YOO..SANNTA ararize imbere ya Isaac, abajijwe ivya wamuhungu yiyita ngo N'UMUKUNZI WIWE ||Twakanguts

  Рет қаралды 51,011

Isaac Tv

Isaac Tv

2 жыл бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 506
@joselynekamana7889
@joselynekamana7889 2 жыл бұрын
Santa courage mon amie. Turagukunda, turakunda ibiganiro vyawe.🥰
@uwizeyimanaolivier6674
@uwizeyimanaolivier6674 2 жыл бұрын
Santa be strong nyamb D one azokaronka azokaronka gusa ikibi nakanwa ntuzavuge Nabi nawe nasengere kumutima harigihe azishugwa hm turakunda ibokogwa vyawe bandanya akazi love you my sister from🇧🇮🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@alexisndayikeze6326
@alexisndayikeze6326 2 жыл бұрын
Santa tu est intelligent vremant isubirire kukazi urekane namajambo yabantu ndagukumbuye uriko ukora ibiganiro
@butoyiodon1327
@butoyiodon1327 2 жыл бұрын
Courage Santa icudashaka kobagukorera ntugikorere abandi uraryoheye kwiryo jambo💕
@theglobalreform
@theglobalreform 2 жыл бұрын
Santa yarakoze neza cane kuva mu ntango gushika aho kano gakino kageze. Ntawundi mu journalist numwe arakorera promo umuririmvyi nkuko Santa ayikoreye D One. Bino bintu vyose, iyo santa abifata simple akabireka ndababwiza ukuri D one ntitwari kumumenya. Rero ico nkuyemwo nuko twese abakunzi ba INDASI ya 257 twoshimira Santa wa IsaacTV kuri promo yahaye umuhanzi wacu!👍👍
@ygsa5009
@ygsa5009 2 жыл бұрын
Ego vrt amukorey promotion nziza
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 2 жыл бұрын
Santa zewe ndakwikundira bikomeye kweri komera one love from Australia 🙌
@fatmasaf63
@fatmasaf63 2 жыл бұрын
Santha garuka murugo turagukumbuyepee!!!! Jewe mwese ndabikundira❤️❤️❤️❤️ Santha narakubabaje sorry🙏🙏🙏
@tuyizerethierry4316
@tuyizerethierry4316 2 жыл бұрын
Santha ikorere akazi urekan nabaguc inguvu ikikubabaj kitakwish kikuvyurira inkomezi courage shn Imana ikujimbere
@ciatt9587
@ciatt9587 2 жыл бұрын
Santa nongeye kugukunda kbs,ikomerere mutoyi wanje,so❤️
@vianneyndayishimiye9135
@vianneyndayishimiye9135 2 жыл бұрын
Santa subira kukaz wangu ibiganiro vyawe turabikunda .nibareke kukugor mumutwe umuntu umukunda umwiyumvamwo murukundo nta forcing injimwo so wew subira kukaz ukore ntucike inteke santa.jakukaz ndaguhaye courage.
@Elijahofficiallyrics
@Elijahofficiallyrics 2 жыл бұрын
Waoo santa subira kw job dii urekane na D one turagukunda Can courage
@rudigerniyomwungere9667
@rudigerniyomwungere9667 2 жыл бұрын
Ako ka mwansi munakavumisha siku hizi kanakulap hit ya bule so Isaac tv Big UP Sana
@hitimanadiogene1976
@hitimanadiogene1976 2 жыл бұрын
Ariko uyu mukobwa mwiza mwaramushavuje kbsa uziko nubu akirakaye. Pole sana
@fonsenabornda7335
@fonsenabornda7335 2 жыл бұрын
Barakumvumbuye sha santha🥰🥰
@salumdjumabizmana0110
@salumdjumabizmana0110 2 жыл бұрын
Aimer celui qui ne t'aime pas c'est comme la pluie qui tombe dans le désert!
@kellykimndayishimiye1111
@kellykimndayishimiye1111 2 жыл бұрын
Courage Imana ikuvugire mwiza iyontambara yihe ndiho Santha wanje Uhoraho niwe Mana
@oliviercimpaye
@oliviercimpaye 10 ай бұрын
Santa yabikoze neza.ntakugukunda umuntu kubera ibishobisho.ndamwemeye.
@loudyryooopolsanntubonakur5747
@loudyryooopolsanntubonakur5747 2 жыл бұрын
Igih urokoran ikiganiro na papa we uromubaz amazina ya Santa vys arotubwir 🙏🙏🙏
@ntakarutimanajhon3410
@ntakarutimanajhon3410 2 жыл бұрын
Zawandika neza uvukahe?
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 2 жыл бұрын
@@ntakarutimanajhon3410 🤣🤣🤣🤣
@rubniyi3551
@rubniyi3551 2 жыл бұрын
@@ntakarutimanajhon3410 ngirango Avuka ikumoso nihobavuga mwenuko
@jacquesniyonkuru3742
@jacquesniyonkuru3742 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@clairiairankunda3816
@clairiairankunda3816 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂arotubwira ego kooo😂😂
@alexandrenimbona6150
@alexandrenimbona6150 2 жыл бұрын
Isaac , Santa,Delicia,Juma jux,... bandanya akazi turabakunda hama Isaac ico umukozi asavye bamugikora ikiganiro ntimwari kuca ploading hama comment nuburenganzira bwumuntu wese kndi mwibukeko vyose ariko biba vyarabwe kuko atababiraba muravyumva namwe kandi Isaac congrats mbona waguze imodoka nshasha.
@jadoguitar
@jadoguitar 2 жыл бұрын
Uwomwana wumukobwa mwaramubabaje mwaramwandaritse ntako mutagize mwamuteje abantu mumuteza urubwa ndumunya Rwanda ibiganiro byanyu byose ndabikurikira ark uwo mwana mwaramubabaje pe
@khanshani934
@khanshani934 2 жыл бұрын
Vrt Sannta nimumurek kuk urukund ni sentiment 😇umutima wans ub wans kwanz nabony sannta nukur tumez kimw sannta ndakwikundira ab nab bakubwira ati umwemerer bo babon k bikenew k yemererw nibamwemer bo bakurek 🙏🙏niby navuga vrt tumurek kuk life ye niw ayiz
@ummykhanifa962
@ummykhanifa962 2 жыл бұрын
Isaac nakupendaga sana pongezi kwa kazi yako
@baetbath1946
@baetbath1946 2 жыл бұрын
Sannta ihangane kk urikwisi abasi baba beshi kwimwe ikorere akazi ubimamatwi umuntu ww akunda uwashaka Sannta ndagukunda nanje ndagukunda
@bukuruleoncy1876
@bukuruleoncy1876 2 жыл бұрын
Gusa santa ndamukunda cyanegose ikindinaco abakobwa beshi ntidukunda abahungu dusumba ukundanye numuhungu akurushuburebure biba bvyiza canegose santa ndagukumda kuko wavuzukuri❤❤❤❤❤❤
@ndayitazirehonorine857
@ndayitazirehonorine857 2 жыл бұрын
Santa pole sana ariko vyiza niwikorere akazi urekane nuwo muhungu .
@michouirakoze3088
@michouirakoze3088 2 жыл бұрын
Pole sana Santa abahungu barakunda bakabura ingene babigenza
@DIVINE-FAITH-T7
@DIVINE-FAITH-T7 2 жыл бұрын
Santa. Stay strong we love you so much
@methodendayiragije2040
@methodendayiragije2040 2 жыл бұрын
Sannta impanuro courage usubire kukazi. Ingorane mukazi zamaho. Kandi kwisi hari abantu bajejwe gucafuza abandi. Ariko ntaco Santa wihangane. Bakureke Santa.
@celestinshemezimana7546
@celestinshemezimana7546 2 жыл бұрын
Santa usikate tama mungu ako mbele yako
@najimiriatris5180
@najimiriatris5180 2 жыл бұрын
👏👏👏Nivyiza isaac uvuga neza santa kora akazi🇧🇮
@mgmgtheraper6679
@mgmgtheraper6679 2 жыл бұрын
Ngodaweee siwewabikoze wakunzamaronko I saac ibidakenewe tokaaaassss👎🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻
@jadoguitar
@jadoguitar 2 жыл бұрын
Santa komera nukuri knd wicika intege courage mukazi ivyo birahera,birashira
@Ishimvra2601
@Ishimvra2601 2 жыл бұрын
Santa komera sha. D one waramugiriye promotion kuri burya buririmbo bwiwe. Harya yashaka kumenyekana. Uwo muhungu naw yaciye avuga KO atumukunzi wiw birabinek KO yakoreshejw n'a D one kugira babandany baronka hits
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Sannta nikuberik mumuvuruga,ndakwikundir maze sannta
@j.pierreniyoyitungira7062
@j.pierreniyoyitungira7062 2 жыл бұрын
Santa humura mwigeme . Jewe nanje umbabarire cane mubavuze nabi ndimwo . Bivanye nivyariko biraba ariko icombonyeco abantu bubu barabaye inyamaswa kubona abahung bahuma inyuma yawe Kandi mutigeze mukundana numusi numwe, nabo Imana ibaharir kuko ntibazivyo barimwo . Umuntu akunda uwo ashaka mwigeme mwisubirire kukazi murekane nabo bahumvyi.
@AaAa-dd1qu
@AaAa-dd1qu Жыл бұрын
Subira kukazi urekane nivyamahungu bakubarira siko abahungu bubu barabesha itonde uracarimuto nabariyo baragowe👌👌👌🙏🙏🙏
@jaydenlameck8080
@jaydenlameck8080 2 жыл бұрын
Sannta like your voice your smile 😊 your look so beautiful 😍 👌👌👌
@hilalal-mamary1959
@hilalal-mamary1959 2 жыл бұрын
Santa turagukunda😍😘😗💕💟💓
@cedricknikezwe6226
@cedricknikezwe6226 Жыл бұрын
Kwisi nukonyen rero bisaba kwihangana nubwo biba bigoye cane kubwanje ntibaguce intege mukazi kawe courage
@africahitsongs1453
@africahitsongs1453 2 жыл бұрын
Big up santa nakunz ukunt wishuy neza kand love u
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 2 жыл бұрын
Santha nari nkukumbuye 🙏💋💋😭
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
Nanj sunkumbura
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 2 жыл бұрын
@@peggemegennaineza7952 naw nari nkukumbuye 😍😍😍💞
@claudenijimbere9055
@claudenijimbere9055 2 жыл бұрын
Ndakwemeye PE! Ni umuvumburo PE!
@nkurunzizajamilla5845
@nkurunzizajamilla5845 2 жыл бұрын
Courage ma chérie
@adediniyo9538
@adediniyo9538 2 жыл бұрын
Uvuga nez santha ndagukunda😘🥰
@floridendayizeye7614
@floridendayizeye7614 2 жыл бұрын
Santa ndakwikumburiye mamy 💟💟
@jonathanndikumana2206
@jonathanndikumana2206 2 жыл бұрын
Hama uyo mwana baramuteye stress cane iyo histoire murakwiye kuyikata. N'urya muhungu bazoreke kuja barabimubaza. Hama Santha wew ntuzohagarike akazi ubandanye ivyo bizohera in ibisanzwe. My muziki WO my Burundi abambere batukwa in Big Fizzo na Sat B kndi nibo bari no hejuru. Abakuzi burya ntibazoguhora ivyo
@nkurunzizasarahsachou7977
@nkurunzizasarahsachou7977 2 жыл бұрын
Santha ndagukunda 😍😍😍😍
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 жыл бұрын
Sandra mupenzi wangu inumire ndakwikundira maze abisi niko babaye😍😍😍
@evaristeitangishaka8998
@evaristeitangishaka8998 2 жыл бұрын
Mr6 Isaac kuduhumuco .hama santha guca mubikomey nivyo bikugira uwukomey big up
@benitenigiraneza9081
@benitenigiraneza9081 2 жыл бұрын
Santa Muramurenganya sana Mwese Ari D One canke Issac Tv mumuhigako Vues Mukeneye Ibiganiro vyanyu Biduze vues D One naw akeneye Indirimbo Yiwe Iduze Vues
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Santa uvuzukuri kuk naj sinkunda umuhungu winzobe cnk munini kuk murukundo umuntu afise ivyakundira uwund Santa jakukaz urekan nibicantege 💪💪💪💪🙏🙏🙏
@ndagiwebakali1403
@ndagiwebakali1403 2 жыл бұрын
Turagowe ntamukobwa akund wang mwihangan
@aishaburundi7058
@aishaburundi7058 2 жыл бұрын
Courage 💪
@olalineemerusabe2264
@olalineemerusabe2264 2 жыл бұрын
Nibakureke sha Santha ❤
@dancillekwizera1360
@dancillekwizera1360 2 жыл бұрын
Be stronger santa ibigeragezo umuntu biragendana ury muhungu umwitwarire vrema
@ibrahimmeshack1924
@ibrahimmeshack1924 2 жыл бұрын
Murandyoheye!! Hama Santa yararengewe akarimbi!!
@mutamatv7128
@mutamatv7128 2 жыл бұрын
Santha nukur garuka mur asaac tv Ese wotangura ejo kuwamber noryohegwa pp barya batip bosee bareke barya wap bose nabonye ari ubu kiki Hama satha nukur garuka kugira dutwike twimanukira cindisavu yar mwene wabo na yundu mutama Robert👏👏
@anealane3482
@anealane3482 2 жыл бұрын
Issac naweye film I'm sorry jew ndayikumbuye san gira ingereho😍😍😂😂😂😩
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 2 жыл бұрын
mbe nyen irihe jew nibajijeko yaheze isaac irih
@salimanasri3980
@salimanasri3980 2 жыл бұрын
Uvuze ukur Santa ndagukunda cane
@niyukuritv8531
@niyukuritv8531 2 жыл бұрын
Big Up mwameny ukunt shobz ikorwa
@bachunsabimana5848
@bachunsabimana5848 2 жыл бұрын
Isaac,nahora ndagukunda, ubuho ndagukuriye chapeau.urakoze kumuhumuriza muga commentaire mbi zavuye uko yitwaye muri kirya kiganiro ca ne n'a D one kandi Ari we wagiteguye,warigishobora kugikora utabanje kwerekana ishavu devant les fans,werekanye colère,kugi postinga bakirekera iki kandi arivyo dukunda, ariwe wabiteguye kandi arivyo uhemberwa?.Muga bizotuma umenya hanyuma uko uvyitwaramwo, muga ndashima uko witwaye muri kino kiganiro, gusa subira kukazi, Nta kazi kaburamwo ingorane.Courage sha Huguette turagukumbuye muri Isaac TV.
@ninoshyboy
@ninoshyboy 2 жыл бұрын
Isaac ndakwemeye urumugabo uzi guyunganya ibintu kandi urazi isi komeza uwo mutima ufise wogusaba iigongwe bizogushikana kundoto zawe. Santha nawe komeza akazi kawe kandi werekanye indero ndundikazi. Isaac tv we love more
@oscarboaz9979
@oscarboaz9979 2 жыл бұрын
Pole sana santa or hygette
@niyomwungerekevin2920
@niyomwungerekevin2920 2 жыл бұрын
Wapi twaragukaguyyee..
@jamesnduwimana6668
@jamesnduwimana6668 2 жыл бұрын
Kuvyukuri ikiganiro kugira kije kurubuga nuko bategerezwa kugenzura bakaraba ko ata makosa arimwo kanatsinda ikiganiro nticaheze numva atampamvu yo kugishira kurubuga.rero team ya Isaac yarakosheje ejo cnk hirya yejo muzoshira kurubuga ibibajana kumpimba.
@hassunmilkah9937
@hassunmilkah9937 2 жыл бұрын
Nareke kurira none sibisazwe
@arthemiehabiyaremye8549
@arthemiehabiyaremye8549 2 жыл бұрын
Uvuga neza di Santa barakurengeye akarimbi
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 2 жыл бұрын
Nanj ndi Santa ntivyarikunryohera. Santa asa numukobwa yiyubaha kandi akora ibiganiro neza.
@Nana-vn3ue
@Nana-vn3ue 2 жыл бұрын
Je suis d accord avec toi, nanj nari kugira reaction nkiyo Santa yagize, nibaza D one yaraje mukiganiro cerekeye music akora apana kuza ku draga umu journaliste ariko amukoresha ikiganiro.
@JonasNininahazwe-gw3nq
@JonasNininahazwe-gw3nq 2 ай бұрын
Santa vrmt naho vyashitse D-one yarakubabaje sana yakoze amakosa
@officialbruno257
@officialbruno257 2 жыл бұрын
Santha navugeko afite uwo yikundira Hma D_One nawe yige kubaho nkaho utigeze ubaho mubuzima bwiwe,Jew nicombona gikenewe caaaaaaaaan.
@etienneiragena
@etienneiragena Жыл бұрын
Muba star uwufise umugore mwiza ni sat b Kandi wumu star,D one heba iyonkono yashaje ureke kuguma wifyeta kuriwe
@thebantumakambateam1826
@thebantumakambateam1826 2 жыл бұрын
Hahaha nic kbx mwabikoz bn vyahatar kbx
@beblineitangishaka2575
@beblineitangishaka2575 2 жыл бұрын
Santha ndagunda komeza sha barya bashaka hit
@Christian_legendary
@Christian_legendary 5 ай бұрын
really this girl is very smart, She knew her mix.
@zfjxgxgwx7446
@zfjxgxgwx7446 2 жыл бұрын
Isaac ndagukunda nryohewe nuko uvugishije santha naje kukazi hamabahungu bihagararako ndabagenzimisi kabisa ngo niwamurihira vyose turi mumisi yokumigwa koko.mukama wanjewe ngoniwe yabujije santha gusubira kukazi ngwakeneye kurondera D one ngwamwihanize kumukunzi wiwe mbega ibiharawe mwikigihe mbaye bukubitwe ninkuba pe.santha subira kukazi urakene nizombobo zabahungu zishaka kuguteshagaciro .kandi papa wawe nawe yihangane na mere ivyisi biragoye kabisa.mbengaho agufasha vyose urumwana winpfuvyi cabure wikimuga kombonukora ? Abahungu bikigihe kweli nihatali
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Hahahahaha nihatari abahungu bubu nukuri nihatari sha ningorane nukuri santa uzomwitwarire urya muhungu nukuri
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 2 жыл бұрын
Ndamanyuts kweri ngury muhung ntawuz 🤣🤣🤣🤣🤣🤣A isaac uryamunt muz mumuturonderr na santa barikumw niseker uryamuhung arakawuk kabis ndahwerey gus akamb ka boss waw ushur hanz bonfrere wac kabisa nibakuvek 💜💜💜
@aminaamia2821
@aminaamia2821 2 жыл бұрын
Ihangane.sha.bizohera
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Isaac akokantu wongeyemwo nikokabi😂😂kimwe warukumbuwe💕
@sindayigayarichard3181
@sindayigayarichard3181 2 жыл бұрын
Santa Ico nabony birya vya Nate Na makosa urya Muhungu yerekany ko atagaciro Ufis Kubera nimba Yara hi ukunda Yar kurindira ikiganiro kigahera Hama akazogusaba umwanya wawe mukaganira. Hama Naw ikosa umfis Kuba umuhungu Ari mugufi sikuvuga ko utokwubakana nawe Kuko urukundo suburebur nikwiyunvanamwo. Rero ntuz ugay Umuntu mugufi .
@ornellakimana6746
@ornellakimana6746 2 жыл бұрын
😂😂😂vrmt naho washavuye mwari munduhaye show😂😂😂ariko sinz nkabandi nj simbona kwari vya hatari vyogushavuz sorry ariko waramz kumenyekana vyose uravyakira subira muri show sha santa😍😍😍
@jacksonkabaneze8849
@jacksonkabaneze8849 2 жыл бұрын
Yaaaaaaaa ngo so yarababaye azakurongora
@user-js4yi6xg4y
@user-js4yi6xg4y 2 жыл бұрын
nawew turida 😋😋😋😋
@iteritekaaristide903
@iteritekaaristide903 2 жыл бұрын
Sannta rab kazoz kaw kukooo ab boss icooo muhurirkoo nmahraaa gsa nimbaa mukundnaa vyitwaremwoo.
@habakuramajuhudi2319
@habakuramajuhudi2319 2 жыл бұрын
Mumwirukane Burundi mubashire uwundi, kandi dukeneye journaliste wumuhungu, awo azi kwigarisha gusa.
@mukeratabaroaimable9367
@mukeratabaroaimable9367 Жыл бұрын
Emera umukunde kuko mwarakundany,knd ubu yaratey imbere il,est star.D one j ndamufana sana vyonyryohera mubandanij copinage
@buregeyaclever2182
@buregeyaclever2182 Жыл бұрын
Ndemeye Santa aracari umwana disi nimureke akure
@manirakizafreddy6489
@manirakizafreddy6489 6 ай бұрын
Naho mbibonye nteba santha yarahohotew pole sana
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Mpole ma cher
@kanezafannyyadav6340
@kanezafannyyadav6340 2 жыл бұрын
Mana ndumiwe nukuri uryamuhungu ntasuzi🤔🤔🤔🤔 ntivyoroshe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 gusa ndakwikundira santa courage kusubiye mukazi
@ninettehappynessninettehap7007
@ninettehappynessninettehap7007 2 жыл бұрын
Yoooooo ndumiw kumbe🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️kumbe urya mutype ntabwobazinanye mungu ibirofa bibaho akaja harya nyene akaropoka ngo santa numukunzi wiw aramufasha vyinshiii arindindor kumb atazwi igihungu cikirofa
@comafabrice
@comafabrice 2 жыл бұрын
Courage bibaho
@safiburundi3313
@safiburundi3313 2 жыл бұрын
Mump nim ya Santa ndamwiramukiriz
@iraabou8703
@iraabou8703 2 жыл бұрын
Satagaruka😭😭😭👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@intorentizirambalaka3086
@intorentizirambalaka3086 2 жыл бұрын
sant nibakureke umuntu wese akunda uwashaka
@mahirwegad3305
@mahirwegad3305 2 жыл бұрын
HUmura #Santa.... humura bandanye kunarwana iyo ntambara, kand uzanayitsinda. Niba muri wewe ubwawe wifitemwo safe confidance, ibisigae ça ira bien ma petite sr
@roddyfawaz8167
@roddyfawaz8167 2 жыл бұрын
Komera Komera ndabatahuye kuri vyose 🤝
@user-hk4oj5dw2h
@user-hk4oj5dw2h 2 жыл бұрын
Iyi shoo bz santa
@gadmugisha4764
@gadmugisha4764 2 жыл бұрын
I'm thé first
@liberemugenzi9803
@liberemugenzi9803 Жыл бұрын
courage ISAAC ndababaz kwinamura ubwo ntivyoba bisigura kuva mu nama
@mtotowainchi2023
@mtotowainchi2023 2 жыл бұрын
Santa subira mukazi, ibyo bintu bireke uvyihorere...
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i 2 жыл бұрын
Aho Nivyiza kusubuye kukazi sannt
@juliusnahimana4035
@juliusnahimana4035 2 жыл бұрын
Kimwe kukindi reka kurira uwo numugisha
@nduwimanaeric5526
@nduwimanaeric5526 Жыл бұрын
Ndabashigikiye komera
Spot The Fake Animal For $10,000
00:40
MrBeast
Рет қаралды 178 МЛН
Как бесплатно замутить iphone 15 pro max
00:59
ЖЕЛЕЗНЫЙ КОРОЛЬ
Рет қаралды 8 МЛН
EVOLUTION OF ICE CREAM 😱 #shorts
00:11
Savage Vlogs
Рет қаралды 8 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:40
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 9 МЛН
SITAKI by D-ONE irasarishije @justincabarsacomedien6688 na Mr Marezo
15:32
Spot The Fake Animal For $10,000
00:40
MrBeast
Рет қаралды 178 МЛН