Abanyamulenge na RED-Tabara bapfa iki?│Alexis Sinduhije

  Рет қаралды 16,692

Le Mandat

Le Mandat

Күн бұрын

Пікірлер
@SageNkuru
@SageNkuru 5 ай бұрын
Nimba red tabara i protège abantu kuki itajagu protège abarundi wa kigugu we ijagu protège aba Congolais gute
@davidmuneza5158
@davidmuneza5158 2 ай бұрын
Kwicya abanyamulenge baba civile ukabanyaga amatungo nokubasenyera imana izobikubaze wagize Erreur ikomeye akandi izovyicyuza muminsi irimbere
@vintonrutegama6379
@vintonrutegama6379 12 сағат бұрын
Bwana Sinduhije nimba utarikumwe na Red Tabara ureke kuyivugira yishe abanyamulenge yatwitse Amazu, yanyaze Inka zacu, rero ureke kubavugira. Ureke kubesha Red Tabara yafatikanyije na leta yacu baratwica. Gusa Imana izaduhorera muburyo bumwe cg ubundi.
@RukamirwaMoses
@RukamirwaMoses 5 ай бұрын
Wambwawe abanyamulenge wishe uzababwzwa
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 5 ай бұрын
Je naravuze kenshi ko Alexis sinduhije ar'umwicanyi kuva kera.
@bonckrutagawa4941
@bonckrutagawa4941 5 ай бұрын
Uyumujenesi ngoni Alexis atuyehehe
@JosephMaseruka
@JosephMaseruka 5 ай бұрын
Alexis sinduhije haribyo uzabazwa kuri Red tabara Uri guhakanako Red ntabanyamulenge yishe
@mushishinkunduwayo6599
@mushishinkunduwayo6599 5 ай бұрын
niyapyi yiwanyu ikurya ikurundarunda
@Is-ne2un
@Is-ne2un 5 ай бұрын
Nazibe Kandi Muribo Hazagaruka bake?
@JosephMaseruka
@JosephMaseruka 5 ай бұрын
Uri umumenja sha
@clubdesante7981
@clubdesante7981 5 ай бұрын
Iyimbwa ngo ni sinduhije.ikijuju cumututsi nicoja inyuma yiyimbwa.iburundi abahutu nabatutsi turi bamwe ivyobindi birakuraba.gusa icobatazi nabatutsi barinyuma.yawe kandi bose urabahenda ngo murikumwe
@leonmusanabera12
@leonmusanabera12 5 ай бұрын
Wewe urigihume nta politike uzi hora
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 10 күн бұрын
Komera mutama igihungu ch,'uburundi nichiza aba dd nibo batumwe igihungu gitatera Ibere
@mugangaeliezel3386
@mugangaeliezel3386 5 ай бұрын
Twirwaneho irahari iraturinze I WAcu hari byose muzadukenera
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 10 күн бұрын
Urazi gutukana kweli
@ndihorashid
@ndihorashid 5 ай бұрын
ivyo Sinduhije avuga sinovyemera cg ngo mbihakane gusa mutubarize kubatutsi batangije red tabara aho bagiye kuko amatwi adusumira ngo nuko bishwe nimbonerakure za never bashizemwo
@Smith-c4g
@Smith-c4g 5 ай бұрын
Wabivuze ko utabakunda kandi n'uburenganzira bwawe😂😂😂😂
@mugangaeliezel3386
@mugangaeliezel3386 5 ай бұрын
Red Tabara urakoze ishyano I Mulenge Gisiga yaratsembatsembye
@bimirajonathan3271
@bimirajonathan3271 5 ай бұрын
Si nduhije aratinyuka agashinyagura bigezaha? Red tabara yishe abanyamulenge itwika amazu yabo inyanga inka za banyamulenge ikindi UN niryari itagaragajeko red tabara yishe abantu niyo yatije imbaraga za maimai zisenya iwacu zitwicira abantu ntamwicanyi rero nka Alexis nsinduhije
@Nta-m4z766
@Nta-m4z766 5 ай бұрын
Alexis Sinduhije asigaye yishura ari posé.
@ndatabayerinnocent8619
@ndatabayerinnocent8619 5 ай бұрын
Red Tabara.....mwaraduhemukiye mutwicira abaturage babahinzi, baborozi, batazi politike. Abanyamulenge twumvaga tuzabafasha mukarengane mukorerwa IBurundi, ariko inzira ntibwira umugenzi....ibyo mwakoze muzabyicuza. Kandi Red Tabara nitareba neza, kuva muri iriya misozi, bizobagora. Mwaratubabaje cyane.....none uri kudushinyagurira....ngo ce sont de rapport conditionel. Ibya RED tabara imulenge, ntibisaba les enquetes....nibyo mwibwira ngo tuzahura through Twirwaneho....you'll regret it kubera ko ntibishoboka....you've caused us pain a lot & a lot....wait n see you'll pay it 100 times
@mugangaeliezel3386
@mugangaeliezel3386 5 ай бұрын
Sinduhije ni umuhutu ukoresha ananas babatutsi
@mushishinkunduwayo6599
@mushishinkunduwayo6599 5 ай бұрын
baribagiyigukoriki mumubijombo
@OlivierKimararungu-nk9ro
@OlivierKimararungu-nk9ro 5 ай бұрын
Hariho aba FNL ya Gen Nzabampema bafite effectif nini cne usumba iya red tabara ariko naba innocent tubanye neza Alexis amaraso yinzirakarengane azokubeho nabazagukomokaho bose
@leonmusanabera12
@leonmusanabera12 5 ай бұрын
Urijuju hora
@LameckNgabo
@LameckNgabo 5 ай бұрын
Yohariragute ngo ntibicabantu bahereye ibujumbura baturira abantu babita ngo nimbonerakure baturirimiduga baturiramazu bacamabarabara bamaze kuza muburundi kangahe bicabantu babita imbonerakure??
@Is-ne2un
@Is-ne2un 5 ай бұрын
Ayamabyi Nazube RED-Tabara Urahakanako Itamaze Abanyamulenge?
@rukamirwasedar1683
@rukamirwasedar1683 5 ай бұрын
Mubyukuri Red Tabara yishe ,inyaga,isenyera abanyamulenge ni Bintu byabaye kenshi ibi ibikora ifatanyije na mai mai mwabyemera cg mukabihakana byarabaye
@mugangaeliezel3386
@mugangaeliezel3386 5 ай бұрын
Tubwire uwohereje Gisiga
@PrinceMbana
@PrinceMbana 5 ай бұрын
Uzapfa uko nyene
@bakundukizearsene3796
@bakundukizearsene3796 5 ай бұрын
Umu bosi wayo yumvikanye
@alexandremanirakiza-cl7ue
@alexandremanirakiza-cl7ue 5 ай бұрын
Mbega ivya nyamusaraba ko mutabivuga
@antoinemunyarugo1150
@antoinemunyarugo1150 5 ай бұрын
Mr Sinduhije peut etre tu n'es pas informé sur la situation de l'Est de la RDC, Red-Tabara yifatanyije na Maimai irica iranyaga ibintu itwika imihana... Nta munyamulenge n'umwe wifatanyije na Leta ya Neva kuko nawe ntabakunda kuvuga rero ngo Twirwaneho irikumwe na Leta ya Gitega soit ubivuga kugirango u justifier impamvu Red-Tabara yishe abanyamulenge soit nawe ubafitiye urwango ushaka ko bicwa bagashira
@RocketsnationHtown
@RocketsnationHtown 5 ай бұрын
Their don’t protect anybody Mr Alexis , u need to get info from ground
@ekaiesikiria2104
@ekaiesikiria2104 5 ай бұрын
Red tabara mwebwe murabamenja ,na politique mukora ntaho yoshika kuko murabakozi ba kagame na barundi ntibashobora kubakunda mudurumbanya abanyamurenge kuko mubamwatwe na kagame
@claudinebigirimana5408
@claudinebigirimana5408 5 ай бұрын
RED tabara ni groupe rebelle yabarundi barakoriki muri Congo? Hari abantu babatabaje ngo baze gutabara ? Iburundi hari abantu benshi bakeneye ubutabazi kuki RED Tabara itaja gufasha abarundi au lieu yogutera les innocents muri Congo.
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 5 ай бұрын
Ikibabaje nuko uyo Alexis abesha. Kuva kera. Yihisha inyuma ya Monusco nibindi yirengagije i iriko birajorwa na Monusco mukugwanya M-23 du côté ya Tshisekedi. Abo ba politiciens baBarundi basize aba jeunes mukaga muri 2015 bakihungira, bironderera ibibanza mu gihugu kandi ataco bariko bakora kugirango igihugu gisubire mumahoro. Red Tabara nitahe ije guhangana na FDD-CDD
@Laugh3580
@Laugh3580 5 ай бұрын
Sinduhije?uyu ntiyigeze yemera Red tabara,ariko uyoo ni umwicanyi ntaraba ubwoko,uwutamwemera wese nuwogupfa
@leonmusanabera12
@leonmusanabera12 5 ай бұрын
Hariho igice kimwe c'amanyamulenge kandi benshi bakorana na cndd-fdd mu kwica red tabara, abanyamulenge barishize hamwe na kayumba nyamwasa na FLN bama bateye uRwanda, bafasha inyeshamba zo kwa kayumba nyamwasa none abanyamulenge barwanya Kagame yarabahaye vyose mu Rwanda baba mu Rwanda nk'abanyrwanda ubona amanyamulenge fafise ubwenge jewe mbona bafise ingorane mu vyiyumviro eka simvuze ko basara mugabo bareke guta umwiko kuri Sinduhije ico urimye nico wimbura. Umwikomo nibawujane kwa nyamusaraba niwe yabakwegeye.
@OlivierKimararungu-nk9ro
@OlivierKimararungu-nk9ro 5 ай бұрын
Wamwicanyiwe abantu bawe red tabara batumariye abacu nibyacu ,none Alexis Sinduhije iyo barimbura abanyamurenge ubifitemwo inyungu ki Ukeneye rapport zinganiki hariho rapport ya UN ibigaragaza neza 2018 kugeza none uzabibazwa haba mwisi cg mwinjuru
@stallonemigaboyimana5056
@stallonemigaboyimana5056 5 ай бұрын
Abanyamulenge si agaseseshwa rumuri nivyo muricwa ,muratotezwa Kandi bigakorwa nabantu benshi batandukanye yewe nabo baricana hagati yabo . Ariko intege nke zanyu nta bumwe mufitanye muragambaniranira hagati yanyu,ni mushira hamwe abo Bose muzobatuza I wanyu no kubwoko bwanyu .
@gatunziespoir8236
@gatunziespoir8236 5 ай бұрын
Red tabara ntabwo tuzibagirwa ubugome yakoreye ubwoko bwacu mumisoze miremire ya haut plateau
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 5 ай бұрын
Banyamulenge muri ngaha,muvyumve neza,Alexis sinduhije yamye ar'umwicanyi kuva kuri université du Burundi.Niwe responsable kubbwicanyi bwa 2015 aho yashuhuye aba jeunes b'igihugu mu gutera amakambi ya gisikare kandi ata formation bafise.rero uyo anyoterwa amaraso nka vampires.so mumenye ko twebwe abarundi ata kibazo dufitaniye.la preuve en est que aha iwacu abanyamulenge bameze neza iwacu.
@ndayijules7561
@ndayijules7561 5 ай бұрын
Ziba wa nyana yimbwa we? Ibyo yakoreye abanyamulenge nibi ba bizi, na L'ONU irabizi yabitanzemo na Raporo ,amaherezo muza muzabibazwa!
@JeanBerchmansManirakiza
@JeanBerchmansManirakiza 5 ай бұрын
Sinarinzi ko Sinduhije ari ikijuju bigeze aho, un manipulateur, un manteur qui a perdu les pédales. Un aventurier sans lendemain.
@Irene28092
@Irene28092 5 ай бұрын
Alexis sinduhij niw atawara red yabara kandi c est un assassin de carrière. Il ne peut en aucun cas être un bon dirigeant
@davidmuneza5158
@davidmuneza5158 5 ай бұрын
Mukora politique nabi
@willyniyombabazi2021
@willyniyombabazi2021 5 ай бұрын
Mbariza Sinduhije igituma baza kurwanira congo Kandi barondera gufata uburundi? Nibemere ihonyabwoko bariko bakora icongo
@niyoncu
@niyoncu 5 ай бұрын
Ikibazo infantile.
@MbonyiThaddee
@MbonyiThaddee 5 ай бұрын
Siduhije akwiye gupfa akaribwa nimbwa ntibamuzike
@Nze55
@Nze55 5 ай бұрын
​​@@MbonyiThaddee ukonyene ubivuze niko bizokubaho amen
@LameckNgabo
@LameckNgabo 5 ай бұрын
Batera amagrenade mumasoko bica abantu mugatumba igihanga ngo nibo bitezeko urukiza sinduhije yababwirango bagwanye ikiringo cagatatu bagatezakajagari mugihugu bahabwa inguvu na kagame ageze muri manda ya munani munyuma nibahungire murwanda bageze muri manda ya munani 😂😂😂 urworwaruka yagumuye akarushiramukaga wibazako atari kurwicisha harikindi azorumaririra
@niyoncu
@niyoncu 5 ай бұрын
Ntakajagari karuta akahari Ubu. Aka kahari ni Sinduhije agatera? Ngo grenade? Murazitera abenegihugu muri ville Kugira bagire ubwoba ntibasubire gutonda imirongo kuko bibatera isoni. Mwamara mukerekana Abo mumaze igihe mufunze ngo ngo nibo baziteye. Baza bavuye muri prison bazanywe na Red tabara? Harya murabona mugira ubwenge bwo gukora ibintu ntibimenyekane?
@LameckNgabo
@LameckNgabo 5 ай бұрын
@@niyoncu niwivugire kuko ivyanyu turabizi ahomwica abantu mugatumba mukabita imbonerakure igihanga mubita imbonerakure jew nyene tuvugana 2015 mwarimumpitanye munyagiriza ngo ndimbonerakure imana niyoyahankuye rekareka uwutabazi yosimbira mukiyaga icitikiziba
@LameckNgabo
@LameckNgabo 5 ай бұрын
Kandi mwebwe turabazi nimigambi yanyu ukagirango 1965-1969-1972-1988-1993-1996-2015. Nigitoro mwari mubuze canke ngo ikiringo ekadaaa ngo murabazungu birabura mugabo barabashuka buriya sibuno
@desiremutabazi3319
@desiremutabazi3319 5 ай бұрын
Umuntu wese avuga ivyo ashaka redtabara ntuzoyikuraho icaha yakoze kandi nawe amaherezo yawe ashobora kuzokubera mabi
@Irene28092
@Irene28092 5 ай бұрын
Red tabara ni groupe des terroristes
@bimirajonathan3271
@bimirajonathan3271 5 ай бұрын
Red tabara baratwishe badusanze tutiteguye intambara ariko ubu turabashoboye nta propagande nsinduhije wa mwicanyi we uzabinazwa ntawewe nta rwasa 2004
@johnntwari1417
@johnntwari1417 5 ай бұрын
Sinduhije jewe numvirije yuko hari 2 groupes armés z’Abanyamurenge : hariho abaguzwe na Kinshasa abo urumva ko na CNDD bakorana. Hariho intwari za Général Makanika Zi protega Abanyamulenge. None RED TABARA ikorana na Makanika ??? Canke na GUMINO niyo mukorana ???
@johnntwari1417
@johnntwari1417 5 ай бұрын
Tanga umuco tumenye ko mukorana na GUMINO canke na TWIGWANEHO ???
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 5 ай бұрын
Red tabara ni umugwi wabayeho pour massacrer les jeunes Tutsi c'est pas seulement les banyamulenge. Mbega iyo MSD kari cndd fdd tubizi yiyoberanij kuko wew ubwaw uri umu cndd fdd turabizi. Kuko na ideology ni imwe. Wew sinduhije na Buyoya nti mutandukany kuko mwagambaniy abatutsi!
@clubdesante7981
@clubdesante7981 5 ай бұрын
Rekana nuyu
@ndihorashid
@ndihorashid 5 ай бұрын
Buyoya umukuremwo kuko utamuzi.ntimukavangavange ibintu mutazi
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 5 ай бұрын
@@ndihorashid Buyoya wew ivyiw naho ari mukuzimu ivyo yakoz ni haute trahison kuko yagurishij igihugu hejuru ya post za nations unies agiha abicanyi wenyen yita les tribalo-terroristes génocidaires non raba inkurukizi nta murundi atazizi gushika ubu kirets ikigoryi nkaw.
@ndatabayerinnocent8619
@ndatabayerinnocent8619 5 ай бұрын
RED TABARA yishe abanyamulenge benshi, report ziriho kandi nyinshi, Sinduhije fais semblant ariko he knows everything. Gusa Time will come.....you'll pay 100 times what you did in our Villages. Shiiiiiitttttt
@OlivierKimararungu-nk9ro
@OlivierKimararungu-nk9ro 5 ай бұрын
Red tabara yabaproteje yishe abanganiki? Kuva mumasango ugakora urugendo rwumunsi wose kumaguru uja kumurambya bashakagiki iyo mumihana yabo moi personelement je suis victime
@niyoncu
@niyoncu 5 ай бұрын
Iyuba victime Uba uriko urahuragura ibijambo bipfuye? Harico munyegeza. None niyahe mpamvu Red tabara itera abanyamulenge? Nimba ibatera mugomba kuba muzi impamvu
@OlivierKimararungu-nk9ro
@OlivierKimararungu-nk9ro 5 ай бұрын
@@niyoncu sha ikirere ntigisakariye nawe wonyagigwa gusa amateka azabibaza natanabibaza Imana irahari
@mugangaeliezel3386
@mugangaeliezel3386 5 ай бұрын
CNDD ko yica abatutsi Ayo mahanga ko acecetse
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 5 ай бұрын
Iyo raisonement siyo. CNDD-FDD ikora bibi ntibibuza ko amabi Red Tabara akora nayo atavugwa. Abicanyi bose nibabi Aho bari hose
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 5 ай бұрын
Red Tabara ni M23 juniore. Nta barundi bakiri muri M23 bose nabasirikare babanyarwanda bigira Red Tabara.
Abanyamulenge muri Uvira Barahunga Ibitero bya Mai Mai na Red Tabara
2:13
If people acted like cats 🙀😹 LeoNata family #shorts
00:22
LeoNata Family
Рет қаралды 35 МЛН
Long Nails 💅🏻 #shorts
00:50
Mr DegrEE
Рет қаралды 20 МЛН
When Cucumbers Meet PVC Pipe The Results Are Wild! 🤭
00:44
Crafty Buddy
Рет қаралды 63 МЛН
Farmer narrowly escapes tiger attack
00:20
CTV News
Рет қаралды 13 МЛН
Ikibazo c'imipanga, Le Mandat, RPA, PPD, MSD│Alexis Sinduhije
26:38
Новости дня | 4 декабря - дневной выпуск
11:43
Euronews по-русски
Рет қаралды 4,6 М.
If people acted like cats 🙀😹 LeoNata family #shorts
00:22
LeoNata Family
Рет қаралды 35 МЛН