Gaël,émission ikurikira uzomutumire et puis wongere utumire uwundi asanzwe aba Europe na cane cane en Allemagne,hama haheze habe débat contradictoire ! Merci
@kirasenyakuramba Жыл бұрын
Kugira ube iburaya canke mubindi bihugu bikomeye bisaba kuba uri déjà préparé,ukunda kwiga ibintu bishasha ufise aho ushaka gushika kandi ntabintu bizima biboneka mugihe gito birategurwa.Rero hari abarundi bakunda amahera make anyaruka abo bazoje gukora kuri Bata
@eustachesitaki3698 Жыл бұрын
Ukuri kuzuye
@mabare68in Жыл бұрын
Uyu musore ivyavuze sivyo kuko iburaya uhageze ubanza gushaka uruhusha rwokuhaba Hama Hama ururonse ukaba wemerewe gukora niho uba utanguye ubuzima umubwire aje mu buyenzi arabe Arya ma etages abanya buraya bariko baribaka ngo iburaya ntamahera? Ahubwo n umurezi
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Ego nibintu bisaba kurindira ugatuza kweli
@Princebernisntore4 ай бұрын
Shaaaaaaa 😢2000 dollard hari ama besoin menshiii 150dollard ya social mug nguc uvayooo aca shaaa
@felixndayishimiye38004 ай бұрын
Je l'ai jugE mais il ya la veritE... Mais lm type peut aussi faire la comedie... Aratwenza sana
@guy-noelntunga4706 Жыл бұрын
Uyo mu brother jewe ndamwemeye kabisa uyo niwe yovuga ukuri yashitseyo abandi bose bari ino bamutuka ntaco babiziko
@liberemugenzi9803 Жыл бұрын
Merci Gael
@JuvenalNiyomungere Жыл бұрын
Neige yonyene itangura kudukubita Novembre gushika Avril ibiseru bikoroka. Iki gihano cimbeho conyene kirakwiye kuri twebwe twavutse kunkende. Ntamwana wa Ministre basha yoba muribi bihugu atari kwishure muvugishe ukuri.
Jewe iyo ababatumire mubakura sinzi. Munyibutsa abantu ba ruguru bamanuka bibaza ko i Bujumbura abantu bose babayeho kimwe. Hari abamanuka bagasubira inyuma biruka ngo harashushe hari nabandi bapagasa bakubaka i Bujumbura na ruguru.
@migazocumba7212 Жыл бұрын
Uyu.mutype ntakigenda😮😮
@mihigoinnocent711 Жыл бұрын
None muri 6mois warikuba uramenya iki ciburayiiiii mon frère,warafashe choix yaw mais reka gucompara ibidacomparika sha ntubeshe abantu
Bro kurudi kwetu Burundi 🇧🇮 nigisi weye una amuha. Akini usi semi Burundi 🇧🇮 ao Africa ina pita Europe 🇪🇺 ao America 🇺🇸 Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦 . Maisha ya kwetu Burundi 🇧🇮 nimagumu sana. Kitu ujuwe Maisha ni popote. Washa niku oneshe maisha ya Europe 🇪🇺 yumba zina bei, kula sio bei, kusoma weye ao watoto ni buye, electricity sio bei, maji sio bei, amani ya Europe 🇪🇺 ina pita kwetu Burundi 🇧🇮 ao Africa. Kama jisi nili sema maisha popote. Ukweli mimi najuwa Europe 🇪🇺 America 🇺🇸 Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦 kila mutu na bahati yake ya maisha. Yumbani ni yumbani tu. Akini maisha ni pesa. Kwetu Burundi 🇧🇮 bado sana kabisa. MUNGU Ibariki Burundi 🇧🇮 na Africa yote🇧🇮🇷🇼🇹🇿🇨🇩🇸🇴🫵🏿👊🏿
@alvellaniyonzima4046 Жыл бұрын
Tutabeshanye kweli muri Africa niho honyene ushobora gukora business birashoboka. Kuko I burayi system zaho ntizivyorosha. Leta imenya ivyukora vyose. Urose n'amahera arenze irakubaza😊😊. Kandi ntimubone aba Diaspora bakora imigambi muri Africa ntibaryama Kandi murabo baba bakora ubuzi bubiri. Eeeh harya ubunyene umuntu akuguriye amakaye y'abana abagukoreye ikintu kidasanzwe abayaraye amajoro menshi adasinzira.
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Nihatari kaka pol sana ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤❤🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙏🙏🙏🙏
@ismaelntare3850 Жыл бұрын
Urikijuju brooo
@jeankwizera4719 Жыл бұрын
Muratahura uko yavuz hamw nivyo kuko ufis umugore nabana gushirako nabavyey wopfa uribaza. Bisaba gukora kwanza ukipang kwanza
@vansarah480 Жыл бұрын
Nukuri wamugabo we nta patience ufise 6mois ntuba urahebura pe wamenyereye ubuzima bworoshe cane nayo ngaha muri Europe Canada ou USA intango ntiba yoroshe hose pe bisaba beaucoup de courage nugusenga nukwizera Imana irya opportunité waronse umusi umwe uzokwicuza kuko nabavuye Allemagne bafise dublin bakaja ahandi bamwe zaramaze kubavamwo. Nayo akazi ka Allemagne wokora kose uraruha muga uramenya ayo ubika ukiteza imbere ntuzogereranye Allemagne na Africa pe sauf kubantu basazwe batunze Afrika niheza nayo uwuja kurondeza Allemagne afise ukwihangana yogera aho aronka
Nimba yagiy azi ko agiye gutora ubwo nyene ,ariko avuga ibitarivyo,utangura bigoye,ariko imbere haba ari heza.Abaciye Serbie iyi saha nfise temoignage yabahagaze neza ubu bakora avec leur carte orange
6 mois c rien ntaco uba urabona! Uyu mu type mu mutima iwiwe arazi kwariko arabesha 6 mois ntaco urabona. #gael ni nko gutangura business nn business muri 6 mois woba washits kwiterambere ? Uyu mu type yarazi kwagiyr kuronka❤amahera ubwonyen? Ntibishoboka ubanza gukora déjà Nta passport yar bwaronk nn utararonka impapuro woba uriko urakor iki ? Uba urindiriy gusa nibaza kwarubunebwe ukunda ivya gusa reka tuvug ukuri
Umwe wese afise uko atunganya ivyiwiwe. None mu burundi ntwuhembwa 100 milles ugasanga arusha ubuzima uwuhembwa 300 milles. No hanze n'uko. Vyose bivana n'uko ukoresha amafranga.
@DorianeManirakiza7 ай бұрын
Kiburugutu wacu igarukire wakera
@niyomwungerekevin8560 Жыл бұрын
Umuntu wese yagize investissement yo kuja serbie arazi ko yashoye ahadahombaa😅😅😅
@felixndayishimiye38004 ай бұрын
Sinzi ivyo novuga mais umutype ivyo avuga presque vyose ari ikinyoma... What were u expecting in 6 months...? Umudype baramuroze kugira ngo atahe
@mananzizaabdul2689 Жыл бұрын
Uyo jama nimsazi hana akili sawa..sema nimshenzi..anaingea utumbo tuu..naomba siku moja unikutanishe nae..nimpe makavu yake.
@manofgod1321 Жыл бұрын
Hari abaja hanze kubera 2 causes : Harabarondera imibereho ariko kazi iyo umushomeri agiye hanze nibon ivyakora vyose nibon kuko ntiyigeze akora , harabajana abana kugira Bigeyo , gusa iyo ugiyeyo winjiza des millions / mois la deception est totale. Uyu mu type ashobora Kuba yarafise cash imbere Yukon ajayo .. I'm not judging him gusa Kuja hanze wifise si benshi bagumayo .. Ariko reka aba gwanyi bigwaneko boss ... abana bari buja bashomerey nibenshi reka birwanire bajeyo gushaka
@niyomwungerekevin8560 Жыл бұрын
Umuntu wese yari a peu pres 10 ,15 million yarashika europe
@niyomwungerekevin8560 Жыл бұрын
Batinya kwigururimii......nta nikirundazii .....
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Nayo abasuma baguma birira inoti ngo bariko babakinira ama diri yokuja hanze
@irakozechimene656 Жыл бұрын
mureke kutubesha wew harakunaniye abandi harabakundiy ureke rero ivy bintu vyaWE NON USHAKA twese tugume mur Africa aca weye wa CIBITOKE dufise abana abagabo babayo bamerewe neza cne
@NiyibitangaRenee10 ай бұрын
Uratuheze uku tuko sawa kuriko iwacu muburudi wariru karywe
Urazana sha ibintu bio kubera LFC uzoba ubagemuriye ingwara. Bravo ko wiyumvira iwanyu
@angeburundifggfgg8755 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@James-e7h3h Жыл бұрын
Uyu jamaa ni rofa sana buraya yagiyeyo atazi ivyo yagiyemwo yarazi kwaru kwicara amafranga uyatora mwibarabara?
@DivineMbonimpa-il3sn Жыл бұрын
Bro wewe ,reka guca manota cank ushaka kumenyekana cnk pub Dufis testimony nyishi zaba diaspora bakora vyishi kand bikomey hama harimo ukuri mucowavuze m harico utazi bro ,hama Gael inyungu yawe turayizi kuberiki umugirsha interview nuko uzi poids yohaze na impact Bifise kur TV yawe rero bro aho vyerekana ko utari professional journalist, ub tuvuga ndimuhanga,m nturi professional
@kingf1511 Жыл бұрын
Yarananiw navugish ukuri areke kubesha ko mu Burundi wobaho udakora ukaronka vyose😂😂😂😂😂...ivyo yabisiz iburaya niyo bibarizwa
@manofgod1321 Жыл бұрын
Gael ndakurihiye 50
@MNKeye Жыл бұрын
Vyose bivana nukuntu uvuye mu Burundi vyifashe uri I Burundi ushobora kuronka business ikwinjiriza amahera ashika 1000$ ca bénéfice ntakamaro ku kuja I buraya nayo ukaba no kurya ku musi vyanka kujayo ugapagasa kugira utere imbere ntaribi
@niyomwungerekevin8560 Жыл бұрын
Business zi burundi zishobora guhomba d un coup d oeil ukaba umuhimbirii...urabaza abo badandaza bo hiyo
Hama uyo yagiye atazi ikimujanye hama gu compara un pays puissant au monde nuburundi nibaza,c‘est domage et c‘est vraiment ridicule
@Alice-n6o Жыл бұрын
Ahubwo ararwaye mumutwe😂
@jennyirakoze5406 Жыл бұрын
1. The interviewer is doing bad. You’re supposed to be neutral when interviewing. But you’re gaslighting this guy. 2. Going to any country in the world illegally, it’s extremely hard at the very beginning. Go to Kenya or any neighboring country illegally and see what kinda experience you’re get. 3. How is Burundi better when people are starving? Let people be man. If they want to go search life elsewhere, let them. People have totally different experiences where they are.
Umuntu avuka ku muCongomani n'umunyarwandakazi aba umurundi gute???? Uwu nyina niyitwa Mutijima??
@appolineniyonkuru9157 Жыл бұрын
Urimuribake bavugisha ukuri ,nico baguhora
@nijimbereschadrack2304 Жыл бұрын
Claude wew uri contraria muvyuvuga,uribuka Claude turi muri croitie ndakubwira ko ww atakignda?wew Koko ntakigenda,na Gaëlle ariko agukoresha ikiganiro arabona ko uri umu fou kuri point idasanzw,uno musi harabo mwarikumw Bari kurungika 1500euro kukwezi naw ugaca uja ngaho uhenda abantu ngo amahera wari gukorera ngo ntayo gusevinga woronse!!genda henda abatabizi warihus knd ndazi uravyicuza
@majedalotaibi9350 Жыл бұрын
1500euro angn na 1500$$?
@kevinmugisha1293 Жыл бұрын
@@majedalotaibi9350 ararenga
@Thinktwice257 Жыл бұрын
Usubiriy kuzana iyo mbonerakure?
@hidjadejong004 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅🙌🙌🙌🙌ngo imbonerakure😂😂😂
@herveigiraneza Жыл бұрын
Uvuz ngo mu Burundi udakora,urafungura ukongera ukarih'inzu neza nah'atakazi ubufise???
@niyomwungerekevin8560 Жыл бұрын
Amahera twakoresheje kuva serbie abaye menshi ni 3000$...si menshi
@RegisKwizera Жыл бұрын
Ahubwo uwo baramuroze justin iki gihugu ico yavuyeyo akiziko nikihi ko atazi no kuramukanya ivyaho abizi gute ko arikigugu ivyaha ntavyazi Justin agende gahoro arabaza yumve uko bimeze 😂
@niyomwungerekevin8560 Жыл бұрын
Ama unite ni 25€/mois illimite+gutelefona hose ntabeshe
Ati nasanz harahindutse😮... In less than a year😂😂😂 Wonahaba utagira nakazi,uKriha inzu... Uyirihisha iki? Murampa izo tuyoooo😂😂
@mihigoinnocent711 Жыл бұрын
Ahubwo Gaël abantu nkabo uzotuma na tv yaw tuyireka nyamba yaje afise suko abndibose baje bafise uyomutahe wokugurisha ayo ma tv na bar afise rero nazibe ivyiw nivyiw areke abaje gukora bakore hama naw uzorondere abobazananye ubaganirize nabo areke kuvuga ubwoburofa naw ureke kubaza des questions bêtes
@FideleNiyontsinzi Жыл бұрын
Wewe TV ya Gael uyiretse, twebwe turi mumahanga turayikunda, erega uvuyemwo canke jewe mvuyemwo akazi kiwe karabandanya. Ubwo nibwo bwabwiyemezi bwabononye mumitwe.
@derrickirakoze8343 Жыл бұрын
Uyo muhungu ntibipanze neza mumutwe aciye akwishuza imbere ya camera
@gervaisthomason4612 Жыл бұрын
None ko ataravuga ko umugore wiwe bari bamutwaye anarico catumye ataha ataraririye
@Fitbdi Жыл бұрын
Ukagira amakuru 😂😂😂
@muhirepatrick851 Жыл бұрын
Reka guhimba inkuru zuburofa wa mbecile we
@gervaisthomason4612 Жыл бұрын
@@muhirepatrick851 wewe sinokwishura kuko abantu ntimukunda kwumva ukuri!Kubera iki ikiganiro ca mbere les comments zari desactivés?Kubera iku mukuza yaje atabwiye umugore wiwe ko aza?
@ericjohnson315 Жыл бұрын
Gael atakeneye kujabuka nawe nyene 😅 kugira aze arabeshuza bimwe bimwe. Harivyo avuganl vyo ariko nibindi atavyo. Canke atumire babiri bafise points de vue 2 zidasa. Uyu avuga nkumuntu yababaye cane kubera experience atiko ni vie yaciyemwo nukumwunviriza nawe
@ndikumagengedidace9914 Жыл бұрын
Uyumutip,nububeshi gusa vyishi muvyavuga,twe niyoturi mubabirire ndumiwe agereranya ubudagi nuburundi kanda yacu ntiyadusamvya Business muburundi
Gaël uzohore utumira abantu bavuga ibintu bizima,uzobanze ubakoreshe interview inbox.That was too early for him kugira aje kuvuga ibintu vyinshi atazi.Nta mpapuro yari bwaronke ngo aronke ubuzi yipfuza bivanye na skills ziwe.Kuronka amahera ntivyoroshe nico gituma ataronka benshi bisaba igihe kinini.Abarundi bareke kwibaza ko ushobora gutunga nk’umuntu yabiteguye il y a 40 ans.
@annemarie971 Жыл бұрын
Ingorane za ba jeunes bazi ko mu bazungu amafaranga yandagaye Wapi Au moins 3 ans d adaptation Nawe ngo yaragiye kuyora atunge Ingo zibiri😂😂😂 Bagenda bahari ka Ugatutse aca yicara agatima akarondera Ata raja hanze aguma arota
@mugishatherence20 Жыл бұрын
Ibaze kumara 3ans urindiriye ngo uzomera neza kandi ubona ubuzima urimwo buri hasi cane kuruta ubwo wobamwo uri mu burundi. Umwe wese aba afise choix yiwe kandi imworohereza ariko kandi ntaho uzova muri africa ngo uzoshike woroherwa mugihe ata muntu yagufashe ukuboko ngo akwakire abe aragufasha ubuzima bw'intango
@tygauzy Жыл бұрын
😅😅 mbere ndamutwe Just Gael uwo mujama twarabanye ahantu bita bad falling arko yaje ino umengo arafise agacent mumutwe. So nukuvuga k yaje ino atiyumviriye injira ajemwo nukuvuga ko yaje munzira itazi namategeko ataje nkuwuje mûri tourisme mwico gihe uje uciye miminyuro utegerezwa kuca mwikambwi bakakugirira procédure... ariko uhejej procédure ubaho good bro baraguha inzu yiwaw ugahabw akaazi ka bien ubu man ndakubwij ukuri jewe maze 1ans mubudagi nararose impapuro kandi mperuka kugura nahantu ha 40millions reo uwo mujama nirofa nico gituma aguma ashaka ibiganiro kubwo kwicuzaaaa
@kenny-gofficiel8287 Жыл бұрын
Rek kubesha abantu😅
@gcwavey4099 Жыл бұрын
Reka kubesha 😢. Umaz umwaka umwe NGO waronse 40millions reka kubesha. Jew ndahamaz plus de 12 ans ndazi kubesha ivyo uvuz
Ega hari inkintu kinini chane ubona mugihugu cyawe utobona ahandi: possibilité ya entrepreunariat n'ishema. Surtout ubutaka, la terre. Ni richesse nini utobona ahandi... Europe nti wotekereza guhinga, kworora....ubutaka wo bubona he i burayi??
Bivana na vision y'umuntu. Uyo mu type yakurikiye agakuku atazi ikimujanye niko nabonye. Ikindi arivuguruza ngo niwe wambere akunda amahera ariko ngo yanse gutora ubukopo nk'abandi kandi bahemba ayo make yavuze yari kuyareka akunda amahera. Arashobora kuvuga ubuzima bwababayeyo imyaka nawe ata na 5 mois yamazeyo. Ngire yari akumbuye kugendera kuri ya jeho kuki yiwe. 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-28Gerardineakimana Жыл бұрын
@@eustachesitaki3698 😂😂😂😂Ariko reo amahanga ashobora abahanga pe