No video

Amatungo ya Maison Shalom yibwe ku vyagiriji bitagira ifatiro (M. Barankitse)

  Рет қаралды 20,343

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Birababaje kubona umugambwe uri ku butegetsi, CNDD-FDD, wihagira amatungo ikigo Maison Shalom cari carondereye abana b’impfuvyi badafise ikibafasha. Marguerite Barankitse, yashinze ico kigo, aratangazwa n’ukubona Abarundi basigaye babayeho nk’abari mu muriro udahera kubera intwaro mbi. Agatangazwa n’ingene bahavuye bamwagiriza ko yafashije abagize imyiyerekano mu 2015 kugira baronke icomwagira mu kwerekana igituma banyaga amatungo ya Maison Shalom. Marguerite Barankitse ahamagarira Abarundi kuja hamwe bakiyumvira inzira zishoboka zotuma Uburundi busubira kuba igihugu.

Пікірлер: 85
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Mama bihorere icyo wakoreraga Imana izaguhemba humura irareba niyo mpamvu badatera imbere umbwenge bwabo ntibukora
@user-ny7dm1qb7r
@user-ny7dm1qb7r 5 ай бұрын
Babazwa nuko uri umututsikazi kandi ufise umutima mwiza barabwira abagumyabangakazi babafashe atari kubigisha ububisha bwo kwica abantu nibiyovyabwenge n'inzara yabishe bapfuye bangara nka gahini ❤❤❤❤!
@user-lp3uk7xb7v
@user-lp3uk7xb7v 4 ай бұрын
P
@ndikumanajeanpaul3045
@ndikumanajeanpaul3045 5 ай бұрын
Maman urumuvyeyi ndabizi jewe
@regisnzeyuwera7658
@regisnzeyuwera7658 5 ай бұрын
Humura Mubyeyi amaboko yabikoze ntaho yagiye Imana izakora ibindi Iyaguhaye imbaraga zo kubikora uzakora nibindi
@kalyka4107
@kalyka4107 5 ай бұрын
Iyo batuma bavyiba bakabifashisha abanyagihugu. Ibintu aba DD bakora birimwo ubujuju bwinshi kweri.
@user-ny7dm1qb7r
@user-ny7dm1qb7r 5 ай бұрын
I irambire maman imana irakubona umwana agwaye v.i.h SIDA bakamurira inzu nakamaramariza sabantu maman n'inyamwaswa pe !
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Bariya ntakigenda Imana izabibazaza vuba
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Ni bantamutima bariya bashyira ubuhutu imbere ntiwibagire impamvu wakwibye nuko Uri umututsi 🙏🏿
@JeanClaudeMuhima-xh2kk
@JeanClaudeMuhima-xh2kk 5 ай бұрын
Ntimukabeshe muteranya abanyagihugu none ko muvuga ngo babikoze kubera arumututsikazi Ubu ntaba Hutu kazi bangaye ahubwo ninda ndende ya banyeporipue bubwoko bwose abarundi mudakundanye muzaguma mwiruka.
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 5 ай бұрын
Namashetani sabanu
@benderuta7725
@benderuta7725 4 ай бұрын
Erega ubutunzi bwose ni ubusa aho wajya hose wabushaka,ariko iyo winjiye mu bikorwa bigambanira abanyagihugu biba byarangiye ibyemezo ruhashya bihita bigufatirwa . Uri kwigora rwose.
@m.claire3507
@m.claire3507 5 ай бұрын
Ivyuvuze nukuri Muvyeyi amariraaa twahaririye Imana niyizibikwiyee
@Egidos-ew1qe
@Egidos-ew1qe 4 ай бұрын
Muvyeyi mwiza warahezagiwe Imana rurema niyo ibona ivyiza wakoze abaraho nibisuma nabambuzi ntamutima runtu bigeze muvyeyi
@user-km5vb4jj6u
@user-km5vb4jj6u 4 ай бұрын
Ugasanga ummusenzi nka Neva yirirwa abeshya ko asenga adashobora no gutanga ubutabera ku mfubyi.
@uwimanamarierose3939
@uwimanamarierose3939 4 ай бұрын
Maison Shalom courage mwakoze icyo mwagombaga gukora abasuma bazabazwa ibyabo
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Ibintu ni ibishakwa mama 😂 nibo bazabisiga
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Imbonerakures ni interahamwe 😂
@fleuryrukundo8945
@fleuryrukundo8945 5 ай бұрын
We love ❤️ our excellent 👌 in everything 😢
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 4 ай бұрын
Mwebwe ntimuzi aba dd,uravye ivyobakora mwishamba,ntibariguhambwa igihugu.uprona yaragurishije abarundi,cane cane abatutsi.
@JocelyneHabonimana-tf3mb
@JocelyneHabonimana-tf3mb 5 ай бұрын
Ntushavure Yezu yarabibonye, ngo ntanisenge muzovayo mutaryishuye, kula kulipa
@user-km5vb4jj6u
@user-km5vb4jj6u 4 ай бұрын
Ubundi CNDD ni fotocopie y'interahamwe zasize zikoze jenocide mu Rwanda, ubu bashyize hamwe muri Nord Kivu mu gukokomeza umugambi wo kwica abo badafite ishusho imwe.
@benderuta7725
@benderuta7725 4 ай бұрын
Reka sha leta irakize kuruta Barankitse Marguerite.
@user-sq9us1ol4o
@user-sq9us1ol4o 4 ай бұрын
Mwiriwe caane, Jewe ndakeneye ko twovugana ndi mu bubirigi, hamwe twohura twovugana ikiri kumutima tukakiyaga, ukamfasha kwungura ibitekerezoo
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 4 ай бұрын
Voilà genda urihe iyo deni nabantu wishe wamugeseraweee
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 4 ай бұрын
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 4 ай бұрын
Mom bariya namashetani sabanu namahera gihugu barayamaze ariko arumusi ?
@user-sw2ir5fp9m
@user-sw2ir5fp9m 4 ай бұрын
Kur ubumwa bumwa goho wamwicanyiwe wamukecuruwe wishwe namako yakumezemwo birababaje gusazan amacakubiri mumutwe mugabo nikomwapfuye ntabitagaje
@axniza3216
@axniza3216 4 ай бұрын
Gusambura orphelinat ... bakomora aba orphelins bakabata hanze birababaje. Abambunzi ibisuma abajura criminels zaba DD bazi gusambura ntakintu nakumwe bakora cogutenza imbere igihugu
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 5 ай бұрын
Waves he kera Iberia ABAZUNGU. NGO URI UMUTUTSIKAZI KANDI URI UMUHUTUKAZI, amavideo arenga 10 ubesha abazungu kugira wagirize ABATUTSI
@pascalgashikanyi9429
@pascalgashikanyi9429 5 ай бұрын
Wo duha umuco kuri ivyo uvuze SVP ??? (Buyoya Cfr)
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 2 ай бұрын
Kare mugicuditse na BUYOYA NA CNDD, wavuga ko abicanyi Ari abasoda b’abatutsi??? None abi mwapfuye iki ko muri ABAHUTU mwese???
@santosphilomene2876
@santosphilomene2876 4 ай бұрын
Uzi kubesha nyene abata'kuzi sikera wahora ubesha abazungu
@christiankwizera9
@christiankwizera9 4 ай бұрын
😭😭😭 aba dd
@user-km5vb4jj6u
@user-km5vb4jj6u 4 ай бұрын
NEVA nta muyobozi umurimo, ubu abona ari umuyobozi ukwiye igihugu cy'uburundi, ari umujura
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 2 ай бұрын
Sinzi igituma URWANDA rugumana Uyo mwicanyi ngo ni Maggy Uyo yagurishije abana b’abarundi ku Bazungu imyaka irenga 30ans
@antheremworoha7394
@antheremworoha7394 5 ай бұрын
Conséquences du coup d état avorté.
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 4 ай бұрын
Muri 1972 hatwara bande uburundi ntibwahekuwe 1993 ntama kudeta adasiguritse yabaye ibara rikarwa Abajerere ntimubibuka!!!
@prudencerubonezambuga1462
@prudencerubonezambuga1462 4 ай бұрын
Imana niyo murengezi ❤❤❤❤
@fleuryrukundo8945
@fleuryrukundo8945 5 ай бұрын
🎉
@nzambimanachantal5769
@nzambimanachantal5769 4 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢
@nicolendabateze6307
@nicolendabateze6307 5 ай бұрын
Nagahomerabunwa
@mariagoretti8096
@mariagoretti8096 4 ай бұрын
Intwayo ya buyoya na micombeto niyo nziza kuri wowe rero ?? Ubwibone bwanyu 🥺🥺
@hahirwusengaaimable
@hahirwusengaaimable 5 ай бұрын
Nico gituma uburundi butazigera butera imbere nagato...ihangane muvyeyi
@wilsongafurero4284
@wilsongafurero4284 4 ай бұрын
Barankitse!!!niwitonde cane muvyo uvuga, abahutu mwishe kuva muri 1965 bari kugatwe kawe,abahima twarabahinyuye.
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 4 ай бұрын
Urikudedemba
@mbinonyoso7501
@mbinonyoso7501 4 ай бұрын
Haaaaaaaa warihenze
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r 5 ай бұрын
Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢
@benderuta7725
@benderuta7725 4 ай бұрын
Erega ikibazo ni ukwitwaza ko ufise ibikorwa by'ubugiraneza hama ukajya mu bugambanyi bw'igihugu cyawe. Si wowe wenyine ugira neza n'abandi bafite umutima mwiza barahari bafasha abana ariko kubyitwaza ugambanira igihugu non.
@azizasudi
@azizasudi 4 ай бұрын
mwizi uyu, inkozi yikibi mpuzamakungu
@user-mf7gi8oh2i
@user-mf7gi8oh2i 5 ай бұрын
Nico gituma nigihugu cabananiye bazi Konona ibihari gusa
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 5 ай бұрын
Mbe Harya Pita mwapfuye iki?🤣🤣
@Topnews6148
@Topnews6148 4 ай бұрын
Ya prison Wari wateguriye gufungiramwo Abahutu mufashe Igihugu, iracari harya,niwaza n'iyo uzoshikiramwo! Kimwe gusa uri umunyakinyoma! Ntakuri na kumwe kurimwo.
@fundifundi5505
@fundifundi5505 4 ай бұрын
Ahuzi ngo uzubwenge abandi batazi porotike wayitayemwo atayo ushoboye baraguhenze
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Ubundi abatutsi bazi umbwenge niyo mpamvu abahutu babanga 😂😂😂😂😂😂😂😂 bihorere bazabiryaniramo 😂
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 2 ай бұрын
Mwapfuye amafaranga nayo ubwicanyi murabunganya, wewe wica muburyo bunyegeje, ubesha ngo uri UMUTUTSIKAZI!!! Ko tukuzi wibaza ngo Mu. Ruyigi niwe uhazi wenyene, emera ko Uri Umuhutukazi ntaco uba
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 5 ай бұрын
Wari wabikuye he????
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Wowe se ibyo utunze wabikuye hehe 😂😂😂😂 ikibazo kibigiryi 😂
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 4 ай бұрын
Iyo niyo ngorane yawe winjiye muvya politique cane ahokurera abobana nkukurikubivuga rekana na politique
@Dddma455
@Dddma455 5 ай бұрын
Uyumugore yakenye. Ariko ashaka abagiraneza ko bamugoboka. Kuko iyonkuru niyakera gose ariko ashaka kuyigarukana no kuri BBC Swahili. Yarabishizeko hose ariko agenda abitangaza kweli yasuruye. Ubuhungiro nihatari. Mukomere dukunda ibiganiro vya Renaissance TV. DISMAS hano Australia🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
@Topnews6148
@Topnews6148 4 ай бұрын
Ivyo bitaro navyo wiratako, urabaza barya watumye Lucia, rugandiye, na barya banyagwanda bari muri zirya nzu. Vyose baje babikuzaniye. Ibitaro vyari vyugayee keraaaaa! Machine zose ziri codées,wewe nyene niwe watanze ordre ko abakozi bataha Bose!
@evaristensengiyumva6920
@evaristensengiyumva6920 4 ай бұрын
Niba harangiritse ibintu gusa ntihicwe abantu nibura nta maraso yamebetse ariko ibyabaye muri 1972 cga igihe Ndadaye agandagurwa byo birarenze
@novatidamian7236
@novatidamian7236 4 ай бұрын
Mwa mashano ya anyarwanda mwari mwarifatiye uburundi!!! Waruziko anavyi wahaneye ko uzoyatuma igikona??!!!!
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 5 ай бұрын
Reka reka twarakumenye besha ibigugu,
@luizfigo1133
@luizfigo1133 5 ай бұрын
Interahamwe ndundi rwose mwamenye iki se Ahubwo muzi iki😂😂😂
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 5 ай бұрын
?????
@Egidos-ew1qe
@Egidos-ew1qe 4 ай бұрын
Harikindi zizi atari ukwica nukwiba
@novatidamian7236
@novatidamian7236 4 ай бұрын
Bikore ngaho murwanda iwanyu warahashitse noneho uburyndi nubwabarundi subwo abanyarwanda
@Egidos-ew1qe
@Egidos-ew1qe 4 ай бұрын
Urigipfamutima uzopfana ubwo bujuju
@odetteiradukunda7602
@odetteiradukunda7602 4 ай бұрын
None KO wari umugiraneza politique wayinjiyemwo gte ? Washaka kuba Président nawe? Imana irihangana. Imvugo yawe yonyene irakuranga
@mariagoretti8096
@mariagoretti8096 4 ай бұрын
Reka babifate nyene kaga yari yababeshe ngo mugiye gusubirana igihugu cabahima nabahimakazi 😏😏
@Dddma455
@Dddma455 4 ай бұрын
Ariko nukuri imana irahora kweli. Nimba hageze igihe umuhutu nawe yonywa Amata nigisahira. Umutsi akarira. Nimureke imana ikomeze yitwe imana. 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Murapfuye nabi. None aho murayinze nyene? Abatutsi bake ni mwe musigaye mufise inzikira.
@user-mf7gi8oh2i
@user-mf7gi8oh2i 5 ай бұрын
Ahubwo nawe bakurabe neza ngira nawe warayinze
@ghostagee5232
@ghostagee5232 5 ай бұрын
Ba ubanza wiyumvira imbere yo kuvuga. Urazi abadd yavuye, yafashije? Ububwa butagira aho bugera.
@kalyka4107
@kalyka4107 5 ай бұрын
Basi mwebwe muri bazima ko ibintu mwatwaye mutabifashisha abarundi benewacu?
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 5 ай бұрын
Wiririre magy ntuzopfa umushikiriye… nuyinge wewe ukorera abataguhemba Canke baguha ubusa… Uyu abayamuha nubu baramuha Kandi arakora a reka gukorera ngaho… mwe nimikomeze mwicane mukore ibidakorwa… Uyu ntakibazo mwaramuhushije kumwica … you are sooo stupid
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 5 ай бұрын
Ehe nkiki kintu nani, aho uravuze canke uraneye wa mburu we.
@kg7285
@kg7285 4 ай бұрын
Oya nta muvyeyi ahunga agatabana wewe warahunze utabana reka reka sha kwigira victime ubabajwe nimitungo batwaye gusa kandi ivyovyose wabironse kubera abobana
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 2 ай бұрын
Kare mugicuditse na BUYOYA NA CNDD, wavuga ko abicanyi Ari abasoda b’abatutsi??? None abo mwapfuye iki ko muri ABAHUTU mwese???
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r 5 ай бұрын
Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r 5 ай бұрын
Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r 5 ай бұрын
Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r 5 ай бұрын
Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢
Témoignage de Marguerite Barankitse / Maison Shalom (2ème partie)
32:48
UNO!
00:18
БРУНО
Рет қаралды 5 МЛН
Dad Makes Daughter Clean Up Spilled Chips #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 1,4 МЛН
女孩妒忌小丑女? #小丑#shorts
00:34
好人小丑
Рет қаралды 79 МЛН
KARAKE KARENZI NI MUNTU KI ? - Musabyimana Gaspard.
40:54
IKONDERAinfos
Рет қаралды 68 М.
Témoignage de Marguerite Barankitse / Maison Shalom (1ère partie)
32:37
Témoignage de Tite Ndayisaba / Torturé en 2015
27:30
Tele Renaissance
Рет қаралды 26 М.
“Ni mwikorere imitwe ya benewanyu, umutwe w’Umututsi uraremera.”
56:32
UNO!
00:18
БРУНО
Рет қаралды 5 МЛН