🍄 Ikizinu kirazana Fbu…
9:54
🧱 💵 Idiri mu matafari
16:55
Жыл бұрын
Пікірлер
@PacificHabimfura
@PacificHabimfura Ай бұрын
Courage muvandimwe Imana ikujye imbere
@UWAMAHOROAnne-tv7gl
@UWAMAHOROAnne-tv7gl Ай бұрын
Imigambi myiza Sonie
@user-qs4sl6xf8z
@user-qs4sl6xf8z Ай бұрын
Makamba
@user-qs4sl6xf8z
@user-qs4sl6xf8z Ай бұрын
❤❤❤
@user-ej3dq3cl7p
@user-ej3dq3cl7p Ай бұрын
Murakoze Kuri ico kiganiro ariko na Contact zabo zirakenewe
@beatricesiwema5566
@beatricesiwema5566 3 ай бұрын
Kotwabuz fon
@user-vp1rz8gp5y
@user-vp1rz8gp5y 3 ай бұрын
Waragize
@user-vp1rz8gp5y
@user-vp1rz8gp5y 3 ай бұрын
Zushirako content zifis image zibona
@yveslamyiradukunda2189
@yveslamyiradukunda2189 4 ай бұрын
Vyiza cane ntimucike intege
@innocentirambona671
@innocentirambona671 4 ай бұрын
Abagwizamwimbu
@user-sk5lj4rd4c
@user-sk5lj4rd4c 4 ай бұрын
Imana ibongere imbaraga bagenzi ndabateye intége . Nanje ndumubaji myzongurire urubaho
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 4 ай бұрын
Ni vyiza cane🎉🎉
@cadiadesgrandslacs
@cadiadesgrandslacs 4 ай бұрын
Biranezereye kubona abarundi bashirutse ubute mumigambi itandukanye.
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 4 ай бұрын
❤❤
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 5 ай бұрын
Kbs
@MegaAlexison
@MegaAlexison 5 ай бұрын
None ko mutatanze inamba yiwe
@bahemajavan4716
@bahemajavan4716 6 ай бұрын
NONE KO MUVUGA KO VYUNGUKA CANE KUKI MUGUMA MUVUGA NGO NTAMUTAHE? MURAZA MURADUSIGURIRA.
@SamiaFopm-oj2kz
@SamiaFopm-oj2kz 8 ай бұрын
Zamurashirakinomero zaboboroz natwe badufash
@nsavyimanaclovis-cv7in
@nsavyimanaclovis-cv7in 8 ай бұрын
Ndakunda ibiganiro vyawe. Ariko tugusabe uzoze urabaza ibibazo tuvyumve. Niho vyoba vyiza. Kuko aho umenga ariko arivugana wenyene. 💏
@nsavyimanaclovis-cv7in
@nsavyimanaclovis-cv7in 9 ай бұрын
Urakwiye guhindura ukuntu ukora ibiganiro. Ukaza urabaza ibibazo umutumire wawe tukumva. Kuko ahumenga ariko arivugana. Hama ndagukunda cane
@nsavyimanaclovis-cv7in
@nsavyimanaclovis-cv7in 9 ай бұрын
Murakoze cane
@nsavyimanaclovis-cv7in
@nsavyimanaclovis-cv7in 9 ай бұрын
Murakoze cane
@user-oh1ec3ox4r
@user-oh1ec3ox4r Жыл бұрын
Muduhe number ziwe ntumbaze kuko kubaka iyo thank yororeramo amafi
@nayeemn9275
@nayeemn9275 Жыл бұрын
Murakoze. Mwoduha contact?
@titentukamazina1719
@titentukamazina1719 Жыл бұрын
Nasaba uyumworozi manirakiza marc wikibumbu yompimeroziwe za whatsapp ndashaka icoyonfasha
@titentukamazina1719
@titentukamazina1719 Жыл бұрын
Ndabaramukije
@nininahazwefefe537
@nininahazwefefe537 Жыл бұрын
Ntiyumvikana
@thierryngenda100
@thierryngenda100 Жыл бұрын
Ama media muburundi muriko muvyifatamwo neza mukomez henuku
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
Turagushimira mushiki wacu,tera uja imbere urafise imigambi myinshi kandi myiza gutanga nakazi komeza uja imbere
@feliciteirakoze6958
@feliciteirakoze6958 Жыл бұрын
Yooooo biratera intege cane kubitegereza
@feliciteirakoze6958
@feliciteirakoze6958 Жыл бұрын
Ndabateye intege cane kubaraba muriko murakora binteye kubakunda
@feliciteirakoze6958
@feliciteirakoze6958 Жыл бұрын
Urakoze cane courage cane
@hatungimanapasikare6313
@hatungimanapasikare6313 Жыл бұрын
Uwomugambinimwizawoduhanimerozaterefoneyawe?
@nsabimasheba9165
@nsabimasheba9165 Жыл бұрын
Makamba
@siniremeraadela1980
@siniremeraadela1980 Жыл бұрын
Ikibazo nuko mudashirako inomero za telephone dukeneye u ufasha tubahamagare badufashe none vyoshoboka kuduha nomelo za Hogi?
@siniremeraadela1980
@siniremeraadela1980 Жыл бұрын
Mwiriwe ndabakeje urwaruka ruri kukivi
@hopeschrist5305
@hopeschrist5305 Жыл бұрын
muduhe numero yiwe mwob mukoze
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI Жыл бұрын
Imigambi myiza gusa bamushirako num zabo bantu bafise ivyiyumviro nkivyo
@marthenkurikiye-nl6vi
@marthenkurikiye-nl6vi Жыл бұрын
Ni vyiza gusa ikosa mukora n'uko mutaduha contact uwomukenera yocako
@ntunzwenimanamichel9529
@ntunzwenimanamichel9529 Жыл бұрын
Iyo fu ya igname tuyita ola ola Iva muri Afrique de l’Ouest. Bayishora ngaha muri USA kandi irakundwa n’abanyafrica. Isoko ryayo rirahari.
@hopeschrist5305
@hopeschrist5305 Жыл бұрын
muduh numer ya whatsup
@hopeschrist5305
@hopeschrist5305 Жыл бұрын
Duh munro yiwe kwrr
@landrybihayi5033
@landrybihayi5033 Жыл бұрын
Mediabox ikorera hehe?
@makinimoses9041
@makinimoses9041 Жыл бұрын
Number one in Bd
@nduwimanaestella4395
@nduwimanaestella4395 Жыл бұрын
Mfashiriza my brother afis premi yarabuz akaz please
@AnwarAli-uk3nl
@AnwarAli-uk3nl Жыл бұрын
Inzuki ziranwa amazi
@MegaAlexison
@MegaAlexison Жыл бұрын
Igikuru nuko mukorana hamwe kandi mukumvikana
@MegaAlexison
@MegaAlexison Жыл бұрын
Ngomba mumpe inamba yaba bantu tuyage kuko numva bagomba kwiteza imbere
@MegaAlexison
@MegaAlexison Жыл бұрын
Kare mwahora mushirako inamba
@harerimanagloriose8743
@harerimanagloriose8743 Жыл бұрын
Ndabona ari Sawa