Intahe y'umu DIASPORA aba muri CANADA //Turakenye//Depression ni nyinshi gose//nta rukundo ruhari @NtareRushatsiHouseTV #diaspora
Пікірлер: 264
@alainbigero8609 Жыл бұрын
Wauuh I like this girl. I live in South Africa The life is almost the same. Birababaza gose guha umuntu 10000fb ntanakubwire ko yayabonye. Kubwira umuntu wo muburundi ngo biragoye ntivoroshe. Igikuru ni ukwihorera uwinjiye mukibuga akavyibonera
Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ntacoroshe sister pôle sana babwire
@Sara-iz2nr Жыл бұрын
Narinkumbuye Huhoza ❤❤❤
@Makanaki-u9w Жыл бұрын
reka sha mukobwa!!!urivugisha!!!
@eliebayubahe6649 Жыл бұрын
Beautiful lady! N'uturirimbo twiwe turaryoshe
@amosmani9579 Жыл бұрын
Muhoza atweng neza bash ❤️❤️
@worldofstars-ex1ok Жыл бұрын
Ahantu honyene hatari ibibazo ni mw'ijuru gusa ubundi bwo ahariho hose woba uri hari ibibazo .Hanze hari ibibazo no mu burundi biriho .Igikuru nuko aho woba uri uharonka akarusho .Ariko i Burundi turahakunda kandi tuzogaruka kuhaba
@patrickdusabimana3265 Жыл бұрын
Mwijuru niho hari amahoro? Ubwose wabibwiwe nande wahageze?
@worldofstars-ex1ok Жыл бұрын
@@patrickdusabimana3265 Read the Bible in the book of NUMBERS 6 :26. Twebwe twizera Bibiliya kandi tuzi ko ari igitabo cera kirimwo ivyanditswe vyera vyahumetswe n'Imana . Mw'ijuru hazoba hari amahoro ,n'umunezero .Hano kwisi turi ku rugendo , duhura n'ibitugerageza
@juste Gael ntiwazanye link ziwe turabe izo ndirimbo ?
@el9baby870 Жыл бұрын
you made it muhoza❤❤
@mikeofficial2577 Жыл бұрын
Yambara neza shn ndamkunz❤
@nizigiyimanapascaline7207 Жыл бұрын
jew nibaz ko hanze haragoy mais bivana umwe wese na experience yagiz , wew bishobora kuba vyarakugoy mais ugasanga hari uwundi yahakunz, jew nibaz ko bivana .
Ntuzusubireyo rero,abandi bavuga le contraire none dufate iki?
@JuvenalNiyomungere Жыл бұрын
Reka reka aho yabitse passport Canadian hugajwe namakufuri atanu
@Gygybenoit2210 күн бұрын
@@JuvenalNiyomungere😂😂😂😂😂
@Idrissa_rabaika Жыл бұрын
Nguma numurwa jew nkokugererany Burundi n Canada
@pacyfiqueelpisto8320 Жыл бұрын
Nareke ku decouragea abantu bashak kuza kuronder ubuzima uri umukozi mur Canada amahera urayaronk vrt nawenyen ntiyogum mu Burundi Ham Juste Gael naw zurabanza wiyumvira impamvu aba diaspora aribo bariko barubaka za miroir, nyabugete uzoc utahur k abo bantu arabanebwe gusa.
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Juste ndakunda umukubito kabisa ariko usigaye uzana abatumire ataribo.mubwire agume muburundi ko wumva yaprecia ubuzima bwaho il est vrai yagiye ari muto.ata choix yogira ariko ubu ari majeur arashobora kuba aho akunze kugira twemera ko canada ikenye uburundi butunze
Uzobandanya uhendwa uko nyene 😀. Mbe ko ataguma mu Burundi?
@yvettehaberisoni9597 Жыл бұрын
Ari fata simply
@onesphoremuny7704 Жыл бұрын
This is just entertainment and should be taken as such.. the analysis they are using has no scope whatsoever. Apple to apple comparison is the way to accomplish sensible conversation.
@loverylovery4514 Жыл бұрын
Everything she say its true urakoze tell Burundi people the truth about America 🇺🇸 . Ivyo uvuga nivyo . Live America its hard life
@JuvenalNiyomungere Жыл бұрын
Why don't you go back
@loverylovery4514 Жыл бұрын
@@JuvenalNiyomungere go back what where don't have place in africa if have will go But woman who talk God in America will God when God Heaven say to me do you thinking i can just go like you people how you travel anyway you want not me i am different another people you understand . Reading Bible
@amolam97 Жыл бұрын
Uburyo gaël akora ugutandukanye nabandi ndabikunda pe
Uyo akorera bitatu every two weeks akora akazi nyabaki?
@JuvenalNiyomungere Жыл бұрын
Ngirango numu Police 😀 muri Canada 🇨🇦
@markusicamamare6266 Жыл бұрын
Nzigumira muburundi
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Babwize ukuri sha! 🤣
@Alphamediaburundi Жыл бұрын
Kuyindi mpwemu honestly uvuga ukuri but don't forget to invest in this country cause our Burundi 🇧🇮 is like paradise niwasaza uzoze uruhuke here #umukubito@mymotivation
@habimanaignace7235 Жыл бұрын
Wamurezi we uravuga iki wasanga urimbwa
@ericciza926 Жыл бұрын
Ntakibazo ariko Agahera kakinjira ss
@hangiroetincelle81679 ай бұрын
Nta ciza nabonye i Bujumbura,umuntu yorata,nahamaze 6 mois. Nta mazi yo kwoga Nta mabarabara Ivyondo mu gihe c' imvura Ivumbi mu gihe c' izuba Amavyi n' amasobe bandagaza hose mu gisagara, Hose ni umunuko. Umunuko uvuye ku mazi ya vert canke noir: ava mu ma wc ,barekurira mu mabarabara. Pampers barunda ahantu hose( pampers zirimwo amavyi) Harya hahora isoko ya Bujumbura indani,iruhande: warabonye ingene hasa,ingene hanuka? Insazi zivuye kuri ya mavyi zitonda ku nyama, Ivyumbi riruhukira kuri za nyama.Aho ngo ni ku kabare. Ikintu cose urya uhekenya imisenyi. Nta modoka Nta gitoro Nta binyobwa vya brarundi Nta sukari. Abantu bayangira ibintu mw' ivumbi: Imihwi, imyembe,avoka usanga vyanze hasi. Kw' isoko kuri cotebu warahagiye? Ngo Uburundi na Canada? Be mureka gucira inkonda . Mu Burundi, abanti ntibarya,ni amagufa gusa. Aho hantu muri canada nzojayo kuharaba.
@gustave2ful Жыл бұрын
First one in the comments
@Nick-yg6mz Жыл бұрын
Babwiresha bavyumye bareke nokuguma bangora
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ca ubabroka😂😂😂😂😂😂 mpa aka nime kawe di umbwre uko noshikayo