Maze gukwirikirana amareresi , comedy vyi iwacu mu burundi. Ndafise icemeza ko mwebwe muri international . The first in Burundi. Uyu mu mama big up Sana. Love from zambia
@lydiawamaana85272 жыл бұрын
5:40 Maman Rasko😂😂🙌uravuga ntuvura koko😁
@urugorukristo2 жыл бұрын
Abantu mwamenyeko uyu maman wa mona yahoze akina mukiganiro umubanyi niwe muryango mumpe like
@irankundajustine71062 жыл бұрын
Mona ngo azotwar ubushuri🤣🤣🤣🙈🙈 mama wa mona abona kure
@yousufyousuf13202 жыл бұрын
Maman Mona arazi gukina neza💪🙏🙌❤️💯💐
@lysekamaro63252 жыл бұрын
Urakoze mama Rose, utanga impanuro nk umuvyeyi n urukundo rwinshi ! Mona tu es une bonne actrice kabisa ura feelinga ivyo uriko urakina, Alvin et Audry musubire iwanyu namwe LOL
j'aimerais bien voir les garçons et la fille se mettre ensemble et créer un petit projet pour améliorer leurs revenus. comme ça bifate en main. hanyuma batwereke babaye un peu sérieux. (promouvoir l'entrepreneuriat en même temps pour la jeunesse). sinon c'est une belle série.