Alexis

  Рет қаралды 4,722

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Alexis #SINDUHIJE, Maragarita Barankitse, François Nyamoya, n'abandi, bagirizwa ko aribo bateguye ibitero vy'ama Grenades biheruka kuba mu gisagara ca #Bujumbura. Ivyo bishikirizwa na Sylvestre NYANDWI, Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y'Uburundi, inyuma y'ibitero vyabaye ku ma genekerezo ya 19 Nyakanga aho habaye igitero mu micungararo y'ikibuga c'indege #Melchior_Ndadaye, no kuwa 20 Nyakanga aho hatewe ibisasu ntezwantoke.

Пікірлер: 9
Ivyo utari uzi kuri kahise ka Bujumbura
6:33
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.
Непосредственно Каха: сумка
0:53
К-Media
Рет қаралды 12 МЛН
#behindthescenes @CrissaJackson
0:11
Happy Kelli
Рет қаралды 27 МЛН
Invest in Burundi: Success stories
25:28
Agence de Développement du Burundi - ADB -
Рет қаралды 30 М.