#Bujumbura

  Рет қаралды 17,825

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

3 ай бұрын

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 28
@BaidreesBaidrees
@BaidreesBaidrees 3 ай бұрын
Uburundi bwacu bwuzuye ivyaha nabanyavyaha Imana yacu yashavuye tugerageze twihane twitungany tukiri bazima.ubwicanyi ,ubunyonyezi,ubuEsikolo,...
@user-on6eo8jl9f
@user-on6eo8jl9f 3 ай бұрын
Imana itubabarire turimwisi yabanyavyaha
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 3 ай бұрын
Neva niyihe ubuki Imana yashavuye nivyo ariko akora
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 3 ай бұрын
Imana yarashavuye nivyo mukora
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 3 ай бұрын
Imana itabar uburundi
@JeanBerchimasNZOKIRA-mb2sq
@JeanBerchimasNZOKIRA-mb2sq 3 ай бұрын
Ntaburozi nigihe!
@christainc.5217
@christainc.5217 3 ай бұрын
Uburundi bwaribwiza ubu bwononekaye😢😢
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 3 ай бұрын
Hewe kumbura murabe izingorane , n'imikoshi yagashindi , Aho Rero Imana izoduhana caaane kuko twarayicokoye ngotuyihaye ikibanza cambere duca dukora ibihushane n'ivyo twiyemeje?? Rero ivyo birafise ico bihanura, rero musenge caane si non tuburiramwo vyoose
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 3 ай бұрын
Yoo mana dutabare 🇧🇮 iyoninvura nyishi kbx invura niyahera hazumuka gusa abo vyashikiye bihangane nibakomeze gusenga
@marcndayikengurukiye6394
@marcndayikengurukiye6394 3 ай бұрын
Mana tabara uburundi😭😭😭😭
@user-jr3cp2xj5z
@user-jr3cp2xj5z 3 ай бұрын
Nukuri buriya iyubeshabantu ngowashizimana imberekandi utagirurukundo ntagakorwa ugumubiba urwanko
@CeletinHakizimana
@CeletinHakizimana 3 ай бұрын
Nukuri nugusenga iyo nintango yivyago vyagenew uburundi tudasenze tuzobo'amahano
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n 3 ай бұрын
😮😮😮😮😮
@Claver-zt1id
@Claver-zt1id 3 ай бұрын
Nahimana
@user-rz1ph1iw3r
@user-rz1ph1iw3r 3 ай бұрын
Weva Daniel urasoma bibiliya? Iyabami basenga bayari Hana Hama habibiza nkivyo .ese wibagiyeko cakibuye baduganye igitega ko cavuyaho kimwe Bobo yavugako bagishizeko umugabo bishe?? Zurafyina aba dd batazibimazi icogihugu !! Gira mwomworaba ddd baratuzaniyamahano😢😢
@dieudonne-wg1wn
@dieudonne-wg1wn 3 ай бұрын
Nibihe vyanyuma
@NDUWARUGIRAClothilde
@NDUWARUGIRAClothilde 3 ай бұрын
Kuva 2020 ntamahoro araboneka
@user-vz4sn9my5j
@user-vz4sn9my5j 3 ай бұрын
Nintango yo kuramukwa ivyo vyose vyaravuzwe mubihe vyiherezo hazoba ukunyiganyiga kwisi
@njorijanavenand3632
@njorijanavenand3632 3 ай бұрын
Asha aba dd nibihane
@snks4dh
@snks4dh 3 ай бұрын
Niwyabigirwa mana wyuzuye igihugu
@mdbosco1640
@mdbosco1640 3 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@nzeyimanafeliciye
@nzeyimanafeliciye 3 ай бұрын
Ingoma ntiyyibwa ibi vyose ningaruka yukwibz ingoma ya cnl
@user-ft5kx5bd1c
@user-ft5kx5bd1c 3 ай бұрын
Kwibingoma ntibigoye nkahuribuyivugirize nakera iyohabubwami bubi gâteribiza mugibugu turimungomayibwerero ntimutangare ibitaraza birinyuma
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 3 ай бұрын
Kuntwaro yabo ba dd ntaco tutazobona😢
@user-rz1ph1iw3r
@user-rz1ph1iw3r 3 ай бұрын
Weva Daniel urasoma bibiliya? Iyabami basenga bayari Hana Hama habibiza nkivyo .ese wibagiyeko cakibuye baduganye igitega ko cavuyaho kimwe Bobo yavugako bagishizeko umugabo bishe?? Zurafyina aba dd batazibimazi icogihugu !! Gira mwomworaba ddd baratuzaniyamahano😢😢
@user-yg4ix2ii8f
@user-yg4ix2ii8f 3 ай бұрын
Imanitabare ndumva bitoroshe
@henriettendayi3404
@henriettendayi3404 3 ай бұрын
Ni kagame😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-rz1ph1iw3r
@user-rz1ph1iw3r 3 ай бұрын
Weva Daniel urasoma bibiliya? Iyabami basenga bayari Hana Hama habibiza nkivyo .ese wibagiyeko cakibuye baduganye igitega ko cavuyaho kimwe Bobo yavugako bagishizeko umugabo bishe?? Zurafyina aba dd batazibimazi icogihugu !! Gira mwomworaba ddd baratuzaniyamahano😢😢
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 11 М.
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
Stay on your way 🛤️✨
00:34
A4
Рет қаралды 22 МЛН
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 31 МЛН
Why the EU is About to Impose a Hard Border in Gibraltar
9:42
TLDR News
Рет қаралды 516 М.
Uzabe Intwari By Niyo Bosco official video Lyrics
3:06
NIYO BOSCO
Рет қаралды 235 М.
Приостановили веселуху😨 #симпсоны
0:59
Would you recognize your soul mate by smell?
0:14
Den Done It
Рет қаралды 19 МЛН
Why Is He Unhappy…?
0:26
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 42 МЛН
ToRung short film: i sell watermelon🍉
0:38
ToRung
Рет қаралды 23 МЛН