Dukurire insaku ngaho, birazwi KO akayazwa gakoporora kumagaba. Ubu vidéos turazifise kera mwatubesha uko ariko Ubu biragaragara KO ata niveau y'AMAGABA mwegereza
@nsengumuremyiofficial9815 Жыл бұрын
Biriya bitashoboka?
@NduwimanaSeleus-xr6ux Жыл бұрын
Ingoma cumi basavye ingoma 11 icumu n'inkizo bagashira hasi ingoma zikaba vide umwanya ukaba utakurikijwe ishako zikaba zagumye vide ati aho mugiye kuba abambere i Gitega :)ntakanovera ndiko ndabona
@akarangaentertainment9 ай бұрын
AMAGABA arabarenze cane, ntimungana kandi bibi kubigereranya no kubigana! Turakunda AMAGABA kuburyo Ubu bigoye KO mutubesha nkambere, Vidéos zirivugira