Inryane z'amoko zatanguye ryari mu Burundi ?

  Рет қаралды 5,859

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

Mu myaka yahera, Uburundi bwaraguye mw'isanganya akatari gake biturutse ku nryane z'amoko.
#TuyageKahise : ubwicanyi bwa mbere bufatiye ku moko bwabaye ryari mu Burundi ?
#Burundi #TuyageKahise #kahise

Пікірлер: 17
@estellamaliyamungu3500
@estellamaliyamungu3500 2 жыл бұрын
Mbona tutobishira ku bazungu, ego baraduteranije ariko natwe twari gukoresha ubwenge kuko ntituri ijuju ngo duhendwe tubona. Kugira tubihagarike jewe mbona dukwiye kubanza kwemera ikosa hanyuma tukikosora, kuko abazungu bakoze ikosa ariko twe twakoze rinini kuko can igihugu cacu twabafashije gusambura.
@burundianbg7423
@burundianbg7423 4 жыл бұрын
hoba harri ingorane if i do repost on my youtube channel?sinon its a good video yigishaa.
@jahson460
@jahson460 2 жыл бұрын
Merciiiii
@ghostagee5232
@ghostagee5232 3 жыл бұрын
Abavubikiro
@moniaingabire6300
@moniaingabire6300 4 жыл бұрын
Inyishu yanje kukibazo canyu canyuma: Dukwiye Kubabariranira kuko twese turi abarundi, tuvuga ururimi rumwe, turi bamwe. Turengere ivy'ubwoko ahubwo dushire imbere iterimbere ry'igihugu n'abanyagihugu. Nipfuza ko twosubira mubumwe bwaranga abarundi kuva kera na kera.
@rosentakarutimana2432
@rosentakarutimana2432 3 жыл бұрын
Nuko nyakwubahwa Monia abivuze. Abarundi turakwiye kubabariranira ivyubwoko tukabirengera kuko niko Imana yaturemye.Tugasangira akabisi nagahiye nka Kera. Tugaharanira cane cane kwiteza imbere. Ikindi nuko hohanwa abagiye bakora amabi abishe hatabayemwo akarenganyo canke akankanzi Murakoze.
@elifasinimpagaritse7902
@elifasinimpagaritse7902 2 жыл бұрын
@@rosentakarutimana2432 none kwa kubabaranira wumva koba kuhari?
@itoreroburundi9009
@itoreroburundi9009 2 ай бұрын
Rwagasore ntiyatwara umugambwe. Yari Nugu André. Uwari Vice Premier Ministre ni Pierre Ngendandumwe. Ntibavuze ko habaye coup d'État le 18/10/1965 yakozwe na Serukwavu (gendarmerie) nabanye politique bikurikije ivyavuye mukugzbura Uprona muri Casablanca na Monrovia. Mugerageze kubitahura
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 жыл бұрын
Nibatubwire inyigisho abatutsi bo mu Rwanda batanze ku batutsi b'i Burundi? Ivyo vy'i Busangana n'ivyo yatumye bahiga abahutu bize mu Burundi bwose,bagashika I ngozi,muramvya,Gitega, rumonge,muyinga n'ahandi?
@bukuruevariste9306
@bukuruevariste9306 3 жыл бұрын
Akahise kuburundi twibukanye
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 7 ай бұрын
Ubwicanyi bwambere bufatiye kumoko bwahereye 1965 i Busangana muri Bukeye.
@habicigombacabdikarim6543
@habicigombacabdikarim6543 3 жыл бұрын
Hhhh ivyovyose abarundi mbona ataco dupfa uretse abazungu baduteranya
@alexandersam1696
@alexandersam1696 3 жыл бұрын
I know im asking the wrong place but does someone know a way to get back into an instagram account..? I somehow forgot my account password. I love any tricks you can offer me.
@rayanchandler3750
@rayanchandler3750 3 жыл бұрын
@Alexander Sam instablaster ;)
@alexandersam1696
@alexandersam1696 3 жыл бұрын
@Rayan Chandler Thanks for your reply. I got to the site on google and Im waiting for the hacking stuff now. Takes quite some time so I will get back to you later with my results.
@alexandersam1696
@alexandersam1696 3 жыл бұрын
@Rayan Chandler It did the trick and I now got access to my account again. I'm so happy! Thanks so much, you saved my ass :D
@rayanchandler3750
@rayanchandler3750 3 жыл бұрын
@Alexander Sam You are welcome :D
Ihungabana ryakurikiye urupfu rwa Rwagasore ryavuye kuki ?
8:27
Yaga Burundi
Рет қаралды 1 М.
Sigma Kid Mistake #funny #sigma
00:17
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 30 МЛН
My scorpion was taken away from me 😢
00:55
TyphoonFast 5
Рет қаралды 2,7 МЛН
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН
Gupagasa mu bumanuko bwa Afrika si yororo
4:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,5 М.
Akanyuma k’uno mwaka 🙌🏽
5:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
Amabi afatiye ku gitsina ni iki ?
3:50
Yaga Burundi
Рет қаралды 734
#EP_01 Amoko n'imiryango y'Abarundi
26:01
Indundi TV
Рет қаралды 8 М.
Ivya Rwasa n'urunani Uburundi Bwa Bose, ubu bibazwa Sentare
6:03
Yaga Burundi
Рет қаралды 29 М.
Sigma Kid Mistake #funny #sigma
00:17
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 30 МЛН