VESTINE🇷🇼 na DORCAS🇷🇼 inzigo beretse abarundi ll ISHAVU ku ma media riranigall icabitumye Isaac ..

  Рет қаралды 22,304

Isaac Tv

Isaac Tv

6 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 393
@egidenkuriyingoma8995
@egidenkuriyingoma8995 6 ай бұрын
Koma musosi😂😂😂😂😂simwe mwisembereza😂😂😂
@UwingabireRuth-xp1ub
@UwingabireRuth-xp1ub 6 ай бұрын
Yoooo birababaje ukuntu mwatwakiriye abana neza igitaramo kikaba kiza , nta bwo byagakwiye kurangira gutya havuyemo inzigo. Pole sana turabakunda ❤🙏
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 6 ай бұрын
Iryoniryoshimwe. Babishuyeeee. Mwabahaye. Promossion. Zubuntu. Nibabakomeshe
@ingabirebetty6287
@ingabirebetty6287 6 ай бұрын
Yoooo ndababayepe nukuri ubunubuhemurwose Iren ibyo wakoze sibyizape turakugaye nkabanyarwanda wisubireho ntibikwiriye
@julesjulius2694
@julesjulius2694 6 ай бұрын
Reka Muce ubwenge ".inkoko muguhona zicudika nibisiga" by Fe Nkurunziza
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 6 ай бұрын
Yararivuze nyakwigendera
@nkundimanaalice-es6hz
@nkundimanaalice-es6hz Ай бұрын
Uvuze neza caneeee
@Kigalinewschannel
@Kigalinewschannel 6 ай бұрын
Irene yakoze nabi rwose hano😢😢😢😢 Love from Rwanda ❤❤❤
@cubahiromahoro4912
@cubahiromahoro4912 6 ай бұрын
Abanyagwanda murirusangiiii ntabana ryabooo namwe nitubarekere ivyabo natwe baturekere ivyacu😊😊
@christainc.5217
@christainc.5217 6 ай бұрын
Ahubwo Isaac none kuberiki muguma mutumako abanyarwanda bisomberamberamahera😢😢
@uwoyashatseeric1537
@uwoyashatseeric1537 6 ай бұрын
Buhoro Buhoro abarundi muragenda mumenya icyo kuba Professional bisiguye. Kandi mufite byinshi byo kwigira ku Rwanda mu ngeri zose. Pole sana, mubandanye mukora batama!
@ange-lyseiradukunda9722
@ange-lyseiradukunda9722 6 ай бұрын
Pole sana ncuti, saba Iréné abikureko birashoboka.
@ancileneemamuhoz4946
@ancileneemamuhoz4946 6 ай бұрын
Yoooo mpore nukuri Issac ukuntu ari tv mubinyamakuru vyomuburundi iza imbere kandi yakira abantu nukuri mana ngiye kugusengera imana idufashe ntibayugare nukuntu ndayikundira ibiganiro vyanyu abanyarwanda bafisinzigo basigaye batubona komenga turibijuju ariko mushaka abarkndi muhindure imikenyuro kubanyarwanda kuko umuntu abagirira iciza bakamwishura ikibi mwebwe abanyarwanda bashaka kubakomesha babakubite hasi ndabasavye barundi bacu murabekure kuko intango yubuhanza ni amasoso
@LavaLava-cs1ce
@LavaLava-cs1ce 6 ай бұрын
Baracabafatanabi ukokuntu mwana mubisemba umenga ni Mana ije reka mukome
@phanuelofficial
@phanuelofficial 6 ай бұрын
#Irene Aransas abarundi murazi igihe #Bruce_Melodi afungwa muburundi murazi amajambo yavuze Ku #Burundi amajambo mabi harya yaraje muburundi ndamwitegeraza nkaraba hasi muze mwibuka ijambo #Nkurunzinza yadusigiye
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 6 ай бұрын
Yararivuze nyakwigendera
@amolam97
@amolam97 6 ай бұрын
Hahahaja nukurk izi tv zanyu usivye nabanyarwanda barimwo badufasha mukubigisha gukunda ivyanyu nanyene icubahiro yarakwiye kubaraba nezaa kuraya ma tv yanyu mukwiye guhinduka mukabona kure dukunde ivyacu nimw mwari musigaye je ndabikunze cane pe muhakure icirwa barya bajama barabakoresha namwe muraho murasamye😂😂😂 mukunde ivyanyu ntaco muzoba ba hosy bose ba landry semavumba mwige gukund1 ivyanyu respect UMUKUBITO TV
@Aiuoex
@Aiuoex 6 ай бұрын
Hama barya bana ngo baririmbira IMANA !!!😂😂😂😂 ntamitima mugira. Ibikogwa vy'Imana birihishwa inoti !! Nimwironderere umugati gusa sha, ivy'Imana mubirekere IMANA
@mutabaziabumuremyidivin1325
@mutabaziabumuremyidivin1325 6 ай бұрын
Hama mwebwe mwishengero ntimwaka abantu ishikanwa?
@user-eq5do5qk8t
@user-eq5do5qk8t 6 ай бұрын
Iyi ni business sugukorera IMANA
@ABDISHEmpire
@ABDISHEmpire 6 ай бұрын
Always the First It's ABDISH KING OF ANIMATION🎤🌍🔥🇧🇮
@NellyCynthia-km4he
@NellyCynthia-km4he 6 ай бұрын
Hhhahhhha ngo kugira vestine na Dorcas babahe ikiganiro ngo mpaka ama dorari 800😂😂😂😂😂😅😅
@appolonation
@appolonation 6 ай бұрын
Ase ko mwabimenye mwabisibye ibyo biganiro 😂😂😂
@munyemanajeandedieu
@munyemanajeandedieu 6 ай бұрын
Mn mukure Amatiku yanyu mwabarindi mwe toka kure
@user-xp7nu2xg7b
@user-xp7nu2xg7b 6 ай бұрын
Namwe rero nimuramenya showbze yo murwanda yajyiraga ngo muzasigare mumuvugaho kandi ndabona yabijyezeho😂😂😂😂😂
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 6 ай бұрын
Wooooa barabure isaac tubwire twumve ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@speskeza749
@speskeza749 6 ай бұрын
Irene sinibazako ivyo yobikora Ndizerako iyi nkuru iza kumushikira akagira ico ayivuzeko. Kuko yoba yagize nabi caaane
@georgetown9676
@georgetown9676 6 ай бұрын
Irene nabandi ba you tubers burwanda nukwo bameze bafise inzigo. Mubareke kubazana Burundi
@footballlegend2764
@footballlegend2764 6 ай бұрын
Ishyari rya irene ndivuga yirirwa asenya the ben na yago none ageze no mubarundi erega narabwiye irene na bruce melody kwirirwa mwisetsa nuburyarya gusa murabanyeshyari woe irene na melody.
@tantinendayishimiye579
@tantinendayishimiye579 6 ай бұрын
Nje nama ndabivuga ngo nubutumwa barya bakorera amahera ntabutumwa kuko umuvugabutumwa ntanzigo agira
@Cres71500
@Cres71500 6 ай бұрын
none mwebwe ko mubisembereza mukubakira no kubamamaza ngo bagira baze ba mubareka namwe nkakurya bareka abi burundi bagiyeyo bakafata nabi mwe mukagum mubirukinyuma.
@angeange4342
@angeange4342 6 ай бұрын
Murabasazi abanyamwanda ntakibazo ntanakimwe vyabananiye gukunda ivyanyu ngomwihoma kubatabashaka ndashimira abanyamwanda ntibigeze babereka urukundo koma musosi wandagara mubisembereraza mubashakakwiki
@user-qu7zk8yn8s
@user-qu7zk8yn8s 6 ай бұрын
Nukuri abanyarwanda baratwanka tubakunda
@user-cq9xl1hi3t
@user-cq9xl1hi3t 6 ай бұрын
Sha ninzigo vrt twaramuhushije iyonawe tumupfunga ndake
@user-sn4tj6qh3f
@user-sn4tj6qh3f 6 ай бұрын
Pole isaaà❤❤
@WlkmkeissBriana
@WlkmkeissBriana 6 ай бұрын
Yarakosheje sana 😢😢none se ryari banga kushira indirimbo zaba dodo KZbin
@user-oo8mn5ud8v
@user-oo8mn5ud8v 6 ай бұрын
Irene ni Irene ntago arabanyarwanda
@LoudTv256
@LoudTv256 6 ай бұрын
Man cool down I have seen this man is Man of God but opposite. Be stronger brothers
@vannduwimana1284
@vannduwimana1284 6 ай бұрын
Bro Isaac abanyarwanda mubakundiriki kweli kukibi bafise Mbega burya mweho ntimwobahinyanyura
@lionelnibizi2910
@lionelnibizi2910 6 ай бұрын
Shaaa najew birambaaje kbxaa. 😱 Iyo sinzigo ahubwo n'inda mbi kbxa. Ndasabye abarundi mwirinde kugendana n'abo bantu badakunda abandi harehare abaturanyi banyu
@ishimwejeanclaude6470
@ishimwejeanclaude6470 6 ай бұрын
Sha Nyamara Abantu ni abagome. Peter na Irene se ko mbona bashaka kutuvangira. Kweli. Abarundi mwihangane sitwese bavandimwe birambabaje pe
@user-qz6uq4ii7w
@user-qz6uq4ii7w 6 ай бұрын
Weh uvuzenez nibakundan kuk bos atabafana vyos nbon vyobapfana😏😏
@thdhghgufjj8325
@thdhghgufjj8325 6 ай бұрын
Nn mwebwe komwisemba abanyagwanda muziko namwe abarundi ntibabakunda rwanda nabana babi cn camureka kwisemba😊😊😊
@nyiramuzikapatronjeune8833
@nyiramuzikapatronjeune8833 6 ай бұрын
😂😂😂mn urya bamwita murindahabi kubadida YOU guys have to be professional 😂😂😂😂😂
@nishimwemethode8187
@nishimwemethode8187 6 ай бұрын
Nimwe mubitera mugenda kubategera mugahekana kugir mubabone gabanye kuja murabisemba baje iwac(,nkore shimigwe Yaguy mwisemo)
@YosuwaSabuhungu-yd3qz
@YosuwaSabuhungu-yd3qz 6 ай бұрын
Inda izarikora Ngooo amadorari 800 nukuntu yabuze abanyarwanda mwariyaguye bizobarwa nabi
@kingmanjulias
@kingmanjulias 6 ай бұрын
Ndabatwenze😂 , mutumwanya mubereka urukundo ,nabo bariko ba creya urwanko 😢
@user-do6ic9tr6s
@user-do6ic9tr6s 6 ай бұрын
Oooohhh sorry bro rekana nae sinzi ikibazo agira kbs ni celine from Rwanda
@thadeemunyaneza8070
@thadeemunyaneza8070 6 ай бұрын
Ihangane muvandimwe
@musazaobed-vq7br
@musazaobed-vq7br 6 ай бұрын
Abanyarwanda twese siko turi muri Abavandimwe bacu rwose mwihangane.
@PrincEloge
@PrincEloge 6 ай бұрын
Noe ko mutumva ga sha 😂😂😂😂🤣🤣🤣
@Semavumba
@Semavumba 6 ай бұрын
Bavyita droit d auteur ivyo jewe Natacha yatabinkoreye muri 2017 mutekane... Ivyo biri professional
@DeliciaHereTv
@DeliciaHereTv 6 ай бұрын
Babwire! Ntirari professionnel iyo batunguwe nibyo batazi babishiramo sentiments ngo abanyarwanda inzigo what and what!!! Ushaka guterimbere inzira ni imwe ni kuba professionnel, kandi kuba professionnel wirinda sentiments zituma bland yawe ijya hasi. Merçi birandyohera iyo mbonye umurundi uri pro. Mpita nkora subscription na share kuri platforms ziwe
@User.k146
@User.k146 6 ай бұрын
🤝😍
@AliceNduwimana-rk7cz
@AliceNduwimana-rk7cz 6 ай бұрын
Nimubure kutakunda abiwanyu ngomwirukira abanyagwanda 😢 Mbega asani biwacukobatirigwa biruka mugwanda ngobaguye mubiteramo mukunda kuzamura ibihugu niciwanyumutakizamuye imbereyuko mufasha ibindi nimubanze mwufashe😢
@pianicofficial8747
@pianicofficial8747 6 ай бұрын
Mwihangane gusa byakonzwe na Erene saba Nya Rwanda bose rwose
@hafashimanafaustine6907
@hafashimanafaustine6907 6 ай бұрын
Yooooooo kumb nuko😢😢😢😢
@esperanceakimana1350
@esperanceakimana1350 6 ай бұрын
Abanyarwanda murafise inzigo pe 😮😮😮😢😢
@TwariqJamilu-jf4bd
@TwariqJamilu-jf4bd 6 ай бұрын
Pole san asaac
@Director_Jimmy
@Director_Jimmy 6 ай бұрын
muhame hamwe nti mugacuruze ibitari ibyanyu ibyo mur rwanda tuzi neza agaciro kigihangano cyundi
@juvenalniyonyishu3627
@juvenalniyonyishu3627 6 ай бұрын
abanyarwanda bafitiye inzigo uburundi abanyarwanda bashaka gutera imbere basubije inyuma abandi bazi gutera intambara
@GahimbareGodas
@GahimbareGodas 6 ай бұрын
Mwihangane wangu biragoy bagenz ivyikigih
@mykeke3255
@mykeke3255 6 ай бұрын
Abakizwa nibabi None nazirya ndirimbo Nka banyarwanda Nizibigisha Mana notuma nibera jew, atanvange nurukundo twakunda Abobana Mani rurahise ivyisi tubigiramwo Inzigo navyo bitadukundo
@mugishaqueen9480
@mugishaqueen9480 6 ай бұрын
Pole sana
@ngendakumanaalphonse9994
@ngendakumanaalphonse9994 6 ай бұрын
Mukome cane mwisemba nkande kubanyarwanda batadukunda
@FabriceKWIZERA-wl4xy
@FabriceKWIZERA-wl4xy 6 ай бұрын
AHUBWO BARABAHUSHIJE MWABIPFAMUTIMA MWE, WIGIZE IGITEBO BAKUYOZ UMWAVU, MWAMA MUBIRUKA INYUMA MUBASHAKA KWIKI, MISI YOSE NGO MUGIYE KWKIRA ABANYARWANDA KURI AEROPORT, MUGABO MWEBWE MWAJAYO NTIBANABARBE NHO MWSHIKIYE, MENYAKO ABANYARWAND ATARI ABAVANDIMWE
@ian_ericbyishimo2876
@ian_ericbyishimo2876 6 ай бұрын
Ase Isaac Tv upfa iki nabahanzi Nyarwanda plz mn jya wubaka ubumwe Imbere weho wanga abanyarwanda ugize amafaranga weho wamara abantu kuko umutima mubi ugirira abanyarwanda shn 😂😂 be patient bro mu Rwanda turi aba business ntabyanatiku nihahandi tuzahora Imbere yanyu yeeh
@beclever247
@beclever247 6 ай бұрын
Apu genda uwarusha umutima mubi ingegera Irene ninde
@user-qz6uq4ii7w
@user-qz6uq4ii7w 6 ай бұрын
Emera murinimitimamibi nimuhinduke vyobavyizakuruta
@UwimanaRenee-vt8gs
@UwimanaRenee-vt8gs 6 ай бұрын
Ngo ngwiki iyo ngegera muzama Imber yabande wamuhambwe weee zamuguma iwanyu nimitima mibi nkiyibisanya gusa mugume iwanyu hanyuma tyeabe icoduhomba mushenzi alaaaa
@ian_ericbyishimo2876
@ian_ericbyishimo2876 6 ай бұрын
Shn umuziki ndundi muzoguma murinyuma paka
@kamikazi477
@kamikazi477 6 ай бұрын
IYI MBWA NGO NI ISAAC TV N'UMURACISTE CYANE KU BANYARWANDA ARIKO NI SHYARI AFITE.KANDI KUBERA UMUTIMA MUBI AFITE YANANIWE GUTERA IMBERE.KIGUMA GIKURUYE BIRIYA BIZURU BINGANA NA MA TUYAU ATWARA AMABYI.NK SHZVU RYUKO IBINTU BYE BITAREBWA.AGASHAKA KUBITA KU BANYARWANDA.
@user-yk4uw6lg8y
@user-yk4uw6lg8y 6 ай бұрын
Pole ni
@nkundimanaalice-es6hz
@nkundimanaalice-es6hz Ай бұрын
Irène ari inzigo kandi bibigishe abanya Rwanda barinzigo ntarukundo bafitiye abarundi
@user-vq6hx5qt2b
@user-vq6hx5qt2b 6 ай бұрын
Koma bro ndakurahiye
@mgoldtv1636
@mgoldtv1636 6 ай бұрын
Nikwa meze nanjye yarayinkubise kbs Nimubi cane
@MuhindaJoshua-qx7wr
@MuhindaJoshua-qx7wr 6 ай бұрын
Abarundi muraciriritse muracyafite byishi byokwiga mwe kbx...😂😂😂
@user-eq5do5qk8t
@user-eq5do5qk8t 6 ай бұрын
Niko kuri kbx bacyari mubihe byahise
@user-oo8mn5ud8v
@user-oo8mn5ud8v 6 ай бұрын
Irene numunyarwanda ariko ntago ahagarariye abantarwanda
@cynthiaburundi5116
@cynthiaburundi5116 6 ай бұрын
Mwobewe.kobafise.akarigagamuhogo.abanyagwada.barikundacane.akogasuzuguro.turakanse.iwacuburundi
@oman2725
@oman2725 6 ай бұрын
irene nu mwana mubi nuku mukorerako inzigo afise irarenz😢😢
@NkenguburundiKenny-xn8of
@NkenguburundiKenny-xn8of 6 ай бұрын
Kandi uwo irene yakoze ivyo nikakajama gashigikiye barya bana baririmbira indirimbo zoguhayagiza Imana?? Barya bana bakorana nakagome basi
@nzungizejeandamour5097
@nzungizejeandamour5097 6 ай бұрын
Cyakoze abarundi Mugira Urusaku Abanya Rwanda turambiwe induru zanyu
@User.k146
@User.k146 6 ай бұрын
Sibyo rata
@niyonkoreraanicet2487
@niyonkoreraanicet2487 6 ай бұрын
Nimukome muguma mubisemba 😂😂😂
@nkurunzizadestin5925
@nkurunzizadestin5925 6 ай бұрын
Bavyita kwiswerereza
@nkurunzizadestin5925
@nkurunzizadestin5925 6 ай бұрын
Non Isaac TV ndababaze mwebwe ko mwiswerereza kubanyagwanda mubakurakibiki 😂 man mwihangane kweriiiii gus les Rwandais nka Bose barafise umutima mubi wa Shetani P
@user-eq5do5qk8t
@user-eq5do5qk8t 6 ай бұрын
Iyo nimyumvira mibi yawe kuko umukobwa aba umwe agatucyisha bose
@todicompany
@todicompany 6 ай бұрын
Abanyarwanda ni abana ba Kagame! Kumbura namwe mube abana b'i Burundi😂😂😂
@user-hk8fj2ss1s
@user-hk8fj2ss1s 6 ай бұрын
Ubwo ni ubugome p ntabyo nashyigikira p frm rwanda
@kwizeragiftalain
@kwizeragiftalain 6 ай бұрын
Zimya zimya ivyo birofa ko muzi guha agaciro abanyamahanga ariko mutazi kuha agaciro abiwanyu zimya zimya vyagashe
@nimuzimajeanpaul6033
@nimuzimajeanpaul6033 6 ай бұрын
Mwihangane kabisa
@aaronbe9966
@aaronbe9966 6 ай бұрын
je ne sais pas il y avait quoi dans le contrat avec le manageur Irene et profete modeste mais il faut que vous discute ensemble
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 6 ай бұрын
On est où là ???!
@manundayi2409
@manundayi2409 6 ай бұрын
Ntaco mwobona nibindi biracaza nabado mubirukinyuma mushaka iki??? Babakomeshe ahubwo goooose
@EmmyVoice-ko6ub
@EmmyVoice-ko6ub 6 ай бұрын
Ntazagaruke iburundi
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 ай бұрын
Isaac ndabivuze nejo nzobisubira mutavuyinyuma abonanyarwanda nibindi muzobibona vavanura 🇷🇼 kuko nabantubabi ntibazi kubana ntamubano wabo inzigo yarabishee umutima warabozee nabantu ibazenawe.
@libertnizigiyimana7392
@libertnizigiyimana7392 6 ай бұрын
Koma Sana ahubwo ntavyo bazi nibabakomesh wanguuu kuko munashobo Sana nyiye wa promota koma koma ahubwo nazugar nimukome ingoran abanyarwanda murabazi m ntimubava inyuma rr bave inyuma
@wangumrembo7282
@wangumrembo7282 6 ай бұрын
Ukuntu nyene wabafashe neza Issac
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 6 ай бұрын
Ntimuzosubire kumwakira bwabundi Irene murindahabi numwana mubi nihobabavuga ko ntarukundo bafise pee 😢😢
@necodeirakoze8911
@necodeirakoze8911 6 ай бұрын
Nimukure amatiku ngaho none ibyo nivyo vyotuma muvuga umuntu nabi nkuko nagira nayandi makosa yoba yakoze
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 6 ай бұрын
Nimukanure cane pe
@Rwandaentertainment-s7f
@Rwandaentertainment-s7f 6 ай бұрын
Kbx Irene yakoze Nabi pe love from Rwanda 🇷🇼
@user-te1kh6gr6c
@user-te1kh6gr6c 6 ай бұрын
Yahemutsepe
@user-qs2ns6xi6n
@user-qs2ns6xi6n 6 ай бұрын
Mukwiye kumenya gutandukanya ikosa rikozwe n’umuntu umwe mugahita muryitirara abanyarwanda bose , ibyo nukwanisha abantu aho gutuma abantu abantu bakundana.
@NDAYISIMIYE
@NDAYISIMIYE 6 ай бұрын
Ahubwo bozugara zose gute muguma mubikwega inyuma ubundi mubashakoko iki mwokorana nabiwanyu mukarekana ninyenzi
@user-nj7ib8rm7p
@user-nj7ib8rm7p 6 ай бұрын
Vyaranse ko mubona k'abanyarwanda arabansi bacu mubisata vyose,ntakindi muba murindiriye atarivyo
@emmy_drp_kigali1614
@emmy_drp_kigali1614 6 ай бұрын
Toka abanyarwa
@ingabirebetty6287
@ingabirebetty6287 6 ай бұрын
Nimwihangane nukuri ngwabumwe agatukisha bose
@IradukundaJosiane-wy1df
@IradukundaJosiane-wy1df 6 ай бұрын
Nimwe muzamura inzangano
@teddyciza9995
@teddyciza9995 6 ай бұрын
Hhhhhh zimya 2024 nzob one ubwo bu TV musubiy kubategera
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 6 ай бұрын
Ahubwo bakwiye kuba komesha mwebwe murasara uwigiriye urubanza mu rwanda mukubi potsinga muba abambere niba bakomeshe mwebwe ntamitima mugira ipu :bamurya bike muryame kare
@user-mc2ec4zd7h
@user-mc2ec4zd7h 6 ай бұрын
Isaac tekan urekan nabantu bishirahejuru mani kuko ntibaziyomwavuye rero mugihe bataziyomwavuye ntahobazogushira mutama kuko abobabagayira ivyanyu niyomihezagiro man
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 6 ай бұрын
hagaciro ivyanyu mukunde ivyanyu mugwize urukundo hagat yanyu urab kwiterambere bazoridusumvya akamb ka b face usurana inzigo ukanya mwibutura
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 6 ай бұрын
Iren ningeger knd dukwiy gucubweng abanyarwanda nibabi dukund ivyacu zirya view tubah tuzihe chaine ziwacu iburundi
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 6 ай бұрын
Ihangane sha Isaac niko abantu bameze
@BULDAWNCOMEDY
@BULDAWNCOMEDY 6 ай бұрын
Vestina wang mumushakahiki nabandi
@Alexissindayihebura-re6oy
@Alexissindayihebura-re6oy 6 ай бұрын
Irene hamwe yoba yabigize abibona yoba yagize nabi cane
@zawadiakimana
@zawadiakimana 6 ай бұрын
Irene ari ninzigo
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 8 МЛН
마시멜로우로 체감되는 요즘 물가
00:20
진영민yeongmin
Рет қаралды 33 МЛН
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 81 МЛН
Mariage Trésor et Inès (1)
44:07
Top Netteté Studio
Рет қаралды 17 М.
Ong Bak | Fight Club Scene
15:05
Cinewatch
Рет қаралды 67 МЛН
INTAMBARA Y'AMASASU KU RWANDA: Uruhare rwawe ni uruhe?
GAHUNDE Chaste
Рет қаралды 145
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 8 МЛН