Рет қаралды 860
na sentare y'iyungururizo I Gitega. Akanyamuneza akaba ari kose kubaharanira agateka ka zina muntu. Ariko naho biri uko, amakenga ni yose kuko gushika ubu atararonswa urupapuro rumurekurira gusohoka ibohero. Murunani rw'abaharanira agateka ka zina muntu CBDDH bakaba basaba ubutungane kudahengama ngo baburizemwo iyo ngingo ya sentare y'iyungururizo kuko uyo mupfasoni yazize akarenganyo, yahowe uguharanira agateka k'abarerwa yari ajejwe.
🎧Eulalie Nibizi, umunyabanga nshingwabikorwa w'urunani CBDDH