Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Пікірлер: 108
@noelndisabiye83964 жыл бұрын
Nivyo Hosy siwe
@eilinli78464 жыл бұрын
Courage 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@oscarniyongere83764 жыл бұрын
Isaac osy ko tuguma turonka utu rapport twinshi aguma yikoza amenyko success zishobora kumuherako ,ntiyibagireko amaz gufashwa na benshi nawe afashe abandi .but big up Isaac we salute you man and ejo niheza keke
Isaac ndakunda ibiganiro vyawe sana kabsa keke ufise ishinyo nziza cane utwenze ntamuhungu atogukunda vrt uteye naneza
@kingviga72494 жыл бұрын
I love that girl
@michougomez91414 жыл бұрын
Umunya muramvya wiwacu 🥰🇧🇮
@mgmgtheraper66794 жыл бұрын
Wow you back again welcome isaac so uwomwana nukumubwira ahovyase uronderera ahandi
@happycynthiantwari43284 жыл бұрын
Isaac urabaza kbx 🤣😂👌
@onzeekankuli76214 жыл бұрын
Ndu Umugabo kandi fise 👪
@pinlslum43244 жыл бұрын
She so cute
@samuelniyokwizigigwa64024 жыл бұрын
Bnr Isaac tv.nukuri ivyo vy'abakobwa b'i muranvya ndabifitiye ivyemezo naravyiboney
@fabricebongfave34064 жыл бұрын
Felicitation
@samuelniyokwizigigwa64024 жыл бұрын
Nareke kwivugisha abakobwa turabazi nukwivugisha encore wamuranvya?sha nagombe avugishe ukuri.
@kajagarilecomedien34944 жыл бұрын
Hosy arishima NA wew Isaac naragusavye ikintu inyishu ntiwampaye
@josephinegahugano61484 жыл бұрын
Ariko kuba atakwemereye stages,ntibituma wocusimbira online ngo uvugeko arumwana mubi.surtout k nawe atareaction réelle yiwe watubwiye.ucumnga nturi mûre nawe,bituma harabatogukundira une telle réaction mademoiselle. Ubundi cette Hosy mbona ateye nkabandi barundikazi vrt,ahibiganiro abatandukanye même les plus démunis.ntashirisoni,mumvugo no munyambaro.
Urashira isoni One two one two two one two peace Man
@milomediatv4 жыл бұрын
Kumbe nabaye uwambere mûri commentaires yooo félicitations à moi😂😂😂😂😂😂😂😂
@lydiawamaana83614 жыл бұрын
None ko Hosy yavuze ngo uwuzokenera kugira stage azomurondere, so nivyo sha clairia ngira ngo ntiyar bwabipange kila kintu numupango Hama kubavug ngo hosy arishima, bamurek'ishari reka abana bigihugu bibereho Kandi kenshi abana beza muvug ngo barishima why?
@irakozemwanaidimwanaidi11514 жыл бұрын
🥰🥰🥰
@ericntungwanay25074 жыл бұрын
Isaac ntimubabeshere bavuze k harih bamwe bawucinyiza nabandi babikora nez
@hedayahe8544 жыл бұрын
Yoza iwacu akaryama mworinda kuryamana
@fulgencebigirimana9134 жыл бұрын
Isaac sorry uyu musisita muhe contact yanje dukorane muri proje yanje
@vyizigirofrancine99944 жыл бұрын
Mbayuwumunani ndazindutse
@donnar37904 жыл бұрын
Isaac ufise ubushuhe kabisa🤣 ama cuisse nama taille wagumye woza amaso🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ariko uwomukobwa yakwishuye neza avec intelligence. Hosy ni journaliste mwiza ntamashari agira☺
Ndagusabye Isaac ba mumenya kwambara kuko muba murebwa nabantu benshi nkiyo t-shirt 👕 vraiment c pas du tout bien ntabwo igaragara neza utwo nudupira twabana bari kabs Just saying
@fofofrancine57254 жыл бұрын
Keke umunyamuramvya wiwacu mpa numero yawe tumenyane
Un journaliste qui est tellement bidon dans toutes tes question. Il faut q tu apprenne comment diriger une interview. Vos questions sont vides et bidons. Sinon retourner sur le banc de l'ecole.