Nahatswe gupfa mvuye BIELORUSSIE nshaka kwinijira POLOGNE//Amarira narize//Inzara yaho//ugira ntahe

  Рет қаралды 10,273

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Nahatswe gupfa ndiko mva BIELORUSSIE nja POLOGNE//POLICE irarasa/Ubuzima bubi bwaho/Kugira ntahe BUJA
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#president

Пікірлер: 93
@Rodrigue_1993
@Rodrigue_1993 18 сағат бұрын
Je abarundi muranyica kweri nta wurya akatamugoye jewe naciye mwishanba rya Zimbabwe ngenda south Africa rigoye kubi ntamuntu Arya akatamugoye Gael reka gutera ubwoba abarundi
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 9 сағат бұрын
none haruwo yabujije kujayo
@userk23456
@userk23456 9 сағат бұрын
Ntawe yankiye kujayo !! Ariko ibi bintu sivyiza na gato,harimwo no guhendwa ko bimeze neza bagiye hanze.ndazi abagiye belarussie,bashika ba 2,bose baragarutse kandi ntanumwe yagarukanye ni faranga rimwe.kandi batwaye ayarenga nka 6000$. Mbe ayo mahera batwara niboyakoresha imigambi mu gihugu ? Ni vyiza kugenda ariko mumenye neza iyo ugiye
@etiennekarekezi5513
@etiennekarekezi5513 9 сағат бұрын
Ibigoye uri kwiga ubwenge apana kuja gushaka visa nkumucakara , kubera utakora cane ukavunika kuruta kuja kwiyahura muri Europe?
@Favour3558
@Favour3558 12 минут бұрын
​@@userk23456 Ikibazo bafise nuko Bava Bdi baziko muri Europe amahera ari kuyora for free😂 My friend ibi bihugu vyabazungu abantu barakora ntaburofa . Ugiye utazi icushaka of course usubira inyuma wiruka that's the bitter truth
@yvesyayuwamungu5148
@yvesyayuwamungu5148 12 сағат бұрын
Saidi kumbe unajuwa kirundi, safi kabisa.
@NshimirimanaMathieu-b3e
@NshimirimanaMathieu-b3e 7 сағат бұрын
Congratulations kijana Wng courage champion
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 16 сағат бұрын
Nareke guswaganya vraiment kuki abarundi tumeze uku? Hama Gae please guma mubintu vyubaka apana ivyabo bantu baza kubsha atari ukoo tuzoguheba
@christainc.5217
@christainc.5217 11 сағат бұрын
Jahiyo none ntagugivyamubayeko gendurweyo nawe kiramuntu avugivyamushikiy
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 10 сағат бұрын
@@christainc.5217 jewe ntaho ndiko ndaja gusa nareke kubsha kuko turazi benshi bagye kandi turanavugana
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira 11 сағат бұрын
Basha ningorane gusa nzo kwibera muburundii 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Favour3558
@Favour3558 11 минут бұрын
Namwe nuko murira ngo ubukene😂😂😂 Akanyoni katagurutse ntikamenya iyi beze😂
@lucienbukuru8325
@lucienbukuru8325 19 сағат бұрын
Man pole san kl msaza mu nyamitanga turaguhaye pole p
@bisharizaeric442
@bisharizaeric442 9 сағат бұрын
😂😂😂😂
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 3 сағат бұрын
Pole Sana
@newtalentbdi2730
@newtalentbdi2730 16 сағат бұрын
Gaël uyo ndamuzi nimba ushaka ukuri ndondera uyoo ariko arabesha sn
@anaisyania2714
@anaisyania2714 19 сағат бұрын
Ngo capital ya pologne ngo ni rativia😂😂reka kubesha ni versovie
@Nim2512
@Nim2512 8 сағат бұрын
nagira nze kuvuga ibinyene. Ni Varsovie
@aminatauwase9101
@aminatauwase9101 16 сағат бұрын
Pole kbs
@honorejeff8713
@honorejeff8713 18 сағат бұрын
Nice émission
@4bee203
@4bee203 18 сағат бұрын
Latvia nigihugu si Capital ya Poland
@godsgrace6820
@godsgrace6820 10 сағат бұрын
Gaël reka inzigo utera ubwoba abashaka kwigira. Il y en a beaucoup bagiy bashits bigenda neza. Ivya Serbie n'uko mwatanguy benshi babihomberamwo
@eloysmithofficial9395
@eloysmithofficial9395 8 сағат бұрын
Erega igihugu kitari iciwanyu kigoye no kubamwo gusa uwusha umuce acika ijoro kand uwushaka umubira abira akuya
@elysentoreyimana-xo7ik
@elysentoreyimana-xo7ik 15 сағат бұрын
Gael udahevy uburof nkubw turaguhb ic gisum ugikuy h avug ivyataz 😂😂urarab nez kwatakwivy
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 40 минут бұрын
Uwo numunyakinama ntakintu yaraziko amafaranga arigutora hejuru urakora ishuri ryoryo kwari kumugora😏😏
@Calvin.Kelvin
@Calvin.Kelvin 19 сағат бұрын
Ni hatali kliii
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 19 сағат бұрын
Abarundi Imana niyo Itwizigamira gusa abarundi bariheba sana ahantu ava Muburundi kwinjira african yepho atacagombwa
@newtalentbdi2730
@newtalentbdi2730 3 сағат бұрын
Uyo mujama watashe kubera Yariye imizigo mzeee 😂😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 6 сағат бұрын
❤❤❤
@claudeniyongere9798
@claudeniyongere9798 5 сағат бұрын
Umuswarundi 🤣
@nduwimanaemery1096
@nduwimanaemery1096 6 сағат бұрын
Mr Doncccccccccccc
@dieujolindayishikaniye6957
@dieujolindayishikaniye6957 19 сағат бұрын
Gael uzotuzanir vyish non nkuw ataz nikirund naw nuwah kwer 🤷🏾‍♂️
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 17 сағат бұрын
Byanyobeye nanje nuMurundi none??
@djpatruick
@djpatruick 4 сағат бұрын
Numu Swahilophone ww nuca uvuyumva? Akantu kibwa ziriko zirazwira niko kanyishe😂😂😂
@Favour3558
@Favour3558 3 минут бұрын
​@@djpatruick😂😂😂😂
@EddyFranckNtwari
@EddyFranckNtwari 9 сағат бұрын
Juste ngira wagomvye gupima ubwenge bwabagukwirikirana
@moisecishahayo3408
@moisecishahayo3408 18 сағат бұрын
Gael urazi abantu bagenda mur Europe baciye muri Mediterranean?? Ubuzima n'Imana ibutanga
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 15 сағат бұрын
Guca Muhizi nzira you must be start. Uyo atazi kwisigura ari kwa Gael ntavyo yari gushobora. Ntarurimi narumwe azi nikirundi ni za donc gusa
@THEFLAVOUR502
@THEFLAVOUR502 5 сағат бұрын
Reka nawe abantu bariko bagera za Algmanye wwe warinaniwe kweri
@lionelwizininahazwe98
@lionelwizininahazwe98 10 сағат бұрын
Iz interview rekana nazo rekana Nabo bananzambe reka duhige life
@clavernshimirimana1659
@clavernshimirimana1659 17 сағат бұрын
Ibi bintu ntakuri kurimwo basi
@ifkarangaofficial644
@ifkarangaofficial644 17 сағат бұрын
Haaaaa nuguma nagaha inzara ikadukubita
@umwanawikinege8268
@umwanawikinege8268 9 сағат бұрын
We Saido reka kubesha wewe waje ufise plan yagujca mw’ishamba urazi combien de fois wagiyeyo im shocked kubona uriko uvuga ibintu nkivyo
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 14 сағат бұрын
Uyu mushingantahe on voit qu'il n'est pas cohérent ou bien afise problème de communication mu kirundi !
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 17 сағат бұрын
But is this guy a Burundian?? His Kirundi isnt enough
@manofgod1321
@manofgod1321 16 сағат бұрын
He probably grew up in bu😢yenzi or Bwiza . Burundians leaving In those areas don't speak good kirundi . My kids spoke kishwahiri during the time I lived in Bwiza city . It is normal for them . They can speak a good French or kiswahili .
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 14 сағат бұрын
@@manofgod1321 but how possible a Burundian grew up and lived in Burundi can't speak good Kirundo!!
@B.s3909
@B.s3909 18 сағат бұрын
Mutoke uko nimureke propagande yoku décourageant abandi bana nta ururya akatamugoye , hari nabava Afghanistan bagenda muri Suisse.
@djpatruick
@djpatruick 4 сағат бұрын
Aba Diaspora nibabe benshi bazogaruke kwubaka Igihugu, ariko banige nukuvuga Ikirundi neza nibakivuge nkabazungu😅
@Favour3558
@Favour3558 8 минут бұрын
None utu numu diaspora umuntu yavuye bdi ari umugabo muzima😂
@KuzikoTV
@KuzikoTV 2 сағат бұрын
Uzotumire abashitseyo nabo ubazane kuko nawe nibaza kuri mu kugenda kuko amakuru ufise menshi 🙄
@VinVignac
@VinVignac 9 сағат бұрын
Umuntu yopfira mumahanga ko gael yifitiye chaine imuha ibihumbi nibihumbi
@techsup4938
@techsup4938 18 сағат бұрын
Emission yuzuye ama informations menshi. Ntiyababujije kujayo yatubwiye ivyo dukwiye kumenya imbere yo kujayo......hama birumvikana ko avuga igiswahili cane ntimuvuge ngo yashatse kwiyibagiza ikirundi.
@KaJoyceTia
@KaJoyceTia 13 сағат бұрын
Kuvuga igi swahili ntibituma umuntu atavuga ikirundi. Jewe navuye iburundi nfise 7 ans. Uyumusi mvuga ikirundi cuzuye, igi Swahili cuzuye, Igi Franca cuzuye nicongereza gike. None wovuga gute ko umuntu yakuriye iburundi atavuga ikirundi? Iyo ni ujinga sana yabarundi gushaka kuvuga indimi zabandi iziwabo ntibazihe agaciro.
@Favour3558
@Favour3558 4 минут бұрын
Imbere yokuja hanse ugomba kuba uri strong and ready to hustle, period
@marierosenibigira1489
@marierosenibigira1489 7 сағат бұрын
Wa mu menyeshamakuru we ivyo bavyita kumena ibanga sivyo kuri caméra. Noneho iyo muntu numu congolais yivugisha ikirundi
@Favour3558
@Favour3558 Минут бұрын
Bareke bavuge abandi bari busy bakora hano hakurya di bazitahira guta imihari kubantu ngo babimye ana $😂
@Dreamer-s3d
@Dreamer-s3d 18 сағат бұрын
Oya ivyo sivyo nububeshii
@morganpaige893
@morganpaige893 17 сағат бұрын
Bieasekeje ngo lativia? Hahaha
@njamubandiguydaniel5219
@njamubandiguydaniel5219 6 сағат бұрын
Noe nkuw sumu congomani kwerii ikirndi ntacazi cnk yakuriy z buyenzi?
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 17 сағат бұрын
Mutubwire ahubwo twigireyo twirabire
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 9 сағат бұрын
ayo mafaranga yose mwonona mutazi nezako mushika wumva atarimwo umugambi mwakora jewe numva umengo warufise nka 6000$ ntiwumvako arayumugambi
@djpatruick
@djpatruick 4 сағат бұрын
Ubundi muburundi hari Ubwoko bubiri bwabavuga Ikirundi nabavuga Igiswahili birya bavuga ivy'abahutu naba Tutsi sivyo 😅
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 3 сағат бұрын
Igiseahiki si langue maternelle yo mu bdi,umurundi atavuga umurundi birateye isoni
@Favour3558
@Favour3558 7 минут бұрын
​@@dianeinamwizaAtari uwavukiye hanse it makes no sense 😂
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 7 сағат бұрын
Umuntu ariko abesha mu maso uramubona
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 6 сағат бұрын
Donc yiwe irashisha ikintu cose no donc.
@MegaAlexison
@MegaAlexison 18 сағат бұрын
Ikibazo dufise Nuko tubona ko hanze ariho vyuzuye urumva amafranga ya koreshej arenga 5000$ bivara 35million franc Burundais muburundi numutahe ukomeye
@Favour3558
@Favour3558 2 минут бұрын
Yagiye hanslze ari lazy😂😂😂 No food for a lazy man😂
@VinVignac
@VinVignac 9 сағат бұрын
Serbie ho twagira ntamuntu azonashika iyagera kubera ibihuha vyuburofa muga bose ils ont reussi ubu batanga ama euros kumiryango yabo .so umuntu wese afise chances ziwe kubera abazi ivyagitemwo ikigihugu ubona kigana he?urumu jeune nubu chomerie urets gael arum mu boss atabibona muga ntaco nicokimutunze kuvugira abatabimusavye
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 7 сағат бұрын
Bwira sha ivyobipfagundu bitumva ubu imiryango yose buja itagase mumazu meza nimodoka nziza samahera ava ahohanze nyene!! Ninde azoshobora kugura ikiro cisukari atari uwuvunjishije aga 100 euro ou dollars kiwe!!!!
@Favour3558
@Favour3558 4 минут бұрын
​@@fleuryniyimfasha2351😂😂😂😂😂 ATI ibivagundu😂😂😂😂😂
@user-zv7jp2bb3b
@user-zv7jp2bb3b 18 сағат бұрын
Wewe kumeze uko nn uvuga umenga ntkirundi uzi nikuberiki musuzungura ikirundi
@one7933
@one7933 14 сағат бұрын
Nikirundi comu Buyenzi
@karimmarcelo7164
@karimmarcelo7164 21 минут бұрын
Donc Donc Donc Donc Donc Donc Donc Donc
@user-zv7jp2bb3b
@user-zv7jp2bb3b 18 сағат бұрын
Vuga ikirundi neza reka kwingira umuhanga none
@kalyka4107
@kalyka4107 18 сағат бұрын
Aho uramuboneye kweri Sinibaza ko yanse kukivuga akizi
@user-zv7jp2bb3b
@user-zv7jp2bb3b 18 сағат бұрын
@@kalyka4107 uramaze gutembere ibindi bihungu ikibangira ikirundi wavukiyemwo?
@kalyka4107
@kalyka4107 17 сағат бұрын
@@user-zv7jp2bb3b oya ariko mba hanze kandi nakuriye mu Burundi. Ndazi neza ko hari abatavuga ikirundi kubera aho bakuriye. None ww wibaza ko abantu bose baba Buja bavuga ikirundi? Ntabo urumva bavuga igiswahili gusa? Jewe nkuyo namufashe nkuwuvuga igiswahili kuruta ikirundi.
@marierosenibigira1489
@marierosenibigira1489 7 сағат бұрын
😅uyo nni congolais ubonakobamaze kugarira mu Burundi yivugisha ikirundi nabi
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 3 сағат бұрын
Wewe uri umurundi utazi ikirundi gute?Nukuri ivyo biri mu burundi gusa,abantu bakibaza ngo ni normal,muramaze kubina umunyarwanda atazi ikinyarwanda?Umu congolais atazi ilingala,umu italien atavuga iiki italien,umufaransa atavuga igifaransa,ibu bintu buri mu bdi gusa,kandi abantu ntaco babivugako,birateyi isoni.Uyi muhungu avuga ikirundi nk,umu congolais amaze un mois mu bdi,kandi bavukiye mu bdi,benshi ntibararenga n,umupaka,Uzi ko uje kwitanga aha muri Occident ugira interview mu kirundi,bahanagara umurundi kubabeira ivyo uriko uravuga,nkawe yoca abwira abazungu ko utari umurubdi,langue maternelle mu bdi ni ikirundi,oonit trait,ivyo biswahili mwadukanye mukanka kwiga no kuvuga ikirundi,biteye isoni,nka wewe duhuye sho mba hanze nkunva uvuga gurtyo sinokwenera ko uri umurundi.Jewe maze imyaka myinshi hanze,ntawe tuvugana ikirundi,kiretse kuru telephone,sriko ndakuruta ikirundi,ni hatari
@Yvetteyvette-m6d
@Yvetteyvette-m6d 19 сағат бұрын
Mbega ububeshi
@kennycampel
@kennycampel 19 сағат бұрын
Ubizii gut??😢
@aminatauwase9101
@aminatauwase9101 16 сағат бұрын
Mwanga ukuri😂 😂 nawe uzabigerageze bakwereke
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 9 сағат бұрын
none wewe nimba urumurundi bigenda gute ntumenye ikirundi neza iryo nikosa ryabavyeyi kirazirako umurundi atamenya kuvuga ikirundi ariho yavukiye ariho yakuriye
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 16 сағат бұрын
Nareke guswaganya vraiment kuki abarundi tumeze uku? Hama Gae please guma mubintu vyubaka apana ivyabo bantu baza kubsha atari ukoo tuzoguheba
@benicharlesnzeyimana1482
@benicharlesnzeyimana1482 11 сағат бұрын
Mbe kuki muvugira mu rufuri??? Nibaza ko ahubwo ari mwebwe muri suspect, mubifisemwo inyungu mukaba mujejwe gusenya ukuri kuvugwa muga kwica busness yanyu ya human traffic gusa mutagomba ko tubona amasura yanyu.
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 10 сағат бұрын
@@benicharlesnzeyimana1482 nta rufuri navugiyemwo jewe sininyegeza nanse ubwo bubeshi gusa nimureke kwemera ukuri kwumw Just Gaël narondere abamaze kugenda ashaka umuntu yonamufasha bakamubwira ukuri
отомстил?
00:56
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН
Angry Sigma Dog 🤣🤣 Aayush #momson #memes #funny #comedy
00:16
ASquare Crew
Рет қаралды 50 МЛН
PAPA SAVA EP1094:WIBACIKA SE NYINE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
22:26
Grand entretien avec Dominique de Villepin
1:03:33
Journal l'Humanité
Рет қаралды 618 М.
Pourquoi la Chine veut couper la Thaïlande en deux ?
12:31
Le monde en cartes
Рет қаралды 289 М.