@@CHiTAMAGIC7 love from Burundi my big Bro🇧🇮🇧🇮, turagukund mutam
@CHiTAMAGIC72 жыл бұрын
ABARUNDI 💕 🇧🇮
@niyonkurufrancine78822 жыл бұрын
Chita urakoze cane, kigingi toutes mes félicitations mon frère
@lxllxl77832 жыл бұрын
No muri Belgique tubakwirikira turi benshi !Muter'imbere chers frères !!!!
@odawakarerwa42112 жыл бұрын
Congrats Kigingi 😍😍🙌🙌 chita merci sana kabisa ibikorwa ukora turabishima,ukomeze !!
@gyooogaaa89222 жыл бұрын
Kigingi umu comédien twemera i Burundi iwacu mbere no mukarere félicitations ikiryohey urahagararir imico ndundi,wubahwe
@vianneyndizeye87142 жыл бұрын
Ico gi type wangu nigi patriote ca vrai👌
@nsengiyumvajeanmarie2 жыл бұрын
Sana tu
@primebagarure58712 жыл бұрын
*Guhuza ibiganza* Mu kirundi guhuza ibiganza ni *uguhāna ibintu* Kigingi nous t'aimons bien. Chita yagize neza kuguha ikiganiro Chita, turagushimiye Love from Bdi
@sosomh54302 жыл бұрын
Nkunda ukuntu uri ouvert muma domaines yose Kigingi,félicitations kandi
@ntarerushatsi18532 жыл бұрын
iyi ni channel yabarundi kweli 🤣. may God bless you Mr Chita. ujabuke I Burundi tukwihere ibierre winwera.
@laurauwera28312 жыл бұрын
God bless you Chita for inviting Kigingi. He is joyful and very wise!! Navukiye IRwanda ariko nakuriye iBurundi❤️❤️❤️❤️
@gygygyslaine50162 жыл бұрын
Waooo Merci Chita kutuzanira Kigingi wacu💞💞
@flavioduhayimana67632 жыл бұрын
My best comedian from Burundi we love uuu guyz
@Clara267182 жыл бұрын
Toutes mes felicitations Kigingi&Marina.Merciii Chita blessings
Toutes mes félicitations Kigingi. Ariko imbega ni umuco w'abarundi n'abanyarwanda ntuze wanke kwiyambrira.
@kennieishimwe77292 жыл бұрын
Chita 🤩🤩 you have all love from Burundi 🤩🤩 wakoze kuzana kigingi eka n'abandi barundi wazanye like ba Déborah,Fortrand 🤩.....ni vyiza caneee......Love from 🇧🇮🇧🇮
@nkusiemmanuel98602 жыл бұрын
Ndagukunda cyane gwose! Nuko ntafise icyo noguha! Ni wewe Commedien numero 1 selon moi
@ntirandekurajonas43672 жыл бұрын
Amataliki ni le 24 décembre 2021!!kigingi toutes mes félicitations !!!
@ntirandekurajonas43672 жыл бұрын
Amataliki ni le 24 décembre 2021!!kigingi toutes mes félicitations !!!
Kigingi Félicitations à toi et à ta chère femme. Muze mwubake rugume et que le Seigneur Jésus-Christ de Nazareth soit le Pilier de votre union. Chita Abarundi turakwemera😊🇧🇮👌
@CHiTAMAGIC72 жыл бұрын
Murakoze 🇧🇮👌
@TheBizuzu2 жыл бұрын
@@CHiTAMAGIC7 Korerwa 😊
@analyskheliakaneza71562 жыл бұрын
Congrats kigingi😃👏MC w kr mariage chita ndakunda ukuntu ukunda abarundi we love u🤗
@djpatruick2 жыл бұрын
Thank you Chita kutuzanira Kigingi ndamuravye gusa canwenga afise ingabirano gose, natwe Abarundi turi Murwanda turabakurikirana cane.