Abarwanyi 19 ba RED-Tabara baheruka gushikirizwa Uburundi bagiye gushirwa mu butungane

  Рет қаралды 2,872

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Amatohoza y’abarwanyi 19 baheruka gutangwa n’Urwanda ku Burundi ngo yararangiye. Ayo matohoza ngo yerekana ko bose ari ab’umuhari RED-Tabara urongowe na Alexis Sinduhije. Vyashikirijwe kuri uno wa kabiri mu kiganiro Pierre Nkurikiye, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, yahaye abamenyeshamakuru. Pierre Nkurikiye yamenyesheje kandi ko inyigisho za gisirikare bazihawe n’abasirikare b’Urwanda.

Пікірлер: 2
@nirerehadidja8266
@nirerehadidja8266 22 күн бұрын
Abanyarwanda ko abarundi bacumbikiye interahamwe narwe twafashije ababasore guhirika ubutegesi bwibi byihebe byabahutu
@Ntwri
@Ntwri Жыл бұрын
Icombwira niba abo bafashwe barashikanywe imbere y'ubucamanza canke bakiriho
U Rwanda rwashyikirije u Burundi abarwanyi 19 ba RED Tabara
9:42
Kigali Today
Рет қаралды 85 М.
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
RED-Tabara irabeshuza ivyavuzwe na leta
5:24
Tele Renaissance
Рет қаралды 4,9 М.
Abanyamulenge muri Uvira Barahunga Ibitero bya Mai Mai na Red Tabara
2:13