Abatutsi mu Burundi bashobora gukorerwa ihonyabwoko nk’uko vyabaye mu Rwanda (P. Ndayisaba)

  Рет қаралды 16,768

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Abarundi barakwiye gukura icigwa kw’ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi mu Rwanda kugira ntirize rikorwe mu Burundi. Bivugwa na Pacifique Ndayisaba, Umurundi aba mu gihugu ca Australie. Hari kuri uyu wa 7 Ndamukiza, inyuma yo kwifatanya n’Abanyarwanda baba muri ico gihugu mu kwibuka imyaka 30 iheze ihonyabwoko rikorewe Abatutsi bo mu Rwanda. Pacifique Ndayisaba avuga ko uravye imvugo y’urwanko rw’Abatutsi yakoreshejwe n’abategetsi imbere y’ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi mu Rwanda isa n’iyikoreshwa n’abategetsi b’Uburundi uno munsi.

Пікірлер: 125
@joliejoie2010
@joliejoie2010 5 ай бұрын
Nyamara uburundi bumaze kugura imihiro, ibitse cg ihitiye muri congo. Murysmire amajanjamwskwicwsisaha yose. Musenge mugire smakenga sinon, murapfa mutunguwe
@Ineza-n3r
@Ineza-n3r 5 ай бұрын
Dukeneye benshi nkawe biyamiriza iryo BARA , abo BAMENJA
@claudemutore7904
@claudemutore7904 5 ай бұрын
🤝🤞
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 5 ай бұрын
Rip.
@Musindi736
@Musindi736 5 ай бұрын
Noe ko mutavuga iryakorew abahutu mu 1972 muburundi
@rurangwaoscar851
@rurangwaoscar851 5 ай бұрын
Ubwicanyi ni bubi bavandimwe ntibukabeho mu Burundi no mu Rwanda. Haboneke President beza nka Kagame Paul wanga ivangura ryamoko
@jahson460
@jahson460 5 ай бұрын
TV Renaissance, iyi propagande et désinformation murimwo irateye isoni...
@TelesphoreKazobavako
@TelesphoreKazobavako 5 ай бұрын
Jewe sinibazako wewe uri Umurundi!ikirofa%!😅😅😅😅
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Bibeshye babakoreho barebe uburyo zibakira 😂
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 5 ай бұрын
Mubozatsa nawe urimwo?😂
@yannicknduze
@yannicknduze 5 ай бұрын
ufise umuvumo nabo bose murikumwe
@samyr9071
@samyr9071 5 ай бұрын
NEVA yibwira ko afatanyije na gidekedi ko bagiye kurangiza umututsi ariko aribeshya ashobora kwitera umwaku
@amifideleamie1998
@amifideleamie1998 5 ай бұрын
None harimbonera kure yumututsi ibaho? biteye ikibazo nimba harubwoko bumwe buhabwa imipanga ubundi butayifite.
@domitilleniyitegeka369
@domitilleniyitegeka369 5 ай бұрын
Ururimi ni rubi. Ako kaga watura ni uburozi. Ubona i Rwanda harimwo umunyenga. Aho gutanga inkomezi yo kuva mumva y’urupfu n’agahinda ku banyarwanda, ngo usabire umuhezagiro ku Burundi, urikwatura ishyano. Sigaho UWITEKA arinde u Burundi ntihakabe ayo mahano.
@Valentine1714
@Valentine1714 5 ай бұрын
Arabikora atyo Wenda ahereye kubyo abona ubu aho mu icyo gihugu ngirango
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 5 ай бұрын
Mwabinye urwanda realize igishoro muri jenocide .abarundi dufise amaboko yo gukora ntiduteze amafaranga yabazungu aciye mumaraso . Izongengabitwkwrezo zanyu zarataye igihe
@kingumwami1434
@kingumwami1434 5 ай бұрын
Nta ntambara izongera kuba muburundi no murwanda .this is time to move forward in unity ,those who wish for war do not know what war is. Nimurondere amafaranga mureke kwiphuza ibitagira akamaro ,,it's a new era
@Slime-s5p
@Slime-s5p 5 ай бұрын
Babwire Ivyo bategura ko tubabona ntitukiri muri 1994 !! DD yonyene igiye kurangiza intwaro yayo nka MRND ya Havyarimana
@amifideleamie1998
@amifideleamie1998 5 ай бұрын
Rero ntihakagire uwemera gupha nkintama ,imipanga nibayifata namwe mube muyigura muyicarane aho kugura ibishyimbo gusa.
@BorfanceOgeya
@BorfanceOgeya 5 ай бұрын
Jew ndi umurundi ,ndashimiye iyo nyamiramabi.mwagize neza kwifadikanya n'ababanyi bacu kwibuk ibidakwiye gusubira kubaho mukarere kacu.ariko rero abiyumvira ngo ubwoko burahona detrompez- vous.Igikwiriye dukuremwo icirwa iburundi abatutsi bishe abahutu 1972 ntagashimwe baronse atari inkurikizi mbi ziriho uno munsi,abahutu bishe abatutsi 1993 nta nyungu baronse no mu Rwanda nabo ntibigane ivyakozwe imbere .Hanyuma izo betises ni USA ,mushingantahe dufadikanije nawe ,bwira Australia Parliament babwire British Government nabo babwire Amerca bati don't disturb EAC ,we need to move forward,the issue of divisions is no longer work
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 5 ай бұрын
Mutume mucongereza ajijuke. ntamipanga,nta génocide yimipanga irihano twifitiye genocide yaneje inoti niyibura gusa. Ndaye nyoye akarengwe nguriwe n'uwombere tudasangiye na nyabwoko.
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 5 ай бұрын
None ubizi kobagenda ibikomere hm ukavuga gutyo imvugo nkiyumunwa winkoho Koko MBE ivyo ubivuga wisunziki ugamijiki urwaruka ubu twarabahinyuye muratubesha mwitwaj iyomyaka myishi muturusha akarorero ivyabaye murwanda akokabi ntakonumvise Cank ngondakabone muga turumvako iryandege ahirasiwe siriveste ntibantunganya yarahakanuriye none icogihe yarumututsi hm azakuhinduka umuhutu ahintambara ihereye kandi aracahari azoduhumuriza kuko niwe azi ivyokuvuga weho ngira ntunazi nivyurimwo usanga urumukomisiyoneri j nibazako basi naho woba wanka ubutegetsi nishwa yawe muga abenegihugu zemuraba ivyo mutubwira erega ubutegetsi burahera muga ubwenegihu ntahobuja murakoze
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 5 ай бұрын
Iturufu y'ubwoko ntibaho ngaha Iburundi ivyo nivya za propagande zo kubona icitwazo ngo batere igihugu biyita ngo baje gutabara ihonyabwoko! Aho bazoca binyegeza binjire birare mubantu bice hanyuma ngo ngiryo iryo twababuriye riratashe! Uburundi irondo rirakora ntaho muzinjirana.abahutu n'abatutsi twarabonye ko ikituraje ishinga kitakiri icubwoko! Mbere muvyumve mumbonera kure harimwo ubwoko bwoseeee!!!
@rurangwaoscar851
@rurangwaoscar851 5 ай бұрын
Niba batanze imihoro mube maso kabaye bagiye kwica twizereko ataribyo niba aribyo Neva agiye kwica Imana Itabare Umurundi
@preciousheavenly5245
@preciousheavenly5245 5 ай бұрын
Uyu mu shenzi ntiyibuka nurupfu rwa president Ntaryamira 😂nyene yibuka ivyo murwanda Kandi Ari umurundi ?? Mbe arazi abahutu bapfuye bishwe nabatutsi Muburundi 😢 this man sha !!! Ntanico yomariye uburundi akwiye kuja mugasyo
@SallmaXg
@SallmaXg 5 ай бұрын
Ahubwo nibamutwar kwa Legentil😂😂 bamuvur mumutwe😂😂muri 1972 urazi abahutu bishwe 😢😢hariho imiryango itigez ihamba ababo gushika niyisaha😢😢papa wacu ntazigera yibagira ukuntu batway grande soeur wiw sha babazaniy ibirato nisaha yari yambay 😢😢gushika ahoravuga ko azohava amubona kbra batamuhamvy😢😢 kandi ico gih ngo bica abahutu bazi ko bize😢😢nkuyo numva umengo ariko aransensema😂😂none naj Kuba mu Rwanda😂😂 abatutsi baribona ngira amaraso yabo arera nk'amata y'abashitsi😂😂
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 5 ай бұрын
Barundi,Barundikazi, nimuryamire amajanja, agapfa kaburiwe n’Impongo. Le Roi David na Goriath murazi iyo histoire?mwitwaze Intwaro zo kwizera, Mwitwaje Imana yacu.
@niyomugaboaegidius8640
@niyomugaboaegidius8640 5 ай бұрын
Erega Buyoya yadutangiye igihugu, ubu abatutsi b'abarundi mube mwiteguye ko bazabagenza nkuko bagenjw abanyarwanda,
@alicendikuriyo4936
@alicendikuriyo4936 2 ай бұрын
Non buyoya ko yagitanze ntiyari umututsi??? Ntamuhutu ntamututs yica hica untwaro mbiii..ivyo twarabirengey kuk ubu namwene nyoko arakwica
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 5 ай бұрын
Mbe ko mwirengagiza ihonyabwoko ryakorewe abahutu muri 1972.?? Iyo bija hose. nta murundi yokwubahuka guhonya uwundi uretse abo bama bamena amagi ngo birire umulete.
@marleneakimana2597
@marleneakimana2597 4 ай бұрын
Imana gusa …niyo izodukiza urupfu kuko imipanga iriho ninyigisho zamacakubiri ziriho rero ivyo vyose vyerekana ko genocide ishobora kuba mbere ntibayite genocide barabe iyindi zina bayita pour masquer leur criminalité.
@duhuzebosco6207
@duhuzebosco6207 5 ай бұрын
Kura nonsense ngaho Urwaruka rurajwe ishinga n iterambere izo nonsense zojamwo nde ? Turajwe ishinga n ico turya muriko muvuga ivyo?
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 5 ай бұрын
Ibuye riserutse ntiriba ricishe Isuka. Abarundi nibagire itohoza baheze birarire se protéger (veillez )
@ndizeyejeanpaul9335
@ndizeyejeanpaul9335 5 ай бұрын
Iyubuhaz buryama sha urek kudambwa sha,ibidihanz mu Burundi sivyobirofa biri mumutw waw,abobatutsi uvugako bazokwicwa basabir indaro hiyo iwanyu wa mujawe wakagame
@chales08
@chales08 5 ай бұрын
Wagikopo we unuka igikakwe...imipanga muriko murahabwa n'ibisigo vya cndd fdd, mwibaza ko tutabizi?!? Ubu twese tuzogwana gushika kuwanyuma!!! Kuki mwugaye imipaka y'urwanda?!?
@Egidos-ew1qe
@Egidos-ew1qe 5 ай бұрын
Imvugo uvuga yerekana icufise muri wewe umutima wurwanko rwabo udashaka ko babaho ucawibonekeza
@namirembedenise3393
@namirembedenise3393 5 ай бұрын
Muribihwi mwakoze ihonyabwoko kubahutu mwasama namwebabishure😏😏
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 5 ай бұрын
Subiza Amerwe mwusaho muta. Pima murebe 🤨?;sha aho ntabwo tudodora nibwo muzamenya ko ntamikino tugira ubutegetsi bwaneva buzahita bushirwaho akadomo. Ça c'est pas une menace c'est une promesse
@bonneanneebizimana2788
@bonneanneebizimana2788 5 ай бұрын
Murwanda umuhutu yarapfuye numututsi yarapfuye,nta jenocide yabaye murwanda
@duhuzebosco6207
@duhuzebosco6207 5 ай бұрын
N inde ubu wo henda ngo ica kanaka kuko kudasangiye ibi nibi we're black people ico nico nzi ibisigaye ni nonsense kuko wabuze ivyo uvuga
@MujyanamaMujyanama
@MujyanamaMujyanama 5 ай бұрын
abakoze Genocide mu Rwanda Imana yarabavumye, ntawe uzakorana nabo ngo agire amahoro. uburundi buri kubaha indaro vuba aha murareba amahano abagwira. nonese NEVA ari gukorana nabo ngo bateze igihugu imbere? baragisambura gusa
@landrysawaingabire
@landrysawaingabire 5 ай бұрын
Baravugango so akwanka akuraga urubanza gwamunaniye ubu butumwa mubumpere izomboberakure
@duhuzebosco6207
@duhuzebosco6207 5 ай бұрын
We're black people ayo mabwa yareke politik irasaza
@UchihaMadara-dh6ms
@UchihaMadara-dh6ms 5 ай бұрын
more than 250 ethnic groups in RDC the larger being Kongo, Luba, and Anamongo. 3 in BURUNDI Hutu (Bantu) 85%, Tutsi (Hamitic) 14%, Twa (Pygmy) 1% 3 in RWANDA The Hutus(85%)of Bantu origin. The Tutsis (14%) are traditionally a pastoral people who arrived in the area in the 15th century. The Tutsi being the only minority ethnic group not able to live peacefully ,yet others can in the region, has to be studied thoroughly. Best regards
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 5 ай бұрын
Sha biraryana kubona abawe barishwe bunyamaswa
@AstereNtirampeba
@AstereNtirampeba 5 ай бұрын
Reka guhimba nabi urumvavivyo uriko urigisha abanyagihugu
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 5 ай бұрын
Abahutu kuki mutemera akabi? None iyo mipanga mwaguze ni iy'iki? Canke abo mwrirwa muhotora bangana iki? Kwica mwabigize umuco.
@razarondiwayezu6314
@razarondiwayezu6314 5 ай бұрын
wewe ivyuvuze nimbutombi urikubiba
@bonneanneebizimana2788
@bonneanneebizimana2788 5 ай бұрын
Gusa urimbwa kabisa,uri nikijuju
@ndagijefocus7607
@ndagijefocus7607 5 ай бұрын
i bi uyu arikuvuga nibyo bita ingenga bitekyerezo ya jenocide ubu nibyo ari kutwinjizamo nkabarundi. ariko abarundi bazi kubana
@michelinemiche442
@michelinemiche442 5 ай бұрын
Ngira ntakwije,abona ivyabaye vyosubira Kwl?
@EzéchielNgendakuriyo-h7v
@EzéchielNgendakuriyo-h7v 5 ай бұрын
Uriguca amasego kwa kagame
@ukuntusataniarigukora.8482
@ukuntusataniarigukora.8482 5 ай бұрын
Mkuki kwa nguluwe kwa binadamu mchungu. Abantu twabuze ubwenge pe! Nkivyo warikugenda ukabivugira mugihugu ukareka gusemerera urimyuma yaco. Icumu ryashingwa mumuhutu woba utazi uko abatutsi bamaze abahutu abapfakazi babahutu kuva 1959 bapfakazwa. Abatutsi kuko mufise abo muririra induru hejuru urabaza Micombero ayo yakoze1972 Ntanuhutu yagandara canke ngo arire ryiritegeko none numusi ivyo vyaribagiwe. Umviriza abo ubarira ngo bagirico bakoze bo ubwabo baricanye bitosheje bapfa ayomoko. Hanyuma babizana muri africa none nyabicanyi banabifitiye experience nibo uri kuririra. Bo baricanye karahava ninabo bibwiye bashira hasi baraganira barabireka ariko nabo nabanyamoko bakomeye kuko barabizi kuko harabazungu batubaza ko turabatutsi canke abahutu tubona ko kataheze.
@jeanpierreniyonsaba6432
@jeanpierreniyonsaba6432 5 ай бұрын
Murava hiyo muri muze mugihugu murabe, mu Burundi kuva kera umuryango wose uratunga isuka umuhoro... Ivyo rero ntibirinda gutangwa na Leta bidandazwa mw'isoko. Abavuga ivyo ni abariko bagomba kugumura kuko twegereje amatora. Abarundi baraciye ubwenge nibazako atawoba acubahuka gusimbira kuwundi ngo amwice amuhoye ubwoko. Plus jamais
@metrom8009
@metrom8009 5 ай бұрын
Niyumvira ko bidashoboka mu Burundi kubera ko igisirikare c'uburundi kirinwo abahutu 60% n'abatutsi 40% niyumvira neza ko nomu gi police aricokimwe, ivyo ntivyabaho mu Rwanda igihe ca genocide. Abategetsi bakwiye kwama bashira kumuzirikanyi ineza ryabarundi Bose!
@michelinemiche442
@michelinemiche442 5 ай бұрын
Uravuga nabi ku gihugu ca kwibarutse,ngo hategurwa jenoside irijambo rivuzwe ndaryumvise numva kujugumira,nawe uriko uraza uri dahwa wa mangatiwe😢Bemusengera igihugu canyu naho muba mutakibamwo urambabaje
@samsonnishimwe8294
@samsonnishimwe8294 5 ай бұрын
None muburundi ko abatutsi bagize ihinya bwoko, ushaka twitwarire abatutsi.? Shaa niho bavuze ko mufakizwa. None witengagij ivyo mwakoze 1972, 93 mwishe president ndadaye? Nkaho utikuvugiki? Ushaka dukumire bene wacu baba tutsi nkuko bikorwa mugeanda?
@NkunzimanaPascal
@NkunzimanaPascal 5 ай бұрын
Ew buryivyo uvuga urafise ubwenge??? Muvyukuri abatutsi barishwe nanje ndavyemera. None abahutu burwanda biciwe Congo bavuge igitiri numveko ubashobora kubaharura? Ndakubaze wamugabow ivyuvuga urabifitiye icemezo kobazicana? Iri jambon ryaw rirabishe kwumva. Urasumba rapport mapping rapport? Genduyisome uyitahure. Urasumba blinken abwiye kagame konaw yishe abahutu. Natwe abahutu iyo dushaka gucuruza génocide natwe twari kuyicuruza. Gezaho guteranya abantu irijambo ryaw ritware murwanda. Muvyukuri reka kuduteranya turakwznse
@oliviersabushimike1124
@oliviersabushimike1124 5 ай бұрын
Abikeka amabinga baba bayarwaye,mbe burya mu Rwanda hoho kw'abahutu mwabishe mukavangatiranya n'abatutsi,abandi bahutu mukabasanga muri Congo mukabicirayo iyo bahungiye.barya banyamulenge nabo ntimwobasubiza mu Rwanda iyo baje bava.mwamenyereye kurera amaboko mudandaza igihugu kubakoloni,mudashaka gukoresha ayo maboko,n'ubu mudandaza umunwa mwibazako bizobahira,murahumba amase ya kera ntagihoma urutaro, twarabahinyuye.iyo empire HIMA ntizopfa ibahiriye,turi maso muzodusanga.c'umukozi waho urara gusa ureke kuguma ubiba umugera w'amacakubiri.
@metrom8009
@metrom8009 5 ай бұрын
Ico bita ngonimbonera kure zikwiye kuvaho kuko arintambanyi cane rwose akazi bajejwe kokorwa nabapolice arinabo bajejwe umutekano. Barundi munyumva mukore uko mushoboye mukureho imbonera kure.
@cvzx-2968
@cvzx-2968 5 ай бұрын
Ndakubarire. Uvuge ivyugwanda. Koabatutsi..bakeraguye. abantumbona. Bakambarira ngikakana. Ngokarihe. Ngotugakerere. Umuryangowanje. Bakawicandaba. Harimugwanda? Urambabaje
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 5 ай бұрын
Urwanda mwarishikirije ariko aha muburundi ntirwitaha! Wewe ko utapfuye Ugira nubuhinga wakoze! Nuko ata genocide iri muburundi! Iseme rero
@bonneanneebizimana2788
@bonneanneebizimana2788 5 ай бұрын
Nutubwire nibibi vyabaye kuntwaro yabaporona,ko mudatera ivyatsi abishe ndadaye ,nabandi bantu binzira bwoko bishwe kuntwaro ya buyoya
@bentutsibensamale7520
@bentutsibensamale7520 5 ай бұрын
Ntibashobora ahubwo ukiriyo ameze nkababandi bamaze 6 mois baregwa kuba ibyitso byinkotanyi barekurwa avril 91 bakigumira irwanda
@GilbertNiyonzima-jp5fk
@GilbertNiyonzima-jp5fk 5 ай бұрын
Urucira mukaso rugatwara nyoko uriko utwipfuriza Ayo mahano Imana ukuturinde ubabajwe nuko hariko hatwara umuhutu ivyo ntimuba mubivuga turazi umunoho wanyu
@ntakarutimanaoscar1867
@ntakarutimanaoscar1867 5 ай бұрын
Nagira ngukebure : abarundi n'abanyarwanda si bamwe ahubwo abarundi nitwe turibamwe. Hama nawe uko ndakubona nivyo uriko uravuga waranyegewe n'amacakubiri ukwiye kwakira agakiza ukabona kubohoka; uriko ucira umuriro
@chantalmukaruyange964
@chantalmukaruyange964 5 ай бұрын
Ntago ndi umurundi ariko mana nabo Ibyo bya Genocide ngo ishobora Kuba muburundi jye ndabona ari intambara mushaka kuzana munadundi nkuko zatangijwe Congo none Dore aho bigeze Abarundi mbona ino Hutu tutsi mbona bibaniye neza Baratumitana bagasangira ibiyeri ninyama Zocyeje batishishanya mugihe twe Abanyarwanda Twishishanya iyo duhuriye imahanga Abitwa ko basenganaga ugasanga bigabuyemo Ibice bibiri kuko Bishishanya Abarundi ibyo sindabibabonaho Ibyubwoko rwose bamaze kubitera ishoti None Murashaka kugaruka itirufu yubwoko Mubarundi?
@ThereseMUKANTABANA
@ThereseMUKANTABANA 5 ай бұрын
Erega Neva yaguze imihoro myishicyane niyo mpamvu bavugako aryo gukoresha jenoside continer4 aho utagiru bwobwa nihe? Ukurikije ibyabaye murwanda nibamagane batabaze hakirikare ñtabwo jenoside izongera abatekereza basu ize amerwe mwiisaho
@benderuta7725
@benderuta7725 5 ай бұрын
Mwararindagiye . Ngo génocide mu Burundi itagira ibe!!!! Urasekeje, wabuze ibyo uvuga. Waramize uburozi sha.
@didiernkunzimana1688
@didiernkunzimana1688 5 ай бұрын
Uvuze neza. Namwe igihugu kubahaye indaro impera n'imperuka kizobatanga muze kwishura amabi mwakoze nayo mubandanya mukorera Abarundi
@rutajdd3741
@rutajdd3741 5 ай бұрын
Uvuze ijambo ry'umushinganahe Ubagiruye Inama nziza iyaba barivafite ubwenge bagimbye kurevera ku interahamwe zishe inzirakarengane ariko wareba ugasanga ntanyungu bakuyemo ahubwo bavanyemo umuvumo
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 5 ай бұрын
CNDD igutwaye iki? Ubu rero wewe wigize umuvugizi wabo bita abatutsi?
@kanyejoseph5269
@kanyejoseph5269 5 ай бұрын
Muzi kwishyira imbere nkakaguru karwaye igisebe muzisiba gahunda yanyu imana yarayimenye.
@sylva4054
@sylva4054 5 ай бұрын
Nivyo , ariko abo bashaka guhonya ubwoko bundi Imana ibahonye bonyene
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 5 ай бұрын
Amatora vyanse none mutanguye kurota ivyamacakubiri nayo!
@mbinonyoso7501
@mbinonyoso7501 5 ай бұрын
WAKIGORYI WE INYENZI SIBO BARYIYISE HAÀÀAA MUZIKINYOMA GUSA
@preciousheavenly5245
@preciousheavenly5245 5 ай бұрын
Uburundi burakwiye gukora nko mu Rwanda uyu muntu akwiye kugarukanwa Muburundi abivugire Muburundi 😢😢 very sad kweli urabona ukungene Ari gucocera intambara 😢 . Numva ishavu ryinshi 😂😂😂 but I can’t help what the heck 😢 uyu arahaze ama firiti ya mecdonaldo ariko arayayata . Turasavye Reta imugarukane Muburundi abidusigurire neza
@rutajdd3741
@rutajdd3741 5 ай бұрын
Agaruke mu Burundi mumese ariko imbonerakure murasetsa
@preciousheavenly5245
@preciousheavenly5245 5 ай бұрын
Iyaba umunyarwanda avuze ibi kurwanda wibaza ko Atari gusubizwa mu Rwanda? Aya majambo Ari kuvuga wunva Atari urwanko ?
@rutajdd3741
@rutajdd3741 5 ай бұрын
@@preciousheavenly5245 urwanko rwahe ko ababwije ukuri,baravuga ngo ukuri kurababaza.Mwihangane muhure ni ingaruka zuwo mwakoreye (Rusoferi satani) nwica inzirakarengane. Nabagira inama yokwihana kuko impuhwe z'Imana zihora zibategereje.Muve mu mwijina mubone umucyo.
@angelmacha7802
@angelmacha7802 5 ай бұрын
Ryarakozwe kera wowe waburumushinyaguzi
@fadjost-james9008
@fadjost-james9008 5 ай бұрын
J'espère yuko iyi télé renaissance itazosubira kwemerwa m'Uburundi
@Samanthamagny8
@Samanthamagny8 5 ай бұрын
Ww urind uyugara mwanka kumva ukuri aha muburundi mubona aramahoro
@FelixMurishi
@FelixMurishi 5 ай бұрын
Urimbga koko😮😮😮😮
@inoligierhameze4070
@inoligierhameze4070 5 ай бұрын
Nibe nuburundi basaranganyije ubutegetsi sinkhahano murwanda umuhutu aliwe mucyene, aliwe uba mumanejyeka
@MicHimbaza
@MicHimbaza 5 ай бұрын
Harya mbere ya 1994 abo uvuze bari babayeho gute? Sinajyaga numva batera hejuru ngo reka batsembe abatutsi bafate imitungo yabo!! Nonese waba ufite imibereho myiza ukavuga ko igihugu ari nk'ikirahure cyuzuye amazi? Nonese waba ufite imibereho myiza ukica umuntu kugirango utware ubutaka bwe bwa metero kare 10? Nonese waba ufite imibereho myiza ukababazwa n'uko hari abantu bari kwiga ugafata ingamba zo kubabuza kwiga? Abararaga ku byatsi basigaye baryama kuri Materas. Abiberaga mu Nzu z'ibyatsi ubu batuye mu mabati. Harya cyera hariho Mutuelle de Santé? Gusa ibyo wavuga ntibitangaje kuko no mu 1994 numvaga urwitwazo mwari mufite rwo gutsemba abatutsi ngo mwari muri kubaryoza iby'abakurambere babo bakoze mu binyejana byashize! Urwo rwitwazo rudafitiwe gihamya ni impamvu ifatika ihamya idéoligie Anti-tutsi, rero umuntu ufite iyo idéologie n'ubwo wamukamira amata ukanayamunywesha bwacya akavuga ko wamunywesheje uburozi! rero ntagitangaje kirimo kuba mutanyurwa n'impano y'imbabazi mwahawe n'abarokotse Jenoside yakorewe abatutsi.
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 5 ай бұрын
Ukuntu kidahwa ngo kiriko kivuga 😏🙄🙄🤮🤮
@munyemanapcelestin1630
@munyemanapcelestin1630 5 ай бұрын
Hoshi vana akavuyo aho n ibigambo never again'
@EzéchielNgendakuriyo-h7v
@EzéchielNgendakuriyo-h7v 5 ай бұрын
Ntanubunyumbakumi azoguha
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 5 ай бұрын
Birababaje,kwitwa ikintu kibi utari
@XasanAduunyo-sp1wk
@XasanAduunyo-sp1wk 5 ай бұрын
None wahakuwe nande.
@shurweburundi
@shurweburundi 5 ай бұрын
Muri ibijuju sinobabesha
@munyemanapcelestin1630
@munyemanapcelestin1630 5 ай бұрын
Ahubwo cecekaaaa
@DominiqueNsabiyumva-q6n
@DominiqueNsabiyumva-q6n 5 ай бұрын
Gabanya itabi
@EzéchielNgendakuriyo-h7v
@EzéchielNgendakuriyo-h7v 5 ай бұрын
Uracari n'akariganga muhogo Taha ufashanye n'abarundi kwubaka igihugu
@SallmaXg
@SallmaXg 5 ай бұрын
Natah ashikir kwa Legentil 😂😂bamuvur 😂😂mumutwe siheza😂😂
@michelinemiche442
@michelinemiche442 5 ай бұрын
Uyu uko ndamubona atasheyo hakucubaka yo gisambura,ntanisoni abivuna
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 5 ай бұрын
Urumusazi pe
@Irene28092
@Irene28092 5 ай бұрын
Iy genocide murota iba iburundi ntimuzopfa muyibonye, niyo mwipfuza ko iba muronke ivyo mutakoreye
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 5 ай бұрын
Mushatse mwofatira isomo ku nterahamwe zo murwanda. Barishe none ubu barihe ko bapfuye bangara nka gahini. Ndabibutsa ko hari Imana isumba vyose kandi ibona vyose. Bandanya akataretse kaba gaseman. Mwige kubana n'abandi mumahoro. Aka karere twakisanze mo ntawahisemo kuvuka ari umuhutu canke umututsi tugomba kubana mumahoro. Birababaje kubona bamwe amaraso ahora abira muri bo bashaka kwica gusa, uwo ni umuvumo
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 5 ай бұрын
Mbe mu Burundi,genoside,ONu ntiyayemeje,abanya bururi baranka kuyemeza,kubera abishe ndadaye ntibafatwe.
@Irene28092
@Irene28092 5 ай бұрын
Mb bururi ni ubwoko? Politique irakuroka pe!
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 5 ай бұрын
@@Irene28092 ok
@marcelnkomo7212
@marcelnkomo7212 5 ай бұрын
Ne jamais globaliser Mr Bigirimana yves!!!!! Bubanze wibaze wongere ubaze!!! Vyiza wobifuta!!
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 5 ай бұрын
@@marcelnkomo7212 muranka ukuri iyo muva,ukuri niko kuzotuma muva mubibazo turimwo.
@Irene28092
@Irene28092 5 ай бұрын
Burya nta ntara igoka, gusa abantu baragoka kugatw kabo, ntanubwoko bugoka, gusa abantu bubu bwoko baragoka kugatwe kabo...Ivyintara vyo Uba wihenz cane kuko iyo ntara avuga harabayibamwo bamerew nabi KERA mbere nubu​@@marcelnkomo7212
@Irene28092
@Irene28092 5 ай бұрын
C est un genocide prepare et mis en execution par kagame
@Ineza-n3r
@Ineza-n3r 5 ай бұрын
Wewe Uri INTERAHAMWE TURAKUZI , GENOCIDAIRE
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 5 ай бұрын
Wa mbwa we irya mihoro yamaze abantu ni Kagame wayiguze? Si mwebwe mwayiguze mwogaswera ba nyoko mwe. Iyi mpyisi yiha kwandika igifaransa itazi subira mw'ishuri ubanze wige nyoko
@Dddma455
@Dddma455 5 ай бұрын
Oya ntahonyabgoko tuzokoregwa muburundi abatutsi turi amahoro. Ahubgo nimutahe. Namwe mureke guhangayikira mumahanga
@Diodonne-kr7rj
@Diodonne-kr7rj 5 ай бұрын
Sha urarindagira twebwe ntamoko dufise nkanyu gute kandurwandanarwo rwahayindaro abashaka gusubizigihugumuntamba 2015 kovyomubindaho bokobatabarungika bacirwe imanzanabo muraziguyimbamanyembwa
@mbinonyoso7501
@mbinonyoso7501 5 ай бұрын
Haaaaaa abahutu se bo mwabishe 1973 .1993.baramaze ahubwo abahutu biburundi baritonda Iburundi abatutsi mushatse mwaceceka
@MujyanamaMujyanama
@MujyanamaMujyanama 5 ай бұрын
ngaho ga da! umuntu uvuga gutya niki atakora?
@mbinonyoso7501
@mbinonyoso7501 5 ай бұрын
@@MujyanamaMujyanama nonese nvuguki uzi ibintu abatutsi biburundi bakoze wowe bamazabahutu none barikwiriza gusa ese umututsi kwica umuhutu biremewe kombona mubigira ibikino
@françoismbonyumukunzi
@françoismbonyumukunzi 5 ай бұрын
wamavyi wee nkawewe uriko uravuga canke uriko uradahwa
@preciousheavenly5245
@preciousheavenly5245 5 ай бұрын
Iyi television ikwiye kwugagwa niba aruku bimeze 😂😂😂😂😂 this is an acceptable 😢😢
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 5 ай бұрын
Uri umwicanyii nk'abandi. Burundi stands up
EN DIRECT  ||  SE SA NOU VLE || LUNDI 30 SEPTEMBRE 2024.
TEAM RUDY OFFICIEL
Рет қаралды 2 М.
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 11 МЛН
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 38 МЛН
Man Mocks Wife's Exercise Routine, Faces Embarrassment at Work #shorts
00:32
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 6 МЛН
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 54 МЛН
Isanurwa ry’isoko nkuru ya Bujumbura ntiribonwa neza n’umugambwe MSD
7:24
Témoignage de Nadine Bigirimana.
14:41
Tele Renaissance
Рет қаралды 20 М.
“Na ko ni mukice.”
32:05
Tele Renaissance
Рет қаралды 7 М.
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 11 МЛН