🤩 Inkuru zitatu zogutera intege mu rugendo rwo kurondera

  Рет қаралды 158

Nuku Burundi

Nuku Burundi

4 ай бұрын

👏🏾 Jean Marie i Karusi ahingura isoya akuramwo inyama. N'aho afise urupapuro rwa "master" ntivyamubujije kurondera umugambi arangura igihe atari bwaronke akazi ka Reta. Umugambi PAEEJ nawe waramushigikiye mu kumuha ingurane yakuyemwo aho akorera n'ibikoresho yifashisha. Amaze guha akazi abashika kuri 5
😋 I Karusi, Salvator ari muri koperative ifise "restaurant". Barateka ibitumbura, imikate, n'akayi kameze neza. Umugambi PAEEJ wamushigikiye mu kumuha ingurane y'imiriyoni 8, araronka aho akorera n'imashini imufasha mu guhingura vyinshi mukanya gato
🎼🥁🎹 Audace mu Rutana, arongoye umugwi uryosha ibirori mu kugira "karaoké". PAEEJ nabo yabashigikiye ibaha ingurane y'imiriyoni 13, bararonka ibikoresho, ubu bakaba bafise aho bavugiriza weekend igeze
😊 Nawe uriko urarangura uyuhe mugambi?
#Burundi #NaweUrashoboyeKubikora

Пікірлер: 1
@innocentirambona671
@innocentirambona671 4 ай бұрын
Abagwizamwimbu
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
80 Year Olds Share Advice for Younger Self
12:22
Sprouht
Рет қаралды 1,4 МЛН
Palki Sharma Slaps the West - Palki's Powerful Speech at Oxford Union
13:51
😎 #Fbu iritaba uwukoze: intahe za Juste na Aaron
11:53
Nuku Burundi
Рет қаралды 13