Рет қаралды 509
Nuku Burundi
👏🏽 Eric Dusenge i Makamba n'abo bakorana , bafise amakara azimbutse, atonona ibidukikije kandi aramba🐟 Nayo Ninganza Isaïe muri Nyanza Lac ngo ubworozi bw'amafi burimwo aga #Fbu 📽️ Tubatege yompi batuyagire