AMABANGA Y'URUGO YOSE AYASHIZE HANZE

  Рет қаралды 8,706

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 25
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 2 жыл бұрын
Pasteur, murarondera gukorana ibiganiro n' abandi ba journalistes babikwiriye kuko uyu mugabo Lénine arabogamiye uruhande rumwe gusa, càd presque tous ses exemples négatifs sont dirigés envers les femmes! La femme Burundaise birazwi kuva kera muri Afrika yose ko bubaha abagabo babo kandi bubaka. Ego hariho bamwe batari ku murongo muga nibo bake. Mugize statistiques sur l' ensemble du pays mwosanga en majorité les femmes burundaises bubatse neza , ahubwo bihanganira rwose ingorane z' urugo kandi aribo nkingi z' umuryango, aribo barera n' abana, batunganya urugo.... . Les rares cas de mauvaises femmes muvuga ni abari mu gisagara aho muba kuko nibo mubona, MAIS ça ne représente pas bien les femmes burundaises qui sont en majorité des femmes rurales. Soyez neutres, équilibrés , intelligents sinon muzobura audience. Za muratanga n' inyigisho n, impanuro ariko mushiramwo na Références Bibliques aussi , sinon bisa nk' amatiku muriko muravuga. God bless you.
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Nibaza ko utahajeje ikiganiro cose bavuze kur cotes zose bavuze Hari n abagabo badashotse meme n bagore gusa pastor yavuze ntagufatira mur rusangi kuko hariho abagore beza na bagabo beza
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 2 жыл бұрын
We Lénine sha❗❗❗ Tu es un vrai misogyne! Subira mu kiganiro urabe ukuntu TOUS tes exemples z' amafuti uzishira ku bagore! Soit , tu as été déçu un jour par une fille ou femme, soit ta maman yabaniye nabi so, yaramuca inyuma ukabibona vyagusigiye igikomere co kwinuba abagore. Pole sana ...
@domineniyonsaba1913
@domineniyonsaba1913 2 жыл бұрын
Nanje mbona umengo harico Lénine apfa n'abagore
@Anny-p62
@Anny-p62 2 жыл бұрын
Mbe renine wwe les femmes burundaise bagukorey iki??? Nah umeng urik ukor ikiganiro cubaka bibobekako urik ubacir urubanza kko les exemples zamafuti zose uzirabisha kur côté imwe nibiki wew🙉🙉🙉🙉
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
No suko abashaka kumva ico pastor abivugako kuko journaliste ambwira yumva hanze
@alinekabatoni2642
@alinekabatoni2642 2 жыл бұрын
Non aba ariko yagura ibiganiro!n'umuntu azikuyaga cane ahubwo du courage sinon ingo zubu zikeney ibiganiro nkivyo
@بوتياننن
@بوتياننن Жыл бұрын
Pasta imana ikomeze kutukurindir kabisa inyigisho nkizi nizo zikenewe mwiki gihe murakoze cane
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 жыл бұрын
Pastor Yesu Kristo aguhezagire nukuri uzugume mubuntu bwa Yesu Kristo
@milym2713
@milym2713 Жыл бұрын
Harumuntu akwagriza ikintu arik we harico yiyizik mwavyinjiramwo akabon ko ugiy kumufata agaca agusab imbabaz zitavuy kumutima ham wamubwir ati rek tubanz tubihez kuber yavuz ngo mbabarir agaca agutsindisha iyo mbabarir bwaca akadukan ibind bikagenda kwakund sinumva ko uwomunt wokomez umwizey kuriy mbabarir yiw🤦
@irakozechimene656
@irakozechimene656 2 жыл бұрын
Eweee Lenine Uramukunda Pee Pasteur Ivy Ingo Naho Muzorar Muravuga Umengo Imana Yonyene Niyo Izotabar Kuk Ntivyoroshe🙌
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 2 жыл бұрын
😭🇨🇨🇧🇮❤️
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Nicogitum ivyo kurongora nabihevye ni stress gusa
@rodriguetuyikeze5144
@rodriguetuyikeze5144 2 жыл бұрын
Mwubahwe
@امنهامنه-و1م
@امنهامنه-و1م 2 жыл бұрын
Mwubahwe bavyeyi arikomudufache numéro pasteur 🙏🙏🙏🤲🤲🤲 mwobamukoze plz🙏🙏
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
+25768235604 Isidorembayahaga
@امنهامنه-و1م
@امنهامنه-و1م 2 жыл бұрын
@@hungaicahaministry3747 yesaguhumugicha utagabanije🙏🙏🙏
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
68235604
@all-in-One452
@all-in-One452 2 жыл бұрын
Hahahaha nkunda ibiganiro nkibi nukuri urugo rwiza nasanze arugusenga kuko ingo zubu zihura nibibazo vyinshi cane 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 2 жыл бұрын
Mwibere bene data kukiganiro ciza caan
@alinekabatoni2642
@alinekabatoni2642 2 жыл бұрын
Pasteur Imana ibandanye ikwagurira ubumenyi! turagukunda cane
@obedyniz7972
@obedyniz7972 2 жыл бұрын
Imana ibariyo izoduhitiramwo
@consolatanduwimana6418
@consolatanduwimana6418 2 жыл бұрын
👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👍👍👍👍
@salimadevista8954
@salimadevista8954 Жыл бұрын
Shaka namba za whatsapp za pasta .muhezagirwe
Think Fast, Talk Smart: Communication Techniques
58:20
Stanford Graduate School of Business
Рет қаралды 40 МЛН
24 timmar med Sveriges kortaste man
13:48
Mauri
Рет қаралды 396 М.
LIFEHACK😳 Rate our backpacks 1-10 😜🔥🎒
00:13
Diana Belitskay
Рет қаралды 3,9 МЛН
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 55 МЛН
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 59 МЛН
MARIAGE NTIMUBONA KO BAZORUHIRA KUZIHEBA HAMWE BIBANDANIJE UKU…
1:04:40
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 3,8 М.
NTUTINYE IZO MBWA
1:06:30
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 50 М.
LIFEHACK😳 Rate our backpacks 1-10 😜🔥🎒
00:13
Diana Belitskay
Рет қаралды 3,9 МЛН