Рет қаралды 116
basaba ko ikiraro gihuza quartier yabo hamwe na quartier ya Kinanira cosanurwa vyihuta ibintu bitarayangara. Ni mu gihe mw’ijoro ryo kur’uyu wa mbere hari umukenyezi yaravuye kw’isoko ryo mu Musaga yasezeye isi, inyuma yo gukorokera murico kiraro.
🎧Vicky Chris NINTERETSE