Starlink mu Burundi, si urukurukuru

  Рет қаралды 9,151

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 36
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx Ай бұрын
Ndakwemeye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
Jewe naciye nja kuraba muri google kugira mbe sure . burundi igira 15 th muri star Link in Africa. Wow🎉🎉🎉 Bdi tera imbere nkumuzinga wabaya wafe❤
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Ай бұрын
Uburundi bugume kumuvuduko hama tubashe gutagata❤❤
@Capy-xo1
@Capy-xo1 Ай бұрын
Tugezeho ayo makuru disi we.🙏🏾
@NkunzimanaVianney
@NkunzimanaVianney Ай бұрын
Respect bro
@jeanbusigo1975
@jeanbusigo1975 Ай бұрын
Mutama ivyo nivyo nagiye kubiro vya sterlink Ios angels barabinyemerera ko tuyifise jewe nkora muri TESLA motor I fremont muri California. Ramba nyakubahwa president wacu
@muhayiofficialchannel4202
@muhayiofficialchannel4202 Ай бұрын
Can we be in touch? Mfise research kuri reactors, kuk nuga nuclear reactor, if you can help umbwire uko nogutora
@Aimé-BonusMucowintore-b6i
@Aimé-BonusMucowintore-b6i 25 күн бұрын
tesla motors kwa Elon himself😮
@PatrickNDAYISENGA-tz2wy
@PatrickNDAYISENGA-tz2wy Ай бұрын
Murakoze cane ndumva tugiye kuronka 🛜 Internet inyaruka kandi yizewe,mbe iryo shirahamwe ribijejwe rikorerahe cnk contact zabo
@AUGUSTINNSHIMIRIMANA-94bdi
@AUGUSTINNSHIMIRIMANA-94bdi Ай бұрын
Mwubahwe aka nakandi gakuru gashasha
@amosmunezero9958
@amosmunezero9958 Ай бұрын
Wow, I am so happy, as diasporan and software engineer, i am thinking of potential possibilities!. The technical explanation in Kirundi by this guy is so excellent, i love it!
@MbarubukeyeSalvator-jn1od
@MbarubukeyeSalvator-jn1od Ай бұрын
Siège social, canke addresse physique ya star Link iherereye he?
@NtamvuridahitaTV
@NtamvuridahitaTV Ай бұрын
❤❤❤
@AbdulkarimNshimirimana-nv2tb
@AbdulkarimNshimirimana-nv2tb Ай бұрын
Starling yarı nziza,ariko sinzi ingene umuntu muto azoyikoresha kubera ibiciro biri hejuru cane !gusa reka turindire turabe intango!!!nibaza ko igiciro kizogabanuka bivanye n,ABA Clients benshi izoronka!
@jeanclaudeloydonmagenge1121
@jeanclaudeloydonmagenge1121 Ай бұрын
Uyo muhora mushasha wa starlink mutubwira ineza yawo ariko ntatunenge hamwe n'ingarukambi zawo mutubwira kugira twumve neza akarusho
@ndayishimiyeboaz4777
@ndayishimiyeboaz4777 Ай бұрын
Nagomba kubaza ko muri nkahantu hamwe muri beshi ko mwoshobora gukorera kuri conte imwe.😊
@BlueGame2.0
@BlueGame2.0 Ай бұрын
Nukur ubu Narimaz hafi 2ans nidogera connection yacu muburundi 🤣 ngize speed test nkasang ni 0.3mb/s kumurango , ibindi bihugu ari muma 25mb/s birababaj knd biranashavuz kub ashak kwi korera utwabo bakoreshej internet. Kbr j mfis indoto zokuba umu streamer ♥️ so nyimb ivy muvuz arukuri kbx aho kuri 130000 mil kukwezi umuntu agiz speedtest tuzosang Bas minimum ar 5mb/s 😭 knd tuve muri top 10 yibihug bibuze connection
@AbdulkarimNshimirimana-nv2tb
@AbdulkarimNshimirimana-nv2tb 26 күн бұрын
Amahoro mwoduha amakuru ya starlink mu Burundi y,inyuma ya le 24/09/2024.bigezehe?
@iyumva-jonas
@iyumva-jonas Ай бұрын
Mbe kimwe batubwira ku mwaka uheze citwa SEACOM na o kigegez heh? Ko cari cigiwe mu nama nshikiranganji
@fistonmbonihankuye9074
@fistonmbonihankuye9074 Ай бұрын
Ivyo vyarivyo ariko rero Iyo Connection irazimvye cane Mzee😂😂😂
@kisaujibabou9436
@kisaujibabou9436 Ай бұрын
Ico kintu A.M electronic service company tugerageza kugisobanura mu bagwozatunga abo duhura nababitahuye ndabasavye kukugira example ko mwotangurira kuri biro zoose zikorana na OBR 😢
@AbdulkarimNshimirimana-nv2tb
@AbdulkarimNshimirimana-nv2tb Ай бұрын
Nikuki umuhora wa fibre optique utotezwa imbere kandi ibiciro biboneka KO vyozimbuka par rapport ya starlink?starlink, kweri umuntu muto azoshikirwa kugira ahamagare kugiciro kiri hasi cane .gusa starlink ni nziza ,ibiciro nivyobigoye k,umuntu muto!
@thierrylerusse7744
@thierrylerusse7744 Ай бұрын
Kuzana ibintu vy'ama kota mu vy'ubumenyi nta nakimwe bije kwungura atari kwica ubumenyi. Umuntu akwiye gushimirwa ico ashoboye hatitawe ngo n'iki ngo ava aha. Mbe bitwaye iki ku murwayi kuba avuwe n'umuganga ava ahantu runaka, atava aho bari bifuza? Ic'akamaro ku murwayi n'uko yamuvuye yakize , ivy'iyo akomoka ku murwayi ntaco bivuze.
@BigiVictor
@BigiVictor Ай бұрын
Kumengo nawe niyo uriko urakoresha ntaguhagarara kweri😮
@BigiVictor
@BigiVictor Ай бұрын
Mbega nta cart SM yayo ibaho?
@Ndayaki
@Ndayaki Ай бұрын
Fibre Optique umuvuduko wayo uranyaruka cane gose, tubura gusa amahera (Dollars) yo kuriha umuvuduko udukwira. Turiha umuvuduko wabantu 10 tukawusangiza igihugu coose. Starlink umuvuduko wa "Download" niwo unyaruka, "upload" urikweega, (Ntagishaasha kubakora Amasanamu bashira kuri KZbin, bo gira barantahura)
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Wapi amahera nimeshi cane nubukene twifitie nayo tworonka
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 Ай бұрын
ntavyo nizeye
@brouillon2002
@brouillon2002 Ай бұрын
Vy'ukuri birakora? Amasaha yose? Vitesse ni bon? Canke ntibaragerageza? Aboyikoresha ubwa mbere batwereke
@chris3Danimation
@chris3Danimation Ай бұрын
Normalement itegerezwa kuba ari nziza kubera connexion iva directement kuma satellites ya space x donc si le signal est bon, même la connexion est bonne. Gusa igishobora kuhaba nuko satellite iva kuri orbite yaririko, aho bica bihara !
@kbsound2
@kbsound2 Ай бұрын
On v a trader facilement pe
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi Ай бұрын
Wavyibushe muta
@kevmugisha
@kevmugisha Ай бұрын
fiber optic is better than starlink
@rretro2042
@rretro2042 Ай бұрын
Aha mu burundi na fiber optic iritonda
@elvishavyarimana6587
@elvishavyarimana6587 Ай бұрын
Bisaba investissement z'aba service provider. Nka canalbox iri moins cher que starlink mu Rda et plus efficelace
@jeanclaudeloydonmagenge1121
@jeanclaudeloydonmagenge1121 Ай бұрын
Uyo muhora mushasha wa starlink mutubwira ineza yawo ariko ntatunenge hamwe n'ingarukambi zawo mutubwira kugira twumve neza akarusho
Inyama zabaye inzahabu
5:46
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,8 М.
Abakinye Green Card bokwitega iki kuri Trump ?
6:04
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,5 М.
FOREVER BUNNY
00:14
Natan por Aí
Рет қаралды 19 МЛН
Молодой боец приземлил легенду!
01:02
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 1,5 МЛН
Миллионер | 3 - серия
36:09
Million Show
Рет қаралды 1,8 МЛН
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 67 М.
Arthémon Simbananiye yari inde ?
6:57
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,9 М.
Abana bo mw'ibarabara : umuti nyawo warabuze ?
5:42
Yaga Burundi
Рет қаралды 539
Tugaruke gato kuho rya barabara ry’indarayi
6:14
Yaga Burundi
Рет қаралды 10 М.
Trump 2.0 Strategic Planning for H 1B Visa Holders
19:16
Reddy Neumann Brown PC
Рет қаралды 63 М.
Victimxxx24 : twibuke, “oya ni oya !”
6:41
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,3 М.
FOREVER BUNNY
00:14
Natan por Aí
Рет қаралды 19 МЛН