Uyu Mugabo wigitangaza Iburundi weee

  Рет қаралды 24,243

Chimamanda Moses Office

Chimamanda Moses Office

Ай бұрын

Uyu Mugabo wigitangaza Iburundi weee

Пікірлер: 183
@DufitumukizaEmmanuel-sd9zy
@DufitumukizaEmmanuel-sd9zy Ай бұрын
Ugwaruka rwomuburundi ndetse nincabwenge harashitse ko mwohaguruka mugafatira akarorero kubiriko bibera Kenya namwe mukagwanira uburenganzira bwanyu mugashirako leta yita kungorane zabanyagihugu Bitabaye ivyo igihugu cacu kizoba ingovyi yigiturire no kwigwizako ubutunzi
@AhishakiyeAmede-mv7nh
@AhishakiyeAmede-mv7nh 26 күн бұрын
Ukuri kabisa
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 26 күн бұрын
Urabanza ujimbere babanze bakumene ugorutwe nambawihimvye Kenya nikenya uburundi nuburundi urabaza abaphuye (2015)nimubemuhendwa nabibereye hanze ngomurikumwe
@memsiigaufe9225
@memsiigaufe9225 24 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂ndatwenze nkeee bahita kwa Rambo 😂mushak gupfa nimujemwo Nukuntu bakumbuye kurasa yoooo ubuyungiro gus😂 kenya suburundi hariyabazi agaciro kumwenegiwugu
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 24 күн бұрын
Uyo mugabo arazubweng kndi abona kure sinzimpanvu bataramwegezay kubera ukuri kwiwe
@rashidsalinja4252
@rashidsalinja4252 21 күн бұрын
kenya abarongozi babo sababosi babo .Burundi, Tanzania,congo... abarongozi naba bosi wachu ariko kenya, south Afrika abarongozi nabakozi babene gihugu.naniyo mpamvu bichankanije gato kuduza ivyo baduza jacha haba ingolane
@oseendayi5046
@oseendayi5046 28 күн бұрын
💪💪💪💪💪 ndamweye uwo niwe mugabo abona ahuburundi buriko buratembagarira 😢😢😢 cimanda wewe urumugabo muburundi ntabarongozi bahari
@mbona7324
@mbona7324 Ай бұрын
Ubuyobozi bwo hejuru muri cndd fdd biboneka ko ntibabona inzira nziza yoguteza imbere igihugu vyiza ubutegetsi bwohinduka hakaza system yindi
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 16 күн бұрын
Hama ubwobuyegetsi wipfuzako bwoza uwuzoba aburongoye azobaje anda ayifise mumigongo
@FulgenceYaranyumviye
@FulgenceYaranyumviye 7 күн бұрын
📢 maître Moses azwi nka shimamanda congratulation cane kutwibutsa imvugakuri ziriho m ninkeya cane reo kubwivyo wewe komeza kuducukumburira
@yulla7654
@yulla7654 Ай бұрын
Moses ndakubwira ukuri Nimana yo gutabara Abarundi pe😊
@user-xy4nk9rl1z
@user-xy4nk9rl1z 28 күн бұрын
Urwaruka duhaguruke nkabajya bo muri kenya dukureho aba batama babasuma
@kruh3881
@kruh3881 Ай бұрын
Twishimiye kubana namwe live bwana Moses
@jjtvshow5878
@jjtvshow5878 29 күн бұрын
kugeza ubu u Burundi nta prezida bufise azibere pastor
@user-hn1un4fx3n
@user-hn1un4fx3n Ай бұрын
Oya u Burundi bugeze ahatemba
@donnezi9884
@donnezi9884 11 күн бұрын
Faustin ahw'ari yubahwe ❤
@user-hx3ty7os5o
@user-hx3ty7os5o 16 күн бұрын
Bro you say to much tru i like you 🇧🇮keep going maybe one they change the mentality
@user-hn1un4fx3n
@user-hn1un4fx3n Ай бұрын
BIG UP to our son Moses. Babyire baraka !!! Bisamburirako nkimpene
@binancerwanda
@binancerwanda Ай бұрын
Imana ntirya ruswa Moses
@Khalidniya380
@Khalidniya380 Ай бұрын
Babe babona muri Kenya uko biriko bigenda rindirana twebwe abajeunes b'uburundi turabibona abongereza bavuga bati better late than never vuba turabahinduka nkako mu nda
@keyshaneliaboa
@keyshaneliaboa 28 күн бұрын
Uzopime Ako gatwe kawe bagahonyore 😅😅nkeka ururimi rwihenze kuvuga
@Khalidniya380
@Khalidniya380 28 күн бұрын
@@keyshaneliaboa 😂😂😂 ivyo mvuga ndabizi
@memsiigaufe9225
@memsiigaufe9225 24 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@user-xf6ho3ku5n
@user-xf6ho3ku5n Ай бұрын
Uyu mugabo arafise ubwenjye kbs
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 28 күн бұрын
None igihugu nticamwigishije? Erega uyunarufyiri bize hanze barihigwa nareta . Ndabemera ivyobize barakorera igihugu Cabo cabigishije nuko reta yabunzwe itumva itabona ivyobadashaka
@nell388nnh
@nell388nnh Ай бұрын
Moise wazatubabariye kuri Manda yubutaha ukaziyamamariza kuba perezida kowabasha kuzahura uburundi ukunda ijyihugu nabanyagihugu rwose❤
@rodriguerwaka987
@rodriguerwaka987 Ай бұрын
Ibi avuga se kweri nibyo ushingiyeho igihugu nibindi ntikiyoborwa namagambo 😂😂😂
@NdohoAud
@NdohoAud Ай бұрын
Uzomutore arongore abo mumuryango waewe ko igihugu nticuvakwa na youtube uwo nukurondera uburamuko muma views yo kuri KZbin kuko yarabonye ko gucafuza abarundi mubikunda
@afrigifttv1038
@afrigifttv1038 29 күн бұрын
😅😅😅😂😂😂
@user-vf6cb5ey8s
@user-vf6cb5ey8s 28 күн бұрын
nonese ibyo avuga nibyo ndayishimiye avuga uba ubona ibirimo logique ari ibyande
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana 27 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NayigizikiGrathin
@NayigizikiGrathin 15 күн бұрын
NDayishimiye ntashoboye. Namanike Amaboko Aveho yekwica Burundi natwe ABaNyarwanda biratubabazape,🥱🥱🤔🤔
@uwimbabaziesperance8478
@uwimbabaziesperance8478 18 күн бұрын
Pastor ntabeshya,ndayishimiye numubeshyi,abwira abaturage be ababeshya
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 Ай бұрын
☆ Reka sha Moses izombwa za ba dd ☆ mugihe uburundi bugitwagwa nizimbwa zimosha ibipara uburundi buzokwama mukaga.
@kamaramazindatv9041
@kamaramazindatv9041 Ай бұрын
Big up sana moses turakwemera mutama urimvugakuri
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 Ай бұрын
Jewe ndindiye batangaze abarasa aba Dd nditeguye kubarasa. Abarundi turarushe
@jdgakuba7137
@jdgakuba7137 Ай бұрын
President akunda indya gusa
@jonascoster6207
@jonascoster6207 15 күн бұрын
inzara iratwishe nukuri😢😢😢
@biserukaprince-pm2ll
@biserukaprince-pm2ll Ай бұрын
Bavandimwe Barundi mufungure imipaka tubahe ku gitoro rwose twe nta mutima mubi dufite
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Uburofa
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Ukuri
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Gufunga imipaka namakkosa. Ateyisoni nubugome burenze numutima mubi
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Presida niwe abikora😊
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l Ай бұрын
wowe se ni wowe na nde? umupaka sicyo kibazo, ntukazane ibiciriritse.
@rjeph1237
@rjeph1237 25 күн бұрын
Mu Rwanda, waba Minister, waba General, waba umukozi wa Leta, waba uwikorera ,ugaragayeho amakosa ukurwa mu mirimo,ugakurikiranwa ,urubanza ukarucirwa,kandi bigatangazwa mu itangazo rya premier ministre ko wakuwe kubera ibyo ukurikiranwaho,iyo ubaye umwere nabyo biravugwa ukagarurwa mu kazi,Kagame niwe wavuze ngo DUXE UMUCO Wo kudahana kandi ube ijisho rya Mugenzi wawe,nakosa umurebera ntutange amakuru nawe ufite uruhare ugomba kubibazwa,BURINDI rero murakina ku gihugu cyanyu kandi niyo mpano Imana yabahaye,
@ntahompagazeemmanuel8502
@ntahompagazeemmanuel8502 10 күн бұрын
HHhH! Ikibabaje NEVA yapfutse amaso abarundi ,ababeshya ngo igihugu kirakize ngo ni muri EDEN. Ejo azavuga ko ibibazo mu Burundi bihari babiterwa n'uRwanda😂😂😂🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@user-sk6jr3vg1i
@user-sk6jr3vg1i 29 күн бұрын
Ndagukunda❤❤❤❤❤❤❤❤
@mutanganagervais1390
@mutanganagervais1390 Ай бұрын
Bro uvuga ukuri kandi wubaka igihugu kuburyo bukomeye nuko abarundi batarabimenya uruhare rwawe ngo bahumuke,abaiba yamazu murwanda no buri muturage yifitiye amazi kuva mumyaka 10 iheze,numwe utishoboye ukaba ayabona imbere yiwe,amazi nubufasha ariko siterambere cane ryinjiza amadovise.
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w Ай бұрын
Abarundi never azatuma mubura numunyu ndakurahiye
@user-bk1mo6tv7o
@user-bk1mo6tv7o Ай бұрын
Buriya nawo ni mucye cyane nuko utaribwa nkibindi Kandi buriya wasanga warazamuye nigiciro ko ntawo bacukura se
@user-vf6cb5ey8s
@user-vf6cb5ey8s 28 күн бұрын
​@@user-bk1mo6tv7oyewe ni hatari kabisa
@ArnaudNgabirano-gc7tp
@ArnaudNgabirano-gc7tp 26 күн бұрын
Faustin ndamukunda ntaryumanwa yaba ariwe agitwara igihugu yogize ivyahindura
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 16 күн бұрын
Ntiwitiranyibintu
@user-hv9tq5rn6d
@user-hv9tq5rn6d 29 күн бұрын
ndayishimiye yiyamye urwanda none abarundi bishoboye ubonye urwagwa cg impeke aba ari umugabo😅😅😅😂
@user-vf6cb5ey8s
@user-vf6cb5ey8s 28 күн бұрын
ese buriya iyo mwitegereje neza mubona ibibazo igihugu cyubrundi gifite biterwa nurwanda cg nurwitwazo?mugabo ntumputaze ndimo ndaganira
@user-cu5sn5me3z
@user-cu5sn5me3z Ай бұрын
Moses thanks so much for your advices but i don,t know how will we get development In our country
@Gladiator7
@Gladiator7 13 күн бұрын
Moses sound yawe irafite akabazo uzayikosore turakwemera 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 16 күн бұрын
Kimanda aho ntacuvuze kuko irijambo ryonyene faustin avuze rirulvikana neza ariko uwutazi iyoyavuye ntamenyiyaja ikibabaje sico umviriza neza faustin icavuga jewe ndamushigikiye ijana kwijana
@VenusteBG-jj5zs
@VenusteBG-jj5zs 28 күн бұрын
Mubisanzwe uburundi dufise politics irihas kbx Nubwo banka kagame arabarusha ubwenge vrt kk igihugu ciwe yaragiteje imbere biboneka ntanuwo bihariri Icogarukana Bagaza vrt niw wamber nubah cn
@uwimbabaziesperance8478
@uwimbabaziesperance8478 18 күн бұрын
Uyu arabeshya cyane,ubukene bumaze abarundi,igitoro nacyi ntagihari
@HarosimanaJosette-cj7qn
@HarosimanaJosette-cj7qn Ай бұрын
Chimamanda mahoro? Nizere kuri amahoro? Nanj n'amahoro! Hanyuma maze imisi nkumviriza nsanga urafise ishaka ryo kubona mu Burundi ibintu vyo genda neza gusumba! Ariko ishaka ryawe urishiriramwo inzigo n'ishavu vyinshi birenze urugero. Jewe nari maze imisi niyumvira icoba inyishu ariko nagize ubwoba bwo kuvuga kuko musi y'izuba abazize gukora ivyiza ni benshi uhereye kuri Yesu wi Nazareti. Rero jewe mbona mu Burundi dukeneye ABAGABO BUKURI bamwe Canco yaririmba bashobora gufata uburyo bwabo bwite bagafasha Abarundi benewabo. Gusa ico ntazi nuko vyokorwa umuntu ntabizire😊😊😊😊😊😊 Kuko namba u Burundi bubuze ama Devises ndibazako abarundi bamwe bamwe bafise amafaranga yagaciro.
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 28 күн бұрын
Iyo ubujuju bwitiranijwe nugukunda igihugu ,abanyabwenge bahinduka ikibazo,umuntu aguma avuga Imana cane nuko aba afise ikibazo civyiyumviro,abo baministre badekemura ibibazo nimubakure, please,mwoye guta umwnaya musenga Imana ngwibakemurire mufise ubwenge nihe vyakemuwe Nimana atari ingingo zafashwe?
@jeannyiridandi4724
@jeannyiridandi4724 Ай бұрын
Nugusamaz abantu
@amolam97
@amolam97 18 күн бұрын
Ingo umukureho noe🤣🤣🤣🤣🤣
@NayigizikiGrathin
@NayigizikiGrathin 15 күн бұрын
Burundi mwihangane ntaperezida mufis kuko uriya Akwie kuba pasiter, ntakwireye kuyobora igihugupe,???
@VenusteBG-jj5zs
@VenusteBG-jj5zs 28 күн бұрын
Mn nahora ndakwanka kbx ark unomus uranyemeje pee
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 13 күн бұрын
CIMAMANDA NTUGIRA INDERO NAMBA,NAHO WOVUGA UKURI MURI IRYO JWI NTACO WOFASHA BANZA WIGE KUVUGA
@NayigizikiGrathin
@NayigizikiGrathin 15 күн бұрын
Mozesi turakwemera jyaguca Amacakubiri,2
@PascasieCousin
@PascasieCousin 16 күн бұрын
Ukwo n,ukuri ndabashigikiye
@user-ei1sc8ng9g
@user-ei1sc8ng9g 17 күн бұрын
@user-hr2gl1ok4v
@user-hr2gl1ok4v Ай бұрын
👍👍👍👍👍💓
@user-mf7gi8oh2i
@user-mf7gi8oh2i 25 күн бұрын
Moses big up
@umaertbissman4482
@umaertbissman4482 28 күн бұрын
Ibibwabwa gusa😅😅😅😅
@Athmandeo-kn7ri
@Athmandeo-kn7ri Ай бұрын
Ibikorane nivyo bigisibije muburundi
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 Ай бұрын
Uri umupatiriote wanyayo courage Moses 💪🏾
@rjeph1237
@rjeph1237 25 күн бұрын
Ariko President akunda ibiryoo weee😂😂😂uziko yama atekereza ibiryo,si bibi yakagombye gukora ibishoboka nibidashoboka,akagwiza itunga mu Burundi ,hakazaba indya igihe cyose
@DjamilaNdikumagenge
@DjamilaNdikumagenge 28 күн бұрын
Ibara nyaraguye
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Turagukunda uvugisha ukuri
@PacifiqueNiyombabazi
@PacifiqueNiyombabazi 17 күн бұрын
Bwabwire Abo basuma kuberiki aba journalistes babujijwe gutohoza inkuru nuwubikoze tubura irengero ?? abanyagihugu dufise ibibazo twabuz iyotubiserurira
@binancerwanda
@binancerwanda Ай бұрын
No 1 give like
@user-hn1un4fx3n
@user-hn1un4fx3n Ай бұрын
Chima komeza uvuga ukuri. Babwire ivyo bigabo vyibibwa biga birya ibiturire. Abarundi barapfuye mu.mutwe kubera igiturire nukuri
@Irakyves
@Irakyves 29 күн бұрын
Nryohew nakogapira wambaye kariko ikibwa😅
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 Ай бұрын
Niwitoze wamugabowe erega twogutora
@LazardNzohabonayo
@LazardNzohabonayo 15 күн бұрын
None ugomba adana bacu baje mu myiyerekano nka 2015??? Abana nivyo ivyo uvuga turabibona dukoriki uraza uduhe akarorero utuje imbere"
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Mose 2015 ivyabaye babigize ururirimbo bakibagira k 2015 abashatse impinduka n'ubwo batabishitseko nibo Bantu Bari bazima bashakira ineza igihugu.ivyamoko baravyitwaza kuko 2015 abari imbere kndi benshi bari abuhutu
@Hardy406
@Hardy406 Ай бұрын
Uburundi bufite uburyo bwinci bwo gutera imbere....arko mbona abayobozi bakiri mur analog. Kbx
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye Ай бұрын
Ndabira igihugu cirukanabo kigashirahejuru abasumagusa sha birababaje fostin n'a Rumfiri Imana ibazigamire murabo bicanyi😢
@dianeumuhoza6103
@dianeumuhoza6103 Ай бұрын
❤❤❤❤
@user-jr3cp2xj5z
@user-jr3cp2xj5z 17 күн бұрын
Ivyo ababonako bisanzwe babibonakera.ubu nabandibazobona abariyimiti nibayiruka nihobazobibona.gusa imanihezagire ababitanga bakavuga
@EzelightManirampa-ji9vh
@EzelightManirampa-ji9vh Ай бұрын
Uyu mutype nincabwenge kbsa yubahwe
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 28 күн бұрын
🙌👂
@user-bj1wp9os4d
@user-bj1wp9os4d Ай бұрын
Uwo mutama yubahwe tuuu
@JeanBaptiste-uv1ek
@JeanBaptiste-uv1ek Ай бұрын
Uwo mu president wanyu iyo yariye agahaga yibwirako abarundi Bose bahaze😂mbese bariye bagatura imibi nkawe.ejobundi yahoze yidoga ko ntawumurusha itunga
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w 16 күн бұрын
Chimamanda 😂😂
@TundaGodwin
@TundaGodwin 15 күн бұрын
That's true ❤😢
@TheWatcher-py3qm
@TheWatcher-py3qm 24 күн бұрын
Neva nagire yegure he is not fit for the president. Ntanuko azi iyobija yitiranya ubutegetsi na Comedy.
@adamoman4966
@adamoman4966 Ай бұрын
Mwavugariko ntuvurapeee
@user-hx3ty7os5o
@user-hx3ty7os5o 16 күн бұрын
wavuga ukuri nuko utavura
@bahatibisore
@bahatibisore Ай бұрын
Vuga kuri iyi video present Paul kagame yagiranye na france 24
@ericnduwimana8246
@ericnduwimana8246 Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@kennyjeezo4321
@kennyjeezo4321 24 күн бұрын
Uritoza uhindure igihugu
@solo-en5
@solo-en5 26 күн бұрын
Gufata ingingo muburundi biragoye kuko umugambwe ka nwana wamama,,,,,
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln 25 күн бұрын
Komera chimamanda👑👑👑
@AhishakiyeAmede-mv7nh
@AhishakiyeAmede-mv7nh 26 күн бұрын
Ubundabayobozi buburundi uribaza icatumye birukana abakorane ntaco nzi kuk nubu turi ubukorone pe kuk petezinda ninkumurorerezi mubandi
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi Ай бұрын
Vyose nxobishira Kur neva
@user-hu4zq3ro9g
@user-hu4zq3ro9g 19 күн бұрын
Wagerageza kuvuga abarundi nahi mana.
@Tagt391
@Tagt391 Ай бұрын
Ubu uravyemera mugabo !!!!!?
@jeaninendayishimiye6623
@jeaninendayishimiye6623 20 күн бұрын
Nuwo mutama avugukuri kabisa. Numugabo goose
@delphinshamaje2707
@delphinshamaje2707 25 күн бұрын
Erega murabanza mwihwere ico abategetsi bacu bashaka Jewe nihweje ingingo zifatirwa abanyagigugu mbona KO intumbero ari iyo kudukenesha burundu hamwe tuzosigara tubasega hanyuma vyorohe kudukoresha ico bashaka(manipulation)kuko umuntu akenye aroroshe kumanipula
@franckbizimungu913
@franckbizimungu913 Ай бұрын
Ndagukunda naho ntazi konzokubona ngondagushikire kuko ndagukurikirana kumbuga zose Urumurundi akwiye ndagukunda can uritwari muzindi
@rosamuhimpundo4516
@rosamuhimpundo4516 Ай бұрын
Sha mosimwe ntibyoroshye pré Imana nitabare Uburundi na Barundi 😭😭😭😭😭😭
@bizimanaclaudine2228
@bizimanaclaudine2228 Ай бұрын
Uyumugabo rwosearavuga ukuri ababishinzwe bakuremoibyabo muzaterimbere
@ndayisabaalexis2749
@ndayisabaalexis2749 Ай бұрын
Ark uyumugabo ayamagambo arimo kuvuga yayavugiye mugihugu cyuburundi cg arahandi kuko ayamagambo ayavugiye muburundi ntiyabakira
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 Ай бұрын
Nukuri
@kalifis
@kalifis Ай бұрын
Raba ukungene mubabanyi biriko biragenda.
@ishararamazani1
@ishararamazani1 19 күн бұрын
Yobikora gute ko nawe aliwe wundi yamenye uwabujije essence kwijira yavuze ko amuzi yamugize iki?
@alinemiami9135
@alinemiami9135 28 күн бұрын
Abamenyesha makuru barabirutse babapfunga abandi barangara amakuru yovurwa nande ubu rero hari imvugo ngo nugucafuza igihugu nahandi nabona cuzuye umwanda .
@ManenoDesire
@ManenoDesire 27 күн бұрын
Moses baraja baragenda kumipaka barabe nko wo mugatumba igira icangobwa canke ugifise utanga igiturire
@elieniyoyitungira8331
@elieniyoyitungira8331 29 күн бұрын
Uwu mushinganta wa parceme aze yitoze araciye ubwenge cane
@flashlightstudio5399
@flashlightstudio5399 29 күн бұрын
Nta Mana, ntamugambwe, ntagihugu nta numuntu avuye hanze y'igihugu azotabara uburundi. Ntanahamwe muri kahise har'igihugu nakimwe cigeze kigobotorwa nabari hanze y'igihugu. Abarundi bonyene bari muburundi nibo bazokemura ivyo bibazo binaraje ishinga. Nejo bundi igihe cose reta itwaye nabi uko abanyagihugu badashaka abanyagihugu bonyene nibo bagira ihinduka nyaryo. Raba ibiriko biraba muri kenya 🇰🇪, raba ivyabaye muri Mali, nahandi hose. Nuko abanyagihugu bageze aho bavuga ko barambiwe barahaguruka bariyamiriza ibiriko biraba. Ubwo rero igihe cose abanyagihugu baicicaye nuko bikigendeka nibagera aho vyanka burundu bazohaguruka baje mumabarabara
@Gerald8180
@Gerald8180 20 күн бұрын
😂😂😂😂
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Uvugishukkuri
@user-ws7ts4yq4s
@user-ws7ts4yq4s Ай бұрын
Ntagitoro ntasukari umukuruwigu avuga ngo afase stoke yivyogufungura ngo abanyagihugubirabareba ?
@DianeNdayishimiye-ke4or
@DianeNdayishimiye-ke4or 23 күн бұрын
Reka sha WE wafash iy vidéo woca ujah??
@gasasiradan4061
@gasasiradan4061 Ай бұрын
Umva uri marayika murinzi nuko badumva
@amazingmomentstv1572
@amazingmomentstv1572 Ай бұрын
Wagira Burundi nta buyobozi bufise! Kumva nta ngamba nimwe wokumva bavuga yo kubonera inyishu ibibazo by'igihugi??
@omarbongo2656
@omarbongo2656 27 күн бұрын
ubu hari nivyadutse utwaye dufaranga twawe muri bank kuri bordero ngo mpaka wandikeko aho wayakuy
@thierryhakizimana343
@thierryhakizimana343 Ай бұрын
Impanuro zawe ni nk'imvura irwa mu m'umurima utamera.
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
ТАМАЕВ УНИЧТОЖИЛ CLS ВЕНГАЛБИ! Конфликт с Ахмедом?!
25:37
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 112 МЛН
Is AI an existential threat to human jobs? | BBC News
20:38
BBC News
Рет қаралды 43 М.
Kagame Nimuto ariko si Muto Mumutwe
38:37
Chimamanda Moses Office
Рет қаралды 14 М.
BOBO RUGURIKA AKOZE AMAHANO
52:16
Chimamanda Moses Office
Рет қаралды 7 М.
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН