INTORE NTINDI S02 PART 1

  Рет қаралды 283,912

BMT Buja

BMT Buja

Ай бұрын

Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.
Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.
FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 1 600
@BMTBuja
@BMTBuja Ай бұрын
Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye. Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko. Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa. Kurikirana iyi reresi, Ikibi tucime inzira Iciza naco tugisasire indava. Mugire subscribe kugira igice gikurikira muzokibone imbere yabandi
@NonoNono-px2nx
@NonoNono-px2nx Ай бұрын
Muhezagirwe knd cane natwe impanuro turiko turazihabwa
@user-rb6ee5dq9d
@user-rb6ee5dq9d Ай бұрын
Komera
@francineningabire2660
@francineningabire2660 Ай бұрын
Turabashimiy BMT knd turabakunda. Vous êtes tellement talentueux❤❤❤
@MenedolaNiyibona
@MenedolaNiyibona Ай бұрын
Murakoze cane twebwe tutarashika mungo mukomeze kutwigisha nitwazishikamwo tuzokwubake neza
@user-wj9ct8jn4w
@user-wj9ct8jn4w Ай бұрын
Nkunda ibyo mukora
@irakozebelyse2354
@irakozebelyse2354 Ай бұрын
Abari bakumbuye intore ntindi nkanje mumpe utu like tubandanye twiryoherererwa 🥳🥳🥳🥳🥳
@user-mj4jm4hy9q
@user-mj4jm4hy9q Ай бұрын
Nukuritwarituyirindiranyigishika.kirenze.muhezagigwe.imama.ibajimbere
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 Ай бұрын
Basha abakunz bintore ntindi mbayu wakabiri mumpe like abaribayirindiranye igishika nkaj reka ntoragateb harasha Basha ntimumbanire💃💃💃💃💃💃💃
@MucoInes-hb9hr
@MucoInes-hb9hr Ай бұрын
Baguhay nyinsh vrt
@Jojokeyofficial
@Jojokeyofficial Ай бұрын
Ikinzanye hano ni ❤CADEAU RAVELLE
@KubwimanaTherence-vl6mw
@KubwimanaTherence-vl6mw Ай бұрын
Ndahari Ngozi ndabakunda cane ndabo'na mwisubiyeko
@user-jy4ui2zl9d
@user-jy4ui2zl9d Ай бұрын
Uwambere gonga like hano
@francinGerome
@francinGerome Ай бұрын
Warukumbuwe wa film were karibu nubwo nacerewe terimbere beza bigihugu turaba❤❤❤❤❤❤❤❤👌👌👌👌👌👌
@user-cc9jb7ki7d
@user-cc9jb7ki7d Ай бұрын
Ndi mubamber abemer ko iyi film ikinye nez Mumpe like😂❤
@JacquelineNiyonkuru-tz2ui
@JacquelineNiyonkuru-tz2ui Ай бұрын
Amédée Tora amashurwe yawe uri umwanditsi!
@user-es8wg5je8w
@user-es8wg5je8w Ай бұрын
Manayanjye sijembony iraje❤❤❤ munyihere like
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 Ай бұрын
Intore Ntindi hejuru ❤❤❤❤ abaribayinyotew nkanj tumenyane🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@alialshehri9645
@alialshehri9645 Ай бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@MuhozaStephanie
@MuhozaStephanie Ай бұрын
Wowuuuuuuuuu narinyitegererezanije amatsiko meshiiiiiii murakozeeee ndabakunda ni muhoza merereye Kigali Rwanda 🇷🇼
@TresorIrakoze-vg9ks
@TresorIrakoze-vg9ks Ай бұрын
Wauuuuuu mbega uburyohe Sabas kumenya imfura yiw ko yitwa Tatyane azovyifatamw gt suit muyituronse mwarahezagiw
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77 Ай бұрын
Ni wubahwe cyane Amede.! Nakubonyemwo umuhanga utangaje mumyandikire Urugero ninka 1.Intore ntindi. 2. Ishusho y'umuntu. Kndi rwose njye nararyohewe cyane ikindi nuko Ishusho yumuntu uzaduhe igice gikurikira ntuzayifungire hariya. Ndavuga kuyihagarikira hariya. Oya ye.! Igice kindi turagikeneye. Thank you so much 🙏🙏🙏
@FauziaAkeza
@FauziaAkeza Ай бұрын
Hello bakunzi ba BMT bakunzi bafilm INTORE NTINDI niho nkivyuk mumpe Like abaza nyuma bakunzi ❤❤❤❤
@ClaudineKwizera-kj7vn
@ClaudineKwizera-kj7vn Ай бұрын
Yooooo nari natanzwe pee intore ntindi yubahwe komera lmana ibaje ilbere
@user-dd3wd5mk5n
@user-dd3wd5mk5n Ай бұрын
Jewe nkeneye Amédée Manirakiza umwanditsi wiyi films ndamuhe cadeau.kandi ndi sérieux.il mérite 20/10 kbxaaaaa ❤❤❤.ninako nshimira umuntu wese yagiriwe amahirwe akagira rôle mwiyi reresi.mwubahwe pe🙏🙏🙏
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Ай бұрын
Waoooh 💃💃 welcome back intore ntindi guys abari bayikumbuye nkanje mugonge like ngaha tuhatwike 💃💃💃 today ni 🔥🔥🔥
@AloysNiyonizigiye-ce7di
@AloysNiyonizigiye-ce7di Ай бұрын
Ndakurinyuma m'abuse sindayovinyum
@SumbuoSamuel
@SumbuoSamuel Ай бұрын
Sabas nakukubali sana.
@divinemugisha987
@divinemugisha987 Ай бұрын
Mana weee mbega film nizeyeko atamuntu numw yoburamw icirwa na cn cn aba damu mr Amédée courage nukuri abakinyi namw mwubahwe caaane❤️
@medardniyomwungere501
@medardniyomwungere501 Ай бұрын
Waouh! Film nziza cane,ndikekako kantore bazohurir kwamuganga n'umugabo wiwe,Arik rek turindir igice gikurikira.
@MoussaKilosso
@MoussaKilosso Ай бұрын
Ahwiiiii nkaba ndahashitse abari bakumbuye intore ntindi nkanje tumenyane 😂
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
Tumenyane diii mousaa
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Ай бұрын
🎉
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 27 күн бұрын
❤❤
@stitore2388
@stitore2388 Ай бұрын
Amédée merciii beaucoup sabbas ubirimwo neza. Alvella . Madame sabbas wubahwe yemwe murashimishije 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯💯✅✅✅✅✅🌷⚘🌹🥀🌺💐❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🍷🍾🙏🙏🙏🙏
@BonheurIradukunda
@BonheurIradukunda Ай бұрын
Muri make mwiyumviriye neza,Ingo nyinshi zirasambuka Kubera ugusamara kwabazigize!ariko Kandi mukomeze guhanura!
@kethianshimirimana7457
@kethianshimirimana7457 Ай бұрын
Ni sawa ariko amasanamu si meza cane murarab muhindure
@blandinedusabe
@blandinedusabe Ай бұрын
Alloh Mana we sinovugira hejuru kuko narindayikumbuye❤❤❤ hama abribuze myuma muri murukundo nintore ntindi mundemere ayanje🎉🎉 ntimumnanire🎉🎉🎉
@user-hu4tl2nu8f
@user-hu4tl2nu8f Ай бұрын
Abacerewe nkanje muce hano Hama abatuzaniye iyi film merci beaucoup umugisha uva ku Mana ibabeko🎉🎉🎉🎉🎉
@chadrackniyonkuru9999
@chadrackniyonkuru9999 Ай бұрын
Nukubarabira p barakoze can
@UwaseDivine-rw7gm
@UwaseDivine-rw7gm Ай бұрын
Yesuwe intore ntindi ababakinyi ndabakunze cane kuko murabakinyi beza peer👍
@NishimweEtienne
@NishimweEtienne Ай бұрын
Abakinyi muhurikiye muri BTM hejuru cane 🎉🎉❤❤ndakunda ibikorwa vyanyu cane kuko vyihishijemwo inyigisha nyishi caane.ndaba❤❤❤❤%
@AlineKaneza-io7es
@AlineKaneza-io7es Ай бұрын
Woooouuuuu turabakunda caaaane courage ariko muze muyiduha kenshi gashoboka apana kudutevya
@NonoNono-px2nx
@NonoNono-px2nx Ай бұрын
Waooooh kure cane niho ndabipfurije kugera❤❤
@karicarmel4114
@karicarmel4114 Ай бұрын
Aho rer tuyironk kabiri mundwi😘😘😘😘
@user-km9kr3dj2o
@user-km9kr3dj2o Ай бұрын
Maman Tania vuba uratsindira umugabo wewe witekanire❤❤❤
@lilpblackofficial9950
@lilpblackofficial9950 Ай бұрын
Komuzinduka mbaye uwakane muga ntaco abazinduts tumenyane🍎💕🇧🇮🇿🇲♥️
@RaybHatungimana-fq3fz
@RaybHatungimana-fq3fz Ай бұрын
Mubikoze nez inyota ntihez arik thank you
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
Mumpe like ❤❤ 🥳🥳🥳muze tuhatwikeeee intore yacu ngiyooooooo
@MuhimpundudivineNduwamunguReve
@MuhimpundudivineNduwamunguReve Ай бұрын
Waouh abazinduts tumenyane Intore ntindi ndayikunda cane❤❤
@user-lb4er9hk7q
@user-lb4er9hk7q Ай бұрын
Haahaaa sindosicomvuga ark murakoze ndaba❤❤❤
@ariellakankurize6216
@ariellakankurize6216 Ай бұрын
Courage Babana bu Burundi
@KamwemweArlene-re4ec
@KamwemweArlene-re4ec Ай бұрын
Cadeau wanje mpore muiza ndabona ntibigiye kukworohera nukuri,ariko INTORE NTINDI hejuru cane❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@NishimirweMerari-eq6ff
@NishimirweMerari-eq6ff Ай бұрын
Wow turabashimiye byumwihariko komwongeye kudukangura nyuma yigihe cyinini twarahejeje amaso mukirere murakoze cyane reka twicare dufate amasomo yanyumeza yubaka ariko nanone sinogenda ntasuhuje inkoranutima zange muri BMT buja,1amede kizigenza 2kantore wacu nki ntore yukuri Koko idatsindwa kurugamba 3kadouavera mwiza wacu nabandi Bose ntavuze mwizina ariko mbasaba komwazazana mo Mimi amede turafite amatsiko yokubabona mwiyi reresi murakoze tubifurije amahoro nimigisha bituruka kumana yomwijuru niwawundi wanyu merald from Kigali Rwanda 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@NABONIBOTheogene
@NABONIBOTheogene Ай бұрын
Amahoro bavandimwe ndabakunda cane reka ndabisabire ikintu kimwe mudufashe iyi serie ya 2 ya Kantore mujye muyihutisha kugira ngo tuyironke vuba murakoze ndi umufana wanyu
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 Ай бұрын
Abari barindiriye intore ntindi nkanje mubinyereke 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✨🤙✅
@GatekaGrace
@GatekaGrace Ай бұрын
Intore ntindi ij ibikumbu ari bcp❤😅😅😅
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 Ай бұрын
Abantu mwari mukumbuye intore ntindi nkanje muza nyuma mundemere muri bwabumwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤ welcome back Intore ntindi🎉🎉🎉🎉🎉
@user-go2lo1zu8l
@user-go2lo1zu8l Ай бұрын
Mbeg flm iryoshe🌹🌹🥰🥰💯🔥🔥
@MmMm-hq8vn
@MmMm-hq8vn Ай бұрын
Ahiiiiii muranduhuy non ikind give niryar maman Tania napap Tania mwubahwe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 Ай бұрын
Waouuu merci cneeee ko mwasubiriye kutwibuka twar tubakumbuye lmana ibijemwo peee ❤❤❤❤
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Ай бұрын
Ingen nzinduy reo❤❤
@user-nn8ls2vr4g
@user-nn8ls2vr4g Ай бұрын
Shaa inyota yariturembeje kwel hewe hahiye ndababariye ❤❤🎉🎉🎉
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Ай бұрын
Abasaza mukazi kose songambeleeeeee❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
Muri 4min nkaba ndahigereye💃💃💃💃💃 abaribakumbuye INTORE NTINDI nkanje tumenyane✌️🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
Twimenyaniree diiiii
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
​@@isaacvyihoze9029🥰🥰🥰🙏
@sososolyne-px9ch
@sososolyne-px9ch Ай бұрын
Intore ntindi hejuru cane🥰🥰🙏🙏❤️❤️❤️
@Joellakezimana613
@Joellakezimana613 Ай бұрын
Cadeau genda urazi Gukina courage mutunyarukirize agakurikira❤❤
@user-dd2cn4rc4p
@user-dd2cn4rc4p Ай бұрын
Ndabakunda mwes mukina neza beza bacu mutuzanire vub igice gikurikir ndabakund naho nacerewe kuyirab 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
@odaoda2517
@odaoda2517 Ай бұрын
Intore ntindi hejuru mwararimwaratwicishij inyota ariko turabakund turinyum yanyu❤❤❤❤❤
@ArletteIrakoze
@ArletteIrakoze Ай бұрын
ndazindutse pol pol ahwiiiii🎉🎉🎉🎉
@alinebutoyi4983
@alinebutoyi4983 Ай бұрын
Nziza caane. Mubirimwo neza
@user-ly5od9qj8p
@user-ly5od9qj8p Ай бұрын
❤ndabakundacane.mukomeze.kuyitugezaho.kugihe
@nzambimanajeandedieu7453
@nzambimanajeandedieu7453 Ай бұрын
Mwarimwatanyicishije amatsiko uwobampa muboshe nkabatota❤❤❤😂😂😂
@Denise-iw5ue
@Denise-iw5ue Ай бұрын
Reka ntoragatebe Amede wubahwe urakoze mwese mbifurije kugerakure mbegabakinyi bashoboye courage
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial Ай бұрын
Mbega gucererwa weeeeeeeee yoooooo reka ntoragatebe nicare mwarimaratunyoteje pe💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Imyidadaduro257
@Imyidadaduro257 Ай бұрын
Mudasubira kutunyoteza turabasavye kndi Amedee imana imukomeze numwanditsi mwiza caaaan. Cadeau, Sabbas, alvella nabandi mwes mwagiz ic mukor muriy film imana ibahezagir muz ivy murimwo ndabakeje amahanga amenye kuburundi dufise impano
@ViolaMiburo-ir2xy
@ViolaMiburo-ir2xy Ай бұрын
Abari bayirindirany igishika nkanjye mundeemere twatuntuuu
@chachachalifa9709
@chachachalifa9709 Ай бұрын
Waaaooo 🔥🔥🔥❤❤❤ intore ntind ikaba yamaz gushik 💃💃💃💃
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 Ай бұрын
Murakoze cane muhezagigwe kandi ababaca intege mubime amatwi mubandanye imbere niheza murakoze kunyigisho muduha
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Ай бұрын
Team yose vrt mwakire amashurwe yanyu🥀🥀🥀🥀🥀🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🥀🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
@MenedolaNiyibona
@MenedolaNiyibona Ай бұрын
Mbaye uwagatanu uwarakumbuye intore ntindi nkanje mumpe twatuntu twanje😂😂
@MANARIYOChanella
@MANARIYOChanella Ай бұрын
Wahooooouuuuh nagir mbaye uwambere,,,,,ham courage my team
@claudinetuyikorere3525
@claudinetuyikorere3525 Ай бұрын
Waaoooh twaritubakumbuye
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 Ай бұрын
Yooo badi iraryoshe pe sinashakako ihera knd merci Sabas iteguye neza cane niy'umuntu afukamira Imana nyene biraboneka ko harimwo ukuboko kw'Imana
@JoselyneAkimana-co1xs
@JoselyneAkimana-co1xs Ай бұрын
Waaaaao intore rero ije kurund gwego amendée ambwir umusi izoza isihokerako nivyo narindindiriye nkubu mirampfubije iyobmugira iyimara 1h mbega mbega Tania weee uje urinkorabar sinokubesh nahubutah🙏🏽🥰🥰🥰😍😘💓😂👍
@ZabulonTuyishemeze
@ZabulonTuyishemeze Ай бұрын
naho ntarayiraba, nukubanza kubashimira ukudata amasezerano kwnyu!
@chachandayikeza1381
@chachandayikeza1381 Ай бұрын
Waoooh muhezagirwe cne twarituyikumbuy
@FlorenceNijimbere-nd5yy
@FlorenceNijimbere-nd5yy Ай бұрын
Iyi film yarikwiy gusohok burimus nkubu numv nosimbish imisi ew ntore ntindi sha
@tuyisengeestella8934
@tuyisengeestella8934 Ай бұрын
Yeeeeeeeeeeeee welcome m'y movie INTORE NTINDI
@NiyibigiraEliane-wh5zy
@NiyibigiraEliane-wh5zy Ай бұрын
Reka mbanze ndabaremer Imbere yo kuyiraba💓💓💓💓💓💓NDabakund atabiryarya
@AriellaRukundorwimana
@AriellaRukundorwimana Ай бұрын
Waooo twarituyinyotew kbx mukomez turab turabakunda❤❤❤❤
@oman4303
@oman4303 Ай бұрын
Waaoooooo.. Mujeneza.. Twaritubakumbuy🙏🙏🙏🥰🥰💃💃💯💯
@christinenishemezwe
@christinenishemezwe Ай бұрын
Intore ntindi nkaba ndakubony kandi❤❤
@NzoyisabaRaissaFemine-ic6pz
@NzoyisabaRaissaFemine-ic6pz Ай бұрын
Waooooo ndanezerewe film yigisha caneeee
@hahajah7189
@hahajah7189 Ай бұрын
Waoooo mama Tania wubahwe cane ako kazina karanryoheye disii film ndundi hejuru cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ko4in4uy1u
@user-ko4in4uy1u Ай бұрын
Yooooo Kumbe Mbaye Uwanyuma 😮😮😮 Thank You Sana Guys ❤️❤️❤️❤️ Mwari Watunyoteje 😊😊 Dodo Nzoza Kumushorera🎉🎉🎉🎉🎉
@EzakoSandraBella
@EzakoSandraBella Ай бұрын
Waaaoooo intore ntindi disi mwubahwe cne twari tuyirindiranye igishika
@raissairishura8122
@raissairishura8122 Ай бұрын
niryamber mbony ravelle ariz😅
@FloraTuyishime-jx4vr
@FloraTuyishime-jx4vr Ай бұрын
Nkunda ukuntu mudata amasezerano.courage beza bacu
@EvelyneInamahoro-mw7je
@EvelyneInamahoro-mw7je Ай бұрын
Waaaaooooh intore ntindi imbanye gato kabisa yariryoshe❤❤❤
@user-fp4yv7gn3r
@user-fp4yv7gn3r Ай бұрын
Courage .ndabafana mwese❤
@user-dh9qi5ti9j
@user-dh9qi5ti9j Ай бұрын
Nanj ndamaze kuhagera mundemere like intore ntindi yubahwe
@BelyseNshimirimana-gp3kk
@BelyseNshimirimana-gp3kk Ай бұрын
Whaoooo ubundi nimwe twari twiteze🎉🎉
@user-sc1jg6pn8e
@user-sc1jg6pn8e Ай бұрын
Wauuuuuuu murakoze cane abayiteguye twari tuyitegereje weeeee mwase courage muratwika
@MamaKingChalom
@MamaKingChalom Ай бұрын
Nari nabategereje shaaa😂😂❤❤❤
@ThierryNiyomfise
@ThierryNiyomfise Ай бұрын
Nacerew kbx arik mump like waooooo
@ApollinaireKarenzo-wj9fo
@ApollinaireKarenzo-wj9fo Ай бұрын
waoooooh ntubona rero hejuru cane hashobo🎉🎉🎉🎉
@AdeliqueIrakoze
@AdeliqueIrakoze Ай бұрын
Vyukur BMT wanje hagenze pee!!! Ndusenga dusaba komwobandanya mukora uko Vyukur Inyigisho mutanga zirumvikana Intore ntindi yoyo Yaje idasanzwe kweri Mukomere cane Guma kwibanga
@user-qn3ul4ju4x
@user-qn3ul4ju4x Ай бұрын
❤❤❤ Kantore je mbere ndakwikundira mwe na Mabuja waawe❤❤ munyarukan part2 rero Papa Tania ashak ikibondo ciw
@user-jd9jv7di5n
@user-jd9jv7di5n Ай бұрын
Vyiza cane murakoze pee
@alidauwimana-io8yt
@alidauwimana-io8yt Ай бұрын
Ntakundi ihangane umuzi utazi muzobonana felicitation mukina neza cane🏃🏃🏃🏃🏃🏃
@BonithNimpagaritse
@BonithNimpagaritse Ай бұрын
Mukomere cane kand muhezagirwe 🎉🎉🎉🎉
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille Ай бұрын
Twari tubakumbuye beza bacu mukomere ❤❤intore ntindi hejur
@IndependentVoice257
@IndependentVoice257 Ай бұрын
Ico umwana w'umwana w'umwami aririye yokironka . INTORE NTINDI 🔥🔥🔥🔥
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
Kbs💪🥰
@user-vs7wp5qm6b
@user-vs7wp5qm6b Ай бұрын
Enfin !! Kure caaaane
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Waaaaoooo murakoze cane 🎉🎉🎉kandi ntimuzohore mutunyotez
@nadegensabimana4044
@nadegensabimana4044 Ай бұрын
Aho reroooo BMT hejuru caneee
INTORE NTINDI S02 PART2
21:19
BMT Buja
Рет қаралды 203 М.
INTORE NTINDI Part 1
23:43
BMT Buja
Рет қаралды 415 М.
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01
The child was abused by the clown#Short #Officer Rabbit #angel
00:55
兔子警官
Рет қаралды 25 МЛН
INTORE NTINDI S02 PART4
21:39
BMT Buja
Рет қаралды 190 М.
INTORE NTINDI SEASON 2 ( Part 1 ) kantore ararongowe
18:30
Sun Shine Media
Рет қаралды 50 М.
Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video)
10:18
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 785 М.
Série -  Woudiou Peetiorgo 2.0 saison 2- Episode 12 (Guénté li)
1:12:31
UMUKAZANA GITO PART1//😭😭KANYANA ATUMYE SAMMY YIHAKANA NYINA
48:53
Gogo love official
Рет қаралды 121 М.
INTORE NTINDI S02 PART 5  THE END
45:49
BMT Buja
Рет қаралды 181 М.
ฝันร้าe #funny #manbee
0:18
Man and Bee
Рет қаралды 9 МЛН
ToRung short film: 🙏Let's help each other🤗
0:32
ToRung
Рет қаралды 13 МЛН
У Тебя Есть 3 Желания! 😌 @NutshellAnimations
0:46
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 2,1 МЛН
Обвинили девочку в том, что защитила себя 🥺 #фильмы #сериалы
1:00
DixyFilms - Фильмы и сериалы
Рет қаралды 1,5 МЛН
I Almost Crushed The Poor Cockroach😵🥲🥺
0:20
Giggle Jiggle
Рет қаралды 15 МЛН