HOSY wa {Siren Vibes TV} ishavu kubamwita UMUNYARWANDAKAZI || SIMBIZI || Bavuze ko bazomenera amacam

  Рет қаралды 25,308

Isaac Tv

Isaac Tv

Жыл бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 169
@jejekiki9599
@jejekiki9599 Жыл бұрын
Oooh kumbe kuba umunya 🇷🇼 i 🇧🇮 nicaha? Mufite akazi kenshi vraiment
@thierryniyomwungere5817
@thierryniyomwungere5817 Жыл бұрын
Sha Hosy, warakoze ikintu gikomeye vyasavye kuba ufise determination. Big up nibindi uzobishikako. Uri inspiration kubandi bashaka kugira aho bigeza mu buryo buke bwabo
@ngolivier4016
@ngolivier4016 Жыл бұрын
Kwitwa umunyarwanda biravuna sibyo ubonetse wese, ahubwo wagakwiye kuba proud...naho ubundi ibyo kukwangira ko uri umunyarwanda nibisanzwe abarundi banga abanyarwanda nibya cyera sibyubu
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 Жыл бұрын
Sha ngirawabaye aho bakwanka😢sivyo nagato abarundi barafise urukundo rutaba ahandi 🙏
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
@@stephaniegirukwishaka6974 urukundo murufitiye abandi sauf umunyarwanda tandis que twe mu Rda abarundi bariyo bidengenvya ntanubgo umuntu amenya ko bahari. Ntacyo bizabamarira kuko umwana yankwa niwe akura.
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 Жыл бұрын
@@christinesemuto940 sinibaza ko arivyo! Ariko bivana Naho umuntu yakuriye!
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
@@stephaniegirukwishaka6974 yeah ibyo uvuga nibyo Stephanie ntabgo ari bose
@saidamrani4435
@saidamrani4435 Жыл бұрын
Wavuze neza Hosy,c est vrai ico gi petit semavumba kiraboneka ko ari ikinyamacakubiri,kuvuga ko muri abanyarwanda sico yashatse kuvuga ,yashatse kuvuga ibindi,bivanye nubwoko buri kubutegetsi mu Rwanda.
@tuyishemezeflorence361
@tuyishemezeflorence361 Жыл бұрын
Hosy wanje songa mbele Mungu mbele❤️🇧🇮
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
reka ndababwire hari igeze kubaho igihe mu rwanda hits zari indirimbo z'uburundi na tanzania na ug nta ndirimbo nimwe zo murwanda zari zihari ariko abasani bo murwanda barashoboye gukora music nziza no gukundisha abanyarwanda music yabo 100% kubera rero murwanda nabarundi turi bamwe turi nka ba cousins hazamo udutiku tutari ngombwa murwanda social media zarakoze akazi no mu burundi muravuza indirimbo zo mu rwanda cyane nonese hari uwabashizeho itegeko cg ni faveur mubagirira basi muzazireke turebe ko bikunda mureke udutiku
@user-oh6wd9ic9s
@user-oh6wd9ic9s 6 ай бұрын
Nibakureke wikore ibyawekandi ukoraneza ahowaba uvahosebitwaye icyikuraje🙏🙏🙏🙏🙏🧎
@BoscoNiyonkuru-ou6tr
@BoscoNiyonkuru-ou6tr 9 ай бұрын
Muzi abarundi baba murwanda uko bangana ntango tubanga ngo nuko arabarundi
@ngundachris7598
@ngundachris7598 Жыл бұрын
Abarundi dupfa ubusa, kugira famille irimo umunyarwanda, umucongo,tanzania....sinibaza ikibazo vyotera!
@theodorbisoro1341
@theodorbisoro1341 Жыл бұрын
Hosy warahengamye nukuri. Ntabwo wahagaze nkumumenyesha makuru. Cank urumunyarwanda
@Your_coach_is_here
@Your_coach_is_here Жыл бұрын
I love Hosy too much ,she is quite clever,creative and beautiful
@rukundodavid8131
@rukundodavid8131 Жыл бұрын
Mwebwe mwebwe mubona abanyagwanda mubona babavuga barik barakora nimukore murek kuvuga abantu batabitaye
@VIBESTVV
@VIBESTVV Жыл бұрын
Burya bwose mugihe abarundi bari mu Rwanda bidegembya bagakora ibyo bashaka, mu burundi kuba ununyarwanda nicyaha??? Ndumiweee abarundi ishyari mufite muteye isesemi
@bwenge5332
@bwenge5332 Жыл бұрын
Ariko nukuri abanyarwanda bajya muburundi bitonde ndabona mumisi irimbere bazabatema nukuri kuko urwango abarundi bamwe sibose bafitiye abanyarwanda biteye ubwoba
@igirukwishakanadege5335
@igirukwishakanadege5335 Жыл бұрын
Wewe urumurundikazi kabisa sicokimwe Na cakigogi monia
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
Non umunyarwandakazi sumuntu? Ese abantu twabay gut? Hosy jipe Amani mungu yupo 🙏🙏🙏💐💐💐
@jeanmarietwagirayezu4111
@jeanmarietwagirayezu4111 Жыл бұрын
Jyewe ndi umunyarwanda ndanezerewe cyane rwose kuba umunyarwanda, ariko si byiza na gato kukwitirira identité itari iyawe.
@keza7926
@keza7926 Жыл бұрын
@@jeanmarietwagirayezu4111 ariko ninumunyardakazi ajye abemerera baziyahure.nuko abantu biwacu bakunda amacakubiri.ndi umunyardakazi bashakanye numurundi twe biri bizarre kuko abana bafite nationalité française ariko nubwo ari bato bavuga langwe maternelle Zaho duturuka tuguma tubigisha KO ari abarundi n'abanyarda avant yibindi byose .biteye isoni kumva abavuga uririmi rumwe dufite problème nkizo nabo tudahuje couleur de peau dushakana nabo Ubu.
@BizimunguLinkanmerveille-km5uf
@BizimunguLinkanmerveille-km5uf Жыл бұрын
​@@jeanmarietwagirayezu4111 egoo kk na Hosy ntiyank urwand cnk abanyarwanda oyaaa ahubw ar fière d'être umurundikazii rr uwumubwr ng ni umunyarwandakaz aba amubabaj ❤
@Godfreyofficial12
@Godfreyofficial12 Жыл бұрын
Ukorera majahe turoz tugushorere
@ndayikengurukiyeange3259
@ndayikengurukiyeange3259 Жыл бұрын
Bakwirekere disi .love u
@irakozedarlene2868
@irakozedarlene2868 Жыл бұрын
Courage hosy ubandanye ushira imana imbere
@salima7729
@salima7729 Жыл бұрын
Jew mbanumva nishimy tu 🎄🎀❤️Hosy Noel nziza mama bade💞
@biganda
@biganda Жыл бұрын
Hosy chr Wang bamushavuje 😭😭
@irakozeemelyne1166
@irakozeemelyne1166 Жыл бұрын
🇷🇼 mutwanga utyo burya I burundi😂? Ukuntu nikundira abarundi🙆,mureke dukundane wana nubundi turi umwe
@T-Fellow
@T-Fellow Жыл бұрын
Nibakureke mwana wa'Barundi
@vcftjhbvg1212
@vcftjhbvg1212 Жыл бұрын
Hosy Alhamdulillah courage disi
@RuremwaMalickPlaystory-tp8ni
@RuremwaMalickPlaystory-tp8ni 11 ай бұрын
Hosy Noe urumunyarwanda vyobaribibi😀so courage Isaac tumira Keke Naw Noe cnke Bella na minouche🙅✌️
@asali_official
@asali_official Жыл бұрын
Kura ubujuju ngah Hosy
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial Жыл бұрын
Numwanamwiza niyompanvu akoribintu vyiwe yicecekeye.ndakundukuntu acishamake
@claudehappy5131
@claudehappy5131 Жыл бұрын
Abanyarwanda natwe turagukunda
@manubig5529
@manubig5529 Жыл бұрын
Ndi umunyarwanda uri proud Kandi ndabakurikira ariko ndumiwe pe muburundi banga abanyarwanda bigeze Aho?? Bakwita umunyarwandakazi kugira ngo bakwangishe abantu???? Am disappointed .
@willermemukeshimana1682
@willermemukeshimana1682 Жыл бұрын
Mister Isaac I like your emissions you have such a fertile brain, I like the way you work, nukuntu rero ufise utu astuces mukubaza
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 Жыл бұрын
Gwanya amacakubiri iyaturuka hose!! Mugwanye icitwa inabi cose!!
@yvangrassi8359
@yvangrassi8359 Жыл бұрын
Keep going my cousine don't give up nabaguca intege we love you ni Yvan from Sweden your cousin
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial Жыл бұрын
Polesana hossy.kandi nezezwa niterambere ryawe muvyukuri.
@oasis7243
@oasis7243 Жыл бұрын
Uwukwanka mureke Kizi Imana igukunda nanje Ndagukunda bihorere.
@milym2713
@milym2713 Жыл бұрын
Murakoze ikikiganir ndacungukuiyemwo ikintu😘
@ismahtv299
@ismahtv299 Жыл бұрын
John hano muri kigali niwe the director fire 🔥
@mutsinzieric5445
@mutsinzieric5445 Жыл бұрын
Icyo uzira nuko usa nabo ibyo rero bizana amacakubiri nkamwe ari muri Congo
@kettycarenekaze3471
@kettycarenekaze3471 Жыл бұрын
Hosyyyy nahoooo bokwankaaa jewe nta rwankoooo nzopfaaa narakugiriyeeee peeeeee ndagukundaaaa
@mugishaadia4324
@mugishaadia4324 Жыл бұрын
Hosy uri beautiful girl 👌 no make up uriko usa neza🌹 murundikazi wacu big up💪💞
@ngiruwonsangamoise1086
@ngiruwonsangamoise1086 Жыл бұрын
Osy urumwana mwiza adafise ishari
@joselyneniteka6851
@joselyneniteka6851 Жыл бұрын
Bitwaye iki ,emera icuri chou
@yvangrassi8359
@yvangrassi8359 Жыл бұрын
Wow my cousine ufite ibitekerezo bizima
@nostressfreedom8615
@nostressfreedom8615 Жыл бұрын
Reka mbanze inrye ndumva nshonje hama nicecekere ndumva ndushe 🤤🤤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@rukundodavid8131
@rukundodavid8131 Жыл бұрын
Umviriza ndababwire mwanyamakuru babarundi ndumurundi Nkunda igihugu cacu ndabahanuye nimbamushaka iterambere nimureke amatiku yanyu nimumenye icogukora mureke ivyovyabarundi nabanyagwanda plz
@nelly8679
@nelly8679 Жыл бұрын
Ndamwikundir host
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 Жыл бұрын
None ubabazwa nik?kunda Burundi sha wew niho ukura umukate...none murwanda baguha iki ubundi! Iwacu ni heza shaaa uraja mu rwanda urabeko Hari nicayi uhakura
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
nice work guy
@nininahazwejulien813
@nininahazwejulien813 Жыл бұрын
Hosy wirambire wangu kandi UWITEKA Akuje imbere muvyo ukora none ubaye umunyarwandakazi icaha kirihe umunyarwandakazi. Sumuntu?
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 Жыл бұрын
Good job
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Udu termes twabarundi; "Man..ako Kantu Karanrya" Ibintu bishisha biboze 🤣🤣🤣 Osy In the Comedy
@titykingbdi6208
@titykingbdi6208 Жыл бұрын
Ntawitayeho ivyae Hosy ngusa uzorab uburyo wafata Fabilove muhuy mukiganiro nuburyo wa Fata B Face na La vache wow naho woba uri umurundi uri murundi mutindi.
@kevinmugisha1293
@kevinmugisha1293 Жыл бұрын
Nka w usanga uri k dunyuri ya wifi yabandi
@yvettetracy8135
@yvettetracy8135 Жыл бұрын
Kuba umunyarwanda harimo ikibazo c 😂😢
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 Жыл бұрын
Hari abantu bamunzwe n'ivangura none abanyarwanda si abantu? Gabanya urwanko. Urwanko ni imungu imunga nyebeyo
@MMSTVBurundi
@MMSTVBurundi Жыл бұрын
Top
@lydi791
@lydi791 Жыл бұрын
Nibakure abarundi dumvise izigo
@ntakipeter02
@ntakipeter02 Жыл бұрын
KBx nibyo
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 Жыл бұрын
Hosy don't lose your focus ivyo bakuvugako ntaco bitwaye igikuru nuko wiyizi icurico,nayo niwagomba gushimisha abishwe namacungu yishari ntuzobaheza kubashirira aho bashaka kuko there're so much kwiyi isi duherey aho muhira Iburundi
@julesnduwayezu8144
@julesnduwayezu8144 Жыл бұрын
Akorerahehe none
@clovissibo2299
@clovissibo2299 Жыл бұрын
Abarundi turafise ingorane kweli
@ciatt9587
@ciatt9587 Жыл бұрын
Hosy wewe ndakwemera,ikitwica nukutiyemera
@nimubonabeaudry1065
@nimubonabeaudry1065 Жыл бұрын
Burya mupfaso nimba atari uburyarya ukoresha naw ubwaw urakwiye kwikebuka nukuraba naw amajambo ukoresha ko atariyo akuzanira inzankano muri wew nigut ushobora kuba uriko ukorera imyidagaduro muburundi ukaba uri umurundi ukubahuka kuvuga ko ata mu star ahari muburundi ukanabishira nokumbuga zaw aho urumva ingen bitey isoni utanguy gusuzugura abaririmvyi bacu ariko ingen uvuga abanyarwanda ntiwumva ko vyos biva kuri wew raba naw wikebuk muvyo ushikiriza
@allan777able
@allan777able Жыл бұрын
Mukobwa wa mama Chadrack, kuba umunyarwanda si icaha kandi si bibi. Uri umurundi kuri papa wawe, ukagira n'akabira ku rwanda kuko mama wawe yari umunyarwandakazi. Gusa warakuze kabisa.
@miraclentisinzira7975
@miraclentisinzira7975 Жыл бұрын
Hosy da fighter 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮burundian Maman WE love uuu from Ibisigabwenge team
@Nidi337
@Nidi337 Жыл бұрын
Ese aho I Burundi kuba umunyarwanda ni icyaha?
@emmanuelntirushwa346
@emmanuelntirushwa346 Жыл бұрын
Mufite ibibazo bikomeye ahubwo! abanyarwandakazi se sabantu!? iryo si ivangura n'amacakubiri urimo gukorerwa c ubwo! ihangane!
@joleal7941
@joleal7941 Жыл бұрын
Nhtr kbx abantu buzuyemwo amacakubiri pore san dada
@salomonhavyarimana2610
@salomonhavyarimana2610 Жыл бұрын
Hosy kora umwuga wawe neza ureke kubiba urwanko hagati y'urwanda n'uburundi, kandi muri kirya kiganiro mwakoranye na Simbizi twese twarabakuriniranye warahengamye cane kuburyo Simbizi avuze gato waca umuzivya . Hama kuvuka kubavyeyi batandukanye nationalité ndumva atakibazo kirimwo ariko urya musi wakoresheje ikiganiro ushiramwo n'ama sentiments. Niki kiganiro Isaac ariko akubaza yasizemwo ama sentiments ntamwuga muriko mukora.
@silasirakoze1545
@silasirakoze1545 Жыл бұрын
😁😁😁😁😁😁Ariko nukuri Osy ivyo nivyo bigushavuza ngo uri umu nya Rwanda?? 😀😀😀😀😀😀😀
@rwamuhizicalluxte5173
@rwamuhizicalluxte5173 Жыл бұрын
hosy nkunda ukuntu wicisha bugufi kweri
@achilleachille698
@achilleachille698 Жыл бұрын
Inzigo bamwe mu barundi batugirira abanyarwanda iransetsa kweli ntacyo yabagezaho courage kbsa mugume mwongere 🤣🤣🤣🤣
@ndayegamiyeblaise5242
@ndayegamiyeblaise5242 Жыл бұрын
Ni medium si media
@iranzizouzouzuriathiranzi8588
@iranzizouzouzuriathiranzi8588 Жыл бұрын
Nduwambere mundemere kutu like abakunda Hosy
@nyamurangwajeanmarie5331
@nyamurangwajeanmarie5331 Жыл бұрын
None hosy abavuze ko uri umunyarwanda barabeshya?ufite double nationalite
@issamustafafoma4978
@issamustafafoma4978 Жыл бұрын
Bit bite boss ayo mazi atamba na sauza yoko man 🇿🇦🇧🇮
@bestkanesterlingajeneza8279
@bestkanesterlingajeneza8279 Жыл бұрын
Simbiz afis amacakubir mumutwe iwe aracar ikirofa mumutwe
@kamanzicrouch3881
@kamanzicrouch3881 Жыл бұрын
Dj paulin vrm salut maman mtoto umemfungulia duka hhhhhhh
@nduuwayoaimable8556
@nduuwayoaimable8556 Жыл бұрын
Nimureke ivyo bintu abanyagwanda abarundi murakenyeye mube nka banya africa yepfo? Ntamurundi ntamunyagwanda twese turibambe duhuriye kurivyinshi.abarundi plz nimureke kwimaramaza
@astonadolphenicayenzi7833
@astonadolphenicayenzi7833 Жыл бұрын
Akorera hehe? Tuzohishishe un jour J
@Nickdripmedia
@Nickdripmedia Жыл бұрын
ikiganiro niciza canee🙌🇧🇮🔥
@fleuryb8706
@fleuryb8706 Жыл бұрын
Ugwanko wanka hosy Imana ikubabarire
@bukcici5641
@bukcici5641 Жыл бұрын
Aho nabonye yateye imberbe muratanguye ivyamatiku mufise ingorane rondera ivyanyu mureke kuguma munohokera ibyabandi mwiitwaza ibi nibindi
@jeanpaulb6909
@jeanpaulb6909 Жыл бұрын
Guyz kuba umunyarwanda ni icyaha mu Burundi ??
@frank5174
@frank5174 Жыл бұрын
Nanjye byanyobeye bro nibatubwire, uziko arukwisobanura nkaho aricyaha .!!!
@ngolivier4016
@ngolivier4016 Жыл бұрын
Ninsazi brother kndi mbona abari mu Rwanda bikora ibyo bashaka
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
@@ngolivier4016 cyane pe...abarundi bari mu rwanda barisanzuye nk'abenegihugu ariko wareba umwuka uri iburundi usanga huzuye urwango rw'abanyarwanda! C'est bizarre!
@tuyisengeblandine3800
@tuyisengeblandine3800 Жыл бұрын
Njye numiwe kbsa ko ugize Imana wa muba😂w’re so proud
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 Жыл бұрын
Isaac wew nkumumenyesha makuru ubikora neza hosy ntiyahengamye? Simbizi numunyambwe ararenze kukumbwiruko nukukwereka kwarumu no stress afise target akeneye gushikako wew mururya mwanya ntiwari umumenyesha makuru wap ahubwo warumufana wa Paul gsa ushobora gusa urakaboga yirira
@sarahnyiramahirwe9862
@sarahnyiramahirwe9862 Жыл бұрын
Ark abarundi mwabaye mute kuba umunyarwandakazic nicyaha mujye mworoha njyewe sindi umunyarwanda kandi sindi numurundi. Ark mujye mureka amatiku munane nabandi mumahoro
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
Itiku ryarabamaze!
@dannytvshow9453
@dannytvshow9453 Жыл бұрын
Ese kuba UMUNYARWANDAKAZI ni icaha?
@nshimirimanaemmanueline3410
@nshimirimanaemmanueline3410 Жыл бұрын
Kunda uyo my sister kbs aratuj cyan
@Semavumba
@Semavumba Жыл бұрын
Irya audio namurungikiye iyo ayishiramwo yose vyari kuba vyiza.
@pacibeni1951
@pacibeni1951 Жыл бұрын
Yiduhe tuyumve yose. Naho wanse kubivuga yarahengamye. Yanse ko Paulin yohava areka kumucorera😂😂
@achilleachille698
@achilleachille698 Жыл бұрын
Mbega inzigo udufitiye abanyarwanda ubona wowe yakugeza kuki??punguza ujinga,ubu bono si non izo guta kure mukore cyane ibindi nuburofa ko ntacyo mwatugira🤷‍♂️🤷‍♂️🤣🤣🤣🤣
@fakeahmed5423
@fakeahmed5423 Жыл бұрын
Harakantu iyo bakubwira kuri umu congomani waca ugwana hhh
@fabricehakizimana742
@fabricehakizimana742 Жыл бұрын
Ase man,hano iwacu mumerewe neza,ariko kuba umunyarwanda iburundi ndumva aricyaha? Mutanga nibisobanuro(ibisiguro), Mufite akazi kenshi kweri, Ahubwo se wabikura he kwitwa umunyarwandakazi,punguza sauti dada
@alexisnsengiyumva3914
@alexisnsengiyumva3914 Жыл бұрын
Nibareke uwo mwana wumukobwa yikorere akazi
@niyoyanzigamyechance6082
@niyoyanzigamyechance6082 Жыл бұрын
Mbega hosy wabonye ko ngo urya mwana ari wa dj paulin
@nadegenikiza7319
@nadegenikiza7319 Жыл бұрын
Wooow… ndakunze iki kiganiro, kandi Courage mwese Hosy et Isaac 🙏🏽❤️🇧🇮🤗
@olivierniyorembo7425
@olivierniyorembo7425 Жыл бұрын
Ese ubundi kiriya kigoryi ngoni simbizi amacakubiri gishak kuzana nayiki ngo kiranga abanyarwanda , it's a big shame on him
@nelly8679
@nelly8679 Жыл бұрын
Host
@julescesarhakizimana3932
@julescesarhakizimana3932 Жыл бұрын
Jew ndi Canada nigut noza ndaronka ibirato imipira myiza contact moi avec hosy merci
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 Жыл бұрын
Hosy simba nkunda abant banakwiyumvir kuko ndakwikundira
@abdiashabarugira295
@abdiashabarugira295 Жыл бұрын
Nivyashara mushiramwo ndabona ibirato vyiza umuntu yogura gute?
@samuelkasenya7794
@samuelkasenya7794 Жыл бұрын
Ndanka ukuntu Isaac yivukgisha nudu fier,
@BoscoNiyonkuru-ou6tr
@BoscoNiyonkuru-ou6tr 9 ай бұрын
Ko numva ntaho mutaniye naba kongoman nabo ngo banga abanyarwanda
@uwakristu4010
@uwakristu4010 Жыл бұрын
Ubu rero ivyo ubunyarwanda bivuye muri politique bije muba stars???!!!
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
Isaac na hosy ndabasavy mumpe akazi jew naho mwompemba rumwe gusa ndafise indoto kandi ntarose amahigw yokubanz kumenyekana ndabona ataco nzoshikako
@irakoze3762
@irakoze3762 Жыл бұрын
Ntavy marriage icara urere aban baw abagab barater stress nabariyo bararira mwan w m j mbona umez bn mbon wokwirerera ibibondo vyawe Ubuzima bukabandany ndakwikundir mazina yanje Irakoze tur nimigish vrt Alhamdulillah
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
abarundi mufite ibibazo muzabaze DJ Ella DJ Bissosso bose bakora kuri national tv cg muzabaze ukora mission le miroir kuri RTV aravuga namakuru nibindi biganiro abarundi muarwaye canke urwango mudufitiye nurwiki?
터키아이스크림🇹🇷🍦Turkish ice cream #funny #shorts
00:26
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 29 МЛН