ALVIN SMITH mu butungane na OLEGUE//Igihe jewe mfungwa ico yakoze n'uko//EP yanje izojegeza INGIDI

  Рет қаралды 19,407

UMUKUBITO

UMUKUBITO

2 жыл бұрын

ALVIN SMITH mu butungane na OLEGUE//Igihe jewe mfungwa ico yakoze n'uko//EP yanje izojegeza INGIDI
#alvinsmith #olegue

Пікірлер: 57
@jean-daffairesmanirakiza4759
@jean-daffairesmanirakiza4759 2 жыл бұрын
EP: Extended Play. As Alvin defined it, an EP is a musical recording containing more tracks than a single but fewer than an album. An EP should have between 4 and 6 tracks.
@allafricanswearebrothers6903
@allafricanswearebrothers6903 2 жыл бұрын
Olegue turi kumavi Imana vuba izomwibuka yongere kwidegemvya Reta Mvyeyi ninyempuhwe izomugirira ikigongwe
@MohammedAli-xw1kt
@MohammedAli-xw1kt 2 жыл бұрын
Urakoze sha kutera iteka😍🇧🇮💕💋 waaaaa uuuuu
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 2 жыл бұрын
17:43 thought it we were talking about EP how IP came up? iyo uriko uraponda tes invitEs ba umenya ko what goes around comes around! Cheers!
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 2 жыл бұрын
@officialsalehmusic6483
@officialsalehmusic6483 Жыл бұрын
Big up bro Alvin from Btr
@nkunzimana4214
@nkunzimana4214 2 жыл бұрын
Umve ndamushigikiye Alvin kuko nubwo umugore archange ntashobora gufata chargezose zumugabo wiwe kuko nuyu mugore asanzwe agise chargé ziwe.
@jeandedieundayishimiye2793
@jeandedieundayishimiye2793 2 жыл бұрын
Extended Play EP stands for 'Extended Play,' meaning that an EP is longer than a single but shorter than an album. They typically feature between 2-5 songs and are under 30 minutes in length.
@FleuryOG
@FleuryOG 2 жыл бұрын
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
@vsaintburundi9616
@vsaintburundi9616 2 жыл бұрын
Irambire
@thierrykwizera1513
@thierrykwizera1513 2 жыл бұрын
haha uti umu babylon. 😊 twabonye ingene aba babylon bishura ,ko yacizemwo ugushavura mukwishura... 😊
@am-khalifa6491
@am-khalifa6491 2 жыл бұрын
Ndabakunda abarundi rwose love from Rwanda🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦
@kemosabe4996
@kemosabe4996 2 жыл бұрын
Iyo flag siyo mu rwanda 🇷🇼 uratubeshye
@Nickdripmedia
@Nickdripmedia 2 жыл бұрын
🔥🔥
@MohammedAli-xw1kt
@MohammedAli-xw1kt 2 жыл бұрын
Polesana 😭
@jefftotheworld1
@jefftotheworld1 2 жыл бұрын
Miss Burundi: Ivyo MUTUNVISE / MUTABONYE kuri Miss Burundi 2022 Fyonda hano wirabire kzbin.info/www/bejne/rKfXo6Omqr9ohtE
@dullydullahsenior756
@dullydullahsenior756 2 жыл бұрын
😂😂🤣🤣🤣🤣 Justin genda nawe urongore nawe uzobimenya🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂Alvin yaguhanuye😂😂😂😂😂
@husseinarakaza937
@husseinarakaza937 2 жыл бұрын
bije Ku nguvu zidasanzw
@jeanclaudemugisha533
@jeanclaudemugisha533 2 жыл бұрын
Il faudrait améliorer la qualité de vos images
@alexisbimenyimana3260
@alexisbimenyimana3260 2 жыл бұрын
Ego sha gusenga ni vyiza!
@mdbosco1640
@mdbosco1640 2 жыл бұрын
🥰🤙
@anefamm9802
@anefamm9802 2 жыл бұрын
La vache pirate kuko mukorogo yabuze namata ntaysriho urumva ubu wapi.zana urwo rusasu alvin hashe rimoya.big up Gael umukubito...com bro
@Melodicasd257
@Melodicasd257 2 жыл бұрын
Nivyo
@Munezeroyvette
@Munezeroyvette 2 жыл бұрын
Urasiba kuja kumuraba ntabuz abamuraba turuzuy umwana wacu turamukunda uraz ingen uwo muhungu yishima😏😏umengo ntari kwino si!
@cirondereyeaslam1293
@cirondereyeaslam1293 2 жыл бұрын
Ibiki biriko biza ninguvu zidasanzwe
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 2 жыл бұрын
Il parle bien français si je ne me trompe.
@nandy662
@nandy662 2 жыл бұрын
Vyahehe akogashano kivugisha indimi katazi akabwa gusa
@queenmbogo6277
@queenmbogo6277 2 жыл бұрын
@@nandy662 ibwa niso shaa wew wita umunt wumugabo Imbwa so nawe tumwite gute
@buccagacwerege8462
@buccagacwerege8462 2 жыл бұрын
@@nandy662 Alvin atari ukwirata ntakindi.umunota uhera avuze indimi nka zitatu ata narumwe Ruri correcte.
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 жыл бұрын
@@buccagacwerege8462 ww uravuga français nkiyavuga Alvin? Abantu murazi kwitera agateka☺
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 жыл бұрын
@@nandy662 agashano ni ww abantu murantwenza guta indero kubantu mutanazi cyoo😏
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Wapi alvin urateyisoni kwishura nkuko bakubajije ikibazo camugenzawe naho kuraba umuntu aruburenganzira bwumuntu umenye kwabasani atarukundo mufise amanyama yako gashenzi ngo alvin na francais katazi
@nandy662
@nandy662 2 жыл бұрын
Nagasega sakantu muga manyina urinz ubona umuhungu yisiga mukorogo ntucawumvako kabay ahorro nubwobu Français kivugisha ntavyokazi
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 жыл бұрын
Ahusanga Alvin waramudraze arakwanga☺uwo ntamenyerwa
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
@@hanifaalia5476 🤣🤣🤣🤣 nukutanzi nyene
@kanyangemariette4900
@kanyangemariette4900 2 жыл бұрын
Nuburenganzira bwiwe none mubimuhore
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 жыл бұрын
@@fabiolasilyvain8880 sinkakumenye nukuntu utukana nabi😏
@basumingerajeanbaptiste6535
@basumingerajeanbaptiste6535 2 жыл бұрын
Uwo Mugabo n'umurundi ?
@junchengsportsnewsstars5016
@junchengsportsnewsstars5016 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@MohammedAli-xw1kt
@MohammedAli-xw1kt 2 жыл бұрын
Nuku musengela azovayo
@braynbreezyoficial666
@braynbreezyoficial666 2 жыл бұрын
umukubito raba caméra unomusi yar wap
@boboboxtv
@boboboxtv 2 жыл бұрын
Bro urishuye nabicane ego kureba umuntu bikuvako ariko ntubivuge nkuwasizemwo inzigo twese turabantu
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 2 жыл бұрын
umubabylone
@bustabruce480
@bustabruce480 2 жыл бұрын
Nijisho ni black
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Buvuga ikirundi wa rofawe nciye numva unshishe kubwizonyishu wishuye;ubona umuravye wobumufunguje?????
@amandineirambona9207
@amandineirambona9207 2 жыл бұрын
Ivyarivyovyose uramukunda😂😂kuk sinovugak umwanka
@adriang.
@adriang. 2 жыл бұрын
Kandi nkaho ushobora kurara udasinziriye juste kumwanka Alvin 😂come on be humble
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
@@amandineirambona9207 nivyo wiyumvira wewe?????
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 жыл бұрын
@@fabiolasilyvain8880 nne nkubu uriko umutuka umuziza iki ntavuga ibyashaka erega nuburenganzira bwe🤨
@didivine6827
@didivine6827 2 жыл бұрын
Noe gend ukimuvugish nj muranwez umva mukobwa we utakiz murek akivug uta utujambo tuburofa gus nimuba mushaka kumuntu kwaterimber we numunt womurogaa
Пробую самое сладкое вещество во Вселенной
00:41
MEGA BOXES ARE BACK!!!
08:53
Brawl Stars
Рет қаралды 36 МЛН
Umwami w'akarere: Olègue (Délégué Général)
4:52
AKEZA TV
Рет қаралды 22 М.
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
0:25
Watch Me
Рет қаралды 54 МЛН
Какая Милота ❤️
0:10
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 6 МЛН
ПОМЫЛ МАШИНУ #shorts
0:26
Паша Осадчий
Рет қаралды 2 МЛН