Ivya Rwasa n'urunani Uburundi Bwa Bose, ubu bibazwa Sentare

  Рет қаралды 23,849

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 110
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE Күн бұрын
Rwasaaa kabisaaa numwe kumubumbe agwaje abategetsi benshi
@kaburagaston-v5u
@kaburagaston-v5u Күн бұрын
Imana igarukire uburundiii kwel kuk kirimwo ibikumbii vyishii harakenewe urutaro rugosore tuu
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Күн бұрын
Muragafpa.uko.mwanichenzimwe.murigura igihugu mumanga❤❤❤
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Күн бұрын
Gutaigihugumumanga
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Күн бұрын
Wewenahorwanuye. Urugusuka.igihugumumanga.imanauzobikubaza
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Күн бұрын
Urekuriibichinyaribibi
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Күн бұрын
Umutima.yabarundi.muruhihe.imana.irabarindi.riye
@caramamttv
@caramamttv 9 сағат бұрын
Urantaza ibi ushikiriza kuri rwasa..ibi nivyo mwipangiye basha….uwu numu DD
@Christophe-u2k
@Christophe-u2k Күн бұрын
Rwasa mwo mwanka mworeka azogoma abasumbya ivyiyumviro
@kingmanjulias
@kingmanjulias Күн бұрын
Nubwoba bagize icomwomenya Rwasa abarundi twese 90/100 ❤turamukunda , Niko dutinya gufungwa no kwicwa twokwiyerekanye
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 Күн бұрын
Abarundi twese 90/100 ni wewe nande?
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 Күн бұрын
Twarabonye ivyo mwakoze 2015, murasubira mwibarabara basha muzobona ayo imbwa yaboneye kumugezi.
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 Күн бұрын
Wewe nande vuga kugatwe kawe
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE Күн бұрын
Wamugabowe wibukeko atawuhora kungoma , zirisha mukike ziraririye mpanda
@NdikuriyoMartin
@NdikuriyoMartin Күн бұрын
Imana yoyo irazi kandirabona igikwiriye ko atakuganza kutava kumana yo nyene niyo ipanga ivyabantu bategura ishatse yobifutanganya
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona Күн бұрын
Mutama prosper ugira usazire nabi igihugu naco kizoca gisazira nabi abagukomokako!mubabab bantwenzw bandiza😂urimwo
@RogerNinziza-lq9ys
@RogerNinziza-lq9ys Күн бұрын
Birababaje kubona umuntu afise imvi kumutwe abesha imbere yabantu?eehee nkururutama?Turakwiye kuronka génération shashaaa😭😭😭
@numekofelix6130
@numekofelix6130 Күн бұрын
Ntahorwamiye urabesha cane
@IrakozeJackson-t3v
@IrakozeJackson-t3v Күн бұрын
Komeza kurima ibibi muzimbura akaga
@Dushime25
@Dushime25 8 сағат бұрын
Jewe iyo numvise ivyo bijambo ngo umuhutu umututsi umutwa biryanrya mumutwe nn aha mwihweje neza muburundi Hari hakwiye kuvugwa ubwoko?! Konzi twese duhuriye kururimi rumwe nimico imwe sha aba bazehe barakwiye kubisira generations shasha kuko twebwe dukunda ikihugu cacu dufatanye munda ntamoko dufise mumitwe turi bene Burundi.
@KaburaDavid
@KaburaDavid 11 минут бұрын
Mureke yitoze agerageze amahirwe yiwe
@felickabura6328
@felickabura6328 21 сағат бұрын
Erega Aja mumugambwe agomba nkuko nubundi yarumunwanyi cnl si sudile kuriwe yawuvuyemw ko muguma muwumwomekako ashaka
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Күн бұрын
H.E Agathon Rwasa niyubahw kabisa Uwu niwe akwiye gutwara igihugu kabisa nintwari izina Inyankamugayo niryukuri ni Inyankamugayo pe
@ibelongtojesus1292
@ibelongtojesus1292 Күн бұрын
RWASA AGATHON WA CNL NIWE YAMA ATSINDA AMATORA YA 2010 ,2015, NA 2020 ARIKO CNDD FDD YAMA IMWIBA INTSINZI ,CNDD FDD NITANGE IMIHOHO VYARAYINANIYE BAGIZE U BURUNDI IGIHUGU CAMBERE GIKENYE VYARABANANIYE GUTWARA
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona Күн бұрын
@@ibelongtojesus1292 vyarabancanze basigaye bivugir ngo cnd fdd ntizovah ngo nuwuri munda bawigish umugabwe nyuvira nawe
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 22 сағат бұрын
Komere ntimwibabaze isintisakaye nabandi yobavira mwibukeko murikwisi kandingo ivyisi ntibihezwa muzosiga bigeze nabandi nikovyagenze kuvakera ahaturi harabandi kandi ntacobatwaye
@NizeyimanaJuvenali
@NizeyimanaJuvenali Күн бұрын
Nibanawe haraho Imana yagukuye nkandira kugafoto
@UwamariyaDusabe
@UwamariyaDusabe Күн бұрын
Hello 👋 muturekedufiteyesu❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@RosaRosa-n1r
@RosaRosa-n1r Күн бұрын
Uragowe shaho Igihewakivuyeko uziyumvisoni
@VickyskyNduwayo
@VickyskyNduwayo Күн бұрын
mbe muzoteteza abantu gushika ryari?
@all-in-One452
@all-in-One452 Күн бұрын
Ntamvura idahita mbona vyose arivyubusa Twese tuzobisiga ngaha ntawaraziko uwuraho yoba abarizwa aharaho Reka mbavuge Petero Bunyoni Uwamahoro Iyo nibutse abobantu bituma niga guca bugufi
@foganburunditv
@foganburunditv Күн бұрын
Nariko nsoma commentaire jewe mbona Rwasa atakinye umukenyuro mwiza cane yarihenze cane gose
@MmatthiasMmathias
@MmatthiasMmathias Күн бұрын
Ivy uburundi tubishize mumaboko y imana abarengany abandi ntamahoro bazoronka kukobarindir yurubanza
@rugurudarius
@rugurudarius Күн бұрын
agatho rwasa ntituzomwibagigwa ivyo yakoze mugatumba😢😢😢
@YuastaNduwimana
@YuastaNduwimana Күн бұрын
Imana yonyene niyo izodutunganiriza
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Күн бұрын
Abo bagabo umengo jtamategeko bazi none ga Ntahorwamiye konzi ko atamuntu ashobora kuza ku kwaka umugore wawe kunguvu nubwo abo bantu bob bashaka kumukwaka amategeko niyo akora
@Dieudone-dc9jb
@Dieudone-dc9jb Күн бұрын
Gisa numwavu weee
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Күн бұрын
komera mutama urongoye ceni
@Evra800
@Evra800 Күн бұрын
Ehe amenyo menshi mukanwa nka crocodile nkaho uriko uyayata ibiki?Rwasa atabahumiye muze mungaye ngo sinababuriye
@NdikuriyoMartin
@NdikuriyoMartin Күн бұрын
Ahhintahe ishize!😮
@HabonimanaTherence
@HabonimanaTherence Күн бұрын
Ntabagabo bakiba Mu Burundi,nkuwu wibihanga?
@NtakirutimanaAdeline-n7q
@NtakirutimanaAdeline-n7q Күн бұрын
Muzopfa nabi ariko badanya hari umusi muzorya amana
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona Күн бұрын
Ubwo urik urarementany ntacowumv kigucuz mumutim😢?
@claudetuyisabe48
@claudetuyisabe48 Күн бұрын
Nuburi umutama Rwasa aratinyitse cane ngose Kandi ndamukunda nannne
@GerardZirampaye-y1h
@GerardZirampaye-y1h Күн бұрын
Uburundi nukuri bukikumwobo umwanyanumwanya turabubura kuko ntakurinakumwe
@Pacifiquenkurikiye
@Pacifiquenkurikiye 23 сағат бұрын
Politique yu uburundi turayi kl Aho ntagitangaza kirimwo
@Mireille-austin
@Mireille-austin Күн бұрын
Bitwara hehe murasetsa ,mwarakobakoreye pe ariko , ntakidahinduka hateba igihe .iyigihekigeze ,uzobaze bnyn na adlf
@niyonkuruinnocent8270
@niyonkuruinnocent8270 Күн бұрын
Uwutazi umurundi amurunda munzu🏃🏃🏃🏃🏃
@ودادعبدالله-ز4ر
@ودادعبدالله-ز4ر Күн бұрын
Mana we tabara uburundi
@edmondniyonsavye2485
@edmondniyonsavye2485 Күн бұрын
That's horrible!! We need new generation and new taughts .
@BIZIMANAVIANNE
@BIZIMANAVIANNE Күн бұрын
Urubanza rwaciwe kera
@benshaka7595
@benshaka7595 Күн бұрын
Wa mu type ni kanyombya ndake!
@JeandedieuBizumuremyi-q1j
@JeandedieuBizumuremyi-q1j Күн бұрын
Rwasa akwiye gusubira mwishamba kugira abohore igihugu kuk abagifis bacishe
@numekofelix6130
@numekofelix6130 Күн бұрын
Baza umushikiranganji yawumyatse
@BakundukizeSchadrack
@BakundukizeSchadrack Күн бұрын
Birakaze
@METHODEMINANI
@METHODEMINANI Күн бұрын
None nkuyo ayayata iki😢😢😢
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 Күн бұрын
Urworugabo rw'amakikiri ndarwanka nirugende
@MUGANAHEDeusdedit
@MUGANAHEDeusdedit Күн бұрын
Abakiramvye bazogira bati :" harabaye abagabo !!!
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 Күн бұрын
Igihugu c'Uburundi gikeneye Abagabo b'ijunja nijambo nkaba.
@AlexIzompa-wk4ex
@AlexIzompa-wk4ex Күн бұрын
Iyo mwashiraho amategeko yivyamatora ariko mwashiraho amategeko yo guhana abiba amatungo yigihugu vyobay vyiza
@BakundukizeSchadrack
@BakundukizeSchadrack Күн бұрын
Sintahuye
@innocentnkurunziza9055
@innocentnkurunziza9055 Күн бұрын
Amanyanga baratanguye ivyo banyanganyangisha bakwegera umuvumo igihugu,
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Күн бұрын
Agathon Rwasa mumukumira murerka nta politique mumusimvya Kandi abarundi bamukunda kandi abarundu tuzomutora kabisa kuki mumutoteza
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Күн бұрын
Erega rwasa nakurikize amategeko ntabindi
@NdikumanaMarcien-u7f
@NdikumanaMarcien-u7f Күн бұрын
Uzamutorerah??
@PascalNgabonzinza
@PascalNgabonzinza Күн бұрын
La loi électorale a été bien élaborée pour écarter Rwasa et la cours constitutionnelle va lire et dire cette loi.. Donc rien ne va être changé... LA SEULE SOLUTION EST DE CHANGER CETTE LOI... ET COMMENT ???
@numekofelix6130
@numekofelix6130 Күн бұрын
Mbega ko Burundi ari bwatwese None kuberiki
@ibelongtojesus1292
@ibelongtojesus1292 Күн бұрын
RWASA AGATHON WA CNL NIWE YAMA ATSINDA AMATORA YA 2010 ,2015, NA 2020 ARIKO CNDD FDD YAMA IMWIBA INTSINZI
@ibelongtojesus1292
@ibelongtojesus1292 Күн бұрын
RWASA AGATHON WA CNL NIWE YAMA ATSINDA AMATORA YA 2010 ,2015, NA 2020 ARIKO CNDD FDD YAMA IMWIBA INTSINZI ,CNDD FDD NITANGE IMIHOHO VYARAYINANIYE BAGIZE U BURUNDI IGIHUGU CAMBERE GIKENYE VYARABANANIYE GUTWARA
@HakizimanaCelestin-k6k
@HakizimanaCelestin-k6k Күн бұрын
Ibibintu ntibitahuritse neza kwer
@IrakozeFelicien-o6m
@IrakozeFelicien-o6m Күн бұрын
Abarundi turarushe cane
@JombaWay
@JombaWay Күн бұрын
Nihatari kwel
@stevenking2467
@stevenking2467 10 сағат бұрын
Jew namy ndabivuga uburundi kugira bukire hakenew Youth Generation aba batama niguta uburundi Murudubi nkivyo ariko aravuga arumvako abibwira abantu bafise 5 senses cnk bibazako bariko babibwira abasazi.
@VYBurundi
@VYBurundi Күн бұрын
acabro tunajaua
@innocentnkurunziza9055
@innocentnkurunziza9055 Күн бұрын
Rwasa muramutinya kandi nimumutinye kuko arabaruta, ivyo munyanganya vyose muzobibazwa
@YourFavLady_101
@YourFavLady_101 Күн бұрын
Bwabundi namw muri ibijuju nka Rwasa wanyu, gukurikiza amategeko none bisaba iki??
@raphaeltuyisabe
@raphaeltuyisabe Күн бұрын
Uwo mugabo wibifanga nakure ubwoburofa
@EmileMpagazekumana
@EmileMpagazekumana Күн бұрын
Ego kwl aratinyitse.niyubahwe
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Күн бұрын
Atinyitse mubiki?
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Күн бұрын
Murazanye umwanda ngaho ngo Rwasa Rwasa , iryo yarara niki ngaho ?
@JonasNdayishimiye-i4t
@JonasNdayishimiye-i4t Күн бұрын
Murumva uko muturyarya kwl? Ngo Akabigira kabizi karya imboga karitse ngo niyitware kubera babizi ivyo bakoze nangwa turabiz natwe
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE Күн бұрын
Eee ntuziko bamusavye kuba umugenzi wumugambwe akabankira
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 Күн бұрын
Esingene twari dufise idarapo ryiza 🇧🇮 tugaca tubibiguguu😂😂😂 narahomvye kuvukira mugihugu nkuburundi
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona Күн бұрын
Uransekej uti baritway ni basanga bakenew kurenganurw muzoshir ahintah ishize!😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndakurahiy aho inyishu muzobah murayozi!zrik lmana ukuturabire!
@FelixHamana
@FelixHamana Күн бұрын
Imana irinde Uburundi irinde na agathon rwasa hamwe yokwicwa canke akankirwa kwitoza igihugu cacu sinibaza kuko asa nkaho ari imbarutso y,intambara ceni ntantambara dukeneye please
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Күн бұрын
Niwaterintambara izohereriwawe
@NovatoRubeni
@NovatoRubeni Күн бұрын
Uyumugabo nisura irakwereka uwariwe
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Күн бұрын
Ba murabwejagura
@NovatoRubeni
@NovatoRubeni Күн бұрын
😂😂😂😂😂​@@valerebisama6483
@Gadkw
@Gadkw Күн бұрын
aba quoi broo ivy vyamoko vy n’ibiki that’s crzy
@ErnestNkengurutse-u1r
@ErnestNkengurutse-u1r Күн бұрын
Ubwoba haaaaaaaa
@charlesharimenshi4535
@charlesharimenshi4535 Күн бұрын
Hariho abantu babi vrt binkozizikibi
@JeanMarievianneyNininahazwe
@JeanMarievianneyNininahazwe 16 сағат бұрын
Non Gwasa nikuberiki ivyiwe vyamamw akajagari?ubwo uwomuha igihugu coco ntivyokwamuku?jewe aragezahanteramakenga kwer sinumva ukuntu yipfuza kurongora ihanga atazi namategeko ahubwo nomunama nshingamateka nibamusohore
@celestinhavyarimana7041
@celestinhavyarimana7041 Күн бұрын
Gwasa baramutinya cane muri politique nintare kwl bamwumvise bahakwa kwisobako😂😂😂😂
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Күн бұрын
Buryurikijuju nkuko??
@GilbertNiyonkuru-fj1xi
@GilbertNiyonkuru-fj1xi Күн бұрын
Haaa Gwasa mwemere mwabonyeko yobakubita nkuntoke numunwanyi gt wumugabwe barawumatse harinama mwabonye bitavye kuva bawumwatse ?
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE Күн бұрын
Numva umengo nobacirinkoni
@EmileMpagazekumana
@EmileMpagazekumana Күн бұрын
Bwabaye ubwambere mbonye abanywanyi ba CNL bgiyegukura Rwasa bagendera mumodoka za leta kwl
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Күн бұрын
Leta niyabose nimbatavyuzi
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE Күн бұрын
Hhhhh
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf Күн бұрын
😂😂😂😂
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Күн бұрын
Hagatika mwa ma singes mwe ntawe muzopfa mubeshe nta mututsi murusha ubwenge nta cerveaux mugira genda subira mu myobo yanyu yo mwishamba rya Congo
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE 9 сағат бұрын
Umututsi bomuusumvya ubwenge gute? Nimaaaa
Audry agiye gukora ivyo Billy akora ?
13:43
Yaga Burundi
Рет қаралды 335
Правильный подход к детям
00:18
Beatrise
Рет қаралды 11 МЛН
Мясо вегана? 🧐 @Whatthefshow
01:01
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
1% vs 100% #beatbox #tiktok
01:10
BeatboxJCOP
Рет қаралды 67 МЛН
IKIGANIRO N'IBIMENYESHAMAKURU
43:14
Cndd-Fdd - TV
Рет қаралды 16 М.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 3 Nzero 2025
11:52
Isanganiro
Рет қаралды 3,6 М.