Raba umurisho w'ingoma abatimbo b'ibujumbura berekanye mukwiyamiriza abakoresheje ingoma muri EAGT

  Рет қаралды 128,616

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 147
@UCKmcvMhP4DWlYjEbZs3T5TQ
@UCKmcvMhP4DWlYjEbZs3T5TQ 5 жыл бұрын
Iyo ntaba umurundi mba mbabara cane.ewe muco wiwacu😍😍ewe NGOMA ZUBURUNDI😙😍Turacari abambere
@josephtwagiramungu4849
@josephtwagiramungu4849 4 жыл бұрын
Waooo, Ubu nibwo Butunzi bwacu❤🇧🇮 Burundi, NB:Akaranga ntikagurwa,Ntikibwa,Ntigatizwa🇧🇮
@hethjessehethlevi9152
@hethjessehethlevi9152 4 жыл бұрын
Ndagukunda Burundi 😍.murakoze gwanira umuco wacu ✌
@مباركالسعدي-ك3س
@مباركالسعدي-ك3س 3 жыл бұрын
Burundi.bwacu wirambire
@hassanakida9226
@hassanakida9226 4 жыл бұрын
1:08 is my favorite... Peace from Tanzania
@Entertainmenet1
@Entertainmenet1 5 жыл бұрын
Kubantu bose bavuga ko ari bibi kwiyamiriza abavugije Ingoma muri EAGT umuco nguyu. Kuvuza Ingoma muri EAGT sikibazo gusa ico bari basabwe kwari ugukurikiza Umuco ndundi; nahandi hose barazivuza ariko ntibababuza icatumye barya tubashavurira niki: " Ingoma ija imbere itegerezwa kuba iriko Ibendera ry' I Gihugu cacu " Burundi; mugihe bo bashizeko Ibendera ritandukanye numuco w' Ingoma zacu." Ico iyo bagokurikiza ntakibazo nakimwe kihari.
@emmanuelaime5357
@emmanuelaime5357 3 жыл бұрын
Sorry ntibizasubire mwese murababanyi.
@kadjasengi8179
@kadjasengi8179 5 жыл бұрын
Ayiye nimurabe mamaye ninde afise nkwantwe tugahaya 😍😍😍😍😍😋😋😋😋😋😋😋😋
@colinbigira8449
@colinbigira8449 5 жыл бұрын
now this is drums beating a show case!....Love this country....
@belamienzoyisenga9316
@belamienzoyisenga9316 5 жыл бұрын
zihezihezihe mwampay'inkamwe shazaaaa ,iyeyeyeyeyeyeyeeehaaa ,ntahandi atar'iburundi gusa
@aishaalafifo7057
@aishaalafifo7057 5 жыл бұрын
Burundi oyeeee uracar'uwambere uwukwanka yinyonge💪💪
@emeryniyongabo8801
@emeryniyongabo8801 5 жыл бұрын
Iyo niyo ngoma yukuri ( akiwacu i Burundi)
@emmanuerinensavyimana2765
@emmanuerinensavyimana2765 3 жыл бұрын
Nukur dufise igihugu ciza.kirangwa nivyiza gusa aka nakanovera.twisangije africa yose abandi nivyigangeso burundi🇧🇮🇧🇮💪💪💪
@augustenzeyimana7999
@augustenzeyimana7999 5 жыл бұрын
Authentique 🇧🇮🔥🔥!!
@mupe1984
@mupe1984 5 жыл бұрын
Hahaha, Abarundi sha muzi kuvuza ingoma nuko mubivanga.
@MedySaudi-t8c
@MedySaudi-t8c 14 күн бұрын
Murakoz cane ❤❤❤❤
@safariadrien5348
@safariadrien5348 5 жыл бұрын
Mama Africa our culture's they are original
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 5 жыл бұрын
Wow!!! Very nice.
@cedriquejoshuas6961
@cedriquejoshuas6961 Жыл бұрын
Yoooo ndumiwe pe! Harimo abagabo basimbuka!!
@allmovies8606
@allmovies8606 5 жыл бұрын
If you are proud of burundi pls like here
@natasharukundo9867
@natasharukundo9867 2 жыл бұрын
Akamere kiwacu muburundi,I love my country Burundi🙏🙏
@rihanashurwe8345
@rihanashurwe8345 3 жыл бұрын
Ego vrm mwabikoze nez cn mukomer💥💥🔥🔥🔥🔥
@patricknkurikiye9721
@patricknkurikiye9721 5 жыл бұрын
Vrai ingoma from Burundi
@lunabranwen
@lunabranwen 7 ай бұрын
Viva Burundi 🇧🇮
@sharomahesabuinnocent1830
@sharomahesabuinnocent1830 5 жыл бұрын
I love u guys u have talent BG UP
@JeanFessiNiyungeko
@JeanFessiNiyungeko 6 ай бұрын
Ndakunda akaranga kanje.
@mugishaaudreille8085
@mugishaaudreille8085 5 жыл бұрын
Mashaa Allah 😗😗😗😗😗😗😙😙😙
@ankahassn44
@ankahassn44 5 жыл бұрын
Ingoma yuburundi ixokwamaho sokuru wanje niwe wahora abitubwira uko vyagenda bari mungoro yumwa gitega burundi oyeeee numwana yonka ingo higa higa mwantore ziburundi barasinba bakabegwa mureke kwivanga kukaranga kiburundi
@munyongeshabani3532
@munyongeshabani3532 5 жыл бұрын
I love my beautiful Country BDI.
@carlosnyayo7223
@carlosnyayo7223 5 жыл бұрын
their sick gvnmnt has been sliping for sooo long damn !!!!!, they ve come to realise that burundi has got talent in drums when they saw burundian refugees prove it to the east african community , this contry is led by washamba nyama za poli kabisa !!
@timoshand5952
@timoshand5952 5 жыл бұрын
@@carlosnyayo7223 it is not from that competition that burundian drums have been agreed by UNESCO .. as always the enemy of a black man is an other black pussy
@niyongereniyongere4647
@niyongereniyongere4647 5 жыл бұрын
Woooooow that's was amazing
@jeankalubandika2560
@jeankalubandika2560 5 жыл бұрын
Lov my beautiful country
@ThierryNshimirimana-lo7wv
@ThierryNshimirimana-lo7wv 20 күн бұрын
Ilov burundi
@Alihamdulil
@Alihamdulil 5 жыл бұрын
We are Burundian and soo proud of our Culture and plz rwanda don’t ever try show our culture in your name shame on Rwanda this culture of (INGOMA) is special and respectively to our Beautiful Country call Burundi
@mandelamugabe9288
@mandelamugabe9288 5 жыл бұрын
N. Masscolfied @you are very right
@kayitarerobert1735
@kayitarerobert1735 5 жыл бұрын
we don't and ever will try to show that witchcraft so called culture , i thought y'all saw eagtalent but u didn't nkurikije ibyo uvuze coz abakubise ibyo binyagwa byanyu ninabarundi not rwadese, nuko mwabagize impunzi mwanijji mwe
@carlosnyayo7223
@carlosnyayo7223 5 жыл бұрын
their sick gvnmnt has been sliping for sooo long damn !!!!!, they ve come to realise that burundi has got talent in drums when they saw burundian refugees prove it to the east african community , this contry is led by washamba nyama za poli kabisa !!
@Irene28092
@Irene28092 5 жыл бұрын
@@carlosnyayo7223 swera nyoko wa nkotanyi
@Irene28092
@Irene28092 5 жыл бұрын
@@kayitarerobert1735 swera nyoko wa bwawe,,,abarundi turingaboo...ntituri ubuzingo nkakagome
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮uburundi number one 🥳🥳🥳💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌
@mihigosafari185
@mihigosafari185 6 ай бұрын
Azo bagurire inkweto
@ireneburundi7144
@ireneburundi7144 2 жыл бұрын
Nukuri mwabigenjej nez mukomerezah kabis
@Princescolaekima
@Princescolaekima Ай бұрын
Ahorero byahiye
@jayc575
@jayc575 5 жыл бұрын
Now this is how it’s done💪🏾 proud Burundian🇧🇮
@geosouleimanndayikenguruki7860
@geosouleimanndayikenguruki7860 2 жыл бұрын
Uburundi turashoboye kwer!!akaranga kacu kubahwe
@احمداحمد-م3ق7ك
@احمداحمد-م3ق7ك 4 жыл бұрын
Muburundi harateyigimwe.cane hishwe ningorane.imwe.gusa
@Boroom_5951mbouki
@Boroom_5951mbouki 7 ай бұрын
Sublime !
@gamelahg4613
@gamelahg4613 5 жыл бұрын
nutumye ndira nkuye iburundi iwacuu
@RubinNiyoyitungira
@RubinNiyoyitungira 4 ай бұрын
Biradyoshe pe
@chantalnizigiyimana4667
@chantalnizigiyimana4667 4 жыл бұрын
Ndakund à igihugu cacu My country Burundi uramata koko
@Roza-on6km
@Roza-on6km 2 жыл бұрын
Komere🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪✌️
@desirecitegetse3004
@desirecitegetse3004 5 жыл бұрын
proud of you guys!
@niyonkuru64gisnothrsylvest72
@niyonkuru64gisnothrsylvest72 Жыл бұрын
😊😊111
@yviherman6396
@yviherman6396 5 жыл бұрын
This is Burundi 🇧🇮
@vava-bc7ys
@vava-bc7ys Жыл бұрын
Well and good
@byamungusimon3204
@byamungusimon3204 Жыл бұрын
Super drums
@BimenyimanaJeanClaude-q2q
@BimenyimanaJeanClaude-q2q 8 ай бұрын
Very good
@OmanCello
@OmanCello 5 ай бұрын
🎉🎉
@suavismurekerisoni4386
@suavismurekerisoni4386 3 жыл бұрын
Nciye nkumbura Iwacu . Ingoma 🇧🇮
@Alihamdulil
@Alihamdulil 5 жыл бұрын
We don’t need to go in that competition to show that the Drums is for us no no no ever almighty God knows that is for Us sooo those guys who was in African has go talent they should put a Burundi flag on front of drums
@Dieroz12
@Dieroz12 4 жыл бұрын
Tell em my sis
@noellahabimana5558
@noellahabimana5558 Жыл бұрын
Suis fiere kuba nd'umurundi
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 5 жыл бұрын
my lovely country
@Boroom_5951mbouki
@Boroom_5951mbouki 7 ай бұрын
Comment traduire ce niveau de maîtrise des tambours et de la danse en curriculum ? Fier de mon africainité!
@kcdxjb6720
@kcdxjb6720 5 жыл бұрын
Pow Vous 😍😍😘🤣
@dghjjgfjkfhkiyg8840
@dghjjgfjkfhkiyg8840 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤
@fahimafah349
@fahimafah349 3 жыл бұрын
Wawooo
@kuziririzaisabatosiitegeko7088
@kuziririzaisabatosiitegeko7088 Жыл бұрын
Murabesha ntaho mwikukiye
@godeliveniyongabo7066
@godeliveniyongabo7066 5 жыл бұрын
Nimba zavugijwe n'abarundi baba mu Rwanda jewe mbona atangorane ihari kuko still biguma vyerekana UBURUNDI
@habimanajohn1447
@habimanajohn1447 5 жыл бұрын
Umwambaro nibindi barahinduye uko tubizi.
@alphynibishaka3129
@alphynibishaka3129 5 жыл бұрын
Ingoma bavugije zicapweko ibintu ntaribwabone, raba ningene bari bambaye, it’s just a bullshit
@Entertainmenet1
@Entertainmenet1 5 жыл бұрын
Kuzivuza samakosa nahandi barazivuza gusa ari abarindi Ingoma ija imbere itegerezwa kujako ibendera ry ' Igihugu cacu ntakindi apana irindi ibendera.
@habimanajohn1447
@habimanajohn1447 5 жыл бұрын
Ntubona abatimbo nyabo original.
@bucanajuste3565
@bucanajuste3565 5 жыл бұрын
Egooooooooo !!! Ndemeye Pe!!!!!
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 5 жыл бұрын
Represent,GISHORA STILL NUMBER ONE.
@vumbishida9953
@vumbishida9953 5 жыл бұрын
I miss hommmmm
@nduwimanaemmanuel2903
@nduwimanaemmanuel2903 5 жыл бұрын
ndabemey nukuriii
@leenleeen9666
@leenleeen9666 5 жыл бұрын
Nivyo kuberik bagomba kutwambara kumatwi yabo
@alainbigero8609
@alainbigero8609 3 жыл бұрын
Rukinzo nayo yarihe?
@akbardasilva2028
@akbardasilva2028 5 жыл бұрын
nibarek amajsmbo nabo bagenda mur rirya higanwa turab
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 4 жыл бұрын
Guys l love you my country
@etiennenduwimana4769
@etiennenduwimana4769 3 жыл бұрын
Good
@haranagaspari4064
@haranagaspari4064 3 жыл бұрын
👏
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Ni correction kabisa barakosoye.
@armand23974
@armand23974 3 жыл бұрын
💓💓💓💓💓
@charlotenibitanga216
@charlotenibitanga216 5 жыл бұрын
Jewe nabonye barya batari bazi kuvuza ingoma
@christiannsengiyumva6253
@christiannsengiyumva6253 5 жыл бұрын
Kumenya kuzivuza neza canke nabi wewe ntavyo uzi.
@amoseirumva3932
@amoseirumva3932 5 жыл бұрын
Komera cyane
@charlotenibitanga216
@charlotenibitanga216 5 жыл бұрын
Kusa turacari abambere koko muvuza neza
@akbardasilva2028
@akbardasilva2028 5 жыл бұрын
ok nibagend mwigmhiganwa nabo babakosore baberek ko bataz ic bariko barakor
@viatorhatuga5367
@viatorhatuga5367 5 жыл бұрын
Abarundi turakaze pee
@nijimbereanne-lj2kh
@nijimbereanne-lj2kh Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@benmuhizi1975
@benmuhizi1975 3 жыл бұрын
This is it
@PesaMadafu
@PesaMadafu 5 жыл бұрын
❤️❤️❤️
@ddssddsss7616
@ddssddsss7616 5 жыл бұрын
kwani kosa liko wapi mbona walisema ni wanyarwanda ila wanatumia talente ya burundi sema munge shukuru kwamaana wali watambulishe na wakatupa mdaa wao kwenda kutambulisha ngoma ya kihasiri ya burundi nanyie nendeni inshaAllah kwa uwezo wake mungu mutapita bila kubahatisha kwamaana dhuuuu burundi tunajuwa sana ngoma
@NkunzimanaNestor
@NkunzimanaNestor Жыл бұрын
😂😂😂😂
@alltooler4341
@alltooler4341 5 жыл бұрын
Those are proud burundis very cool
@jeandedieuhakuziyaremye8623
@jeandedieuhakuziyaremye8623 5 жыл бұрын
Uyumusi urwanda rwiyitako urwomutima wa Africa.mugihe uravye ahurwanda rurikwikarata ya africa kubize Geography bacabibibona.ivyokomutabihinyuza ngomuvugeko Burundi the heart of Africa.ariko kandi vyose rekabaze baravyiyitwarira ababonakure ntakundi igihugu ntanindege dufise hama ngonaheze bacapeko iyongoma iriko drapeau yuburundi gutyo ingoma zikomeze gusamirana mumashinga.bashireko nijambo the heart of africa ataruko jew mbona turacibwa kabisa.ahondi USA 🇺🇸 ndababazwa nukuntu ntakintu nakimwe dufise cank kuri gukorwa cotuma uburundi bwacu bumenyekana🤦‍♂️
@akbardasilva2028
@akbardasilva2028 5 жыл бұрын
hh ako kan karanyish kbs
@FamilyAziza
@FamilyAziza 2 ай бұрын
Vyaramaze kwemezwa muri ONU ko ingoma arumuco wabaeundi bonyene ,uwozusubira kuzivuza uko ashaka canke ahariho hose ataruhusha yahawe azobihanirwa
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 5 жыл бұрын
Bariko barataruka nkibikeri
@guillaumeirakoze9829
@guillaumeirakoze9829 5 жыл бұрын
The Truth Tv nc
@ankahassn44
@ankahassn44 5 жыл бұрын
Urakina numutinbo wewe weweeeee burundi oyeeee nigihugu gikenye ariko twarandikishije amateka mumakungu higa higa mwantore uwiiiiiii uwubank abandureko
@lesrwemasolutions
@lesrwemasolutions 3 жыл бұрын
Abarundi benshi bakunze iyi Channel... Ubumenyi buyiriko burahindura vyinshi mu Barundi, Munyaruke mufyonde kuri S'abonner/Subscribe kzbin.info/door/0d9pQkkHP9-N5j0UxWTxaQ
@MaulidiHashimu
@MaulidiHashimu 4 ай бұрын
Napnd
@خلفانوائل
@خلفانوائل 2 жыл бұрын
bite ego
@aishaalafifo7057
@aishaalafifo7057 5 жыл бұрын
Abanyagwanda bivye imico n'akaranga vy'Uburundi🤔nimurondere ibyanyu mureke ingoma zacu
@mandelamugabe9288
@mandelamugabe9288 5 жыл бұрын
Nukuri murabizi .ntavyo gutomboza birimwo
@ugirashebujajbaptiste2368
@ugirashebujajbaptiste2368 5 жыл бұрын
Murapfusha igihe ubusa.
@dolineingabire8658
@dolineingabire8658 2 жыл бұрын
ujyirashebuja iyonimyumvire yumutima wawe
@adrienblue452
@adrienblue452 5 жыл бұрын
Urwanda nirutuve inyuma eudukome burundi oyeeeeeeeeee💪💪💪💪💪💪💪💪💪
@havyarimanacelestin8021
@havyarimanacelestin8021 5 жыл бұрын
Murarondera amatiku aho Atari, kuba baragiy mwarirya higanwa bari bavyemerew kuko bafise uburenganzira bwo kuba mu Rwanda nk uko amategeko yarirya higanwa abivuga, kuvuza ingoma naho ntaco bahinduye kukaranga k iwacu Mbe ko tuzi ko ingoma irangwa n ibendera ry igihugu, ko ataco mwavuze, mutanga ingoma icafyeko inkona muha uwutwara cndd fdd igitega? Muratwengeje, ariko barabasuka!
@Entertainmenet1
@Entertainmenet1 5 жыл бұрын
Erega kuzivuza nticari ikibazo kubwanje nuko mukuzivuza ingoma ija Imbere itegerezwa kujako ibendera ry' Igihugu cu Burundi apana irindi ibendera
@ugirashebujajbaptiste2368
@ugirashebujajbaptiste2368 5 жыл бұрын
Gusa ibintu mwakoze byaribyiza ariko inyito y'icyo mwabikoreye itumye biba bibi binuka kurusha amabyi
@emmanuelniyomugisha5098
@emmanuelniyomugisha5098 5 жыл бұрын
ntanisoni mugira??? ceceka munume! nimba umuco wa kinyarwanda wabanukiye, tangaza kwataco ukibamariye hanyuma mwibereho nkihene! ubusuma gusa!!!
@marthamboza7880
@marthamboza7880 Жыл бұрын
Non nkiyimbwa niyahe
@MBARAGA
@MBARAGA 5 жыл бұрын
Abarundi ntago bazi kuvuza ingoma kurusha Abanyarwanda gose. Emwe no gutamba ntago babarusha.
@toyipepe2408
@toyipepe2408 5 жыл бұрын
Turiyamurije Abaziyitirira Abanyagwanda Ntimusubire Please🙏
@nellyjc3994
@nellyjc3994 5 жыл бұрын
Murabona abakuri mwabanyagwandamwe
@christiannsengiyumva6253
@christiannsengiyumva6253 5 жыл бұрын
Babajwe nuko atari bo batumiwe,rondera ay akayeri mutahe ntaco muriko muriyamiriza ngaho mwa bigugu.
@sanny.m3767
@sanny.m3767 5 жыл бұрын
Sinumva kurumurundi wewe Hamwe woba uriwe uri muri zantumva zata akaranga zigatorana akaranda Ufise ishavu ninzigo ataho bizopfa bigushikanye kubera wataye akaranga mutima.
@christiannsengiyumva6253
@christiannsengiyumva6253 5 жыл бұрын
@@sanny.m3767 a karanda ni wewe n abiwanyu uzoba nze u menye imigwi y abatimbo bari hanze y uburundi n a mahiganwa bamaze imyaka bajamwo hanyuma uzosanga ari wewe utazi nivyo uvuga ,Europe hari imigwi irenga cumi,America irenga itanu ,Canada hoho ntuvuge wewe nimba utunye mu burundi utazi ikintu na kimwe uvuga ayamuhe weho urushwa n a karanda sinzi n ingene nokwita.
@arielchavez4507
@arielchavez4507 5 жыл бұрын
Boy menya kimw, imigwi yabatimbo iri hanz nubw bavugiriz hanz baba bafis ibiranga uburundi sinz kutahur ic nshats kuvuga ngaho sicokimw nabary bagiy baserukir urwand knd mu rwanda atangoma bavuza, biry bakoz namakosa. hama gutukana mbona ubishoboy
@christiannsengiyumva6253
@christiannsengiyumva6253 5 жыл бұрын
@@arielchavez4507 bavuze ko ari impunzi zose abarundi zahungiye mu rwanda nico gituma bavuze ko baje bava mu rwanda.none sivyo?ninde atazi itandukaniro ry ingoma z uburundi n urwanda?
@charlotenibitanga216
@charlotenibitanga216 5 жыл бұрын
Ndibaza ko utari umurundi
@emmanuelniyomugisha5098
@emmanuelniyomugisha5098 5 жыл бұрын
si vraiment le Rwanda n'a pas sa propre culture à presenter dans les competitions exterieures, Qu'il se taise dans des cas pareils. Et s'il en a, Qu'il demande pardon à qui, il a tenté de voler sa culture!!!!
#Burundi: Mbega ''Ubumwe bw'Abarundi'' bwifashe gute uyu munsi?
2:54:16
When Cucumbers Meet PVC Pipe The Results Are Wild! 🤭
00:44
Crafty Buddy
Рет қаралды 63 МЛН
Creative Justice at the Checkout: Bananas and Eggs Showdown #shorts
00:18
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 34 МЛН
How Many Balloons To Make A Store Fly?
00:22
MrBeast
Рет қаралды 173 МЛН
#ABABISHE_MURINYUMA MWUMVE UKO BABASHINYAGURIRA#NOBLE_MARARA
1:17:23
NYUMVA, NKUMVE.
Рет қаралды 13 М.
Ingoma zaranze umunsi wahariwe akaranga k'uburundi n'ubuyapani
8:00
Kinyange araryosha ibirungo mu bukwe !
32:53
UMUKOMEZWA TV
Рет қаралды 135 М.
Burundi drummers GROUP RUCITEME KARYENDA CULTURE
16:02
mac teddit
Рет қаралды 31 М.
NINDE?   AKATARETSE KABA GASEMA
45:14
TV RTNB
Рет қаралды 291 М.
When Cucumbers Meet PVC Pipe The Results Are Wild! 🤭
00:44
Crafty Buddy
Рет қаралды 63 МЛН