INTORE NTINDI S02 PART3

  Рет қаралды 259,548

BMT Buja

BMT Buja

Күн бұрын

Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.
Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.
FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 1 300
@BMTBuja
@BMTBuja 3 ай бұрын
Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye. Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko. Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa. Kurikirana iyi reresi, Ikibi tucime inzira Iciza naco tugisasire indava. Mugire subscribe kugira igice gikurikira muzokibone imbere yabandi
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 3 ай бұрын
Asha mugire umugisha, murashoboye pe
@MarlinMar-n8v
@MarlinMar-n8v 3 ай бұрын
Nivyo kabisa ahubwo mwubahwe🫡🫡🫡🫡
@DivineNkunzimana
@DivineNkunzimana 3 ай бұрын
Kabiri mundwi nivyo twifuza
@ZéphyrineNduwayesu
@ZéphyrineNduwayesu 3 ай бұрын
Mwongereze iminota Saba🎉🎉❤
@NadineKwizerimana-uo9rc
@NadineKwizerimana-uo9rc 3 ай бұрын
Vyiza cane courge
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 3 ай бұрын
Abakunzi biyiserie intore ntindi nibakoko tamutima mubi mwandemeye muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@MucoInes-hb9hr
@MucoInes-hb9hr 3 ай бұрын
Uy musi mbaye uwagatatu nukuri namba ata nzigo birimwo peee mumpe twantuntu Hama tuhaturir🎉🎉🔥🔥🔥🔥🌹🌹🌹
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 3 ай бұрын
Haaaa😂😂😂😂baguherez mwiza🎉🎉🎉🎉🎉
@ASINGIZWEStephanie
@ASINGIZWEStephanie 3 ай бұрын
Iyi film ninziza p turayikunda kbs muhore kantore azatware
@Fidele2
@Fidele2 3 ай бұрын
Nimba ukunda flm zomuburundi🇧🇮🇧🇮 duhe like
@nelyga149
@nelyga149 3 ай бұрын
Love from Rwanda Mumpe like
@Life257media
@Life257media 3 ай бұрын
Namwe murazinduk Nukur narinzi konduwambere nimump like basi nazinduts kbs ❤
@rrrxomam740
@rrrxomam740 3 ай бұрын
Kabis
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 3 ай бұрын
Oya reka hariho abarara bararota intore ntindi 😂😂gusa nawe urimwo wajanye nigihe 😂😂
@nijimberecelestin2099
@nijimberecelestin2099 3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@BelyseDushime-bl6nf
@BelyseDushime-bl6nf 3 ай бұрын
Yooo cadeau yvette arakubesh uremera vrt uzohavubihanirwa kbsa urwo ruhinja ntaco ruzira😢🎉🎉🎉 munyihere like abemera kuwumwana arinzirakarengane❤❤
@LeillaladiaIZERE-u1w
@LeillaladiaIZERE-u1w 3 ай бұрын
♥️♥️♥️♥️kukuntu Amédé azi kwandika twizey kuwo mwana atanwa ayo mata!courage mukina neza
@NiyukuriInnocent-oq6vb
@NiyukuriInnocent-oq6vb 3 ай бұрын
Watching from kenya abari 🇰🇪 mwakunze iyi film mumpe izo like ahasigaye mwitagatire❤
@ViolaMiburo-ir2xy
@ViolaMiburo-ir2xy 3 ай бұрын
Nzanye urukundo rudasanz kwi yi notre ntindii aba tuvyumva kumw ndipfuza mubinyerek❤❤❤❤❤❤❤❤
@mykeke3255
@mykeke3255 3 ай бұрын
😢😢😢Ugir kubura Uruvyaro Ukarondera Umugenzi Aguhanura kwicya Uwikwiphuriza Inza kwer Nagira yakuronderera Umuganga yokuvura Ukaronkuru vyaro Ukabaho winshimye Ubundise umwishe Jew mbona ko murugo hagiy gusha 😂😂😂😂 abagenzi nkabo puuu
@nishimwefrancine7909
@nishimwefrancine7909 3 ай бұрын
Mbega byizaa weee,gusa muduha iminota mike cyane. love from RWANDA 🇷🇼
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 3 ай бұрын
Egooo cn nibatwongere natwe turabakunda cn
@MulondaniFrolienne-gp8er
@MulondaniFrolienne-gp8er 3 ай бұрын
Yooooo uwomwana j sinipfuza kwapfa 😢abandi batavyipfuza nimumpe like
@chanuellachanny2115
@chanuellachanny2115 3 ай бұрын
Je nshaka ace amumenekana😢
@francinehabarugira1872
@francinehabarugira1872 3 ай бұрын
Nukuri ntapfe uwomwana
@هاجرالدوسري-ش7ض
@هاجرالدوسري-ش7ض 3 ай бұрын
Nukuri nanje sindabishaka. Amed buratubwira ukuri azopfa uwomwana!?!😭😭😭🙆
@EvelyneGahimbare-cn5dy
@EvelyneGahimbare-cn5dy 3 ай бұрын
Nabeho per
@deborahndayishimiye51
@deborahndayishimiye51 3 ай бұрын
Numva ntanguy kubabar kubwuwo mwana
@GraceNiyomuco
@GraceNiyomuco 3 ай бұрын
💃💃💃💃💃💃ninde afise nkanje tugahaya intore ntindi hejuru
@Benita126
@Benita126 3 ай бұрын
Ninziza cyane Kandi irimo abacyinnyi babahanga mukomeze❤❤❤❤❤
@Iradukundadiane5773
@Iradukundadiane5773 2 ай бұрын
E😂😢😮😅
@Iradukundadiane5773
@Iradukundadiane5773 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n 3 ай бұрын
Yeeee😮😮 kumbe harihabarara bakanuye muri 1min narinziko mbaye uwambere kumbe mwantanze
@ellamutoniwimana
@ellamutoniwimana 3 ай бұрын
Mwoshobora kuza muraduha nkudu partie tubiri icarimwe nko ku musi kuko muradutera ama appétit .Mwoba mukoze
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 3 ай бұрын
Mayeri Mayeri ego waruyavuze🤭🤭 film yuburundi hejuru cane🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 3 ай бұрын
Yooooo Bash nukur Keith mubapfumu nukur urinzewiyumvir kwica umwan umugaboyavyaye kumukoz nuwaw utwayind womwica peee gus courage kbs
@Nana257-ke8lu
@Nana257-ke8lu 3 ай бұрын
Narinzing mbay uwamber none ndamaramay🤗🤗 film ziwacyu iburund hejyuru cyne ✋✋
@raissa6836
@raissa6836 3 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮❤❤❤ ndabakunda cane ndabifurije kugera kure cane IMANA igume ihezagira ivyomukora 🙌
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 3 ай бұрын
Mbega ntore ntindi wee biraherera he se reka turore mugice gikurikira Yvette izo scène zawe zizoguteranya naba fans
@Williammiler-n4i
@Williammiler-n4i 3 ай бұрын
ino muvie ninziza cyane naha MURWANDA tuyikuramo inyigisho nziza kuko twumva neza ururimi ikinnyemo mukomeze mutwungure bashingantahe namwe bakenyezi Imana ibahe Umugisha
@darlenekezimana2503
@darlenekezimana2503 3 ай бұрын
Bavuga bashingantahe bapfasoni😂
@ArletteIrakoze
@ArletteIrakoze 3 ай бұрын
waoh vyiz cane mukomeze kuturyohera turaba❤❤❤❤
@sosthenekabura
@sosthenekabura 3 ай бұрын
Mubikora neza cane komeza mutwigisha kuko inyigisho zanyu zifasha benshi cane mwubahwe!
@dicoentertainment
@dicoentertainment 3 ай бұрын
Mayeri ,,,egoooo🔥🔥 BMT respect
@DesireNiyongabo-ls1tw
@DesireNiyongabo-ls1tw 3 ай бұрын
Ahokwl kado naco uzoshikako uzokwama urushe kuko ububabazwanuko umugabo wawe atakwitaho ubugiye kubabazwa namalaso yinzirakarengane uwomwana numugabo nawe ntazoba akikwitaho kuko nubundi azoguma yiyumvira umwana wiwe ❤❤❤❤❤
@GraceNiyomuco
@GraceNiyomuco 3 ай бұрын
Waaaaooo unomusi hoho ndio mu nember zone mundemere abakunda intore ntindi nkaje❤❤❤
@odaoda2517
@odaoda2517 3 ай бұрын
Mama vyette numwana mubi afise impanurombi😢😢❤❤❤
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora 3 ай бұрын
Manawe ndazindutse abari bayitegerej tumenyane p 🥰😮🥰
@FlorenceMasengesho-yi4rp
@FlorenceMasengesho-yi4rp 3 ай бұрын
Ariko muratinda cyane kuduha ikindi gice kd turayikunda muzage mushyiraho agace buri munsi cg muminsii2 murakoze
@KaburaCedric
@KaburaCedric 3 ай бұрын
Mugerageze muze murayiduha 2 mundwi❤
@NduwayoEmmanuel-mu2gy
@NduwayoEmmanuel-mu2gy 3 ай бұрын
Ndabakunda cyaneeee kuko mufite inyigisho kbx Burundi frime oyeeee
@onesimeciza
@onesimeciza 3 ай бұрын
Cado naharibikino imbere yanje nzoguma mbona KO wishumwana wumugabo wawe😢😢😢😢
@JoselyneNiyokwizera-or8ek
@JoselyneNiyokwizera-or8ek 3 ай бұрын
Ndabakunda cneee mukomeze murindwa cneee
@VanessaNgabire-nr1it
@VanessaNgabire-nr1it 3 ай бұрын
Muduha gato vrt, nukuraba mukonger iminuta, amashurwe yanyu 💐💐💐
@nyiransabimanafrancoise7540
@nyiransabimanafrancoise7540 3 ай бұрын
Muraho neza ndi murwanda ndabakunda cyaneee ark muzongere iminota pee
@VyukusengeOline
@VyukusengeOline 3 ай бұрын
Imana ifashe Kantore umwana wiwe ntiyicwe n uburozi bwa Kathy
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 3 ай бұрын
Uwabonyeko uwo mwana bakinishijekwari umwe wa sauda ampe utwo dushugwe❤❤❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 3 ай бұрын
😥😥😥non nkuwo mwan wa kantore agomba azir ik koko🙁🙁aho rer urugo rwa kathy niho rugisambuka ko azanyemw imiti karabaye!Iman irokore uwo mwana kuk ninzirakarengane😟😟
@JoselyneHacimana
@JoselyneHacimana 3 ай бұрын
Nacrewe ariko abinyuma mumpe utu like,abakunzi bintore ntindi,tuguma maso,waouuuu muratunezereza mukora neza cane,courage kbx
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 3 ай бұрын
Ndisabiye Mumpe j'aime nije mbaye uwambere kuyugurura just 🏃🏻
@francinGerome
@francinGerome 3 ай бұрын
Gacerewa ndahageze yvett araje nubugome bukabije bandres araberewe nogupfumura. Mukeba wumuntu😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 3 ай бұрын
@@francinGerome Ni danger
@jaquelinenduwimana1752
@jaquelinenduwimana1752 3 ай бұрын
Yooooo mana uwomwana ntapfe uwo mukenyezi atanguye kuraguza ntibigiye kumworoher kwica umwana wumugabo wiwe kwe😢😢😢😢❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@AbdoulkalimNDIKUMANA
@AbdoulkalimNDIKUMANA 3 ай бұрын
Oy uy mwan ntapf ,Sha yvett uru munt mub ,rek tuzorab ah bizoherer ,umurir ugiy kwak
@alinendihokubwayo5471
@alinendihokubwayo5471 3 ай бұрын
Yoooo 20min vrmaa?oya nukur Amendé n sabbas mwikubite agashi😮😮 nzoyirab vendredi mushizeko iyind épisode guko uy mus muduhay gato.gus nzogum ndabakundaa ❤❤❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 3 ай бұрын
Ewe Yvette sha wararubaye ahanyene ketty uhemutse umutwaye kuraguza urumugome😔😔 gs ndakwikundira❤️❤️❤️
@ZazaZamda
@ZazaZamda 3 ай бұрын
Sha uyomwana ivyo mukina vyose ntimumwice,Alvera uzomusengere ivyo birozi bimuvemwo,ndabona ngiye kurizwa nico kibondo
@irakozebelyse2354
@irakozebelyse2354 3 ай бұрын
Waaaaaaaoooooo tuba twazindutse 🥳🥳🥳🥳🥳💃
@Sarfien-ft5vc
@Sarfien-ft5vc 3 ай бұрын
Mukore ibishoboka vyose uwomwan ntapfe vyombabaz abagorr bamashar ningoran
@AlainTresorRUBERINTWARI
@AlainTresorRUBERINTWARI 3 ай бұрын
Le grand marabout😢😢uwudakeney kumwan wakantor apfa ashirek like to my comment plz😢
@stitore2388
@stitore2388 3 ай бұрын
Yesu umwana wa nkantore ntapfe nukuri ndabinginze 😭😭😭🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️ yemwe abisi bararushe yemwe Yvette uragakoze DODO wamwana baramwishe 🙆‍♀️🙆‍♀️ Amédée ndakwinginze iyikurikira uzotwereke umwana yakize vyukuri abantu mumeze nka kati mwikebuke 🤔🤔🤔😒😒😒😒
@uwimanaegide-gm7gt
@uwimanaegide-gm7gt 3 ай бұрын
Umwana ntoco azoba kuko ivyo umupfumu yamubwiye sikoyabikoze
@FabiolaNsabimana-w2h
@FabiolaNsabimana-w2h 3 ай бұрын
Abavuye muri nigérian movies mumpe like ubu nagarutse muburundi
@AffectionateButterfly-wy7cl
@AffectionateButterfly-wy7cl 3 ай бұрын
Ninziza ark mwayihaye iminota mike cyane
@ericuwiragiye3603
@ericuwiragiye3603 3 ай бұрын
muri abambere muburundi. muze muduha udu parts 2 mundwi. love you so much
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 3 ай бұрын
Urugo rurawkakiye kutaguye kuranguza mada aho uravyiche ccyose😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@NtizompebaElimas
@NtizompebaElimas 3 ай бұрын
Abarundi izo like mwiharij gusaba zibamarir ik ?ah mwogiz ic muterer bene film aric bongerak cank bakurak
@MariesuzanneKana
@MariesuzanneKana 3 ай бұрын
Vyette weeee😂😂😂😂jew uranyica pe!nanj muzanyize gukina film ndabakunda cyane❤
@CynthiaKOMEZA-ib9vi
@CynthiaKOMEZA-ib9vi 3 ай бұрын
Ivyo bintu nanje biranshisha nukuri😂😂😂😂Aho gusab bongeze iminota uza wumva ngo MPa like😂😂😂😂😂
@CléniaNiyonsaba-y2l
@CléniaNiyonsaba-y2l 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 3 ай бұрын
Jew nisabira subscribe bakazinyima ariko ugasanga uwasavye like bamuhaye amajana😂😂😂😂😂
@Ndykznaronadine
@Ndykznaronadine 3 ай бұрын
Nivyo nivyiyumviro kuk bacababona ide yakunzwe 😊
@InnocentNavas
@InnocentNavas 3 ай бұрын
Ndabakunda kuko iyo musezeranye murashitsa alvella much for you
@DeborahHaragakiza
@DeborahHaragakiza 3 ай бұрын
🎉uwo mwana apfuye film izoca ibiha
@ElijahBanda-jt7kh
@ElijahBanda-jt7kh 3 ай бұрын
Nibazeko mbaye uwahafi abakunda film intorentindi mumpe like dutwike hashe 🎉🎉🎉🎉🎉
@Williammiler-n4i
@Williammiler-n4i 3 ай бұрын
ntamuntu wica umwana uzagirirwa imbabazi n'umutima we uwomugore agiye gutera ikibazo kiruta icyo yari afite umwana ni Umuziranenjye urashutswe peee 😢😢😢😢😢😢
@JulesOfficialKiboko
@JulesOfficialKiboko 3 ай бұрын
Mbayuwamber Mr kalimash General ❤️❤️🎉🎉🎉
@EricNdayishimiye-yb3fn
@EricNdayishimiye-yb3fn 3 ай бұрын
Nukur nyimb abafan basigay bararizam narinz konduwamber
@NanamakeupIradu
@NanamakeupIradu 3 ай бұрын
Nukur uburyo ndiko nkund sabas bitey ubwoba nukur😢uriko ubikor neza cn Cadeau rek kwiry uruhuha shn mungu ndoo chef😊😢 so courage cne Amed i miss u more vrt kukubon uriko urakina😢
@DusabeYvonne-z9t
@DusabeYvonne-z9t 3 ай бұрын
Nukuri uyumugore numutindi mubi cyane kwica umwana wumugabowe ndumiwepe ikindi kantore nagabanye ubugoryi yumveko uriya arinukebawe atamwishimiye kuburyo wamwereka umwana maze akamwima papawe wamubyaye Kandi mudufashe uwomwana ntazapfe uwomugote nataragaragara kwarumurozi kbs🙏🙏plz
@VestineTuyisenge-i7n
@VestineTuyisenge-i7n 3 ай бұрын
Ndakunda flm zanyu vrm zirimwindero ndundi muzikin nez kandi zigisha beshi kuko ivuo mukina nicogih turimwo ubu kwl iman ibongerinkomezi ndabakunda cane 💖💖💖💖💖💖💖💖💖🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@RICHARDBENIMANA
@RICHARDBENIMANA 3 ай бұрын
uboho nduwambere kwer😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉
@erlylyli873
@erlylyli873 3 ай бұрын
🤣🤣🤣
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 3 ай бұрын
Abantu mwese dukund kwisabira utu like mur comment z'udu film🇧🇮 munyihere like
@chadrackswing
@chadrackswing 3 ай бұрын
Mwubahwe murashoboy turabakunda
@sylviendayishimiye8365
@sylviendayishimiye8365 3 ай бұрын
Ndabakunda ariko Imana ikabakunda kundusha ariko muvyumveko mbakunda❤❤
@r_i_c3
@r_i_c3 3 ай бұрын
Bash nuko kabay kagufi mutunyarukiriz iyikwirikira
@oscarnininahazwe9101
@oscarnininahazwe9101 3 ай бұрын
Iyikurikira ntegerezw kzinduka kuk ndabna muramfis vrt Iman ikomez ihezagra imirimo yanyu
@Kimanda915
@Kimanda915 3 ай бұрын
Mukomere bandanya mutwigisha🎉🎉🎉
@nzambimanafabienedouard-lc1ni
@nzambimanafabienedouard-lc1ni 3 ай бұрын
Nahageze kare ndi muba mbere kbx
@MaiakoviskyAkimana
@MaiakoviskyAkimana 3 ай бұрын
Nkab mpagez muminota itatu abaza nyuma munsigir nanje❤❤❤
@IrakozeDon
@IrakozeDon 3 ай бұрын
Nukuri ndabasavye uwo mwana ntapfe
@kwizerimanajacpueline269
@kwizerimanajacpueline269 3 ай бұрын
20min Nimike bos hanyuma uzoduhe nka 45min
@niyokwizeraanitha3431
@niyokwizeraanitha3431 3 ай бұрын
Naje nahageze hemw nukur.mump izo like twimanukire 🤣🤣🤣
@IgiranezaClovis
@IgiranezaClovis 3 ай бұрын
Why not 1M on this season pls chare it muri bwabumwe❤❤❤❤
@YvetteIRADUKUNDA-rt6cu
@YvetteIRADUKUNDA-rt6cu 3 ай бұрын
Muratwemez bant banj abo natanz munsigur Like😂
@ImeldeIgiraneza
@ImeldeIgiraneza 3 ай бұрын
Imana ntivyemereko yopfa kk sabasi yosara kandi firme yoca ibiha
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 3 ай бұрын
😘😘😘😘😘😘intore ntindi 🎉🎉🎉🎉🎉mundemere like bajirani
@YafitaHasna
@YafitaHasna 3 ай бұрын
Uyo mu bebe ntapfe nukuri😮😮oya pee ncampeba kuyiraba🤸🤸
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 3 ай бұрын
Courage nukuri
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 3 ай бұрын
Nguma nsubiramwo mukazokwica uwomwana wa kantore iyonzirakarengane film izoca ibiha pe
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ mumpe like hama tivandanirize
@HermsNahindorera
@HermsNahindorera 3 ай бұрын
Mubarund bakina filme mwebwe murabambere ndabemerey agapfanta mwes mwakinye mwiyopfima knd murashoboye Imam bihezagire mubikorwa vyany mwes
@ElianneIrambona-n8z
@ElianneIrambona-n8z 3 ай бұрын
Waoooo kubikora neza cane ❤❤❤❤❤❤❤
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 3 ай бұрын
Uyumuns nzanab wakabir abakunda film intore ntindinkanj gonga lik knd aboyigishankanj shirimitimamyish❤
@JohnKunda-ht7jq
@JohnKunda-ht7jq 3 ай бұрын
Manaw urige kwicara urugo gwawe kandi uryamwana napfa Naw uragowe numugabo waw muzopfa mudahuj ewe Yvette urinzigo
@jacquesNtiruhungwa
@jacquesNtiruhungwa 3 ай бұрын
Ketty Uri mubi kabisa kand marraine wawe NI inyosha mbi.Rer n'a gitangaj kuri we nikwo yiyamira muvyakina vyose.
@dennisniyonkuru8457
@dennisniyonkuru8457 3 ай бұрын
I love ❤❤ sabbas. Mugez kur vrt.courage
@symphorienn
@symphorienn 3 ай бұрын
Harabantu muzindukaabakuzi bintore ntindi musigire Lik murirwarukundo❤❤
@NadegeUwimana-rh8sd
@NadegeUwimana-rh8sd 3 ай бұрын
♥️♥️♥️ndabakunda cane,kure cane niho mbifuriza,intore ntindi irigisha cane,Imana ibaje imbere ark mwongereze iminota.
@IzereChany
@IzereChany 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤😂🎉muranezer nkabur icombaha
@alicenizigiyimana5174
@alicenizigiyimana5174 3 ай бұрын
Nkaba mbaye uwa3😊 abaza munyuma zanje like atanzigo❤so courrage bantu bacu❤
@joselinne-official
@joselinne-official 3 ай бұрын
iraryoche cane ino filim ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@lagogob
@lagogob 3 ай бұрын
Ndayikunda kumutima wanje wose midi yose ngumanza kurabako hajeko iyindi partie
@lyonog257
@lyonog257 3 ай бұрын
Ewe Ivette urumurozikazi mukama abantu nkaba murakwiye kwisubirzko
@sandrinemucowimana8894
@sandrinemucowimana8894 3 ай бұрын
Niwo muti ungwaje ndavuga INTORE NTINDI Banderas never disappoint me
@febiekamariza63
@febiekamariza63 3 ай бұрын
Ayo mata ameneke pe uwo mwana ninzirakarengane!agapfa muzoba muvyishe vyose!❤❤❤❤❤❤❤
INTORE NTINDI S02 PART4
21:39
BMT Buja
Рет қаралды 359 М.
MISSION IMPOSSIBLE [45]
22:34
CHADO MASTA FILM
Рет қаралды 12 М.
GIANT Gummy Worm Pt.6 #shorts
00:46
Mr DegrEE
Рет қаралды 86 МЛН
The Joker wanted to stand at the front, but unexpectedly was beaten up by Officer Rabbit
00:12
Самое неинтересное видео
00:32
Miracle
Рет қаралды 2,9 МЛН
Amazing Parenting Hacks! 👶✨ #ParentingTips #LifeHacks
00:18
Snack Chat
Рет қаралды 22 МЛН
URUGO SERIES S1EP1: Coco guca inyuma UMUGABO wiwe biramukwegeye Arafashwe🤭🤭
20:21
Ibirori vya Alvella muhimbare asinya amasezerano na Wema Entairtenment
51:44
IMPANGA SERIES EP2/S7: KAMI YABURIWE IRENGERO 😭
25:32
IMPANGA TV
Рет қаралды 212 М.
UMUKAZANA GITO PART1//😭😭KANYANA ATUMYE SAMMY YIHAKANA NYINA
48:53
Gogo love official
Рет қаралды 135 М.
Famille Sénégalaise Saison 3 - BANDE ANNONCE Épisode 15
3:45
Pikini Production
Рет қаралды 133 М.
INTORE NTINDI Part 4
22:19
BMT Buja
Рет қаралды 292 М.
GIANT Gummy Worm Pt.6 #shorts
00:46
Mr DegrEE
Рет қаралды 86 МЛН