INTORE NTINDI S02 PART2

  Рет қаралды 226,091

BMT Buja

BMT Buja

Ай бұрын

Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.
Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.
FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 1 200
@BMTBuja
@BMTBuja Ай бұрын
Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye. Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko. Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa. Kurikirana iyi reresi, Ikibi tucime inzira Iciza naco tugisasire indava. Mugire subscribe kugira igice gikurikira muzokibone imbere yabandi
@ngendakumanaalphonse9994
@ngendakumanaalphonse9994 Ай бұрын
Umuntu wumugabo mukwandika film
@NGUVU-bs3kw
@NGUVU-bs3kw Ай бұрын
Mwakoz cn knd ni film iryosh gus harukuntu amasanamu atabonek nez
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial Ай бұрын
Mwubahwe kbs murashoboye💪💪💪
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
Amashugwe yanyu ngayo🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹murashoboy
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
​@@ngendakumanaalphonse9994kabisa
@irakozebelyse2354
@irakozebelyse2354 Ай бұрын
Abantu mushikira muri commentaire nkanje tumenyane🤣🤣
@EsdrasNiyongabo-wo1ge
@EsdrasNiyongabo-wo1ge Ай бұрын
mahoro belyse ,,mu meze neza? ni Bene Esdras muvugana
@NigenaClemantine-xz7do
@NigenaClemantine-xz7do Ай бұрын
Nijye wambere
@user-km9kr3dj2o
@user-km9kr3dj2o Ай бұрын
None mwese komuri abambere ntawanyuma rero yigera abaho😂😂😂 reka basi jewe nivugire konduwanyuma ariko abacerewe nkanje tuze kumenyana mutu like❤❤❤
@nduwimanachristian6638
@nduwimanachristian6638 Ай бұрын
Love from Josiane respect,abacerew nkanj bakund intore ntindi mump like❤
@Life257media
@Life257media Ай бұрын
Murazi kuzinduka Nukur narinzi ko nduwambere kumbe😢😢nimump like basi nazinduts😂😂ntimubiz none
@mykeke3255
@mykeke3255 Ай бұрын
Life 257 media Sauda twagutanze wewe Aba phana bataranshigikira Sauda Muj kuri youtub mwandik Life 257 media UGIRE SABONE ❤❤
@eerreffd4569
@eerreffd4569 Ай бұрын
​@@mykeke3255waoooo eg mwiza w1njye nibabikor
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Ай бұрын
Abakunzi bintore ntindi ❤abakunzi ba BMT buja mwese tumenyane muri likes ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
😂tumenyane gute ko boss ataraduhuza?
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Ай бұрын
😂😂😂​@@isaacvyihoze9029
@MoussaKilosso
@MoussaKilosso Ай бұрын
😂😂😂 ngira azoduhuza​@@isaacvyihoze9029
@EsdrasNiyongabo-wo1ge
@EsdrasNiyongabo-wo1ge Ай бұрын
Aba bakinyi ndafana cane,, Aho muri mu meze neza? mukomeze gukura inyigisho zubaka muri ibi bikino mutabira ari kwiryohera gusa kuko ataco vyoba bimaze
@user-se5sv9uz8d
@user-se5sv9uz8d Ай бұрын
Ravelle hejur cn.kantor ukomez kwihangnir ubuzim knd courage
@BelyseDushime-bl6nf
@BelyseDushime-bl6nf Ай бұрын
Abemera kumunyagahinga ashobora kugutwara ibintu udakeka mumpe like🎉
@EsdrasNiyongabo-wo1ge
@EsdrasNiyongabo-wo1ge Ай бұрын
Bibaho cane. !! none ko aba afise uwamwugurure sister belyse wumva yobura kudatwara vyinshi gute.
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 Ай бұрын
Number one abazinyum mumpe Ama like Intore ntindi hejuru cane 🔥🔥🔥🔥🔥✨🇧🇮✅
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 Ай бұрын
Number 1nukur bakunz bintor ntindo murimurukundo nayo nkanj nukur like zanyu ntimumbanire nimuz 🎉🎉🎉🎉🎉🎉Hashe emw agateb natoy🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@JosianeIRANKUNDA
@JosianeIRANKUNDA Ай бұрын
Impanuro zirakwiye mukomeze mutwigishe tur❤
@EsdrasNiyongabo-wo1ge
@EsdrasNiyongabo-wo1ge Ай бұрын
Nizingenzi cane sister Josiane reka zitubere ishimikiro rikomeye mu mibanire yacu n'abandi
@VianneyIrakoze-ft3ql
@VianneyIrakoze-ft3ql Ай бұрын
Intote ntindi yabaye intore ndak shaa jenzorab iyobizoherer ndk gus nzemuranduh mwihuse kabx kand mubikora neza pe mwubahwe ndk ❤❤
@EdouardineNdayizeye
@EdouardineNdayizeye Ай бұрын
Yewe kweli abari bagumye bayihanze ijisho nkanje muzehano❤
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
❤❤❤❤❤ zana like aha ndi numéro 1
@user-qc9ny7sd9v
@user-qc9ny7sd9v Ай бұрын
Ewe ivete uri mubaya kwr impande zose❤❤❤❤muranyica
@FlorenceNijimbere-nd5yy
@FlorenceNijimbere-nd5yy Ай бұрын
Ndabakunda gamana yanj BMT hejur ntak mutagir❤❤🎉
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 Ай бұрын
Alloo ababony KO Yvette yashits muntore ntindi mump ayanj mashurw🎉🎉😂❤Yvette hejuru caan
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Ай бұрын
Number one abakunzi b'intore ntindi liké vrmt ntimumbanire 🤗 uwumunsi ndazindutse today ni 🔥 🔥🔥
@SandrineAjeneza
@SandrineAjeneza Ай бұрын
Kumunot wa3 mbay nahgez kwiyumviriza impanur zabarund bacu ❤❤❤
@Nsabimana-ir3xi
@Nsabimana-ir3xi Ай бұрын
Wawooo kantore komera kumwana wawe.nkumubyeyi turagushyigikiye hano Mozambique kandi turabakuna cyane❤❤❤ muduha inyigisho zikatujyera. Kumitima .kbs❤❤
@nyandwiestella8178
@nyandwiestella8178 Ай бұрын
Oyaraba mwogere iminota muraduhenda ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@stitore2388
@stitore2388 Ай бұрын
Kantor oyeeeee sabbas musaza felicitations mama ovadi wubahwe Kati ubirimwo neza Yvette wewe rorezose baguha nizibugome gusa yemwe komerezaho ubirimwo neza kiramvu karibu muri ntore ntindi Amédée wubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅🌷⚘🌹🥀🌺💐❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Ай бұрын
Abari bayirindiranye igishika nkanje muze hano tuhatwike 💃💃 abataha basoma n'a commentaires tumenyane 🤝🤝 muri gwarukundo guys
@musanaberanyiratungane7119
@musanaberanyiratungane7119 Ай бұрын
Yoooo courage kabisa nuko mutunyoteje iminota muyongere ❤❤❤❤❤❤
@Sandra-ln3vj
@Sandra-ln3vj Ай бұрын
Kunyiģishozanyu zimpa ivyizigirovyurugendomfise konzorurangiza amahoro mwirambire ndabàkundaszna🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@NsengimanaBertrand
@NsengimanaBertrand Ай бұрын
Nij mbay uwambere mukurab munsigir like❤❤❤
@OdetteNITUNGA-qy3vk
@OdetteNITUNGA-qy3vk Ай бұрын
Abacerewe nkanka mump izo like ❤❤❤❤
@ndayishimiyerenovat3840
@ndayishimiyerenovat3840 Ай бұрын
Amasanamu meza, amajwi meza, abakinyi beza, inkuru iryoshe, iyi film ni number one Kabisa. Courage Bagenzi turabakunda
@Ntigacikad
@Ntigacikad Ай бұрын
Ino film yubahwe kbx✌
@Mugishafransine
@Mugishafransine Ай бұрын
Mbaye mubambere ntimunyirengagize nukuri🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
@nahimanaastapascale3704
@nahimanaastapascale3704 Ай бұрын
Number one Intore ntindi hejuru cane
@user-mj4jm4hy9q
@user-mj4jm4hy9q Ай бұрын
Murarenze.intorentindi.hejuru
@user-up3xf9su2f
@user-up3xf9su2f Ай бұрын
Nyuma banyuma nongeye kubona film yo muburundi wow ndashimye Naherukaga kubona film yomubundi ndeba iyitwa "mugisha" yumuhungu uba uteye impuhwe Nayibonye kera weeee❗ ndabakunda cyane ❤️❤️❤️❤️❤️
@user-mk2su3gv3i
@user-mk2su3gv3i Ай бұрын
Yvette aravuye mungaruka aj kuwatsa muntore ntindi😂
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs Ай бұрын
Mundemere nanje. Ndabe akamaro Ka Lik 😂😂😂😂 mbaye mubambere abazanyuma ntimu nyigengagize❤❤❤❤😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
@user-bu2uc5so5m
@user-bu2uc5so5m Ай бұрын
J ndashak kumeny akamaro k like vrt
@alinemuhirwakazi7982
@alinemuhirwakazi7982 Ай бұрын
Mbaye uwa 2 niba uvyemera ntugende udapfonze like❤❤
@user-dd2cn4rc4p
@user-dd2cn4rc4p Ай бұрын
Abakunzi ba ntore ntindi tumenyen courage ndabakund cne ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@HermenegildeManirambona-hs9jb
@HermenegildeManirambona-hs9jb Ай бұрын
Iyi series nayo yubahwe cane p. Aba acteurs na ba actrices hejuru cane
@user-ct7kx9qm3p
@user-ct7kx9qm3p Ай бұрын
Nkunda ukuntu mutadutevya bantu banje mwubahwe🥰🥰🥰
@user-hq1jb4cu5r
@user-hq1jb4cu5r Ай бұрын
Abari tuyirindiranye igishika .Oyeeeeh😊. Ndakunda ukuntu abarundi bakina neza amareresi❤❤
@WwddffDdssaa-rq3xu
@WwddffDdssaa-rq3xu Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ifrime yose irimo. Ababantu. Gapanzi nawe😂😂😂 yivete. We😂😂😂😂
@seigneurdieu9351
@seigneurdieu9351 Ай бұрын
Mana mwari mwaratuhevy😢😢ababony inge arvell aberewe nuguhek mup like nanj ndazisab😂😂😂😂
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v Ай бұрын
Oyé abodufatanij gukuriran intore ntind mubinyerek kk njemubamber ❤❤❤❤❤
@NadineMuhimpundu
@NadineMuhimpundu Ай бұрын
Mana weee nanje ndashitse🥰🥰🥰
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 Ай бұрын
Yoooooo murazinduka kwl intore ntindi ❤❤❤❤❤❤❤ BMT hejuru canee🎉🎉🎉🎉🎉
@user-yc4ii3hp6u
@user-yc4ii3hp6u Ай бұрын
Turinyuma yanyu hejuru cane mukoze gusa nkeney like zanyu
@nihorimberedorine9945
@nihorimberedorine9945 Ай бұрын
Muduha gato gato vrmt raba mutwongere muzoba mukoze 🎉🎉🎉🎉❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
Ewe Yvette sha urinyoshambi ngo arondere uburozi bwabundi ntarogorwa🤭 kiramvu nawe araje ntagiye kuvyirosha ako kantu aherejeko Niko kabi😅😅😅
@FabiolaIgiraneza-cl3cc
@FabiolaIgiraneza-cl3cc Ай бұрын
Ba mukondo w intibire mmumvireho😂😂😂
@nduwayezuallyda6184
@nduwayezuallyda6184 Ай бұрын
Yeeee abanezererew k kanyana Yvette bamuzanye mur intore ntindi mumpe za like
@SignolineNdacayisaba-ig9mw
@SignolineNdacayisaba-ig9mw Ай бұрын
Intore ndindi hejuru caneeeee❤❤❤❤
@alinebigirimana615
@alinebigirimana615 Ай бұрын
Mama ivethe numugome umwicanyi mubi iyosen kuki mwayimuhaye
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
M yvette numumenja ishetani
@sindayigayaarmel8366
@sindayigayaarmel8366 Ай бұрын
Yvettes rr ayijemwo❤😂,hagiye gusha sinkubesha😊😮
@StevenNihoreho
@StevenNihoreho Ай бұрын
Akokanyum niko nikokabi ntamugore atavyara ngaho 😃😃😃😃😃
@ChanciellaNimwiza
@ChanciellaNimwiza Ай бұрын
Amédée ivyo sivyiza uradusondetse
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
Uwa 5💃💃💃 uyumusi ndazindutse INTORE NTINDI mubicu✌️✌️🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
Wazindutseee kwl❤❤
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Ай бұрын
Mbere wabaye uwakure😂 ahantu waraye ukanura😂 🤣😂
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
@@isaacvyihoze9029 cane naraye ntibuca😂😂🥰🥰🥰
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
@@kubwimanayvette6203 inzigo gusa 😆😆😆
@AdeleBahati-xt5oq
@AdeleBahati-xt5oq Ай бұрын
Mbega Yvette weee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@irankundaDivine-nr7tu
@irankundaDivine-nr7tu Ай бұрын
Ibintu ni bien ariko muratubanira muduha iminota Mik il faut yuko mubikosora gusa nyene mwahaturiye walahi 🔥🔥
@harerimanalaetitia6641
@harerimanalaetitia6641 Ай бұрын
Mutanga gato cane mukwiye kuyiduha kabiri mundwi.Irigisha cane.buriya abagore benshi nibo batuma ingo zabo zisenyuka.kandi iyo rusenyutse kwongera kurwubaka biragorana cane.
@OrnellaMugisha-bv7zn
@OrnellaMugisha-bv7zn Ай бұрын
🎉nukuri turicwa ninyota nukuri muzoze murasohora vuba na vuba turaba❤😂
@ElijahBanda-jt7kh
@ElijahBanda-jt7kh Ай бұрын
Mbaye uwahafi abakunda film intorentindi mumpe like dutwike hashe❤❤❤
@namulivictoria9164
@namulivictoria9164 Ай бұрын
Ewe Yvette sha ngo yice uryamwana ntasoni koko😮😢❤❤❤
@irankundaalexine1337
@irankundaalexine1337 Ай бұрын
BMT hejuru caaaaaane niko mwamye, murabambere kuraka gataka, Amédée kure cane ushikeyo
@blaugranaelissa5344
@blaugranaelissa5344 Ай бұрын
Twahageze mkomeze kuduha uburyohe
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille Ай бұрын
Hejur cane Niho mbifurije ❤❤
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c Ай бұрын
😂😂😂maman Yvette nawe aranyica. Ubwo ntaco bapfana n'intare y'ingore🤣🤣🤣🤣
@KampimbareDiane-lt9dc
@KampimbareDiane-lt9dc Ай бұрын
Iyi film irakwije nukuri Imana ibahe inkomezi,mubitegura neza caane mukabikinana ubwenge.
@ingabirepenine3906
@ingabirepenine3906 Ай бұрын
Mumpe lik zanje intore ntindi hejuru
@FauziaAkeza
@FauziaAkeza Ай бұрын
Namba1 nukur mumpe Like bakunzi ba film yacu lNTORE NTINDI ❤❤❤❤
@MarieChantalle
@MarieChantalle Ай бұрын
Intore ntindi hejur can 💪💪
@user-sz9yo7jp2m
@user-sz9yo7jp2m Ай бұрын
❤❤❤❤Wawooo imana irinduwomwana kbs Ivette utazakorikosa ngumwice
@Oyo122
@Oyo122 Ай бұрын
Umwanditsi ariyumvira cane knd ibintu bizima bro Amedé ndakwemeye ,gira inguvu i film wari wayiyumvise cane iraryoshe birenze pe!!!!!Muhimbare nawe ndagukunda uzi gukina film ❤❤❤❤
@bigirimanaspes9732
@bigirimanaspes9732 Ай бұрын
muri 16 min ndahageze 🎉🎉❤❤
@DenyseUwera-db6mg
@DenyseUwera-db6mg Ай бұрын
Ndabakunda cane rwose❤❤❤
@AnithaIrankunda
@AnithaIrankunda Ай бұрын
Basha basha iyi film irarenz nkunda Ukuntu Ihanura , Kandi inatuje nukur tur kumwe namwe❤❤Kandi mudufashe kuza murasohora Ningoga Na ningoga kuko vrt muratevya cyan ❤
@christinenishemezwe
@christinenishemezwe Ай бұрын
Numva ndyohew kubwiyintore kweri❤❤nzakomeza kubakund kk ndiko niga urugo ntaranaruronka😅😂
@ziadamusavyimana7826
@ziadamusavyimana7826 Ай бұрын
Muri 19min nkab ndahashitse Abaza nyuma mundemere🎉🎉🎉🎉
@SolangeIteriteka
@SolangeIteriteka Ай бұрын
Turabakunda❤❤
@user-yh7um3xt5t
@user-yh7um3xt5t Ай бұрын
Filme nziza cane irimwo inyigisho kabisa courage 🎉🎉❤❤❤
@ThierryveNakintije
@ThierryveNakintije Ай бұрын
❤❤mwubahw kl hejuru film ndundi
@KeithaRukundo
@KeithaRukundo Ай бұрын
Amédée iminot nimike plz muduh gato😢
@MANARIYOChanella
@MANARIYOChanella Ай бұрын
Abaza munyuma mum j,aime yanj
@ThierryNiyomfise
@ThierryNiyomfise Ай бұрын
😢😢😢😢 birababaje kugira umuhanuzi mubi nkuw mumama abantu barakwiy guhinduka kwica umwasi siwo Muti ahubw musengere ahinduke so murakoze cn courage mubikora neza respected❤❤❤❤❤
@user-sx3yc8df1l
@user-sx3yc8df1l Ай бұрын
Imana.ibahezagire.cane.mukina.neza.nukuri.mWubahwe.cane
@AnnyAnitha-dj6uv
@AnnyAnitha-dj6uv Ай бұрын
Abantu musaba like muzikoreshiki??😅😅😅😅😅
@candidekaneza8587
@candidekaneza8587 Ай бұрын
Ngira nizobarya . jw sindamenya icobazikoresha
@user-bu2uc5so5m
@user-bu2uc5so5m Ай бұрын
Nanje ivyobintu nashak babintahuze vrt
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 Ай бұрын
Bambarize nukuri utwo tuntu ico badukoza
@alinebigirimana615
@alinebigirimana615 Ай бұрын
Mbaye 2
@tumusabejosiane2629
@tumusabejosiane2629 Ай бұрын
Hhhhh ibintu birashushye ariko reka nibarize mama yivet mbese izonama zirubaka cyango ziraseny? Mbese mungaruka ujya mubapfumu none nomuntore ntindi uraroga koko mbega kantore hejuru cyane ndakwikundira ❤❤
@BlessingVeroNdayisaba-ef8xy
@BlessingVeroNdayisaba-ef8xy Ай бұрын
Wawouuuuu Kantore , film nziza cane . Imana ibaje imbere 👌🏽👌🏽
@tuyisengeestella8934
@tuyisengeestella8934 Ай бұрын
🎉🎉🎉🎉mumpe utwanje
@PierretteIshimwe
@PierretteIshimwe Ай бұрын
Cadeaux ravelle hejuru cn🥰
@francinGerome
@francinGerome Ай бұрын
Yantore ntindi yahageze yeeee yvett ayijemwo harahiye kimwe mwubahe beza turaba❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-uy9nq5ws2q
@user-uy9nq5ws2q Ай бұрын
❤❤🎉​@@francinGerome
@NadineAkimana-kn7li
@NadineAkimana-kn7li Ай бұрын
000pyy YOOOOO IHANGANE CUTI ​@@francinGerome
@jean-mariehavyarimana1430
@jean-mariehavyarimana1430 Ай бұрын
😮
@EliNtsinzi
@EliNtsinzi Ай бұрын
Ketty orosha umutima kugirango uzomare kabiri ahandiho uzohav usara ndizerako kantore atanabi akwipfuriza kd ndagusavye ujekure y'inama za mam Yvette kuko sinziza zoguta mukaga.
@EvelyneInamahoro-mw7je
@EvelyneInamahoro-mw7je Ай бұрын
Iyi film irimwo inyigisho pe!courrage beza❤
@MoussaKilosso
@MoussaKilosso Ай бұрын
Muri 12min nkaba ndahishikiye 🤗
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 Ай бұрын
Kur 3 min ndahashitse.Abakunzi ba kantore mundemere utu likes abaza inyuma yanje bose
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 Ай бұрын
Mmmmmn impanuro za mmn Ivette 😮😮😮😮😮 chetani nukuri
@theogeneniyobuhungiro9346
@theogeneniyobuhungiro9346 Ай бұрын
Nshima inyigisho turoswa namwe umwami abandanye abagirira meza ❤❤❤❤❤❤
@user-oe5uw8dy2e
@user-oe5uw8dy2e Ай бұрын
Jew kuva nakaraba film ngiyi film nasanze irimwo ubwenge bwishi abayikinamwo Bose bazi ivyo baba barimwo nukuri imana ibongere imbaraga murashoboy🎉💕🙏
@MoussaKilosso
@MoussaKilosso Ай бұрын
Gateranya Yvette rero 😂😂😂😂 ubundi niwe twari dukeneye 😅
@DorineIrakoze-ly6rb
@DorineIrakoze-ly6rb Ай бұрын
Yvette ninyoshambi kweli😂gusa ndaba❤courage vrmt
@user-io2vh6mu4w
@user-io2vh6mu4w Ай бұрын
Harabantu mutaryama jewe nobafata twogura ndabakunda can gose pe❤❤❤❤❤❤
@adelphineirakoze2590
@adelphineirakoze2590 Ай бұрын
Inyuma yiminota 10comment 100🔥🔥🔥🔥harabantu baba barimaso kweli abaza nyuma yanje mumpe aka like basi
@user-bg8qi9cx9w
@user-bg8qi9cx9w Ай бұрын
Courage king sabass n'a Amede turabakunda
@AmallyIfrahil
@AmallyIfrahil Ай бұрын
Akazi kar kantwaye arik ntac nahashitse hejuru cane beza nikundira munyarutse reo iyikurikira❤❤🎉
@BelyseNdayishimiye
@BelyseNdayishimiye Ай бұрын
Intore ntind hejur🖐️🖐️ gs bisab muz murayiduh Kabir mundw❤❤❤
@user-tk4ok3ni4f
@user-tk4ok3ni4f Ай бұрын
Turikumwe murashoboy cyan
INTORE NTINDI S02 PART3
20:19
BMT Buja
Рет қаралды 217 М.
INTORE NTINDI S02 PART 1
28:08
BMT Buja
Рет қаралды 320 М.
Каха заблудился в горах
00:57
К-Media
Рет қаралды 8 МЛН
КОМПОТ В СОЛО
00:16
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 31 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 63 МЛН
Alvella Muhimbare 9,Apr,2023 KINYINYA Buhonga Party 2
1:25
Ama-G The Lissen ConRoy Al
Рет қаралды 10 М.
Amatsiko by Alvella Muhimbare (Official Video)
5:20
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 749 М.
Umugabo ariyahuye kubera umugore wamucaga inyuma
14:19
BTN TV Rwanda
Рет қаралды 1,8 М.
NTAHOYAGIYE  Part 14
24:10
Warubizi Movies
Рет қаралды 158 М.
Matt Kills Dexter's Deer | Dexter: New Blood S1E1 | #Shorts
0:51
Clashed PR
Рет қаралды 13 МЛН
ПИЩЕВОЙ ВАНДАЛ НАКАЗАН
0:20
МАКАРОН
Рет қаралды 2 МЛН