Gute

  Рет қаралды 159,407

IHURIRO TV

IHURIRO TV

Ай бұрын

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: ihuriroTV/?m....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
KZbin: kzbin.info/door/ams....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Пікірлер: 596
@themarvelous2239
@themarvelous2239 Ай бұрын
Imana igushoboze cher président !! Ikwongerere Imbaraga n'ubwenge.
@Amiard-xe7jq
@Amiard-xe7jq Ай бұрын
J'aime ce président....j'aime ces discours et ses positions. Mu Rwanda ibi bisambo byahinduye amayeli birasenyera abaturage biyise abashoramari, barategeka umuturage guhinga maze récoltes bakazigura ubusa. Ruswa zo zayogoje benshi. Kuko nimanza zaciwe ninkiko ibisuma biratanga ruswa bigasugura inkiko😢
@8877Bella
@8877Bella Ай бұрын
Yamara avuze ukuri president!! Imana imuzigame
@africanqueen9452
@africanqueen9452 Ай бұрын
Ico atavuze ni uko na we nyineyiba: umutanbukanyi n umuhungu wiwe nibo badandsza igitoro. Birazwi cane guse
@Zggi908
@Zggi908 Ай бұрын
Ukunda abenegihugu abana bacyo umariye congo sabarundi
@bajenezaseth4525
@bajenezaseth4525 Ай бұрын
Yegosha
@nzizavincent3542
@nzizavincent3542 Ай бұрын
Erega umupaka winjizaga ubwenge ariko igihe utarawufungura uzahora ntagisubizo❤❤❤❤😂😂😂😂 Sha wowe uhemukira abarundi wowe nabo muyoboranye Sha jyawishinga Gikwete na Tanzania ye maze utabe Uburundi mumwobo .abana babarundi ubamariye kwicumu congo 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😮😢😢.wasubiza amaso inyuma ukiyunga Nu Rwanda ko bizagufasha kubigiraho
@mukundabantucleophas4966
@mukundabantucleophas4966 Ай бұрын
Gusa uyu muperesid waratowe nabenegihugu kimwe abanyagihugu kumutora hari nimvo.none wagomba bibe nko mukongo urusoro rubamako?!!!
@nzizavincent3542
@nzizavincent3542 Ай бұрын
Erega muvandimwe amagambo atagira ibikorwa abanyafurika twarayarambiwe ,nonese ikiringo cyuyu muperezida wanyu kirabura igihe kingana iki ngo kirangire???ese utanga amanota buriya wamuha angahe kwijana mubyo yakoreye abarundi???Reba nawe imihanda ,isoko,Ibitoro,ibihombo ,mwi ikawa n icyayi,????? Kandi buriya sihohonyine ubuse urambwira iki wamushima?none hiyongereyemo nokujya muntambara zitamureba agashora amagara ya abana babarundi bagapfa ntampamvu barwanira muri cong.ahaaaa!!!!
@lalaloena3170
@lalaloena3170 Ай бұрын
Nubu ntabwo u buyobozi bw'u Burundi buramenya uko ibintu bikwiye gukorwa! Gusa twe mu Rwanda ntabwo wamenyekana ko usambura igihugu ngo urare iwawe iryo joro! Ndababariye bavandimwe bacu ba Barundi. NEVA aravuga nk'unaniwe! Umujinya uzatuma afata ibyemezo bitari byo!
@IratwenzaJessie-pv4li
@IratwenzaJessie-pv4li Ай бұрын
Yego rwosee
@nzizavincent3542
@nzizavincent3542 Ай бұрын
Erega buriya iyo ufunze imipaka yigihugu ntabwo uba uretse imipaka yo mumutwe?????iyo uri kuri ruriya rwego bibabigoranye
@AlphonsineUwiremye
@AlphonsineUwiremye Ай бұрын
​@@IratwenzaJessie-pv4li❤❤❤❤😊😊😊😊
@ElieTwubahimana-uy1te
@ElieTwubahimana-uy1te Ай бұрын
Président wacu amakosa arayabona gukosora abayakoz nivyo ntabona iyobipfira
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d Ай бұрын
@CharlesNtawusigumwansi-qg8ec
@CharlesNtawusigumwansi-qg8ec Ай бұрын
Nyenicubahiro , bahane ko wqbibonye werekane akarorero , Barakuruhishije Nukuri.
@africanqueen9452
@africanqueen9452 Ай бұрын
Yoa ahera murugo iwiwe madame eiee niwe nyenePrestige idandaza igitoro
@zigiranyirazobajecteur8800
@zigiranyirazobajecteur8800 Ай бұрын
😂
@rayngabo
@rayngabo Ай бұрын
Les tonneaux vides font le plus de bruit
@IradukundaPacifique-fg5nz
@IradukundaPacifique-fg5nz Ай бұрын
Nd'umunyarwanda ndabakunda cyane abarundi kandi lmana ibashe kurwanirira igihugu cyanyu mugihe gikwiye lmana izahindura ibyanze guhinduka ikindi nkundira uburundi nuko aba peresdent muvuga lmana l love you burundi❤
@user-do9fo3cj5u
@user-do9fo3cj5u Ай бұрын
Natwe turabakunda bavandi
@user-dw1gi4vo1n
@user-dw1gi4vo1n Ай бұрын
❤❤❤❤❤naw urumunyamugisha 🥰😘🥰 turabakunda natwe
@ManirakizaElyse-oh8tl
@ManirakizaElyse-oh8tl Ай бұрын
Nn aya barrage yoyo ga soku twarayahevye?vyankiye HH??
@ManirakizaElyse-oh8tl
@ManirakizaElyse-oh8tl Ай бұрын
Ndashaka KO utuyobora 30ans mubanze mugabanye ivyo bisuma kabisa!!
@methodedushime9031
@methodedushime9031 Ай бұрын
Vyiza cane abarundi nibisuma
@LeopoldNshimirimana
@LeopoldNshimirimana Ай бұрын
Nukuri Mutama ararushe,nibarabe bagabanye kwiba igihugu kabisa!!Amafranga yibigori nubu barayatwimyeee , ningorane pee
@Alpha11997
@Alpha11997 Ай бұрын
Nyakubahwa sindumurundi ark burya umunyoni niba umuzi ufite ubudahangarwa hita ufatira imitungoye hanyuma umufunge bose baca batinya nka president nta bya negotiation you have all Ability
@rukundojustin8490
@rukundojustin8490 Ай бұрын
Arimo arabagisha inama yibyo yokora kuwe ntabyo azi
@user-qm8gg5pp4y
@user-qm8gg5pp4y Ай бұрын
Imana iguhezagire sonextrance
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r Ай бұрын
Ivyobisuma Imana ya Barundi izobahanape!!! Imana yomwijuru izobahondagura ayo mazosi
@rjeph1237
@rjeph1237 Ай бұрын
Wowe nka President uzi ikibazo,uzi abanyuruje amahera, uburyo uri kuvuga ntacyo ukora biratuma biba nandi MUCR UMUCO WO KUDAHANA.mu Burundi umwnga hari abavujiye gutwara abandi
@AZTIPS
@AZTIPS Ай бұрын
Uwa mbere se siwe na Carter ye? Uyu mugabo ibyo avuga nibyo akora birahabanye. Nk'ubu Ari Gen. Ndakugarika wabivuze nabyemera. Naho NEVA we birasigara hariya yicaye
@user-fd2zo9br1q
@user-fd2zo9br1q Ай бұрын
Imana izigame le président vraiment akunda uburundi twotaha tukaza kwubaka uburundi bwacu ndamukunze le pesident aratinya Imana.
@JosephMugisha-rs9nz
@JosephMugisha-rs9nz Ай бұрын
Ahowagaherey uhangana g nyakubahwa iyosi micezo yandani?
@samuelbucana5563
@samuelbucana5563 Ай бұрын
Ikawa canke icayi ntibigoye kuvyitaho gusa bisaba KO umurimyi yitabwaho akamenya KO ikawa yadandajwe neza
@bjabdi6582
@bjabdi6582 Ай бұрын
Mzee wetuu vamujambo ujemubikorwa kuko iryojambo ryoguhanga maze kurikumvana kenshiiii cane. Nukuru turagusavye uve mumajambo ahubwo ufate ingingo
@nzizavincent3542
@nzizavincent3542 Ай бұрын
Erega uko yafunze imipaka yigihugu Niko yafunze niyo mumutwa we nabo bayoboranye igihugu we ababwirako atunze naho ibyanyu ntibimureba abubwo uzabipinga ngo azaze baharure arebe ayo amusumbya
@user-qu9rj1ek1h
@user-qu9rj1ek1h Ай бұрын
Mujye mwigira ku Rwanda kuko pac yaragacyemuye ntabwaringombwa kumva président abyikorera rwose
@qmb7459
@qmb7459 Ай бұрын
Pac se ikora iki urutse kuvuga gusa?imyaka ibaye ingahe ivuga gusa?
@Arshimed
@Arshimed Ай бұрын
Uburundi nabutwara kdi mumyaka 2 naba mbugejeje kure kuruta ukwa nyakubahwa NEVAR
@welcometvyacu1329
@welcometvyacu1329 Ай бұрын
Urinjiji woe kbs
@ngabo8221
@ngabo8221 Ай бұрын
Bake ayo mazu bubatse
@chrismorganspice5587
@chrismorganspice5587 Ай бұрын
Sha nanjye nabuyobora nkarusha Neva😂😂l
@bajenezaseth4525
@bajenezaseth4525 Ай бұрын
​@@chrismorganspice5587😅😅😅😅😅 nukuri
@nadiabaheza4187
@nadiabaheza4187 Ай бұрын
Kurya wavuze ko aba jeune aribo bagenzi bawe izo mbura kimazi wozisubiriza aba jeune nabo bagakora ndazi ko twokorana umwete kuk nitwe twifuzq iterambere gusumba abo bahaze birabe mwibuke aba jeune nabo binjire mur gouvernmnt 🙏turarushe kubona ataterambere mu gihugu abakiri bato bafise inguvu bicaye aribishomeri
@DidierNdayishimiye-op8sq
@DidierNdayishimiye-op8sq Ай бұрын
courage,ariko ikosa rimwe nuko uburundi kubijanye nokubaho kumwumwe,nuko dufatira kubuzima bwabakirurutse tudafatira kumukene.
@gasanabukurueric2054
@gasanabukurueric2054 Ай бұрын
None ganyakubahwa ahowidogeye tuguma dusubira inyuma nkibirenge haburiki kugira ubashengeze bahanwe? Nyakubahwa,twe ahomperereye ntamazi,ntamatara,ntagitoro kwarimwe twashize imbere turire namwe murire ahokudutabara?
@shabajims2966
@shabajims2966 Ай бұрын
😂😂😂😂
@ngabo8221
@ngabo8221 Ай бұрын
Bamanike nka 2 niho bizohera
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r Ай бұрын
Ntavyo yoshobora mu mutwe ntakiriyo yuzuye inzigo no kubeshera u Rwanda gusa ishari riramurambeje
@rretro2042
@rretro2042 Ай бұрын
@@user-lc7oq4ze8r sha uramurenganije burya umutwe arawufise ahubwo gusa abo bari kumwe ivyo bakora bica bimwitirigwa.
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r Ай бұрын
Imana izoduhindurira ibihe Iradukunda itwitayeho
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 Ай бұрын
Komereza ngaho nyen mutama bose mukuremw urabon ingen baturiy kwel sha Imana rindir iratanguy kubagaragaz
@user-ix1dh3ej5h
@user-ix1dh3ej5h Ай бұрын
Imana iguhezagire shn bandanya ubamaramaza
@ndihokubwayorichard7100
@ndihokubwayorichard7100 Ай бұрын
ndabashima ukuntu mubigenza genza vraiment ndamwibuka nyakwigendera
@user-yv8dx3lm7w
@user-yv8dx3lm7w Ай бұрын
Your excellent , twereke abobantu , batumye uBurundi buba ubwanyuma kw'isi bukenye ! Otherwise reka kuguma mutwicisha amajambo ataco muhindura kandi ufise ububasha bwose mubiganza vyanyu ! Please gira ico mukoze tubemere , nayahandi , MWARAYASANGIYE kuko ntakundi twovyumva kandi uri president w'igihugu kandi ikibazo wakibonye !!!
@neric37
@neric37 Ай бұрын
Mr President shyiraho system ikorohereye, verification, audit, uteze imbere Ikoronabuhanga bizajya kumurongo.
@jeanmarievianneyhabyariman9358
@jeanmarievianneyhabyariman9358 Ай бұрын
Yaje akiga mu rwanda yihenuyeho?
@sethirumva2880
@sethirumva2880 Ай бұрын
Umutware mwiza 🙏se Barundi
@claudineali3561
@claudineali3561 Ай бұрын
Imana iguhezagire muvyeyi wabarundi yongere ikuturindire.❤🎉🎉🎉
@Munyakamangi522
@Munyakamangi522 29 күн бұрын
MUNGU Akulinde Mweshimiwa Rais, Haki Ya wana ichi Mbele ya Mambo yote, Wafanya kazi Muwe Waaminifu,
@kandolojailosi9079
@kandolojailosi9079 Ай бұрын
Ahaaa tuzobibara tubibonye.
@EricDany-xt1bw
@EricDany-xt1bw Ай бұрын
keep on there excellent , to embezzle the economy of the citizens no where it's written.
@jeanmarie6736
@jeanmarie6736 Ай бұрын
Bashirwe ahabona bahanwe
@simon-pierhabineza3865
@simon-pierhabineza3865 Ай бұрын
Barakubonye ko wowe na Gvt uyoboye mutazi gucunga umutungo ahubwo mukaba gusuka amalira....
@jchuma5417
@jchuma5417 Ай бұрын
Baratumaze kweli Basinibakigure none🇧🇮🙏
@user-hi5wx5ix7m
@user-hi5wx5ix7m Ай бұрын
Ariko Nyakubahwa ntakuntu wokwereka abarundi na makungu abantu banunuje ingumvu z'uburundi n'abarundi. Kwakeshi tubwigwa ivyagenze nabi ariko ababikoze ntibamenyekane kandi Bari hagati mubo ufiseko ububasha .
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 Ай бұрын
Utumena amatwigusa kwatatwereka ivyo bisambo, Ambaze ashire ubutungane nyakuri hampa ni bindi bizakurikire
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene Ай бұрын
Niwe gisambo gikuru ubu igitoro kirihe siwe ugifise mu minwe
@blessedgirl1252
@blessedgirl1252 Ай бұрын
Nuko aba abesha nuguta imirarwe kubandi kugira mutabonako adashoboye canoe atari mubiba umutungo w igihugu
@blessedgirl1252
@blessedgirl1252 Ай бұрын
Ce monsieur est trop dangereux. Ntabwo ari gushaka solution y ikibazo abarundi bafise n uburundi ariko arashaka gushira ikibazo kubandi, it is a shameful, ariko arateA umwiryane mubanyagihugu. N umugore mubi
@twagirimanacyprien6974
@twagirimanacyprien6974 Ай бұрын
Abarundi barasetsa kweli ; none kuvuga gutyo bituma batarya igiturire ; kura ikibore mubizima kugira ngo kitaboza ibindi
@carlabari9825
@carlabari9825 Ай бұрын
Free comedy! Fun to watch. Next time , put AC in the room.
@sabushmasceni5304
@sabushmasceni5304 24 күн бұрын
Erega wibagiye ko uri president!!fata ingingo abononera igihugu bakurwe mumabanga bajejwe
@NdabikunzeCornel
@NdabikunzeCornel Ай бұрын
Gusa vyo uzabashobora ndagushigikira kandi ndagusengera imana nyenuhoraho agufashe abobagabo
@ndekeziclaude9933
@ndekeziclaude9933 24 күн бұрын
Niba Harabaremwe kugira ngo bice uburundi wowe ushinzwe iki?
@LovelyChefHat-ig8xh
@LovelyChefHat-ig8xh Ай бұрын
Uyu nicomedien ndababwiza ukuri😅😅😅
@GG-dj6yh
@GG-dj6yh Ай бұрын
Bazi guswahira.
@julesndayambaje8887
@julesndayambaje8887 Ай бұрын
Abanyepolik mwese ni kimwe reka gusamaza. Imana ntimuyibeshere
@user-gm3sn6kb8s
@user-gm3sn6kb8s Ай бұрын
Igihugu kiramurenze rwose Akwiye kuyobora nka province byibura
@bajenezaseth4525
@bajenezaseth4525 Ай бұрын
Kabisa
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Ай бұрын
Mutama nyakubahwa iyubanza ugafunga isuma hanyuma iyinama ukayikoresha abayobozi bashasha kugira bagire ico batinya
@josaphathatungimana3504
@josaphathatungimana3504 Ай бұрын
Iki uvuze nico cari gikenewe, Nayo ivyo arimwo ni nkabimwe vya Kisekedi ananirwa no guhamagara abanyagihugu hanyuma akarasa arimbura!
@stallonemigaboyimana5056
@stallonemigaboyimana5056 Ай бұрын
Inama irarangira Bamaze kurira indege kuko amahera barayafise
@NdabikunzeCornel
@NdabikunzeCornel Ай бұрын
Akokantu niko
@BRTV-jx1xr
@BRTV-jx1xr Ай бұрын
Naze arabafunga
@lilianempinganzima2762
@lilianempinganzima2762 Ай бұрын
Ngo muge imbere yimana ibabereke😂😂😂😂😂
@NdabikunzeCornel
@NdabikunzeCornel Ай бұрын
Ikindi harabantu bafite ibitekerezo bizima bakwiye gukora akazi. Ikindi burya ministers sikomeye uzihe abakenyezi bazatanga umusaruro uhagije
@gerardniyongabo1463
@gerardniyongabo1463 Ай бұрын
Birababaje Kutamenya ico ujejwe😂
@nyandwiremy5938
@nyandwiremy5938 Ай бұрын
Bafunge Bayagarukane
@elyzamanilam5997
@elyzamanilam5997 Ай бұрын
Uburundi bwaragushije ishano IMANA yonyene niyo yo kugira icikoz nayahandi amajambo atagira ibikorwa ntaco amarira aburongoye kuk vyose biri mubiganza vyawe
@nzizavincent3542
@nzizavincent3542 Ай бұрын
Ngewe ndi Ikigali ndashaka uzaze mu Rwanda kagame aguhe inyishu yibyo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ naho ibyobigabo murikimwe byazanye amabondo ubona bakuzuzamo iki nubabuza kurya igiturire.😂😂😂😂😂
@Ob1021A
@Ob1021A Ай бұрын
Niba uri I Rwanda uzarabe TV 1
@user-nz1cc1fk4l
@user-nz1cc1fk4l Ай бұрын
Wirengera uyu Ibyo yakora byose ni umukuru w'igihugu
@Ob1021A
@Ob1021A Ай бұрын
@@user-nz1cc1fk4l na Buyoya yari umukuru w'igihugu
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD 29 күн бұрын
Mpore mutama. Dukore dusenge Imana iduhashurire ivyo bisuma n'abambuzi baboheye igihugu imugongo.
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Nikuraba nez ikibazo kwatari ww! imyaka4 urongoye igihugu ubu niho ubonye ibitagenda neza habuze Organize nziza iyo nayo iva kuri wew bwanav Pres uransetsa
@bizimanafranck4434
@bizimanafranck4434 Ай бұрын
Bariko barakuruhisha mutama, bahange
@user-um9dg1tj9b
@user-um9dg1tj9b Ай бұрын
Ubongeye umwaka wo kwiba!
@user-hb6np8yd1w
@user-hb6np8yd1w Ай бұрын
🥀🇧🇮♥️🥀🇧🇮♥️🥀 good babwire mutama
@GapitaHassan
@GapitaHassan 28 күн бұрын
Inyuma y'amatohoza, n'ugufata ingingo ntabirebire
@nkenguburundileopold9479
@nkenguburundileopold9479 Ай бұрын
Mutabapfunze ,twebwe abanyagihugu tweho turahasubira
@user-jg2bi2tz1u
@user-jg2bi2tz1u Ай бұрын
Abarundi 🇧🇮 mufite ibibazo kbc mukwiye gusengerwa p 😢
@user-xj4pb7tx7s
@user-xj4pb7tx7s Ай бұрын
Komera Ku muheto Nyakubahwa izo njavyi ziteshwe zite!
@user-wn6tf9tq9c
@user-wn6tf9tq9c Ай бұрын
Siwowe ubitera utarumuyobozi mwiza
@MukamazimpakaFebronie-iw9hx
@MukamazimpakaFebronie-iw9hx Ай бұрын
Urabatutse kbsa.
@bigiriherezotv
@bigiriherezotv Ай бұрын
Nkurikira kuri bigiriherezo tv
@emmanuelncutiniyesu5709
@emmanuelncutiniyesu5709 Ай бұрын
Babwire Boss wacu
@ndahimanaelias486
@ndahimanaelias486 Ай бұрын
Ese ntagereza ziba iburundi ngo ubafunge hanyuma abandi bazotinya abene gihugu
@pokemon-Go22
@pokemon-Go22 Ай бұрын
*Umwanzi wa mbere uhora adurumbanya uburundi muri byose ni Paul Kagame n'agatsiko ke k'abahima*
@blessedgirl1252
@blessedgirl1252 Ай бұрын
Muragowe igihugu kidafise amadevise nukuntu abarundi mufise aba diaspora benshi ariko ntanumwe w investissa mugihugu kubera kutagira umutekano igihugu n abanyagihugu, corruption
@JeremiPlaystore
@JeremiPlaystore Ай бұрын
Nyene icubahiro yavuga neza muga sinzi igihaze?
@ntayombapaul1391
@ntayombapaul1391 Ай бұрын
Errga barigana shebuja ,(Neva-Tidhekede)
@Icarawige07
@Icarawige07 Ай бұрын
Abasangira ubusa, bitana ibisambo.✍🏾#Icarawige
@NahigombeyeArsene
@NahigombeyeArsene Ай бұрын
Igitoki gisumba ikawa kuko ceze umwanya araronka ikaramu akarara ariye
@nihorimbereaudace4187
@nihorimbereaudace4187 Ай бұрын
abobasaza barashaje bararushe herezakazi urwaruka rwize ruciyubwenge rurahari kandi rugifisinguvu zogukorerigihugu hakirimwo abobatama guterimbere tuzobibona kubandi
@user-is6bb7tl9o
@user-is6bb7tl9o Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢 my country
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Turakeneye kumenya vyukuri smashure wize. Iriko ugira iki ga nfsuishimiye stari ugussmbura igihugu ???
@Kabeya.1727
@Kabeya.1727 Ай бұрын
Ariko uruyemera peeeee😂😂😂😂
@HakundanimanaClovis-pi2lg
@HakundanimanaClovis-pi2lg Ай бұрын
Baduhe tubakosore musaza. Abo banyonyezi
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Wa muhimbiri we! Wibaza yuko tutazi utwononeye igihugu ? Reka igihe cawe niho ivyuguga vyose uzobivuga neza
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i Ай бұрын
Baragutobera Président.kuko ukora neza none ko baguma biba ntaburyo bwokubatuza
@arnaudniyomwungere1355
@arnaudniyomwungere1355 Ай бұрын
Haruwutsinda président twari dukwiriye guhindura abayobozi kuva kunzego zohasi gushika kuzo hejuru ntamvura idahita uburundi na benegihugu tuzoteba turonke intwaro yindi nshansha
@RadjabuNdayizeye
@RadjabuNdayizeye Ай бұрын
Abo banyonyezi nibo batuma igihugu kidatera imbere
@NdabikunzeCornel
@NdabikunzeCornel Ай бұрын
Ikindi ndibazako wafashe igihe gihagije cyo kuberekera hagezeko ufata imyanzuro kuri buringingo
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj Ай бұрын
rekimana yigaragaze
@Arshimed
@Arshimed Ай бұрын
Ngo mukwa 9/ 2025 bazaba bamaze gutora ngo bizaba bimeze neza. Arananizi ko azaba yaratowe hhhhhhh Burundi we hhhhhhh murababaje pe
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Ай бұрын
2025 bazotora abashingamateka président ni en 2027
@bukanafred8805
@bukanafred8805 Ай бұрын
😂😂😂😂 The man knows all the corners 😂😂
@augustinmunyaneza5461
@augustinmunyaneza5461 Ай бұрын
None mugabo ko unaniwe kurongora igihugu wotanze imihoho! Gen muzima akaba uwamagambo gusa!!!!!! Mugabo rondera icofasha abaturage. Never we uri mumarembera pe . Dore naho wagiye gukorera amahera abasoda bawe babamariye kwicumu. Bacure wemere ubujuju wakoze. Watashye ubukwe utazi ingene bwateguwe
@mukundabantucleophas4966
@mukundabantucleophas4966 Ай бұрын
Je mbona wambengo ntukomeye wewe urashobora gutuka umupereziza uziko arikira kumana!! None wibagiweko utegetsi bushigwako n' Imana? Kumbure ugambuke,kumbura wubake nyuze urasambura.
@manikaka2039
@manikaka2039 Ай бұрын
Kuberako na NEVA arya ruswa no kwiba igihugu araho ari kugera ikintu akabihindura comedy nawe agaseka kandi yari yarakaye 😂😂😂! U Burundi nimubuteze cyamunara kuko cyabuze abayobozi bagikunda.
@Tikacronsmith
@Tikacronsmith Ай бұрын
Ibyuvuze nibyo pee , ibazeko Burundi iricyo gihugu cyambere gikennye kwisi 😂😂 Ibyabo ni birebire
@adriennduwayo8564
@adriennduwayo8564 Ай бұрын
Perezida wacu; Umusuma ntamaramara!!!
@FranckTuyishimire
@FranckTuyishimire Ай бұрын
Birababaj kubuzi kurumukuru ntumeny icujejwe ntumbaz nivira kanyosha naville namaguru namenyereye abarund turarushe😭😭😭😭😭😭😭
@ntirenganyabobo587
@ntirenganyabobo587 Ай бұрын
urazi yababanavyiba bakabikorechereza imigambi nyenn ahamugihug nyenn
@desirembonye4629
@desirembonye4629 Ай бұрын
Uyu president nu muhanga cyane
@user-go4xp2cf8q
@user-go4xp2cf8q Ай бұрын
Ubuyobozi bwirwanaho
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 Ай бұрын
Nyen'icubahiro mutera Akamo incuro nyinshi,mushavura Imbere ya camera incuro nyinshi ariko biherera Aho nynee.none habuze iki ngo mufate ingingo ko inguvu zo gufata ingingo abene gihugu twazibahaye
@davidmusabyumuremyi2008
@davidmusabyumuremyi2008 29 күн бұрын
Mwamenyekwabarundi arabasuma na Neva aravyemeje
@boashamah3642
@boashamah3642 Ай бұрын
Urimwo wisema ndakurahiye
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 Ай бұрын
😂😂
@ubushobozibwijamboryimanat2809
@ubushobozibwijamboryimanat2809 Ай бұрын
None ganyakubahwa président Wobafata,ukabahana vyoba vyiza nabandi,bakabonako,atamikino,
@NdabikunzeCornel
@NdabikunzeCornel Ай бұрын
Bashirireho amasemineri bige kuko ikibazo gihari diporome basabisha akazi sizabo basubize mungando bige
@DieudAmour-yr3iy
@DieudAmour-yr3iy Ай бұрын
Mutama gabanya amajambo, NuBakureho nkuko wabikoze kuri Bunyoni, kuko kudahana imbwa kugwiza IMIKOMA,
@adriennduwayo8564
@adriennduwayo8564 Ай бұрын
Bakureho nyakubahwa!!
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Nta nyakunshwa ngaho, mugabo uyo ntazi ivyakora.
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Mome wewe wagize iki kugira igiterwa cikawa kigende neza ko ivyo vyose waribizi
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Barazi yuko stacumaze
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Ай бұрын
Twebwe abanyagihugu nitwe dukwiye kubahana. Bahave ako gatsiko
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Wewe ndayishimiye ntagihe nakimwe iyo uvuga ijambo urigera uvuga ikintuciterambere ? Imvugo yawe nubusuma nubunebwe kandi witwa umukuru wigihugu. Atazi icakora
@user-dn4od9mk2f
@user-dn4od9mk2f Ай бұрын
Bahane
@village-boy-in-town
@village-boy-in-town Ай бұрын
Uyuni Bishop jyewe nicyonibonera bajyenzi😂
@SaalafAhmed
@SaalafAhmed Ай бұрын
Mutam wnj isi yac yuburundi irarenze ka bisa ikiturire coc ntab uzobasjobr kubarwany kuk nibose Yaan nuwuri iruhand yae arimoo
Umukuru w’igihugu | STADE Intwari ishobora gusakakarwa hose
20:19
Шокирующая Речь Выпускника 😳📽️@CarrolltonTexas
00:43
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 11 МЛН
Купили айфон для собачки #shorts #iribaby
00:31
Which one is the best? #katebrush #shorts
00:12
Kate Brush
Рет қаралды 18 МЛН
ИРИНА КАЙРАТОВНА - АЙДАХАР (БЕКА) [MV]
02:51
ГОСТ ENTERTAINMENT
Рет қаралды 818 М.
UMVIRIZA UBUBI BW'ABAHABARA N'IMIKOSHI BATERA.
58:48
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 123 М.
Каха инструкция по шашлыку
1:00
К-Media
Рет қаралды 7 МЛН
#улыбнись #прикол #ржака #юмор
0:30
Валентин Макаров # MakaroviLaif #
Рет қаралды 3,1 МЛН