Ivyo ariko aravuga uwo mukobwa ngerageje kubikurikirana selon na informations mfise novuga ko ari ukuri ivyo avuze kwéri kandi yabivuze neza cane ,ibirenze ivyo uca umwegera ukamubaza tout les détailles
@ClaudineIRADUKUNDA-wm6uy4 ай бұрын
Gagaaaaaaa atubwire neza aho akorera
@chantalkaburente24653 ай бұрын
Nanje ndavyipfuza Gladi
@irankundajeanmarie68794 ай бұрын
Akokademu gasa neeza nani!!!...muri English Club dukunda kubazanya ngo:"Are you Single or maried?"
@MARIEANGE-w4c3 ай бұрын
Salut Gladys...
@RuzimaAnitha-y2g4 ай бұрын
Graduci izo information nipaka uzozimpe turikumwe.nzokurondera kbsa ndakozweko
None tugusange hehe ga sister tu mette cette question sur un tapis ?kand ndi sérieux please let me know where I Can find you
@AfricaMobileRepair5 ай бұрын
my friends ushaka kuja canada ja kuri google recherche Job bank wirabire ubuzi buriko free visa free ticket no experience no diploma
@emafrainnovations87835 ай бұрын
Sure?
@AudrydylanIshimwe4 ай бұрын
wap nububeshi ibintu vyinshi vya Canada for free@@emafrainnovations8783
@jeanmarievianneyndayishimi67034 ай бұрын
wew uri mu gihugu ikihe?
@emafrainnovations87834 ай бұрын
@@jeanmarievianneyndayishimi6703 Burundi
@mugishabella83304 ай бұрын
Uri sur?
@FrankBigirimana5 ай бұрын
Muraturondera kugira tuzobahe uco kubashaka kuza muri America
@user-vz5hp8cc4m5 ай бұрын
Duh numer yae reo
@faithtemplechurchburundi5 ай бұрын
Tubwire uko bimeze tubwire uko twobatora
@Vanessa-fr5xy9ym3x4 ай бұрын
Impa numéro nogutorako ncuti yanje
@audreysnella34114 ай бұрын
tubwire none jewe ndabishaka canee
@desirentukamazina92714 ай бұрын
Duhe numéro yanyu ya whatsapp
@James-e7h3h5 ай бұрын
Wew ntukeney kujayo reka ubusuma
@نور-س8غ8د5 ай бұрын
😂😂😂😂
@venantmanirakiza5 ай бұрын
Hello hello jew mubinzwe sinahora ntanga commentaries kubintu nkib8 ariko bane data va ibuzimu muje Ubuntu mureke guhendwa ngobagomba babafashe mugende kurondera ubuzima hanze😅 harimwo na Mexique Raba rapport yaba Mexican bapfa kumwaka bariko bagerageza kwinjira USA hasumbwa no mu Burundi nari kuvuga vyinshi ariko ntibikunda bagenzi
@Team-t6k5 ай бұрын
Wewe udafise amahera kazibe si uwariwewese akaneya kuja hanze none ufise umuga wawe ngaha winjiza nka 1000$ par mois wogendayo gukor iki ? Ako kazi kiwe urazi amahera aronka ku kuntu umwe aronse visa ? Urumugome sha ivyo utazi urabaza
@Team-t6k5 ай бұрын
@@venantmanirakizaico utazi urabaza kwanza imbere ya kuvuga akubwiye Mexique bisigura ko uca ucika za usa . Ivyo bindi vyawe ubireke ikindi naco akubwire za singapore n ibindi😊
@Gtownsogo5 ай бұрын
Urabona ukuntu abesha??
@NiyonkuruCyprien-d2e4 ай бұрын
Allooooo wivyuraaa
@GideonNahimana4 ай бұрын
Murakoze
@AliceNTIRAMPEBA-gx2jk4 ай бұрын
Turangire bureau yanyu Aho iri,tuzoze muduhe insiguro neza.
Ahubwo kubijany na visa de travail kuber iki barihisha izo documents z'ako kazi visa itaraboneka? Nagira bobanza kukuronderera iyo visa ham procédures zo kurondera akazi uzokora ushitseyo zikaza nyuma! Ninkuko visa yabonets kitobuz ko wicikira ivyakazi ukazopambana navyo ushitseyo! Izo documents z'akazi bagend baragusab ng urih utararonka visa niho vyugariy nko mugih iyo visa ibuz urumv ko ubukubisw kuntoki en plus izo documents ziba zizimvy kuko uziriha en dollar
Shaaa na Mexicain urayishizemwo kweli???urambabaje Mexicain birirwa ngaha Amerika guhigayo ubuzima!!!twirirwa turarwanira ama shift nanje ndi Amerika Arizona kumupaka wa Mexico nigereyeyo uwuzohatora azoba yihenze mwabantumwe
none ko kugira uromke akazi murivyobihugu ubanza kuronka icobita social security na work authorization muzibaza gute kandi muzibasabira gute ko social security atayo bayiha atari mugihugu? kumengo muravyorosha
@gustavenintunze60545 ай бұрын
Nibaza ko atarivyo ni gute woronderera umuntu ngo azorihe agiye?
Urazi kubaza of course naj sindumv nez ngo boba bagufashij iki😅😅😅
@jeanmariendihokubwayo64104 ай бұрын
Reka ndabishure nubwo ntabajijwe: hari amahera ya documents na visa nibindi hakaba namahera uha company yagufashije. Rero wew aya documents na visa urariha yose hama aya commission ukayqriha biheze. Gusa izindi company muratanga avance