Agahinda k'umugabo atarangura neza amabanga yabubatse//Ico bivako/Uko umugore yomufasha kugira akire

  Рет қаралды 15,427

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 51
@OrigeneNzeyimana
@OrigeneNzeyimana 9 ай бұрын
Waaaouh IMANA ikudutungire kabisa... Respect vmt Beny merci
@OrigeneNzeyimana
@OrigeneNzeyimana 9 ай бұрын
Gaël merci beaucoup urafise ibiganiro bidufasha...Komera
@ncamuvyumaeddy3721
@ncamuvyumaeddy3721 11 ай бұрын
Beni aragerageza kbs kubaha ubumenyi yize kandi mutamurishe respect for you beni and gaël
@chakillasibose1992
@chakillasibose1992 9 ай бұрын
Keep up komezaaa bravo 👏
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Noma sana barabure bigishe kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane 😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@emiliealphairiho2676
@emiliealphairiho2676 11 ай бұрын
Merciiiii Beny,uvuze ukuri
@nitungamireille316
@nitungamireille316 9 ай бұрын
Mwubahwe kabis ❤❤
@leecharon
@leecharon 11 ай бұрын
Thanks for the advice ❤ it’s better to learn. Nukuri Juste Imana iguhezagira
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 11 ай бұрын
Infiniment merci pour cette émission riche en enseignements.
@Ommy-z11
@Ommy-z11 11 ай бұрын
Murakoze kumpanurozanyu
@dusabebellamarlene6644
@dusabebellamarlene6644 11 ай бұрын
Béni merci vrt,uravuga ntuvura
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 11 ай бұрын
Reka nzane agatebe numvirize,mbona hahiye🔥🔥🥰🥰😂😂😂
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 11 ай бұрын
"Umugabo yitaba umugore ni WE mugabo" iryo jambo ni ryiza...
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 11 ай бұрын
Béni disiii nkimubona NC mbona karibintu bitonze🔥❤️❤️❤️💃
@naomitatiana7659
@naomitatiana7659 11 ай бұрын
Avuze neza cane akwiye ifanta👏🏾👏🏾
@belemboureima6231
@belemboureima6231 11 ай бұрын
Turabakunda mwese Keep up the good work
@Akabandobi
@Akabandobi 11 ай бұрын
Uyaze nêzá, gusa nguhanuye kutaja urashiramwo ishavu (gukankama) urikó urigisha. Komera
@MarieGorethMunezero-r2b
@MarieGorethMunezero-r2b 10 ай бұрын
Group nimbi c'est vrai
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 11 ай бұрын
Erega muganga.,intanga umugabo asohora canke quantité dépend n’ umuntu na qualité yivyo arya. Sexe drive canke envie sexelle bitegwa n’umubiri canke kamere y’imuntu. Exemple ari abasohora nyinshi nabasohora duke . Hari abafise irari sex drive envie sexuelle iri hejuru cane ashobora kwenda 3 canke Kane kumunsi. Nuwundi atarenza kamwe kumunsi kandi coup yihuta. Donc ufise testostérone nyinshi envie sexuelle iba héjuru cane . Envie sexuelle n est pas mesurable dépend d’ une personne . Body construction.
@valentinniyonkuru9512
@valentinniyonkuru9512 11 ай бұрын
Ico Nico
@TungaBruce-d1o
@TungaBruce-d1o 11 ай бұрын
Inyigisho nziza .
@snks4dh
@snks4dh 11 ай бұрын
None inzoga nu murundi ko umengo na mata.numva abagabo benshi amabanga batakiyashoboye 🤣🤣🤣bama mukabari
@AndresonRichard-b4f
@AndresonRichard-b4f 11 ай бұрын
Benie ukoze amateka kubuzima bwatwebwe abagabo ikibwigwa n'icumva icerekwa n'ikibona
@EgideRivuzimana
@EgideRivuzimana 11 ай бұрын
Neza cane😊😊😊😊😊
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 10 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe
@valentinniyonkuru9512
@valentinniyonkuru9512 11 ай бұрын
Nimuduhe numéro zuwo muganga please.
@signolinenikiza3710
@signolinenikiza3710 11 ай бұрын
Gael ibintu bije kuyindi mpwemu idasanwe😂😂😂😂
@mwansaIsaac
@mwansaIsaac 11 ай бұрын
Béni mwiriwe kuberiki udatumira abanyabizo nkatwe nkabo utinyiki uzewurure abantubechi turabichaka
@Catherine-dv3qo
@Catherine-dv3qo 11 ай бұрын
Komera bénie
@m-tuto5728
@m-tuto5728 11 ай бұрын
😂😂😂 ngo hariho aba sniper muri irya groupe
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 ай бұрын
😂😂😂😂ng ntamurund uriyo reo hariy umuzung😂😂
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 11 ай бұрын
Uravuga ntuvura kwel uzomuga rukane kwiyongi ngotwagure iyago
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 11 ай бұрын
Emwe nukuri ntakwatagira béni kbx nukuri yama yatubwiye nuko tutumva😂😂😂 ariko biriko biraza 😂😂😂
@pikoprodafric
@pikoprodafric 11 ай бұрын
Aventurier ,.... expert autoproclame
@MarieGorethMunezero-r2b
@MarieGorethMunezero-r2b 10 ай бұрын
Ikiganiro ciza caane vrt
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 11 ай бұрын
Intro ya Gaël ni cass tête🤗🤗😇
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 ай бұрын
Gaël tora amashugw yaw 🎉🎉🎉🎉
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 11 ай бұрын
🎉🎉🎉
@aloysbigirimana9815
@aloysbigirimana9815 11 ай бұрын
Naramuterefinye kenshi aranka kwitaba
@FB-df6bp
@FB-df6bp 11 ай бұрын
💯💯🔥🔥
@meryorndi630
@meryorndi630 11 ай бұрын
niwubahwe muganga uratanga impanur
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 11 ай бұрын
Reka ntore agatebe numvurize muganga beni
@munezeroalexis6713
@munezeroalexis6713 11 ай бұрын
Uwomugabo arazubwengepe!
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 11 ай бұрын
"Nkurayo maman Joée". Kiekiekiek Uru n'urwenya mugani w'abanyarwanda
@nadegenahigejeje3052
@nadegenahigejeje3052 11 ай бұрын
😂😂😂
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 11 ай бұрын
None umugabo ni synonyme y'imboro(penis)? Prière être explicite svp.
@nicaisenkurunziza3932
@nicaisenkurunziza3932 11 ай бұрын
Utanga impanuro nyazo
@shabanshabane7955
@shabanshabane7955 11 ай бұрын
Twigish murakoz cn
@EgideRivuzimana
@EgideRivuzimana 11 ай бұрын
Kuyindi mpemu idasanze
@RoseAleose
@RoseAleose 11 ай бұрын
Babwir ikibwirw nicumv
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 608 М.
Это было очень близко...
00:10
Аришнев
Рет қаралды 1,3 МЛН
VAMPIRE DESTROYED GIRL???? 😱
00:56
INO
Рет қаралды 6 МЛН
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 608 М.