Рет қаралды 19,836
🧔🏾🧔🏾👱🏽♀️ Abaniga 2 n'ibebi ubu barabana mw'i geto🏡
👀 Alvin na Monna impari zirabarembeje ku mwigeme babonye kw'ifoto.
👨🏽💼 Hagati aho, hari umupastori yariko ararengana avuga ko yarungitswe na Mpwemu muri iyo geto.
🤔 Ubwo araza kwumvirwa ? Mbe hoho uwo mukobwa ico kiyago cavuyeko we ni nde ?
Kurikire 📽️
#Ndafisijambo
#IbihanzeUrwaruka