyindi migambwe uca uronka akaryo kokuvugana na cndd-fdd bakwemerera agashimwe umukuye Rwasa?
@user-ot9zt5fe6m
@user-ot9zt5fe6m 4 ай бұрын
Uwomurofa ngo ni Nestor ubwobuhanza buca bisaba kbx nivyobizuru wacitsowe
@chamusic2574
@chamusic2574 4 ай бұрын
uzojane numuryango wawe nayo abarundi twaraciye ubwenge shaaa
@user-ih7kw9di3r
@user-ih7kw9di3r 4 ай бұрын
Ndakubonye ndashishwa pumbafu
@irambonageorges5280
@irambonageorges5280 4 ай бұрын
Jewe hageze igihe numva ibintu vyigihugu cuburundi nkibaza ngo ndiko ndarota nukuri kuko bimwe bimwe biragoye kwemera ko arivyo 😢😢😢😢
@user-cm3fr1sv5y
@user-cm3fr1sv5y 4 ай бұрын
Ntani umuntu numw muri commentaire akwemera non ntubonak batakwemera
@lionelirakiza8615
@lionelirakiza8615 4 ай бұрын
Abahutu uwabaroze ntiyakaravye.inda ndende mufise izobamena inda.ivyo akoze bizomukora
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 4 ай бұрын
Pole Sana.
@user-wu6cz1yw5j
@user-wu6cz1yw5j 4 ай бұрын
Tabagurika wirenganire ibihemu vyaramye
@Pacifiquenkurikiye
@Pacifiquenkurikiye 4 ай бұрын
Sha nturye ngo umanike akaguru CNL iy yavuye ntawutahazi ivyo nibiturure wariye bizokumeninda
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 4 ай бұрын
Zari Imbonerakure, kuko n 'imotorora zari izabo, rero wewe twara utamena
@KuruboneGerard
@KuruboneGerard 3 ай бұрын
Ariko amenyo aragutwenga arayawe basha aho wewe nowe ubonako twotora ngo ube president😅😂 ryama uruhuke vyagucanze😂Agotho Rwasa oyeeeee❤
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr 4 ай бұрын
Agahanga wagize nkinkura sanze rindira bakumene ugwo rutwe shaa ayo wariye uzoyaruka kwer bazokwereka tekana gwasa niyubahwe numutama wijunja nijambo aho wew uriko uradahwa nturiko uravuga wamwakuwe urakicwa nuburoro bwingurube urakicwa ninguha wamavyiwe
@KwizeraClaude-ty6wc
@KwizeraClaude-ty6wc 4 ай бұрын
Yooooo bwabundi inyanka mugayo mutukana ukwo??? Gwasa numubeshi ahubwo uwo niwew avugishukuri hama murindire Gato tuzobahinyanyura
@user-cf6ry1yh8e
@user-cf6ry1yh8e 4 ай бұрын
Aba cnl ntigukunda Rwasa iyoazoza hose bazomurikira kandi barmusgikiye
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 4 ай бұрын
Urapfuy nabi urimubantu basenyura igihugu😊
@AdolpheHabarugira-np9qj
@AdolpheHabarugira-np9qj 4 ай бұрын
Inkoko muguhona zicudika n'ibisiga😂😂😂.. Zamura uburundi mutama!
@MrAkbar257
@MrAkbar257 3 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢 ndakunda abarundi pe ntaco mucanze nimwivugire basha😊
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 4 ай бұрын
Uhemuka wihuse ukababara witonze Ewe Nestor Sha utameny ibanga
@RichardsahidiHasani-nx4wy
@RichardsahidiHasani-nx4wy 4 ай бұрын
Ico kilofa casutswe!! Nka ba jack bigirimana naho wohindura amabuye umutsima rwasa ntituzomuvinyuma hazokuyoboka so na nyoko n,ibibunda vyawe!!
@richardninganza2265
@richardninganza2265 4 ай бұрын
Jack umurushiki?wewe bwarayangaye
@user-mn9pd4zp1f
@user-mn9pd4zp1f 4 ай бұрын
Mwamukuy nkand mwebw
@bostonbasta2737
@bostonbasta2737 4 ай бұрын
Petetre uyu sumurundi but zoona umutwe umunanira Rwasa ndakuz mwumv nanubu 😅😅
@user-mn9pd4zp1f
@user-mn9pd4zp1f 4 ай бұрын
Narek kuntera ishavu
@SamuelNiyomwungere-po9ei
@SamuelNiyomwungere-po9ei 4 ай бұрын
Yes
@ShemezimanaFelix
@ShemezimanaFelix 4 ай бұрын
Sha nukuri nihweje ivyombona muri comanteur bandika nukuri ndarindiye yuko imyiyamamazo itangure ndabe abakwitaba ukobangana
@EgideNdayishimiye-jd9ep
@EgideNdayishimiye-jd9ep 4 ай бұрын
Wewe wakirofa hari uwogukurikira wagihuramutwewe?nibaguhe imbonerakure yrjimbere nkazirya mwakoranye ikoraniro
@lazazusciza1997
@lazazusciza1997 4 ай бұрын
U make me laugh 😂😂😂😂😂 Mr girukwishaka but pôle xana
@user-nh1dh8db1l
@user-nh1dh8db1l 4 ай бұрын
Nestor ntitugushaka
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 4 ай бұрын
Ntabwo tuzopfa duteye imbere tugifise imbura bugirire nkizo ,guteza imbere igihugu vyase Bari mubibanza gusa,nkiki gipurizo ngiyicaye mubiro si nka Jaques ubu agezehe?ngo atrwa tourism koko bigiramana yize hehe ivya tourism?
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 4 ай бұрын
Turinyuma ya Gwasa
@richardninganza2265
@richardninganza2265 4 ай бұрын
Muzomurwa inyuma ariko igihugu kirabandanya,iririre wewe n’abana bawe nimba ubafise
@movit_Smart_og
@movit_Smart_og 4 ай бұрын
Twara umutwe hariya wamujingawe ntanubwo uzi kuvuga hama nguje kurongorande???jakuryama shaa CNL irongowe na Gwasa Agatho❤
@innocentwasafi7787
@innocentwasafi7787 4 ай бұрын
Wewe urikijuju cumugabo wewe numugore wawe ntakwemera igihugu nico cokwmera uzicuza igihe Rwasa yabaye president Wewe kugira baguhende ntubonako Rwasa bamutinya baboneko arihafi kugifata ariko bagerageza kumuzimanganya ariko ntibashoboye Amakungu azi Rwasa gusumvya president atwara igihugu
@EricNganda
@EricNganda 3 ай бұрын
Mwakoze kudeta mumugambwe cnl kuk iryo koraniro mutama ntaryo rararimwo
@gladnessguydesire4032
@gladnessguydesire4032 4 ай бұрын
nestor girukwishaka shonja wireme ureke kwayagura imbere ya CNL ahontumaramara?
@user-kx1cc7si8c
@user-kx1cc7si8c 4 ай бұрын
Hahaaaaa!ewe Burundi nzoza mbona!!
@jeanpaulkaburiyimbere
@jeanpaulkaburiyimbere 4 ай бұрын
Udendekeranya ubunyoma gusa Nestor hama turinyuma ya Rwasa twebwe Nawe urinyuma ya dd
@donatienbest6043
@donatienbest6043 4 ай бұрын
Imbonerakure nizo zarinyishi uhende abana
@NiyonkuruAliera
@NiyonkuruAliera Ай бұрын
Uyontawumuzi toka
@djcommetell6892
@djcommetell6892 4 ай бұрын
7:36 Aka kantuuu😂😂😂😂😂😂
@ReubenFeitoto
@ReubenFeitoto 4 ай бұрын
Buhanza Nestor nawenyene ngwashaka gutwara igihugu bopfuma bagiha papa
@reverandmanirakiza4978
@reverandmanirakiza4978 4 ай бұрын
😂😂😂😂 noma ww .nanje nashaka gutwara😅
@ngab257
@ngab257 4 ай бұрын
😮
@innocentbimenyimana7858
@innocentbimenyimana7858 4 ай бұрын
Africa weeeee!!!!!
@user-wx8ep4xi2b
@user-wx8ep4xi2b 4 ай бұрын
Shaaa mpore hagutora wew nzotora CDD-FDD kuko ntakwirirwa baragira transifer ijwiryanj kuko turaziyomwenebebwe amajwi iyacaja nayigihugucoco ntunaroteko wogitwara
@NdabakuranyeHamadi
@NdabakuranyeHamadi 4 ай бұрын
Mana urimwijur uzorenganure abarengana kuk twarengewe😢😢😢😢😢😢
@celestinshikaneza8926
@celestinshikaneza8926 3 ай бұрын
Uri igihemu gusa ntana politique. Aho uriko uravuga uzi neza n’ubutwari bwa Rwasa ntasoni ugira. Reka guhirika igihugu turakeneye ko igihugu gitabarwa
@YANG-KO
@YANG-KO 4 ай бұрын
Nkunda kurya yariye igifyera kimumena itama
@Justininiyonzima
@Justininiyonzima 4 ай бұрын
Umugambanyi Yama aheza nabi muta Aho ntusye bwose .
@jeanmarietwagirayezu9683
@jeanmarietwagirayezu9683 4 ай бұрын
Ukuri kwama gutsinda ikinyoma ivyo ntaho bizoshika
@NengaJean
@NengaJean 3 ай бұрын
Nn wew ushak kubaka ivgutatanguye mumushinge gabanya urumogi
@LeonidasNiyomwungere
@LeonidasNiyomwungere 4 ай бұрын
Abanywanyi banyu wasomye ivyo babivugak?ubwo babibona uko ubibona?
@user-rp9zj6kl7o
@user-rp9zj6kl7o 4 ай бұрын
Usigurire abana bi myaka 3ans. Twe turazi icatsi nururo
@user-pq7ui1wy7c
@user-pq7ui1wy7c 4 ай бұрын
Mes felicitation les plus fraternelles
@user-jk7dm7zy2k
@user-jk7dm7zy2k 4 ай бұрын
Icokijama kirikokitumarira ama MEGA
@gladnessguydesire4032
@gladnessguydesire4032 4 ай бұрын
Nestor girukwishaka Umuhemu igipfu injavyi imburabwenge nestor ntahakiri ufise
@user-qm1ox4bk5g
@user-qm1ox4bk5g 4 ай бұрын
Sha wapi wew ntabutware nabuke tukubonamo ahubwo ntuna maramara
@evaristeharerimana
@evaristeharerimana 4 ай бұрын
Hhh abarundi wibazako tutagira ubwenge ugomba kwicara aho bagusasiyee
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi 4 ай бұрын
Iyimbwa nani, ninde yagutoye wew, urongoye nde, aba Dd barakubeshe,wew ntabantu ufise, gusa ndazi ko uzomaramara umusi wokenera INYANKAMUGAYO
@IsumailAbdullah-rw9ls
@IsumailAbdullah-rw9ls 4 ай бұрын
Mukirundi cumvikana icuka ntigishobora kuba ciza interuro bita icuka ihagarariye ikintu kibi
@eellooe6339
@eellooe6339 4 ай бұрын
Tokakure kuragaho ayomakoti murazikuzuramaso muraziyoyakuyumugabwe jombona muzanamatama
@user-qi7lc9fq8t
@user-qi7lc9fq8t 4 ай бұрын
Kontakubona muri permanence ?
@ChristopheNdayirukiye
@ChristopheNdayirukiye 4 ай бұрын
Uyo numucakar abanywanyi bemera agathon rwasa wew witoj ntamajwi uzoronk nkayo rwasa yoronka
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 4 ай бұрын
Shaa Nestor, politique nyamba wayigize umurima wogusoroma , urihenze, Aho wewe ntibaguhenze ga shaaa, wewe icokumfatisha muminwe neza, n'amaso noyanokora
@asterebi
@asterebi 4 ай бұрын
uraza mumisozi turabe
@NimubonaElyse
@NimubonaElyse 4 ай бұрын
nestor indongozi nkawe ntaho yoshikana n'agacimbiri ucawumva kugihugu hoho 😂nukuriza abarundi!uyasome neza amategeko ubwenge buguhenda buza munyuma gerageza uzohamvya yakobo murangure igitoro mbona kitakiboneka😢
@user-ir8hn4ko1k
@user-ir8hn4ko1k 3 ай бұрын
Murabe mukanwa umengo nimishishito yibwa ngo yorongora umugabw Azorongor nyina
@nduwimanalouis9920
@nduwimanalouis9920 4 ай бұрын
😂😂😂😂none nkawewe???😅
@user-js3wm8zg5x
@user-js3wm8zg5x 4 ай бұрын
Sha intarabona iserihaha ubu rero uriko widigadiga ngo urongoy cnl nukuri ntavo wanz uzobaz habimana naband bakoreshejwe na cndd mugusambura imigambwe
@OlivierNdayishimiye-ke8nd
@OlivierNdayishimiye-ke8nd 3 ай бұрын
Ishura neza ibibazo ingen adidinganya 😮
@user-jr3cp2xj5z
@user-jr3cp2xj5z 4 ай бұрын
Eka urinkigwa ukomushaka.ahuzotamba wirorera.nindeyokwemera kukurikira uwayovy😂😂😂😂
@user-ql5iv6qm9v
@user-ql5iv6qm9v 4 ай бұрын
Namba utwaye izina nayo umugambwe nabanywanyi kwel twebwe twemera mutama agathon rwasa nayo weho urahumba kbx
@Toyielissa-qm4sm
@Toyielissa-qm4sm 3 ай бұрын
Ndagutweze pe ntumaranara pe ndagutweze😂😂😂 😂😂😂😂😂😂😂ubutazi inyidagamuntu gusaka ngutwarumugabwe
@AoussiJuma
@AoussiJuma 4 ай бұрын
Kazibe rutwe
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 4 ай бұрын
Ninkaba ba journalists baha ijambo uyu muja waba dd😮nkaho ariko a uvuga iki??
@omarndayishimiye7344
@omarndayishimiye7344 4 ай бұрын
Kora turabe gishasha uzanye abajambo yaraturambiye uwuzoramba azobona ivyinyegeje inyuma.
@JohnBigbro-lm3lg
@JohnBigbro-lm3lg 4 ай бұрын
Maramarira hiyo umugabwe wari warekuriwe ryari gukora?hendabandi
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 10 МЛН
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 112 МЛН
Useful gadget for styling hair 🤩💖 #gadgets #hairstyle
00:20
FLIP FLOP Hacks
Рет қаралды 10 МЛН
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
The Day Ronaldinho Showed Zidane Who Is The Boss.
14:05
RDHDComps
Рет қаралды 42 МЛН
Agathon RWASA umukuru w'umugambwe CNL ngo ntazosubira guhunga
14:44
لقد سرقت حلوى القطن بشكل خفي لأصنع مصاصة🤫😎
0:33
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 22 МЛН
GiGaMoN! 5 🗿 #gigachad #sigma
0:53
The Logan Chitwood
Рет қаралды 16 МЛН