WOBA UZI INGARUKA MBI ZICAHA CA CARESSE??//IMANA YANKINGIYE SIDA UMUGABO TWABANYE AYIRWAYE

  Рет қаралды 25,056

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 73
@user-ld3ek2rg7u
@user-ld3ek2rg7u 11 ай бұрын
Murakoze cane intahe yawee irafashije caneeee amen
@NkunzimanaNoel-pq2jk
@NkunzimanaNoel-pq2jk 11 ай бұрын
Yesu we MANA sinovuga Yuko iyi témoignage impezagiye ahubwo iranyigishije igize aho inkuye naho ingejeje Maman Yesu aguhezagire cane muvyukuri harakenewe délivrance mw'ishengero ry'Imana murakoze
@mpawenimanachristophe6180
@mpawenimanachristophe6180 Жыл бұрын
Murakoze cane kwiyontahe ariko ndasaba bishobotse abantu bazanarashinga intahe kubera baruha nokuvuga muzemurabaduhera amazi yokunywa arafasha cane mumihogo. Muhezagirw na Yesu
@FrancineJollyofficial
@FrancineJollyofficial Жыл бұрын
Mana ntitwarabokubabarigwa turagushimirako uduharira ibinukatwakoze atakiguzidutanze ivyovyaha twarabukoze mubutamenya Kristo atubabarire urakoze muvyeyi mwiza kumburi uduhaye.
@nicolenoellakanyange2621
@nicolenoellakanyange2621 Жыл бұрын
Imana iguhezagire mukozi w,Imana intahe yawe iranyubatse uhezagirwe
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 Жыл бұрын
Urakoz cane Imana ibampere umugisha 🙏🙏🙏natwe IMANA itubabarir iduhe gutinya icaha🤲🤲🙏🙏
@alicebuja7706
@alicebuja7706 11 ай бұрын
Murakoze cane.iyo ntahe ninziza cane.
@eddyneyfhh7034
@eddyneyfhh7034 Жыл бұрын
Sinovuga ngo intahe irampezagiy gusa hubwo inyigishij vyishi inkuy ahantu ingejej ahandi ,murakoz muvandimwe be blessed ♥️ thx Jesus 🙏🙏 ntakintu nakimwe uvuze kubijanye nubusambanyi kitankozeko knd kurijew nkabonako atacahakirimwo kondiko mbikora nuwotuzobana ,iyi ntah sinoyisangiza nobampovye il fout ndayirungikire umuntu araho pe ,ese vyogenda gt tuyironk par oudio kodufis incuti zitaja kr KZbin ?
@maisoninformatiquebuganda6481
@maisoninformatiquebuganda6481 Жыл бұрын
000
@erastebizimana2630
@erastebizimana2630 Жыл бұрын
Vyukuri intahe zica ku Muco wera tv ziruzuza imitima yabenshi knd zituma tumenya ivyaha twagendeyemwo bikaduha kwihana
@elysendayiziga166
@elysendayiziga166 Жыл бұрын
Amène !!! Ntakure Imana itokura umuntu ! Hama ivyo bijanye n'a caresse nukubivugako cane kuko biragisibije, ikwiye kuba intahe yirebanga kd nka ngufi,
@vaninerukundo
@vaninerukundo Жыл бұрын
UMUCO WERA TV turabashimiye ku ntahe nziza muduha ziradufasha kwegera Imana
@jeannizigiyimana5995
@jeannizigiyimana5995 Жыл бұрын
Amen amen mukozi w'imana ndafashijw kubw'iyontahe part1.muduhe izindi part zizokurikira muhezagirwe.
@manirabonajeanclaude1265
@manirabonajeanclaude1265 10 ай бұрын
Amen duwo kubihanya nanje narinaraduye umugera wa sida ubu mazekwihana yarambohoye ubu ndimuzima
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 2 ай бұрын
Yesu mwana w,Imana ohhh tuba arire twoze ivyaha nigisa nacoo
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 ай бұрын
amen
@ThaddeeNibitanga-jd8cl
@ThaddeeNibitanga-jd8cl 8 ай бұрын
Imana ibahezagire muvyeyi. Murakoze cane
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen Mana yancu urimw'ijuru habwicubahiro 🙌🙏
@laurentnkurunziza9857
@laurentnkurunziza9857 Жыл бұрын
Intahe nziza ese iyi ntahe yoshikira urwaruka rwose ntihobura abakizwa
@ProsperNdayiragije-mt6zh
@ProsperNdayiragije-mt6zh Жыл бұрын
Imana iduhe kuva muvyo twajakariyemwo
@sjdjdj2909
@sjdjdj2909 Жыл бұрын
Halellujah Ameeeen mukozi w'Imana nzima Yesu-Kristo ashishikare kubiyerekera
@neemanibizi9043
@neemanibizi9043 Жыл бұрын
Yesu ashimwe Murakoze cane kandi twashaka number zuyu mukozi w'Imana kuko aradufashije ariko harivyontatahuye nomwibariza akafasha. Mwoba mukoze.
@aselinensanzurwimo
@aselinensanzurwimo Жыл бұрын
Imana igukomeze mukozi wadata I man
@user-ox5wy6gv8r
@user-ox5wy6gv8r 10 ай бұрын
Ego nibaduhe umucyo kuwomwu bakanye kumutegura karicyaha hama nawe Imana igukomeze igukomeze amavuta meshyi
@patrickmanirakiza1295
@patrickmanirakiza1295 8 ай бұрын
Abakizwa beshi baboshwe n'a CARESSE kandi basenga yesu akwongere imigisha myishi can
@gsgshdhdhdhs1713
@gsgshdhdhdhs1713 Жыл бұрын
Iman idushoboze iduhegutinya icaha nukur lmana ibandanyekubahezagir ibiganirovyanyu birmfasha cane
@etiennendayizeye
@etiennendayizeye Жыл бұрын
Iyo ntah iradufashij Imana ibaduhezagirer
@audacesindayihebura268
@audacesindayihebura268 Жыл бұрын
Imana ibahezagire Cane kandi izobahembere igikorwa mukora.
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 Жыл бұрын
Ndafashijw caane ni no ntahe muvyey lmana izoguhe kurangiz amahoro umuco Wera mugir umugisha
@jeandedieuntakaburimpamvu2207
@jeandedieuntakaburimpamvu2207 Жыл бұрын
Nihabwi cubahir
@elisha4807
@elisha4807 Жыл бұрын
Amin
@user-hf3ym6xh3c
@user-hf3ym6xh3c 10 ай бұрын
God is so good
@elisha4807
@elisha4807 Жыл бұрын
Imana ishishikar kuguhishurira
@felixcitegetse3845
@felixcitegetse3845 Жыл бұрын
Nivyiza gusengera no kwiyegereza uwasubiye muvyaha Koko abagoswe nimpwemu mbi. Imana ishimw iduhishiriy ibi
@jeandedieuntirurikure7461
@jeandedieuntirurikure7461 Жыл бұрын
None uwubigize n'uwo bubakanye ngaho n'icaha?
@freddaniel918
@freddaniel918 11 ай бұрын
😊😊😊
@aishaoman108
@aishaoman108 8 ай бұрын
Naje.peeendafashijwe UWITEKANIWE AKWONGEREREZE impanoyawe yaguke
@kayirenzimarie1518
@kayirenzimarie1518 Жыл бұрын
Wowe ni umuntu wakuderlivuye cg ni Imana ubgayo ?kuki utubgira gushaka umukozi w'Imana wo kudelivra?
@hakizimana1064
@hakizimana1064 Жыл бұрын
Non uwubikorera umugore wiwe harinakimwe.?
@noellachantale3287
@noellachantale3287 Жыл бұрын
Polesana madame
@erasmemasengo9975
@erasmemasengo9975 Жыл бұрын
None ga ok inzira ari zibire nagira abapfa batumbera iyo bihitiyemwo?
@meryorndi630
@meryorndi630 Жыл бұрын
murakoze mukozi Wimana
@myvenif3627
@myvenif3627 Жыл бұрын
Amen
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 Жыл бұрын
Ameniii 👏👏👏
@greashgreahes6291
@greashgreahes6291 2 ай бұрын
Imana ibahezagire can ❤
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 ай бұрын
Girumugisha
@TheCharity.
@TheCharity. Жыл бұрын
Gloire à Dieu.🙌 GUMAMO ( muri Yesu).👍
@kamunyanaclaire7033
@kamunyanaclaire7033 Жыл бұрын
Kk
@kamunyanaclaire7033
@kamunyanaclaire7033 Жыл бұрын
Kk
@erichakizimana8529
@erichakizimana8529 Жыл бұрын
Hezagirwa mukozi w,Imana
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 Жыл бұрын
Nukir lmana ninziza
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 Жыл бұрын
Yesu habw’Icubahiro ko wabanye nu mukobwa wawe.
@elisha4807
@elisha4807 Жыл бұрын
Natwe tushishikar kumeny vyish natwe mutusenger
@elisha4807
@elisha4807 Жыл бұрын
👏👏👏💥🎆
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 Жыл бұрын
Nukur utabishobojwe n lmana biragoy komwoguma mukundana n'umuntu waramaz kwumva kwarway arik ibidashobokera abantu bishobokera lmana
@DeoBizimana
@DeoBizimana 2 ай бұрын
Yesu naduta bare aduhe kunesha
@mariedominiqueuckoor5844
@mariedominiqueuckoor5844 Жыл бұрын
Bjr cette soeur a donné un temoignage tout ressement sur la femme dans sa langue, un frère l'a traduire vous pouvait m'aider svp
@beatricendikumana8776
@beatricendikumana8776 Жыл бұрын
Intahe nziza
@manirakizalevis6115
@manirakizalevis6115 Жыл бұрын
None ndababaze jewe ndubatse kandi narinziko gutegura uwomwubakanye ntakibazo ndashaka umuntu yompumuco neza
@paulmunyemana4878
@paulmunyemana4878 Жыл бұрын
Ntacyo bitwaye abashakanye byose barabyemererwa gusa bagomba kuba maso ngo satani atabinjirira
@pascalinenyunzwenimana9684
@pascalinenyunzwenimana9684 Жыл бұрын
Murakoze kudusobanurira
@angebelyseshurweryimana3703
@angebelyseshurweryimana3703 Жыл бұрын
Abashakany ntakibazo kibi nabaca inyuma abobubakany bitwaj ngo uwo bubakany ntakibishoboy Nay hand mubishoboy mwes ntakibazo abubakany ntangoran 1
@etiennendayizeye
@etiennendayizeye Жыл бұрын
Nicaha ntiwavyumvis
@bikorimananeuphtalie2593
@bikorimananeuphtalie2593 Жыл бұрын
Urakoze cane Ariko umuntu ashingintahe kuvyo yakorewe n'Imana . Tuje dushiramwo nubwenge murivyose.
@juvenaryutub4444
@juvenaryutub4444 Жыл бұрын
N ugusenga satani yaramaze kwinjira mumitima y beshi
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 Жыл бұрын
Hezagirwa
@mathiashabineza7462
@mathiashabineza7462 Жыл бұрын
Ndabaza. None umuntu u caresser uwo bashakanye naco nicyaha??
@user-on1nu8sc1f
@user-on1nu8sc1f Жыл бұрын
Nonekwabaruwawe mwubakanye nicokimwe numusambanyi
@user-on1nu8sc1f
@user-on1nu8sc1f Жыл бұрын
Pole Sana warageragejwe
@danickirangabiye1139
@danickirangabiye1139 Жыл бұрын
😭😭😥😥😥
@svetaNIMBITSO-gw7om
@svetaNIMBITSO-gw7om 10 ай бұрын
P
@evelyneziganya9713
@evelyneziganya9713 Жыл бұрын
Imana nziza cane
@graceirumva7027
@graceirumva7027 Жыл бұрын
Yesu amuhezagire uwo Muvyeyi amenye amabanga ya satani
The CUTEST flower girl on YouTube (2019-2024)
00:10
Hungry FAM
Рет қаралды 45 МЛН
WILL IT BURST?
00:31
Natan por Aí
Рет қаралды 45 МЛН
The CUTEST flower girl on YouTube (2019-2024)
00:10
Hungry FAM
Рет қаралды 45 МЛН