Munana ur umuntu w Akamaro ku buzima bwanje. inyigisho zawe zarampinduriy ubuzima ubu nta musi n umwe uhera ntumvirije kimwe mu biganiro vyawe ariko cane cane midnight Sophia . rero courage vraiment jew nd umwigishwa wawe naravyemeye kandi nta n umuntu wundi nkurikirana nkuko ngukurikira. so ndagusavy uzonyandikire mbone ko wabonye comment yanje .