Abagabo bo muri AUSTRALIE twaragowe//DIVORCE irishe INGO z'abarundi//Abakobwa benshi bashitseyo

  Рет қаралды 15,041

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Abagabo bo muri AUSTRALIE twaragowe//DIVORCE irishe INGO z'abarundi//Abakobwa benshi bashitseyo
#divorce

Пікірлер: 87
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 Жыл бұрын
Umutumire aranshimishije. Imana imuhezagire cane. N'umukozi pe. His the biggest Man. Il inspirera plusieurs jeunes. He is so intelligent.
@rosenzeyimana7120
@rosenzeyimana7120 Жыл бұрын
Birababaj cane kubona ,umuntu akwitangira ugahita umuhemukira😢 Ikiganiro ciza cane komera John Key ,abarundi turagukunda cn
@desireirambona2319
@desireirambona2319 Жыл бұрын
Abazungu basega nibake cane gose cane kandi barafashwa, bagwaye, ibifungugwa n'aho barara. Ariko nkabanywarumogi, inzoga barasega. Ntiwogereranya n'aho mu Burundi, abarundi basegerereza ari benshi abamayibobo. Aho nagira nibutse umutumire ko yibagiye gutanga umuco. Ngaho muri Australie vyifashe neza, sicokimwe na za Rumanie, nibindi bihugu vyabazungu bikenye k'urugero rw'ibihugu vy'iburaya. Il faut le préciser, apana ku blagua😊😊😊
@saidamrani4435
@saidamrani4435 Жыл бұрын
Gael uwomuntu avugishije ukuri nino i buraya niko bimeze ,nabino nukonyene abakobwa babarundi basigaye abanyamahanga babita ko bari gentille ko batanga gratuit, nukuri nimudufashe abagabo turarushe
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
😂😂😂nikunyitwarire jewe ntekerej😂😂
@BabaHarussi
@BabaHarussi Жыл бұрын
Iyikurikira uzoyihe. Rock ayisobanure
@HusseinMohamed-hv1ow
@HusseinMohamed-hv1ow Жыл бұрын
Bonsoir Juste Gaël. Merci ku kiganiro mugiranye n'uyo mwenewacu.Ngo ni umu "diaspora". (...!!?). Tuhabonera kandi tuhumvira vyinshi. Sinobandanya commentaires ..pour des raisons ntovugira aha kurubuga ( par respect de ...) Ahubwo nimba bikunda, ndafise ico nokubwira(inbox)...kugira content ibe nziza, y'ukuri kandi yigisha bigashimwa. Gira Imana yuhire!
@rwandamum8323
@rwandamum8323 Жыл бұрын
Mujye mwitwara nkabanyaburaya mugeziyo.muzubaka zigume.
@innocentbangirinama5008
@innocentbangirinama5008 Жыл бұрын
Si Australia 🇦🇺 gusa na USA 🇺🇸 za Canada 🇨🇦 hose Nukwo uvuga ukiri 🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Ukuri kwuzuy
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith Жыл бұрын
Abafana ba Joachim Smith murabe John k-ay mumuhe amashurwe yiwe 🎉
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Komera joachim😂😂
@cecilebukuru2298
@cecilebukuru2298 Жыл бұрын
Batubwirire muhungu wacu.Babimenye ko kuba hanze bidasobanura ko amafranga tuyatora mw ibararabara.
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 Жыл бұрын
SHA bucuti nje nibaza ko bimugora kuko wc zo mundege ni nto cane
@kalidly
@kalidly Жыл бұрын
ewn Ndi Dubai Gsa ndashaka Kuzaa Australia , Ndashaka Uwoba close yanjy akampa ama Tuyeax akwie yahoo
@regismfuranzima6312
@regismfuranzima6312 Жыл бұрын
Ukeneye kubaho umerewe neza reka kurongora nimwe mwitera ibibazo
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 Жыл бұрын
Uvuze ukuri. Ndi kumwe nawe pe.
@ariellandayishimiye8278
@ariellandayishimiye8278 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@laparole8072
@laparole8072 Жыл бұрын
Uri umugabo ufise umutima❤
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 Жыл бұрын
Yashatse kuvuga ko nahone abasegerereza bariyo. N'aho atari ku rugero rumwe ariko bariho kuko n'iterambere ntibinganya. Ariko abasegerereza bariho.
@virgilekelvin8493
@virgilekelvin8493 Жыл бұрын
😅😂Abo basegereza soit drogue iba yaramwishe ou ubuzima akaba atanutiganijwe neza ntawuja mubarabara uki nyene
@didiniyo1063
@didiniyo1063 Жыл бұрын
John k kumbe burya ufise ivyiyumviro vyizaa nanj ntanguye gukunda ibikorwa vyawe imana ihezagire ibikogwa vyawe
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Wooooa barabure babwizukuri iyooooo😮😮😮😮😮😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@remesha
@remesha Жыл бұрын
Si muri Australia gusa ngirango nihose, Europe nagahebuza! Harimbaraga zumwiza ziteza divorce mwibibihugu
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt Жыл бұрын
Gaël duhe lyrics y'iyo présentation. Uraducanganya saaana.
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm Жыл бұрын
Juste Gaël aka dream from more side black man ni jisho ni black
@patrickntihemuka
@patrickntihemuka Жыл бұрын
Uvugishije ukuri kabisa
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 Жыл бұрын
Reka kubesha ng'ufashe umugire neza azokubera mwiza agukunde, ico nikinyoma ahubwo umufashe neza uba umuhaye inguvu zo kukubabaza kuko aca abona k'uri i rofa. Reka reka wewe nyene ugomba usohore film yitwa fear women. Abana ba Eva n'aba Eva nyene. Ahubwo wopfuma umufata nabi nivyo mbona bikwiriye.
@ferdinandbangirinama7664
@ferdinandbangirinama7664 Жыл бұрын
Biboneka ko wewe wakomeretse caaane
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Sindayiraba ariko uko abisiguy iyavuga fear love.btw ngira nje kuyira ba ndagaruka kumodifia mon commentaire 😅
@jts32
@jts32 Жыл бұрын
Nukuri Kandi can gosa 🇴🇲🎉🇧🇮
@hajatihajati5357
@hajatihajati5357 Жыл бұрын
Ubusambanyi bwahawe ibendera 💯 % nki. Ibyo bise ngo ni boyfriend na za girlfriend iyo ni zina yi indenga kamere
@jamilamanariyojamila1487
@jamilamanariyojamila1487 Жыл бұрын
Muzemuduha Link yifilim zabo
@ElyseHope1
@ElyseHope1 Жыл бұрын
Abarundi barakwiye kwikebuka guko bafisumutima wokugomba kurya ivyo batakoreye niyompamvu mubona nibishomeri arivyishi guko harabarundi beshi bari hanze bipfuza abobakorana business ariko uyamuhaye aca ayakwiba beshi ubu bahitamwo kuyabika
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Жыл бұрын
Mur 13 min nkab ndahashits
@jacobirankunda6913
@jacobirankunda6913 Жыл бұрын
ivyo aba babwira true
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 Жыл бұрын
Uwo mugabo avugukuri pe. Duhe his number. C'est un influenceur.
@TotalbevPark
@TotalbevPark Жыл бұрын
wihenze Gael ku mwaka ni 2024
@jacobirankunda6913
@jacobirankunda6913 Жыл бұрын
ivyo ariko aravuga mani nivyo ntabwo ariko arabesha true najewe ndihanze nivyo mnani
@manudiofficial
@manudiofficial Жыл бұрын
Aha usa wanse kwugururira abaporisi urugi baca barubomora 😂😂
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Жыл бұрын
😂
@gcwavey4099
@gcwavey4099 Жыл бұрын
😂😂😂
@fitinajustine7801
@fitinajustine7801 Жыл бұрын
😂😂😂
@SmilingBoardGames-jm4sj
@SmilingBoardGames-jm4sj Жыл бұрын
Jewe ubwambere nja mundane nunvisubwoba bwokuja muritwarete 😅😅
@pstgibertkalisaofficial8498
@pstgibertkalisaofficial8498 Жыл бұрын
Divorce iri henshi Ku bera KO abagore biki gihe ntibagishaka kubaka
@esperancemujawiyera7986
@esperancemujawiyera7986 Жыл бұрын
Kuki se ubishyize kubagore gusa 🤔
@jojo-ms9yo
@jojo-ms9yo Жыл бұрын
Mumbarize .hubaka babiri Aho bakabiremerej abagore Ubu bibagirako baja gukora atari nka kera kandi ivyo vyiyongera kubindi batigez babakurako...
@sosomh5430
@sosomh5430 Жыл бұрын
​@@jojo-ms9yobabwire
@AnnikaNiyoyita
@AnnikaNiyoyita Жыл бұрын
​@@esperancemujawiyera7986 Merci uvuze neza... Hari abagabo baza bakigira abasungarere, NGO n'abatwari etc...kandi I burayi, America bisaba ko umugore n'umugabo bafashanya byose... naho umugore uhora yibereye muri za film , N'umugabo NGO ari kubaka umubiri NGO NGO muri bible biri ko umugore agomba kugandukira umugabo. 1:gutwita 2:kujya mu makarito 3:kumenya inama z'abana kw'ishuri na za devoirs zabo 4:Isuku yo munzu 5:Gupfumbata umugabo 6:Gukina n'abana , abana b'iburayi Ntabwo baterera iyo NGO bimenye Liste ninde😊
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Kenshi ibi baju cane vyabagore ntibakunze kwubaka kuko bashukwa nubwiza bwabo Ivya divorce vyo biva kumpande zose
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h Жыл бұрын
Nomubarabu barasega isiyose barasega
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Modern women for you😊 Ingorane si muri Australia!ni abagore bari empowered! babonye uburyo bwokubona akazi n ifararanga basi iyo ni Test ko ufise Umugore Canke Umugozi! Wana Roho mbaya sana hawa watu😢 Ibihugu vyose biteye Imbere, abagore b Umutwe ukora neza ni 10% When Man gets success,he sicks woman to share his success. When Woman gets success she sicks freedom to be alone! So Australia siyo Ngorane!
@jojo-ms9yo
@jojo-ms9yo Жыл бұрын
Warababaye pe bigutuma kuvuga nabi.wihangane burya "umuntu yimbura ivyo yarimye"naho vyugariye pe
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
@@jojo-ms9yo 😊😊Oya Kira ntamwuka mfise wo "kuvuga nabi" nagato! Mvugishije ukuri kumugaragaro! Ariko ko nawe ur Umugore You just proved me right! "Tu viens d attester mes points" Murangwa na strategies zisa iyo mubwijwe ukuri: 1:Shaming/Ugusuzuguza 2: Insulting/ugutuka 3:Guilt/ukwagirwa 4:Need to be right/Kwisigura "Warababaye, uvuga nabi,umuntu yimbura ivyo yarimye" See? Abagore ni Inrya zo mu nkono imwe😅 Iyo bava hose!
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Kuyindi mpwemu numva ari danger
@angemugisha7056
@angemugisha7056 Жыл бұрын
It’s true
@bonny-kofficial9272
@bonny-kofficial9272 Жыл бұрын
Nipeni mauwa yangu
@fatmasandra8789
@fatmasandra8789 Жыл бұрын
Cukuwa🎉🎉🎉🎉
@Thesons-e9p
@Thesons-e9p Жыл бұрын
For what?
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 Жыл бұрын
Nukumeneka
@FurahaMeckson
@FurahaMeckson Жыл бұрын
Ariko, mwibagiye ko hari n’abahungu bazanwa nabakobwa hama bashitse bakabahemukira? UWUDAFISE YESU WESE: UZE UMUTINYE. MBERE ABAHUNGU BOBO NI BALA. Kuko bobo baba birinderera gusa izina ryo kwitwa umunyamerika.
@maludamayuka1488
@maludamayuka1488 Жыл бұрын
bro izo interview zaba diaspora zitugezhantu....😢😢😢😢 there's a lot of news in town ushobora kutumenyasha atarabo bagabo
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Ukareka kuziraba
@stacyhugues1806
@stacyhugues1806 9 ай бұрын
None aba diaspora bakugiz iki 😂 Udashoka kubumva fyonda next urab izindi interview
@hajatihajati5357
@hajatihajati5357 Жыл бұрын
Divorce ni hose mubihugu bya abazungu ni 99% 💔💔💔💔💔
@fitinajustine7801
@fitinajustine7801 Жыл бұрын
Niburundi nuko divorce zigoye kuronka hariya nuko vyorosh iburundi imanza zabagore nabagabo bipfuza kuvana nibenshi
@rvv231
@rvv231 Жыл бұрын
muduhe Link ya film
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Жыл бұрын
Nanj narayibuze
@adelinenshimirimana6162
@adelinenshimirimana6162 Жыл бұрын
Iri kuri Channel ya Joachim Smith uc uyibonako
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 Жыл бұрын
Amaher agoy hos uko babon iburund aragahomerabunw nihos arik sic kimw kuk mumahang uraronk nahukor umus umwe ukaronk uko wisumamwo
@jacobirankunda6913
@jacobirankunda6913 Жыл бұрын
ntayo baguha ugenda kukazi kurondera amasaha 10 uriko urakora
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
🎉🎉🎉🎉
@HusseinMohamed-hv1ow
@HusseinMohamed-hv1ow Жыл бұрын
Utanyibutse urabaza Falasha
@mamanbella5460
@mamanbella5460 Жыл бұрын
None wewe izompeta wambaye nuyomusaraba bisobanuriki mwese muramadayimonigusa
@espoirbyamasu1371
@espoirbyamasu1371 Жыл бұрын
Fear women🤜
@Thesons-e9p
@Thesons-e9p Жыл бұрын
Fear man how about that 😫
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
Abakobwa nimwe mukunda uwudakunda uramugaya abukunda ugaprofita 🤣🤣fear woman hahaha
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 Жыл бұрын
Australia hariho jini mahaba kurongora nukutarongora nico kimwe gusa sibose Arik nibo beshi barahinduka nkinjoka abagore imana idufashe+61
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar Жыл бұрын
Fear woman irarenze cane pe👊
@HusseinMohamed-hv1ow
@HusseinMohamed-hv1ow Жыл бұрын
Sinzi ko wanyibutse...
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
This Guy is Crazy🤣🤣🤣 Umugore???? Usipime!stay Single Boy,Stay single! Umufata neza , umufata Nk umu Malaika Canke Nabi Aba Bantu ni Intashima. *Womuha Umuduga,agashima uwamuhinduriye iPneu yatobotse. Womuha inzu,agashima uwaje gukora pipe ya Mazi IVA Canke ibati riva!akanamujana kuburiri waguze😢 Uraja gukora ukorera umuryango,akikundira akabono kamutera ama blagues kirirwa kuri ligala🙄 Akanagacorera mu MAHERA uvunikira Baza twe tubazi Sha!ntaco ntabonye !!! These creatures are not Humen! You can do your best,but your best ll never be BEST. Ningombwa hagire ico yidogera! Very Satanic ivyo biremwa!
@patrickiyakaremye1714
@patrickiyakaremye1714 Жыл бұрын
Ibintu uvuze binkoze ku mutima vraiment. I wish I had your contacts to talk to you.
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
😀😀🤣🤣🤣ntacubeshemwo
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 Жыл бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
Какой я клей? | CLEX #shorts
0:59
CLEX
Рет қаралды 1,9 МЛН
Every team from the Bracket Buster! Who ya got? 😏
0:53
FailArmy Shorts
Рет қаралды 13 МЛН
PAPA SAVA EP918:BIHWAHWANYA INO AHA!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
30:11